Super ton enfance Dacia. Biraryoshe kuba m'ubuto bwaw atakibazo ufise. En plus tu es intelligente et décisive. Ta liberté d'esprit est un atout que tu dois garder à tout prix. Seulement ce que tu as, manque aux nombreux burundais et burundaises comme toi. Qui ont fuit juste pour leurs opinions. Nawe ce cas de burundaises se trouvants dans des camps de réfugiés tu l'évite kumvo zumvikana. Même na Hozi ntiyubahuka kubavuga. Pas kuko mutabizi mais kubera mutinya. Ce fait de nous limiter dans nos idées par nos dirigeants bizodusubiza inyuma, bitwicire n'incabwenge zacu
Mon fils a presk 6ans et il est aussi autiste! Ntivyama vyorosh mais bon! Ce sont nos bébés 😇 tubakunda kubi😍nzoza ahubwo hosy aduhe ikiganiro tubivuge ivyiyo ngwara abantu bayimenye kuko haribenshi batayizi bagafata abobana ukutarikwo!
L'autisme est un handicap dont les manifestations sont décrites sous l'intitulé de Trouble du Spectre de l'Autisme (TSA), c'est un trouble neuro-développemental,si ingwara. Hariho ishure ryitwa Thalitha Koum-Autisme Burundi riri i Bujumbura
Mwaramutse neza.
Kubifuza gushigikira AWOR mu bikorwa vyayo mwokwandikira Dacia kuri Mail yiwe daciamunezero@gmail.com. Muhezagirwe
Mbayeee uwamberee 😍🔥abakunda Hosy nkanjee mump am likes🔥🥰🇧🇮🇧🇮
Tu as raison de te réjouir de chaque petite victoire de ta petite fraise Maya. Tu es braves Dacia et bon courage !❤️
Nahora ndamukunda Dacia ubu bibaye au carrée. ❤❤❤❤
Je ne savais pas que cette femme était si forte jusqu'à ce point , bravo à elle et bon courage..... Super woman ❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰
@dacia narigeze ku mubon mur ville😫I was like :go tell her that you love her 😂😫🤌🏾but I was so shy🙈
Dacia ico nkwigiyeko ni résilience ufise uraba le bon côté des choses mubintu vyose bigushikira....kukwumviriza sinataye umwanya
Dacia disi ndagukunze irigira kand vrm urakora kubwaband ukunv ibintu vyaband bikuruhishije nukur wunv kw'Imana izobiguhera umugisha💞💞💞💞💕💕💕💕💕
Super ton enfance Dacia. Biraryoshe kuba m'ubuto bwaw atakibazo ufise. En plus tu es intelligente et décisive. Ta liberté d'esprit est un atout que tu dois garder à tout prix. Seulement ce que tu as, manque aux nombreux burundais et burundaises comme toi. Qui ont fuit juste pour leurs opinions. Nawe ce cas de burundaises se trouvants dans des camps de réfugiés tu l'évite kumvo zumvikana. Même na Hozi ntiyubahuka kubavuga. Pas kuko mutabizi mais kubera mutinya. Ce fait de nous limiter dans nos idées par nos dirigeants bizodusubiza inyuma, bitwicire n'incabwenge zacu
Wow Womanhood is proud of you Dacia 💯 keep going 🚤
Dacia, waritahuye cane. Abana bafise des besoins spéciaux bakeneye aba mamans nkawe! Blessings.
Music is therapy 🎉🎉🎉
Wooooooooooo courage caneeeee Dacia that is what w call golden heart keep shining in Evrything 🎊🎊ur are so blessd
Mon fils a presk 6ans et il est aussi autiste! Ntivyama vyorosh mais bon! Ce sont nos bébés 😇 tubakunda kubi😍nzoza ahubwo hosy aduhe ikiganiro tubivuge ivyiyo ngwara abantu bayimenye kuko haribenshi batayizi bagafata abobana ukutarikwo!
Karibu cane tuzobakira
Wow Dacia vrmt 👏🏾👏🏾 ugume wumviriza abandi ubafashe
Dacia t'es vmt super!j'ai besoin de ton coaching de soutien aux femmes et en enfants en situation de vulnérabilité psychologiques!
Osée ur'umuntukazi muzima vmt...j'aime bcp ta mission!
Hosy urumukozi vrt👍courage uzogera kure🥰
2:07 - 🥹 I know, courage shannnn ❤❤
Merci beaucoup Siren 🚨 😘
Dacia bzu😊😊😊😊 na courage peeee imbere ni heza ❤❤.Hosy bzu nawe sha😊😊😊
Ndaba préféra
Ndabakunda
Ndamukunda Dacia disi🤗ari funny cane
Waouoo my journey cha mr6 hosy mr6 mutebutsi
Dacia tumeze cokimwe naje navutse mubahungu benshi nkura numva karibo bagenzi banje nimikino nakina yose yabahungu nabakobwa ariko cane cane nakunda imikono yabahungu nimubuzima nkura mfise umutima wokugira abagenzi babahungu
Dacia ariko ategura ijuru , Dacia courage n,ibindi uzobishika
Dacia courage nkunda ivyiyumviro vyawe
Merci pour l'émission Hosy😍😍
Courage courage
Dacia courage sha gufasha abandi ni vyiza najewe harumubanyi tubana vraiment ameze faux ndamufasha uko nshoboye mais afise abana asa nuko abahanze vraiment bazungurukije ibitenge nibirago kubiti nta miryango nta dirisha
Dacia wacuuu
Azokira...😄
Kdi utera inkuru NK pt frère hhhhhhhhhhh le grand guitariste
🙂👍🏽
❤❤❤❤❤❤
Yooooooo
🥰🥰🥰🥰🥰
Biraryoshe kubonana n'umutegetsi Uzi icarico 😄
😍😍😍😍😍😍😍😍😍
Wagwan wagwan jtm les femmes fortes
Dacia vraiment nukuri moi nitwa Kanyange vraiment umpe nanje ndufashanye
Mwandikire kuri instagram yiwe
@@sirenvibestv azotwishura none?
courage muvyo mukora vyose
Dada ntubwire ko ata ndirimbo uzi udasiba concert gospel hahahha
❤❤❤❤p
None muduhe ama numéro tworodererako aho twoca kugira tufashe burya ntituribose nukuri
79924697
Ndaryohewe niki kiganiro
Sa?
1:49 Uwomwana aramujana mu Rwanda bamuvure azokira bien
L'autisme est un handicap dont les manifestations sont décrites sous l'intitulé de Trouble du Spectre de l'Autisme (TSA), c'est un trouble neuro-développemental,si ingwara.
Hariho ishure ryitwa Thalitha Koum-Autisme Burundi riri i Bujumbura
Autisme ntivugwa
Erega mwanditse ngo #Aryamana n'abahungu ni 👿
Nanj nakanguts😀
Tworonk numéro ya Dacia gute??
mwotubwira ingen vyogenda pour adhérer muri son assossiation?
79924697 c’est son numéro
Ryooo Dacia arasenga vrmt Hosy uramubeshey sivyizaa😀😀😀 turamaz guhurira muba Dominicain un certain dimanche et d'ailleurs umnga yaranasangiy bien sûr Dacia ndakuvugiy mazeuuu😂 😂😂😂
😅😅😅😅tubabarire
Nanj mpora ndakubona cathédrale