MICHOU MIRACLE ararize kubera MISS BURUNDI//Nagwaye Hyper tension kubera//Kuvyarira muhira vyatumye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • MICHOU MIRACLE ararize kubera MISS BURUNDI//Nagwaye Hyper tension kubera//Kuvyarira muhira vyatumye
    #michoumiracle #missburundi2022

ความคิดเห็น • 67

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 ปีที่แล้ว +4

    Helloo bro Justin usigaye ufise Caméra ibona neza.Big up bro bandanya utera imbere bro.

  • @masterg3d955
    @masterg3d955 2 ปีที่แล้ว +2

    asha icukoze urikanga ubu star kbx mbe kuvuga ngo niwagenda bazibuka koharico wakoze ubu tuvugana ukoriki cank utegura kuzokoriki

  • @firefly9351
    @firefly9351 2 ปีที่แล้ว +3

    Juste , ntankeka ko uri muri top 3 muba journalistes bashoboye. Umusi vyashobotse uzoturonderere nkumugwizatunga azwi cyane adushingire intahe navyo bizotwubaka.

    • @jeanclaudenduwamungu2727
      @jeanclaudenduwamungu2727 2 ปีที่แล้ว

      Ayandi mazina turayazi mani

    • @s3bitv426
      @s3bitv426 2 ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/xhqJ5TPRbWo/w-d-xo.html
      Burya twagendana uri indyarya 😭

  • @misserica2121
    @misserica2121 ปีที่แล้ว

    @michou warubereweeee 😊

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 2 ปีที่แล้ว +3

    Michou numuntu wanje nukuri ndagukunda uvyumve ahuri Hose you are blessed

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 ปีที่แล้ว +2

    Hypertension kubera twebwe😳🤣
    En tout CAS uvuze ukuri🥰
    Ngo nkwifatire sha Mich,nubwambere nkubonye😜

  • @nadinenathan8257
    @nadinenathan8257 2 ปีที่แล้ว +1

    Warahise Michou, ntukeneye ko bagutahura… wewe batahure ahubwo kubona batagurahura.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 2 ปีที่แล้ว +1

    Helloo bro Justin usigaye ufise Caméra ibona neza.Big up bro bandanya utera imbere bro.

  • @jeanbertrandjambo1890
    @jeanbertrandjambo1890 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa Michou umuntu yifitiye clavier mur phone yiwe ahitamwo inyuguti yandika ashaka eeee kwandika n'ukwandika Hama kuvuga nakwo n'ukuvuga urarebana n'uwuvuze rero pana uwanditse

  • @mutimalecomedien2631
    @mutimalecomedien2631 2 ปีที่แล้ว +1

    Amajambo akomeye kand can uhoraho agukomeze can 🙏🙏

  • @niyonizigiyeoliviersipangw8190
    @niyonizigiyeoliviersipangw8190 2 ปีที่แล้ว +1

    Gaëlle nukur ww ndakwikundira cane gose uvyitwaramw neza cane

  • @desireirankunda3205
    @desireirankunda3205 2 ปีที่แล้ว +1

    Juste ndakeneye contact yaw bikund ndayihabw

  • @jeshi4988
    @jeshi4988 2 ปีที่แล้ว +1

    Nkwibarize mbe Ama yaba miss Ayo ma projet muhaya koduheruka muya présenta zihererahe ministère ahubwo irabijamwo itubarize nimba Ama millioni bagaba ngobariko batera kumishinga arayo bifurahiramwo

    • @multimilliardaire5589
      @multimilliardaire5589 2 ปีที่แล้ว

      Uvuze ukuri,ni babihagarike ntaco bimaze biter ubwibone n'ubwenge buke abo bakobwa

  • @irakozeanitha2684
    @irakozeanitha2684 2 ปีที่แล้ว +2

    Abisi Niko babaye mwihangane🙏♥️

    • @s3bitv426
      @s3bitv426 2 ปีที่แล้ว

      th-cam.com/video/xhqJ5TPRbWo/w-d-xo.html
      Burya twagendana uri indyarya 😭

  • @silvatondayizeyendayizeye7874
    @silvatondayizeyendayizeye7874 2 ปีที่แล้ว

    Michou yubahwe

  • @poeteosiasnivyayoofficial2354
    @poeteosiasnivyayoofficial2354 2 ปีที่แล้ว

    Ntiwovuga ko kumico yawe utazohindura na kimwe hama wizere ko uzoronka umusore afise ubwenge bwiyumvira nrza. Jamais

  • @poeteosiasnivyayoofficial2354
    @poeteosiasnivyayoofficial2354 2 ปีที่แล้ว

    Uyu mukobwa ni danger vrt. Umuntu adashaka guhindura? Kandi bizwi neza ko mariage atari guhuza imibiri gusa ahubwo muhuza n'imico yanyu iyibangamirana mukatiheba iyubaka mukayigumana

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 2 ปีที่แล้ว +3

    Kuvyara numugisha,mugabo nahonyene kuvyarabana kuri base batandukanye sivyiza,abana bakuze ntanakimwe uzobahanura,kuko nawe bakubonako warumusambanyi,indaya mbaya,

  • @Mkel890
    @Mkel890 2 ปีที่แล้ว

    Umuntu wese afise ububasha bwo gu comments ico yiyumbura. Liberté d'expression et surtout ku bintu nka birya vyaba miss, vya football n'ibindi. Nimba vyarakurwaje. Ni ibisanzwe. Mm Jesus a été. Critiqué. None umu miss Ni iki pour me pas être critiqué. Wewe uriki kuburyo urwaye umutima vyohungabanya igihugu cose? Gutuka abantu ngo baguze utu unité twa 200f. Ntutunze cane kuburyo wo critiqua abantu gutyo. We ugura bouquet ya 200,milles. Warabaye umumenyesha makuru ntutahure critique bisigura ko wakoze ivyo utize.

  • @Liauwa26
    @Liauwa26 2 ปีที่แล้ว

    Michou naringukumbuye ndagukunda cyanee

  • @axisspirit4850
    @axisspirit4850 2 ปีที่แล้ว

    Abantu barakuvuga uko bakubonye ahubwo wewe ubereka ibikorwa vyawe uko bigenda, comments ziguma muri comment section kandi twese turemerewe kugira ico tubivuzeko!!!!
    Hypertension, none warayanduye, ninde yayikwanduje??? Irandukia canke niwewe ufise un petit problème😁😁😁

  • @Joewilliams-n2l
    @Joewilliams-n2l 2 ปีที่แล้ว

    Ngo ndkwisavye uwundi ati ndakwiyimye😀😀😀😀😀 uratwenza Gael

  • @honorenono2161
    @honorenono2161 2 ปีที่แล้ว

    Ariko michou uvumwa na benshi ugatota?????
    Kandi aho ibinyakabaka bikoranira ntihab a habuze icapfuye

  • @amorymaizvalery6499
    @amorymaizvalery6499 2 ปีที่แล้ว

    Hypertension kuber twebw???😭😭ahubwo ntavyuzi

  • @johnny7142
    @johnny7142 2 ปีที่แล้ว +1

    👌👌we need #Trey zo and #Rappy boy right here🇧🇮📶

  • @alicengenzebuhoro9502
    @alicengenzebuhoro9502 2 ปีที่แล้ว

    Natere imbere umuntu ashirwa imbere n'Imana

  • @fulahaalice8618
    @fulahaalice8618 2 ปีที่แล้ว

    Ukonukur pe

  • @i.platinum8185
    @i.platinum8185 2 ปีที่แล้ว

    Genda kweli utwo turori turakubereye 🙌🏾

  • @vavaloveonlinetv204
    @vavaloveonlinetv204 2 ปีที่แล้ว

    Wp ntabwiza bwa miss afise arutwa na francine pe

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 ปีที่แล้ว

    ibaze ikiganiro ca michou kincitse ntakiravy hhhhhhhhhh

  • @rihanashurwe8345
    @rihanashurwe8345 2 ปีที่แล้ว

    Miracle nukur ahurihose ubyunve nukur ndagukund❤️ kuva kera nkwirikirana ibiganiro byawe nukur uritahira knd wishura nez ukuntu wishura ibyiyunviro bizima nukur imana ikuzigame cn gs ❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇸🇦

  • @arlenendayishimiye5580
    @arlenendayishimiye5580 2 ปีที่แล้ว

    Go ahaid Michou ndagkundaaaaa cane t'es mn idole courage👊👊

  • @fidelemanirambona2329
    @fidelemanirambona2329 2 ปีที่แล้ว

    Mureke arire arahaze kbs

  • @emilosniyonizeye3769
    @emilosniyonizeye3769 2 ปีที่แล้ว

    Michou kwisi ico civugo cawe ngo etre moi meme🙄 siciza.
    Umuntu yama ari umuntu haraho aba afise akageso kabi ace akagumana mgo moi meme?
    Ako nakarorero.burya rero umuntu nuwemera kubana nuwundi amahoro.akemera guhanugwa.

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 ปีที่แล้ว

    hama MIchou asa neza vrmnt avuga neza niminwa iri so Sweet but urize ntubegwa

  • @phidodidododo8805
    @phidodidododo8805 2 ปีที่แล้ว

    Urarota ubu star ubuhe ahaha

  • @kelvingameiro2066
    @kelvingameiro2066 2 ปีที่แล้ว +2

    nimba rero umuntu ukwagusanze ariko ategerezwa kukugumiza uzofiriwanyu udashats gutegekwa uzocuronder umuhungu urongora utegeka nayahandi uracahatevye kabsa

  • @lizaleyse5219
    @lizaleyse5219 2 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣😅😂😂😂

  • @aliceNdayishimiye5369
    @aliceNdayishimiye5369 2 ปีที่แล้ว +2

    Izo🕶️ziragutotse trop Michou😍

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 2 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤭🤭🤔🔥🔥🔥

  • @tharcissemanirakiza6654
    @tharcissemanirakiza6654 2 ปีที่แล้ว

    Abarundi michou uwutabazi niwe yobabazwa nivyuryamwana!! Ikiranga abarundi nugucanintege !!!! Hama nawe iconoguhanura: Gukora ikosa rimwe,kabiri sivyiza IL faut te corriger kuvangabana sivyiza kenshi kazoza Kabana Kabakabi psychologiquement birabafecta mumutwe!!!! Juste Coe conseil!!!!

    • @fn2921
      @fn2921 2 ปีที่แล้ว

      Ariko Michou mumushakahiki kweli? Kuvyara abana batandukanye base yabaye caché kuri we nkuko atahandi birakogwa??? Uzi abirigwa bazikorora uko bangana? Ico muzi nukwama mumucintege gusa. Nawe uri cokimwe nabo bose uri kugaya avec ton conseil mal placé.

    • @tharcissemanirakiza6654
      @tharcissemanirakiza6654 2 ปีที่แล้ว +1

      @@fn2921 oya je ndumu papa. Ndamuhanura nkuko mpantura inkumi zanje!!! Burya abana badasangiye base iyubafise niyobatakubwira ubwabo bonenye bakuze bakubonamwo irresponsabilite'!! GUsa nkabana Bobo ntacobakubwira baranuma ariko burya mubwonko bwabo ntibaba bameze neza.urasoma LA psychologie de l' enfant uzobona ivyonkubwiye leurs consequences!!!

    • @fn2921
      @fn2921 2 ปีที่แล้ว +1

      Izo ni conseils unsolicités kandi nawe arafise abamuvyaye.
      Peace✌🏽

  • @fn2921
    @fn2921 2 ปีที่แล้ว +1

    Michou look after yourself and ignore stupid haters comments ubundi wirerere abana bawe wahawe n'Imana mu mahoro n'umutuzo. Your private life ntanumwe ayishinzwe for God sake!!!! Uri umu dame mwiza cane kandi urashoboye my sister.
    WE LOVE YOU❤

  • @elmichontarev8954
    @elmichontarev8954 2 ปีที่แล้ว +1

    Uyo nawe amarira ntazohera kwiradio nokuma interview ziwe

  • @acirfakcalb3162
    @acirfakcalb3162 2 ปีที่แล้ว

    16:30 umviriza inyishu kweli😩 Idebe ryitemberera!!!
    Ikindi, Uyu mukobwa ni fake! Hama abasore babarundi tuzokwm turi abarundi!!! Ikivyariye nta valeur! Ni ubuzima!!!
    >>> Ntamugabo wobona yiyubashe! Isubireko!

  • @emerynimbona6515
    @emerynimbona6515 2 ปีที่แล้ว

    Je juge pas Ariko nkubonamwo kuba ingare à partir y'ivyo wivugiye. Hama for the record,abasore ntibakunda umuntu ameze uko. Good luck,Miracle.

    • @lysehk491
      @lysehk491 2 ปีที่แล้ว

      Ameze gut ? Bakunda abameze gut?

  • @worldwild3690
    @worldwild3690 2 ปีที่แล้ว

    None wewe baguteye inda uba kwa nyoko

  • @sandysshanny224
    @sandysshanny224 2 ปีที่แล้ว

    Ndamukunda michou ❤❤❤❤

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 2 ปีที่แล้ว

    😍👌

  • @Hello_Monday.11.01
    @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

    Be mureka utwo dukino wana
    Urya ntabwo yosohoka ngo aserukiye Uburundi wana non tuvuge ko amata yirabura kandi yera
    Gabanya ubujinga

    • @nadegeuwimana7544
      @nadegeuwimana7544 2 ปีที่แล้ว

      ninde ubona yoserukira uburundi kubwaw?hakuvuga nabi wopfuma utora brosse a dent ukibrossa

    • @languidendayisaba8378
      @languidendayisaba8378 2 ปีที่แล้ว

      Non nka wew uwoca azana nkawew cank umuntu womuri famille iwaw ubona yoba miss??bamureka kugayana ntasoni!

    • @benignendayizigiye4018
      @benignendayizigiye4018 2 ปีที่แล้ว

      Zana uwo ubona yoseruka tumurabe?

    • @Hello_Monday.11.01
      @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

      @@languidendayisaba8378 gabany doze wana urashobor kwigir kabizi kand nawe uri igopo itoboye epfo naruguru?

    • @Hello_Monday.11.01
      @Hello_Monday.11.01 2 ปีที่แล้ว

      @@nadegeuwimana7544 gapfushe wana

  • @thrgchcc4083
    @thrgchcc4083 2 ปีที่แล้ว

    Mbe michou nubu turacavuga ibyo binyororo wambaye kumaguru bisigura iki?

    • @belysegateka6339
      @belysegateka6339 2 ปีที่แล้ว +1

      Kuberiki umubajije ku maguru utamubajije ku maboko ,mw'izosi no ku matwi

  • @nzosabaeddy967
    @nzosabaeddy967 2 ปีที่แล้ว

    Amahera Canke Urukundo ?? Money or Love ?? Argent ou Amour ?
    umvira zino nyinshu fyonda hano kuri link th-cam.com/video/a1TZpD6qxm8/w-d-xo.html