Mika SENGAZI gukorana nawe vyaratugoye cane ariko yaratevye atubwira ubuzima bwiwe bwa comedie

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ส.ค. 2024
  • SENGAZI Michael aherutse gutwara agashimwe ka Prix découverte RFI 2019. Akaba ari umu comedien w'umurundi ariko asanzwe aba mu Rwanda akaba amaze no kuhakorera ibintu vyinshi, yatubwiye nuko ari mubatanguje #ComedyNight
    Yagerageje kugereranya comedie yo mu Burundi niyo mu Rwanda naho bisa nivyamugoye gato.
    Siga comentaire utubwire ico washimye canke wagaye.. usige nintererano yawe🙏
    Dukurikirane kuri Page FACEBOOK, Instagram, Tweeter tuzoshima nawe ushime
    #MichaelSengazi #ParlementDuRire #Comedy #SirenVibes

ความคิดเห็น • 101

  • @deborahmwamikazi9005
    @deborahmwamikazi9005 4 ปีที่แล้ว +4

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Micka urikosa ryigize umuntu vraiment!!! Wewe ndakubona nkatwenga utaranavuga! Big up guys!!

  • @mariamam5719
    @mariamam5719 4 ปีที่แล้ว +6

    Abiwancu ndabakunda na kigingi gasore👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @thesecretoflife4594
    @thesecretoflife4594 4 ปีที่แล้ว +4

    Uyu muhungu ndamukunda muzamusuhurize. France turabakunda cyane

  • @zainabuamadi8215
    @zainabuamadi8215 4 ปีที่แล้ว +4

    Uyu mutyp aratwenza 😂😂😂😂😂mishu gira ugure igisokozo

  • @prospernshimirimana6043
    @prospernshimirimana6043 4 ปีที่แล้ว +7

    Merci saana Hosy kutuzanira Michou Miracle abifisemwo experience,like vrma

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 4 ปีที่แล้ว +4

    Sengazi araciye ubwenge can nahabwe umugisha

  • @ndizerabernice7971
    @ndizerabernice7971 4 ปีที่แล้ว +4

    Ngo yaraye anyoye jus ikaze😂😂😂😂😂

  • @mr_ingabire
    @mr_ingabire 4 ปีที่แล้ว +5

    Michou:"kuva muri droit ukaja muri comédie vyagenz gute"
    Sengazi:"nasohotse classe"
    🤣🤣🤣💀
    Bonne vidéo kabisa le mec est vraiment talentueux !!

  • @mucyojean7617
    @mucyojean7617 4 ปีที่แล้ว +3

    Michou miracle nimwizi disi, Sha ndemeye kbsa

  • @egidensavyimana3962
    @egidensavyimana3962 4 ปีที่แล้ว +48

    Uyu mu type aranyica arimurwanda avuga ikinyarwanda cuzuye ariburundi akavuga ikirundi cuzuye

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka 4 ปีที่แล้ว +6

      Nta gitangaza kirimwo...Izo ndimi zombi yakuze azumva mu rugo iwabo kuko avuka ku babyeyi, umwe akomoka i burundi undi agakomoka i Rwanda.

    • @coronavibes247
      @coronavibes247 4 ปีที่แล้ว +4

      Hhhh nu mu metis

    • @travelerschannel8297
      @travelerschannel8297 4 ปีที่แล้ว +1

      Numu 🇷🇼 akaba numu 🇧🇮

  • @florakamikazi4683
    @florakamikazi4683 4 ปีที่แล้ว +5

    Vyiza gose. Courage pr vs tous.

  • @mtokambaliSHEMA
    @mtokambaliSHEMA 4 ปีที่แล้ว +1

    😂🤣🤣🤣🤣🤣 ndabakenguruciye cane gose!

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 4 ปีที่แล้ว +5

    Sengazi ararenze kwe😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Michouu yahuy na mois Seriennnnn kbsa

  • @ugirinshutichris728
    @ugirinshutichris728 4 ปีที่แล้ว +6

    Hy guyz I like this Young lady so much how she acts ,reacts and smile plz visit Kigali only once

  • @enockado9040
    @enockado9040 4 ปีที่แล้ว +8

    Big up sana Michou.
    Komerezaho mukobwa wacu.

  • @gikoronickyfred2840
    @gikoronickyfred2840 4 ปีที่แล้ว +5

    Yo Michael 😂😂, Umutima munini... umutima muto, hein 🤣🤣🤣

  • @luckynile1264
    @luckynile1264 4 ปีที่แล้ว +5

    Rosi wagize neza kumuha akazi michou hahh

  • @esnophken5288
    @esnophken5288 4 ปีที่แล้ว +3

    bro SENGAZI urarenze mugutwenza kabisa with Michou Miracle

  • @sportpremium8298
    @sportpremium8298 4 ปีที่แล้ว +4

    Sengazi courage vrt urashoboye 💪

  • @PierresPerfect
    @PierresPerfect 4 ปีที่แล้ว +3

    Thanks Michou Miracle and Mike Sengazi , well done guys...

  • @yvannkuzimana237
    @yvannkuzimana237 4 ปีที่แล้ว +4

    sister urashoboye kbx

  • @chancelineishimwe7923
    @chancelineishimwe7923 4 ปีที่แล้ว +5

    So simple ☺, so funny🤣, so honest😍, komeza utera imbere IMANA Ibe muvyawe ariko kandi Ikurinde kugandagura ikirimi😂😅

  • @mugishadama8746
    @mugishadama8746 4 ปีที่แล้ว +4

    Nce interview ever and ever thanks michou💓💓💓💓

  • @kingdomwatchmanministries2230
    @kingdomwatchmanministries2230 4 ปีที่แล้ว +6

    Don't tell Rwandese funny accents in French, English even in their Kinyarwanda...happy to see funny Burundians...

  • @zuzubintabdu4701
    @zuzubintabdu4701 4 ปีที่แล้ว +5

    Eeeeheeee vyukuri ntubeshe tugir cotisation tugurir igisokozo Michou kko iyo cheveux irarenze

  • @theeyezaak6899
    @theeyezaak6899 4 ปีที่แล้ว +5

    😂😂murafis portail..

  • @donarldjerry94
    @donarldjerry94 4 ปีที่แล้ว +5

    Je nkunda Michou gusa

  • @Tracks777
    @Tracks777 4 ปีที่แล้ว +3

    amazing stuff

  • @IntoreSegihembe
    @IntoreSegihembe 4 ปีที่แล้ว +7

    Michou usigay wiyambiza?😂😂😂😂😂

    • @AllaboutHosy
      @AllaboutHosy 4 ปีที่แล้ว +1

      Yooooo😂😂😂😂

  • @habonimanaobert1419
    @habonimanaobert1419 4 ปีที่แล้ว +4

    Big up sana

  • @hajishabanihajishabani9030
    @hajishabanihajishabani9030 4 ปีที่แล้ว +3

    Jamaa sengazi comedy analadhimisha ntayishoboye.

  • @tubivugetalkspace1775
    @tubivugetalkspace1775 4 ปีที่แล้ว +4

    Negsi video i bet i will watch it..but make sure it will be yours😂

  • @guyelvis9258
    @guyelvis9258 3 ปีที่แล้ว

    Siren vibes TV courage ino show no nbr uno kwl

  • @user-bc3rb8eb3b
    @user-bc3rb8eb3b 4 ปีที่แล้ว +4

    🤣🤣🤣🤣Nyambafu

  • @alainbigero8609
    @alainbigero8609 3 ปีที่แล้ว +1

    Uyumu Sengazi aratesa

  • @oluwaburundi698
    @oluwaburundi698 4 ปีที่แล้ว +4

    Sirene Vibe✌

  • @ndayishimiyejeanine4129
    @ndayishimiyejeanine4129 4 ปีที่แล้ว +2

    Courage

  • @kayitarechristian1136
    @kayitarechristian1136 2 ปีที่แล้ว

    Courage kbx

  • @Tracks777
    @Tracks777 4 ปีที่แล้ว +2

    nice content

  • @mugungagodfrey1126
    @mugungagodfrey1126 4 ปีที่แล้ว +3

    Murasa neza Guys nibiganiro byanyu kiraryoshye

  • @aliyuasman9938
    @aliyuasman9938 4 ปีที่แล้ว +3

    J valide

  • @aimableirankunda8332
    @aimableirankunda8332 4 ปีที่แล้ว +3

    Michael urumuti wamenyo kabisa

  • @habakuramaabdou3611
    @habakuramaabdou3611 4 ปีที่แล้ว +3

    Micheal Sengazi ni umunyarda

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 ปีที่แล้ว

      N'umurundi gusa aba nu Rwanda ninaho akorera

    • @gasanajacques2247
      @gasanajacques2247 4 ปีที่แล้ว

      Siren Vibes TV afise umuveyi umwe w’umurundi nundi wumunyagwanda

    • @karangwa2315
      @karangwa2315 ปีที่แล้ว

      Nationalite Congolaise d'origine burundaise vivant au Rwanda

  • @irchris
    @irchris 4 ปีที่แล้ว +6

    Micha arimubantu bantwenza nkakumbagara

  • @patrickbazompora796
    @patrickbazompora796 4 ปีที่แล้ว +4

    nice interview

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 4 ปีที่แล้ว

    Nubu amasoni arakwishe déjà🤣🤣🤣

  • @johannahkashemwa397
    @johannahkashemwa397 4 ปีที่แล้ว +4

    Mika, #mishou j'attends l'interprétation, je suis entre de comprendre 30% Mika, miss you kabisa 😂

  • @majepialain3948
    @majepialain3948 4 ปีที่แล้ว +5

    Bless up to Michael. Ariko Sirene namwe kwli? Abarundi bose bagira comparaison kuburundi n'urwanda. On dire k dufise faiblesse ku rwanda

    • @anithairakoze8104
      @anithairakoze8104 4 ปีที่แล้ว +4

      Majepi Alain , comparaison ishobora kwigisha, hari ibintu dushobora kwigira ku Rwanda canke u urwanda rukigira k uburundi.

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka 4 ปีที่แล้ว +2

      Uvuze ukuri. Izo comparaisons zintera isesemi.

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 ปีที่แล้ว +1

      Bagira comparaison bivanye nuwo muntu experience aba afise kurivyo bihugu vyose

  • @maeli6300
    @maeli6300 4 ปีที่แล้ว +5

    👍👍👍👍👍

  • @semigabogalilee9203
    @semigabogalilee9203 4 ปีที่แล้ว

    Comedians make jokes automatically while they are having a normal conversation

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 4 ปีที่แล้ว +7

    Micha &Michou interview yari ya bien sana big up to yourself🤞

  • @mutabaziceleus3201
    @mutabaziceleus3201 4 ปีที่แล้ว +5

    🤣🤣🤣Igihangange mugusetsa pe! 🤝

  • @theeyezaak6899
    @theeyezaak6899 4 ปีที่แล้ว +4

    Messieur "ni bon"

  • @dieu_merci
    @dieu_merci 2 ปีที่แล้ว

    Hy mwazampuje na Confy plz

  • @k.g.lupdates1517
    @k.g.lupdates1517 4 ปีที่แล้ว +4

    Kurik Bihwahwanya kur youtub

  • @kangabephionah6289
    @kangabephionah6289 4 ปีที่แล้ว

    Ibyiza micheal ndgkunda cyne

  • @jacqueshakizimana3353
    @jacqueshakizimana3353 3 ปีที่แล้ว

    Coooooool

  • @jamesnibaruta2886
    @jamesnibaruta2886 4 ปีที่แล้ว +3

    michou urashoboye cane interview ya bien

  • @jeaninewalda493
    @jeaninewalda493 4 ปีที่แล้ว +3

    Eeeeeee Ni vyo mama Papa bwenge na Mama bwenge baseste bafouse

  • @joshuacomedian7895
    @joshuacomedian7895 4 ปีที่แล้ว +6

    Yo mika! Mba mbambareba! Hhhhhh

  • @merilmuzaneza9226
    @merilmuzaneza9226 4 ปีที่แล้ว +4

    😂😂😂😂😂😂

  • @mugishaadelard8143
    @mugishaadelard8143 4 ปีที่แล้ว +2

    Sinzi kwari jw jenyen nabibony me mbona umeng michou ari attire par ce gars

  • @Evrosen12
    @Evrosen12 3 ปีที่แล้ว

    2 Much imipfyino no gutwengatwenga ubusa.

  • @evewinny5798
    @evewinny5798 4 ปีที่แล้ว +4

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅

  • @alainwalterrwota1868
    @alainwalterrwota1868 4 ปีที่แล้ว

    Ce type ari fort,

  • @alainwalterrwota1868
    @alainwalterrwota1868 4 ปีที่แล้ว

    Bro you're smart

  • @mungamauridi491
    @mungamauridi491 4 ปีที่แล้ว

    Nice job

  • @burundipixelproduction3326
    @burundipixelproduction3326 4 ปีที่แล้ว +3

    arino

  • @aristidendayubaha6114
    @aristidendayubaha6114 4 ปีที่แล้ว

    kigingi igifaransa nuryako j nsindumva uvuga igifaransa cank icongereza ngo tuzokujane muri parlement du rire

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 4 ปีที่แล้ว +4

    🇧🇮🇧🇮🇸🇦🤣🤣🤣🤣🤣🤣👍🤣👍

  • @deletedaccount8868
    @deletedaccount8868 4 ปีที่แล้ว

    Numuri canke numunyarwanda ??

  • @fabricecigumije3803
    @fabricecigumije3803 4 ปีที่แล้ว +4

    😂😂😂😂 kumbe subscribe nikwiyandikisha? Ni inscription kwl

  • @thingstoknow5129
    @thingstoknow5129 4 ปีที่แล้ว +7

    Karibu mwese kuriyi chaine ibaha ama parole y'indirimbo z'abarundi fyonda aho👉👉 th-cam.com/channels/YculwK0hsQtmfyEs-kVyDQ.html

  • @budebadesmarest9219
    @budebadesmarest9219 4 ปีที่แล้ว +4

    Like this interview badshytt🔥🔥🔥

  • @ckprofessional5648
    @ckprofessional5648 4 ปีที่แล้ว +4

    De la Michou....

  • @ibrahkikina3383
    @ibrahkikina3383 4 ปีที่แล้ว +6

    urumugesera rastaman urashika buja ukavuga ikirundi ndaq washika ikigali urunyarwanda ukarumatura petit yangu

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว

    😆😆😆

  • @douglas2513
    @douglas2513 4 ปีที่แล้ว +3

    Mb chaîne ya Sengazi yitwa gt?

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  4 ปีที่แล้ว

      SenMika umengo kur Instagram

  • @daviirakoze
    @daviirakoze 4 ปีที่แล้ว +2

    Ooooook

  • @jothamjotty8061
    @jothamjotty8061 4 ปีที่แล้ว

    Ngo Abanyarwanda bavuga? Muturusha c icyongereza mwa baswa mwe!

  • @umutoniappolonie2617
    @umutoniappolonie2617 4 ปีที่แล้ว +4

    Ababyeyi be bamukoreye IKIRIYO ARI MUZIMA azira kuva mu idini kavukire/UBUHAMYA bubabaje bwa Shakira: th-cam.com/video/fSWGSQ5bYKY/w-d-xo.html

  • @blingchrisbrown6430
    @blingchrisbrown6430 4 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂