Sylvestre Ntibantunganya uko yahuye na Ndadaye Melchior/Coup d'état/Menye uwishe umugore twosangira

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 92

  • @astronomie71
    @astronomie71 หลายเดือนก่อน +3

    Uyu munyanakuru ni professionnelle, ibibazo byiza, timing et sens de l' humour.

  • @SteveMUJENAMA
    @SteveMUJENAMA 2 หลายเดือนก่อน +16

    umutumire mwiza
    umunyamakuru mwiza
    ibibazo vyiza
    ikiganiro ciza
    merci B-EYE TV🥰

  • @ekyochisikitaya5354
    @ekyochisikitaya5354 2 หลายเดือนก่อน +6

    Mheshimiwa Silvestre N ninakupenda, Amani ya Mwenyezi Mungu iwe nawe.

  • @mugarurarugamba6111
    @mugarurarugamba6111 2 หลายเดือนก่อน +14

    Wowe wayoboye iki kiganiro, lmana iguhe umugisha. *You are a right person in a right place.* Ubwitonzi n'ubuhanga ufite, Imana izabigukomereze. Shalom!!!

  • @zazo-bmike6082
    @zazo-bmike6082 2 หลายเดือนก่อน +6

    Murakoze kuduha kino kiganiro

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 หลายเดือนก่อน +5

    uyomutama ndamwemera

  • @NipacyNibigirwe
    @NipacyNibigirwe หลายเดือนก่อน +2

    Un grand homme qui a fait beaucoup pour le pays.
    Grâce à ses choix sages, le pays a pu sortir de nla galère. Je serai ravi de serrer la main de cet homme de grande qualité.
    Honneur à vous Chef. Merci

    • @willykabano7724
      @willykabano7724 หลายเดือนก่อน

      Twipfuza bimwe vraiment...sinzi ingene nokwiyumva naje ndiko ndiko nda serra ses bras. B-EYE ibiturabire.

  • @AbubakRauf
    @AbubakRauf 2 หลายเดือนก่อน +5

    Une Bonn Idea >> film kbsaaa

  • @louiseniyomizero4877
    @louiseniyomizero4877 2 หลายเดือนก่อน +7

    B-EYE hejuru cane!! Mutuzanira les personnes vrt ubundi tuba dukeneye cane!! Especially notre journaliste Gogo!! Vuba ndaza ndanagukumbuye sha

  • @이희백
    @이희백 2 หลายเดือนก่อน +4

    Courage les amis 😊

  • @user-vp1ne7mi5b
    @user-vp1ne7mi5b 2 หลายเดือนก่อน +15

    Coup de chapeau a Monsieur Sylvestre NTIBANTUNGANYA

  • @ZanikoroTv
    @ZanikoroTv 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ikibazo cyabarundi ndacyafite ibiganiro birahari cyane wowe kuvuga madame gutekereza ko abiri muburiri umurimo ararenga imbere cyaneee namwe mukomere muruginkikubona nibirenge nababwiriki

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 2 หลายเดือนก่อน +2

    Twarakubaguwe😭😭

  • @NIYIZOMPOZAPaterne
    @NIYIZOMPOZAPaterne 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ndakunda ikiyago kirimwo Ntibantunganya canke Domitien. Barayaga neza koko bikumvikana ko ata buryarya burimwo. Muzokwisazire neza batama!!!

  • @DieudonneNininahazwe-vd1px
    @DieudonneNininahazwe-vd1px หลายเดือนก่อน

    Le président Sylvestre Ntibantunganya c'est un vrai patriote.

  • @ninkurizeamidou9273
    @ninkurizeamidou9273 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ikiganiro niciza knd courage ark nukuj mur interview wateguy des question zirimw ubunyamwug knd uzurageragez ukoresh ikirundi cinshi

  • @iranzialphred3957
    @iranzialphred3957 26 วันที่ผ่านมา

    Bonsoir ufite mateka menshi twakigiraho Buzima bwacu ku Rwanda na Burundi

  • @jeanclaudeeddynikiza8710
    @jeanclaudeeddynikiza8710 หลายเดือนก่อน

    Homme de valeur

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 2 หลายเดือนก่อน +1

    #Mutama wubahwe urikirumara❤️❤️🙏🙏🙏

  • @germainmukandamamauridi3112
    @germainmukandamamauridi3112 หลายเดือนก่อน

    Grand home de tout le temps. Kila la heri muheshimiwa Ntibantunganya

  • @NGENDAHIMANAGelaseDaniel
    @NGENDAHIMANAGelaseDaniel 2 หลายเดือนก่อน +5

    Uyumutama
    Niyubahwe
    Kdi nakomere
    Turamukunda
    Nkumunyafriqwe

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน +5

    Nukuri musaza muburundi dufise ingorane yabatama bababeshi binkozi zikibi zitigera zemera amahano zakoze ziguma zihenda abana bavutse batazi ivyabaye

  • @jacksonntunzwenimana3776
    @jacksonntunzwenimana3776 หลายเดือนก่อน +1

    Chere journaliste, bene abo babavuga mubwinshi (mwebwe). Please take note

  • @SamuelNishimwe-z4r
    @SamuelNishimwe-z4r 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mw'ijuru hari Imana
    Vous avez fait condamne des innocents
    Muzi neza uwishe President Ndadaye
    Igihe kimwe muzobibazwa
    Kandi si kera!!!!

  • @murimatv4448
    @murimatv4448 2 หลายเดือนก่อน +2

    Shira ahabona ukuri mutama.komera bwana president.

  • @pommenuh5413
    @pommenuh5413 29 วันที่ผ่านมา

    Ico nico cish abarundi ngo nije natanguje ibiganiro 😂😂😂 my president nibaguhe amazi unwe

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 2 หลายเดือนก่อน +4

    Amateka

  • @ekyochisikitaya5354
    @ekyochisikitaya5354 2 หลายเดือนก่อน +2

    Une tete bien faitte, Mr Silvestre N.

  • @kasongo_barber
    @kasongo_barber หลายเดือนก่อน

    ❤❤😊

  • @Goalpost1998
    @Goalpost1998 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ikiganiro cyiza cyanee pee ! 🧢 🧢🧢🙏🙏

  • @Tonto79
    @Tonto79 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ikiganiro kiza

  • @JohnKunda-c6t
    @JohnKunda-c6t 2 หลายเดือนก่อน +3

    Amahoro nitunga atako tworigereranya.

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 2 หลายเดือนก่อน +4

    Uwomukurambere yubahwe cane

  • @emmyndagije7360
    @emmyndagije7360 หลายเดือนก่อน +1

    Uzongere uyobore ubundi dore bujyeze hano

  • @saeedhakiza2096
    @saeedhakiza2096 2 หลายเดือนก่อน +3

    Umutama w’amateka

  • @nimbonajeandedieu8905
    @nimbonajeandedieu8905 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mbe ni bande ba Guys ga mumenyeshamakuru 😮 urarinda kweli

  • @bandushajeanolivier3120
    @bandushajeanolivier3120 หลายเดือนก่อน

    Nta mu Frodebu yemera gutema abatutsi 1993 Kandi president Ntibantunganya niwe yafashije CNDD-FDD mwishamba.

  • @landryingabire1516
    @landryingabire1516 2 หลายเดือนก่อน +1

    🎉

  • @richardhateg8662
    @richardhateg8662 2 หลายเดือนก่อน +4

    Bagaza yubatse impome zigihugu ariko asiga igisoda uko mucombero yakigize.
    Iyo kiba cari kivanze aka kaga kose dufise ntako tuba twashitsemwo

    • @Benedir
      @Benedir 2 หลายเดือนก่อน

      Bagaza ntagisoda yariguhindura kubera igisoda cyirwanda

    • @Isidore-bv3mu
      @Isidore-bv3mu 2 หลายเดือนก่อน +2

      ​@@Benedirerega abahutu. Nta kibazo bagira. Nta bugome bagira. Abatutsi bahora bikanga ubusa kubera ubugome bwabo.

    • @Benedir
      @Benedir 2 หลายเดือนก่อน

      @@Isidore-bv3mu wandikiye umututsi wi congo wabaye.muburundi!!twese.kuriyisi tuvuka ntabugome!!
      Buribwoko bugira abeza nabagome!!
      Nkiba muburundi nzi ibyiza buyoya yakoreye abahutu!!nambere yoguhubuka akabaha igihugu!!haribyiza yakoze!!
      Bagaza akaba nawe yarabakoreye ibyiza byinshi(yirukanaga abanyarwanda kuma postes bahawe na micombero akabasimbuza abahutu bahungutse)
      Ba ntiba ba ndadaye ets
      Kuva uburundi buyoborwa na cndd ntacyiza ndabona bakorera Abatutsi biburundi naho ntakihaba!!
      Igihugu kiri muri 1959 yirwanda

  • @richardhateg8662
    @richardhateg8662 2 หลายเดือนก่อน +3

    Kandi iki kiganiro cari kimeza neza mukobwa uhezagirwe hanyuma Pr. Ntibantunganya numunyabwenge mumutwe aguma ari umu sore pee Komera Mutama.

  • @gihungaselemani8727
    @gihungaselemani8727 2 หลายเดือนก่อน +2

    Ihanga ryibagir akahis kiguhu caryo riruhir gusubra murivyabnd ib nivyiz bitm ugwaruk tumeny vyinsh

  • @euphremmuregwa9418
    @euphremmuregwa9418 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mwombaziza président Niveau nugutwi ICO yasigura nimpavu benshi babatema hejuru yugutw muri 93

  • @Nanga-t6y
    @Nanga-t6y 2 หลายเดือนก่อน +2

    Uyu ni Umugabo kweli kweli yarokoye abanyarwanda bahungiye mu Burundi🇧🇮 94 Bari bapanze kubamara bose

  • @ntizihabosehassan649
    @ntizihabosehassan649 2 หลายเดือนก่อน +1

    Twarahunze mugisagara cha bujumbura abatutsi batwishe mu buyenzi baturasamo masase 1995 Hari ku wagano

  • @Espoirbasematete
    @Espoirbasematete หลายเดือนก่อน

    Nushimirw silvestr mwarabay intari umukam akigutij ubuzim nutwigish twe abarund nacanecan abatur hejur atw ugwaruk dukanure

  • @salvatorkaburundi3222
    @salvatorkaburundi3222 หลายเดือนก่อน

    Abakera barayamaze bati ururimi rw’umwe rukamwa ayera. Niko iki kiganiro ni ciza naho kuri bamwe bamwe bakera ivyo Président Ntibantunganya S. yashikirije atari ubwa mbere tuvyumva. Ico mbona cogira akamaro n’ikiganiro coba hagati y’abategesti bari ku ntwaro muri iyo myaka yose uburundi bwagiye buragwa mw’isanganya bakavuga ivyo bazi. Naho kuvuga ko kanaka yakoze iki canke ntiyakoze kiriya mu gihe atakiri kuri iyi si ngo yisigure ntawovyemera atavyiboneye.

  • @ApollinaireNiyungeko-hc4zv
    @ApollinaireNiyungeko-hc4zv 2 หลายเดือนก่อน +1

    Iki kiganiro ni ciiza kndi ngirakamaro pe! Wakoze mumenyesha makuru, ariko uze uragerageza gukoresha ikirundi kitavanze cane cane uriko ugirisha ikiganiro c'umuntu ahambaye nkuyu cnk umukurambere.

  • @ZiyandaMhlana
    @ZiyandaMhlana 2 หลายเดือนก่อน +2

    Umviriza kazigaba canke Noble malala

  • @ThierryNdayizeye-p9y
    @ThierryNdayizeye-p9y หลายเดือนก่อน

    Ntibantunganya arabesha ndumunyakarusi narabonye ibibanza abantu bahuriyemwo bakora amanama yokwica abatutsi l,istoire ne ment pas

  • @patricknsabimana8527
    @patricknsabimana8527 2 หลายเดือนก่อน

    Si je pouvais le rencontrer je lui poserais une question.

  • @patricknsabimana8527
    @patricknsabimana8527 2 หลายเดือนก่อน

    Je doute de certains propos de l'ex Président NTIBANTUNGANYA.

    • @inesciza1144
      @inesciza1144 2 หลายเดือนก่อน

      Tu douteras toujours!!!

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 หลายเดือนก่อน

    Huummm

  • @davidbizimana-sp4ms
    @davidbizimana-sp4ms 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ntimwabitahuye. Ndadaye yazize integuro ya Genocide yo murwanda.

    • @Benedir
      @Benedir 2 หลายเดือนก่อน

      Ntaho ahuriye nayo ahubwo yabaye.kuko bamwishe

    • @sese667
      @sese667 2 หลายเดือนก่อน

      ​​@@BenedirJenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994 yateguwe kuva mu 1959 ntabwo kwicwa kwa Perezida Ndadaye, Habyarimana na Ntaryamira arivyo byatumye haba Jenoside mu Rwanda ...

  • @DieudonneNininahazwe-vd1px
    @DieudonneNininahazwe-vd1px หลายเดือนก่อน

    Mutama Président Sylvestre Ntibantunganya, c'est un vrai leader. Il est aussi une ibliothèque nationale.

  • @ZiyandaMhlana
    @ZiyandaMhlana 2 หลายเดือนก่อน

    Mtama imana ibahalile inomusi isoko ririkubakwa numuntuu yakuriye munkambii imutabila

  • @gordengordien8043
    @gordengordien8043 2 หลายเดือนก่อน +1

    None ibibintu ko biraba abarundi , urwanda nabayobozi barwo mubazanamwo mute? Ababantu bizimvugo bazokwegera igihugu , canke nugutahura guke hafise intego yibiganiro bica kumbuga? Politique ikinwa nabayizi, ariko ivyobintu vyamacakubiri uwogomba yobireka. Twavuze benewacu benshi babarundi Kandi mumoko yosi bari hadufulitiye akamaro bakagirira nigihugu, twirinde kugiramwo uruhare muvyocanishamwo bene Burundi Ariyo ntandaro yukwica igihugu. Imana mukutubanisha yabigize ibibona Kandi kutihanganirana biturutse kunda ndende hishimikijwe ubwoko ntibizotuma haba igihugu cubwoko ubu canke buriya. Imiryango yose, amadini yose dutegezwa kukibanamwo Kandi mumahoro

  • @Jomba24
    @Jomba24 2 หลายเดือนก่อน

    Ntureba umusaza uve kuri kiriya curuda rubi gikunda amoko namahera😂😂😂

  • @CairoNishimwechris
    @CairoNishimwechris 2 หลายเดือนก่อน

    Icabuze nako kunywa 😢 amate aramukamana mutama.

  • @benshaka7595
    @benshaka7595 2 หลายเดือนก่อน

    Ntiwamumbarije politique yiwe yo gutereka impfizi zibiri.. ikindi avuga ngo Bikomagu niwe yatanze Ndadaye ariko yamugumije ari chef d´état major . Why ?

  • @Isidore-bv3mu
    @Isidore-bv3mu 2 หลายเดือนก่อน

    Ingabire Immaculee yaravuze ngo gutsinda kwa FRODEBU ntabwo byabashimishije kdi bakavuga ngo nta kibazo cy'amoko gihari.

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 2 หลายเดือนก่อน

    Projet de société ya FRODEBU yari nziza habuze abayishira mu ngiro

  • @gordengordien8043
    @gordengordien8043 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nagomba gusubiza uyumunyarwanda mbonye muri comment, mbega banyakwigendera bapresident babanjirije bo kungoma zabo ntabanyarwanda bapfuye? Mbega impunzi z' urwanda zahungiye mubihugu bibanyi vyurwanda zari zahunze iki? S' ubwicanyi nakarengane Kari kibasiye ubwoko bwabo, iyo mutazi kahise yaco muba muvuga ivyo mutazi ba mwifata muma comment mukora , mubikora nkana mubizi ko namwe mutari beza

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ntibantunganya arabesha cane kuko Arimwo mubateguye Genocide yakorewe Abatutsi kandi yari muri Gouvernement ya 1993
    Arazi Imipanga Tronconaise Ubuhiri burimwo Imisumari Essence Ibiziriko
    Ivyo vyose vyatanzwe na Frodebu mu Gihe bariko biyamamaza
    None ntiwumva ko vyari biteguwe Guhonya Abatutsi

    • @BRDBowlProjectunicef
      @BRDBowlProjectunicef 2 หลายเดือนก่อน

      Haaaa ndumva bitoroshe.sinibazako frodebu yari kugira izo nguvu canke ngironke ico ciyumviro kuko nta nguvu bari bafise.

  • @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r
    @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo musaza yari umutasi.nawe wumve iyo myanya myiza yose yahawe muri UPRONA nk' ishyaka riri ku butegetsi kandi baramaze gushinga FRODBU mu gihe i Burundi hatari hemewe amashyaka menshi.Umugambanyi mubi.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mwarihenze iyo mugisaba abazungu bakabaha inteko mpuzamakungu zicungera umutekano wantu ewe ibara ntiryari kurwa uburundi buba butey imbere tuba twibereye parad.

  • @ntizihabosehassan649
    @ntizihabosehassan649 2 หลายเดือนก่อน

    Ni wirambire mutama wacu

  • @JeanPierreNzeyimana-xh2mh
    @JeanPierreNzeyimana-xh2mh 2 หลายเดือนก่อน

    Ntibantunganya yaramenye politike cane kuburyo boboneka yuko abishe Ndadaye bahaye inguvu CNDD FDD. Kandi FRODEBU yatsinze nta maraso arinze guseseka. FRODEBU niyo nziza kuruta CNDD FDD.

  • @mugarurarugamba6111
    @mugarurarugamba6111 2 หลายเดือนก่อน +2

    Nyabuna iki kiganiro mucyoherereze umukuru w'igihugu cy'u Rwanda, Paul Kagame. Hari icyo byamufasha mu kugabanya inyota yo kwigwiza ho ubutunzi bw'isi, butuma yica abanyagihugu, kugirango yigarurire imitungo yabo!!!

    • @saeedhakiza2096
      @saeedhakiza2096 2 หลายเดือนก่อน

      😁😁😁

    • @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r
      @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r 2 หลายเดือนก่อน +3

      Uzareke kuba umunyarwanda ube umurundi kuko ariho wisanga. FRODBU yashinzwe na MRND n'abo ba Ndadaye, Ntaryamira, Ntibantuganya bose ni abanyeshuri ba Habyalimana. Kuko benshi na kamiuza bayigiye i Butare.

    • @mugarurarugamba6111
      @mugarurarugamba6111 2 หลายเดือนก่อน

      @@IYAMUREMYETELESPHORE-w5r Habyarimana se umuzanye ute. Ni umuzimu we uguhanze ho? Urashaka kutwibutsa uko mwagenje indege ye?! Ko mugira "mfyininini nyina w'umwana ataraza?!?!" Dore urubanza nyarubanza rugiye gutangira, maze uko mwamurasanye na Ntaryamira bijye ku Karubanda. Ariko amaraso ya Ndadaye n'abandi ntiyari ahagije??! Ariko kwica bibari mu maraso. Yewe sha, baca umugani mu Kinyarwanda ngo "indakuzi ntituma umugabo yivuga." Ntiwongere kunsembura, ntavuga na bya bindi. Imana igusange, iguhe gutuza. Ibyo uvuga ni ibyo watoraguye, ariko twe tubitse ubwiru sha!!! Mahoro!! Uti wiyumva mu Barundi, kuruta uko wiyumva... Yooo, erega Abarundi ni imfura, ntabwo ari ibitsimbanyi nkawe! Wumvise umutima uri muri President Ntibantunganya!? Umutima wuzuye imbabazi sha! Wugereranye n'uri muri Gitimujisho, uhoza ku rurimi rwe ijambo "kwica, kurasa ku manywa y'ihangu..."

    • @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r
      @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r 2 หลายเดือนก่อน

      @@mugarurarugamba6111 Muzanye uko wazanye Kagame mubya Ntibantunganya. Icyo gisaza cyagiye i Bugendana aho Abatutsi bari barahungiye abahutu babicaga kuva 93 interahamwe z'abahutu b'abarundi zongeye kubasangayo zibicira mu nkambi kandi biri ku mupangu, icyo gihutu ngo ni Ntibantunganya cyari perezida kirengera urutwe ngo kigiye kubahumuriza kandi kizi ibiri kubabaho, bagize umujinya bagitera amabuye kihava gihungira muri embassy, wa mutindi we.. ngo ndavuga ibyo nabwiwe uzi uko ngana? niwowe uvuga ibyo bakwigishirije mu mashyamba ya Congo cg iyo za Dzaleka na za Zambia aho mwahinduye igicumbi cy' ingengabitekerezo ya genocide.

    • @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r
      @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r 2 หลายเดือนก่อน

      @@mugarurarugamba6111 Ngo mubitse ubwiru? Interahamwe zagize ubwiru kuva ryari? Ntibantunganya uri kurata ko atavuze ibyabereye i Bugendana aho benewabo b' Inziraguhemuka bari kakurikiye Abatutsi aho mu nkambi bari babahungiyemo kuva 1993 Ndadaye apfa bakongera kujya kuhabicira? Uzi uko byarangiye wa njiji we? Yavuze amahomvu ku bantu bababaye bishwemo amagana bahita bamuvuza amabuye akizwa na kajugujugu kubera ubwoba bw'ibyo benewabo bari bakireye Abatutsi ahita ahungira muri embassy asiga igihugu, Buyoya arakiramira. Ntimukunda impinduka muhora muri bimwe byanyu byo mu myanda mu bukene mu bujiji, niyo mpamvu mudakunda Kagame kuko ni umuntu wihuta mubyo akora, mushaka abatekera ku mihanda bakaharira arinako bahituma mbese ibyanyu ni umwanda gusa.

  • @adoumpmoussah939
    @adoumpmoussah939 2 หลายเดือนก่อน

    Menye uwishe umugore wanjye twasangira,burya ngo Ingoma idahora iba ali igicuma.Imyumvire nkiyo y, abahutu niyo itugejeje hano,ibyo tubyita ubunaivete.
    Wasangira nawe,aliko we yahita agushyiliramo ishyano.
    Habyalimana yasangiye na Micombero,mugihe amaraso yaba so yari ataruma,wabonye ibyamubayeho
    Abahutu tugomba kwiga kubaho nk, abatutsi,tukagira umutima nkuwabo.
    Muguhona kw,inkoko zisangira n,agaca...
    Vanaho rero ubwo bugoryi bwo gusangira nuwoshe umugore wawe!!!

    • @victorg7280
      @victorg7280 2 หลายเดือนก่อน +1

      None iyo uriko urumva ivyo ariko aravuga,wumva har ikindi kibitera usivye ubu "": naïveté ?Uko niko binjiye muri burya butegetsi bari

    • @LéonidasNahishakiye
      @LéonidasNahishakiye 2 หลายเดือนก่อน +1

      Muta, uvuze ukuri pee
      Tubwirizwa kubaho nkabo niba bishe natwe tukica

    • @adoumpmoussah939
      @adoumpmoussah939 2 หลายเดือนก่อน

      Nyamuhungo ati:Ubuntu bugira ugomba
      Ngo wasangira nuwagupfakaje!!!!
      Habyalimana yaje gusangira na Micombero,nawe watanze abahutu Banyarwanda kwa Kagame!!!
      Aliko burya iyo muli 2015 bicamo ntuba ukiliho..
      Nkurunziza yazaga gukina imipura I Butare
      Felix yishe Mudacumura ngo anezeze Kagame,nawe amwohrrereza Makenga Nkuko Nkurunziza bamwoherereje iliya wahushije coup d,etat.

  • @Kaka-s5g
    @Kaka-s5g 2 หลายเดือนก่อน

    Uyu niwe muhutu rwimbi .