I pray and hope ko Abarundi bazi umugisha bafite muri Prezida Evariste. Jye ndi umunyarwanda ariko nezezwa cyane no kumenya byinshi ku Burundi kubera NEVA🙏
president NEVA ni president mwiza cyane muri kano karere ndi umunyarwanda ariko nkunda urugero rwiza aba ari gutanga ku banyagihugu urabona ukuntu aba atera courage abanyagihugu kweli nk'ibi iwacu ntiwabibona ariko bravo iyaba nari mbonye ukuntu nakibera i Burundi hararyoshye kweli
Ubwo ngaho ufise ukuri ugwanda nitwe dufise urwanko (rwiki????) abarundi na bakongomani muragomba guhura na YESU KRISTO umukiza,Kandi nukubera abarongozi banyu baguma bababesha....
Umunyabwenge se ni wa wundi wirirwa yica akananyereza abaturage be ataretse no kubuza abaturanyi amahoro? Wabize neza koko" Nta murozi wabuze umukarabya"!
Ibi ntabwo ari President ubikora aka nakazi kabanyamakuru ubu c wambwira ko president aba yabuze ikindi akora unva Uburundi muzagumya muri nyuma pee nta president mufite
Abarundi na perezida wanyu turabasabye muzatubabarire rwose mugume mwugare imbibe kuko rwose hari hagize kabiri tutabona akavuyo k'indagara namamesa mu Rwanda. Rwose nkuko muvuga ko mwihagije, nimwugare turebe aho muzakura igitoro ba sha!. Akimbwa kashobotse niko mu kinyarwanda bavuga. Mugume mukubitirwe iwanyu plz don't bring ur shit in my Rwanda❤
@@user-tf8oi3nc5rnuko ahubwo aribyo ashoboye, ibindi ntabyo azi ubu weho ubona Neva yakwicarana na macron cg Biden? Bakavugana iki c? Imikeke nibiraya 😂? Umwimbo nindagara c? Ngaho mbwira ico baganiraho seriously. Ariko kuba yahura numuturage nkuko, gutaha ivomo risha muri quartier nutundi turimo nkutwo Niko kazi ashoboye not being a president
H E evariste ndamukunda cyane wanga agasuzunuro rwose I'm in Rwanda sending love to my brothers from Burundi
Hahaa! Tugomba kwibera abarundi!
O
..,,......
Jye ndi Umunyarwanda ariko nkunda uyu mu Papa (NEVA) nka Papa wanjye bwite🥺✊🥺.
Uhezagirwe cn natwe abarundi turagukunda❤❤❤
@@bigshaq1177 urabuzwa iki c Sha, ko abacumbikiye agiye kubigisha uko bafata urwanda 😂🤣
Ariko nubundi murabeshya muzigemura
W❤ jyewe Ndi Umurundi kazi wakuriye murwanda nonge gusubirayo navuyeyo nfite 2 nsubirayo nfite 39 😮😮 ndabakunda nanyarwa turi abavandimwe tujye dusengera ibihugu byacu bikundane naho NEVER wacu Jehova amurinde ❤ tumukunda turi benshiì Hezagirwa Mutama
Papa Burundi turabashimiye kwicarana numuturage rwose imana bress cyane
I pray and hope ko Abarundi bazi umugisha bafite muri Prezida Evariste. Jye ndi umunyarwanda ariko nezezwa cyane no kumenya byinshi ku Burundi kubera NEVA🙏
they way uri kongeraho ko uri umunyarwanda nicyo gitangaje , wagirango abandi banyarwanda ntibakunda uburundi
Ubwo nuko munganya ubwenge...Ikicucu gihuye nikindi babwirana ngo turi basungura😂
@@raphaelmbonimpa5356 wewe niwewe ufite ubwenge kubera ubwenge bwawe bubona kumazuru gusa ariko iyaba ubona kure uba ugira ico wubaha warofa we abantu nkamwe nimwebwe bansi bamahoro
Nkunda president w u Burundi
Imana iguhe umugisha kandi izakurinde abagome nabagambanyi ufite abantu benshi bagusengera
president NEVA ni president mwiza cyane muri kano karere ndi umunyarwanda ariko nkunda urugero rwiza aba ari gutanga ku banyagihugu urabona ukuntu aba atera courage abanyagihugu kweli nk'ibi iwacu ntiwabibona ariko bravo iyaba nari mbonye ukuntu nakibera i Burundi hararyoshye kweli
Nukuri ndanezerew nukuntu umuvyeyiwacu nyenicubahiro yitayeho abantubos mukubashigikir mumigambi yiteramber kok numujama wugwaruka❤
Le Burundi est beau ! Quel bel paysage. Franchement, les burundais doivent se mettre à l'agriculture et l'élevage. ( muhe amata abana, bakure neza...)
imbere cyane mutama 💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾🤜🏾🤜🏾🤛🏾🤛🏾💪🏾💪🏾
From Rwanda. Nkunda uburyo uyu mugabo yancourageant abahinzi ba kijyambere. Kbs courage.
Moi même burundais je le remarque mais surtout que le Rwanda et le burundi sont de beaux petits pays 🇧🇮🤝🇷🇼
Nukuri ndakunda uyu mu papa cyane mukwicisha bugufikwe nukuri Burundi murahiriwe
Nyenicubahiro komerezaho,natwe mukayanza twafashe iyambere, Mugabo mugisata c'ikawa dufashwe nabi dukora duhomba
Courage muzehe president of Burundi
Uyu mukuru wigihugu cyuburundi ntamunta cyane acya bugufi pe ❤❤ from Rwanda ❤❤❤❤
Natwe muduhe ikaburimbo murigishubi gitega❤natwe twitezimbere mubikorwa mwaradusize inyima yamajyambere kuko gishubi mwayimye ikaburimbo murigitega nzima😢😢
😂😂😂none witeguriye gutezwa imberbe nikaburimbo?
❤ibinimbonekarimwe nyenicubahiro mukuru wigihugu ciza cacu
Bravo mutama, numva abarundi mugifise umutima wo gufashanya uwo ni umuco mwiza BRAVO
Umuvyeyi wacu Imana imurinde gusa ibisigaye ndazi nibigeragezo kandi vuba tuzobivamwo turagushigikiye muvyeyi wacu kandi turagusengera
Merci cher président ukuntu uriko untera intege abashaka kwiteza imbere. Imana ikutuzigamire
Ni byiza cyane ; erega ikibazo cy'Afurika yose n'uko secteur ya production yasuguwe kandi aliyo yubaka amajyambere niyo musingi . Ariko na none Nyakubahwa nimushake uko mubana neza n'abaturanyi muhahirane ; mutizanye amaboko.
Ikibazo kirimurwanda nibo bafis urwanko nayabarundi turi beza pe
Ubwo ngaho ufise ukuri ugwanda nitwe dufise urwanko (rwiki????) abarundi na bakongomani muragomba guhura na YESU KRISTO umukiza,Kandi nukubera abarongozi banyu baguma bababesha....
Komereza ahonyene mutama nanje uzongendere.
Papa wabarundi njye ndumunyarwanda ariko siho mba ndashaka kuza gushora mubundi kubera ikiganiro cyanyu none bisabiki kuza iwanyu
karibu cane
Mbegimisozi myiza
Your excellent impanuro zawe zingaruriye ikizere
nyakwubashwa ndagufana nanje ubu narajijutse kweli
Icyo namwangiye nuko ngo Ashaka kuza gusenya urwanda. Yabivugiye Kinshasa kandi natwe Abanyarwanda dukunda igihugu cyacu amagamboye yatuma tumurasa kandi bitari muri gahunda. Ajye acontrora amagambo avuga.
Ibi kuba babivuga barazi ivyobapfa, rr nkatwebwe batobato, numva atavyishi twobivugako, kimwe turakundana 😊
😢😢
Wagirango abanyarwanda ni bo bazi igisirikali bonyine!
wanyoye imvange
Merci President🇬🇧 ❤
Ikiganiro ciza cane,kiduhimiriza aba jeunes kuja kukivi,nanj ndashaka kurima ariko utahe ntawo ngira😢
Nyakubahwa tubisabire umuyagankuba udukwiye kuko nimwe dufise❤
Umukuru w' Igihugu yahindutse umumenyeshamakuru: ni Vyiza.
Yoo nibyiza di
Murakoze namwe Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi
Naje mvuka i Bujumbura mu Bwiza naragendeye i MUKIKE narabonye ko araho kuba no kuharangurira umugambi y'uburimyi n'ubworozi.
Vuba naratumye bandonderere itongo nzokoreramwo , ndacarindiriye , murakoze Nyenicubahiro kuza muratwugurura ubwenge turabishima cane gose🎉❤
Guma kungoma mutama
Nyakubahwa, mukike muyironse ibarabara nkuko mwavyemeye Mukike yoshobora kugaburira iguhugu cose
Nibangabire iyo .Mirima yabuze abayirima nanj nirimire
Ndabashimiye cane mwubahwe ndakeneye inimero yuwo murimyi tuvugane uko nzoronka imbuto yo kumutasuro
Nyakubahwa nyenicubahiro ndabashimiye cane gose kuntege mudutera buri musi
Nkomeza kwiga
Uyumugabo acisha bugufi dore agatebe yicayeho umunyamakuru umubaza 😂😂😂😂😂
Igishingantahe kabisa.
Uburundi nibwiza
Iki kiyago kirakomeye cane
Kiraryoshe cane Mose
Ndareba aya masanamu kanyibutsa iwacu masisi
Humura Kagame azabasubizayo
Mutama wacu
Ibibazo arigusubiza ntabwo aribyo arikuba yabajijwe
Kuramwo ivyogufasha ibindi uvyihoze
gusa umuntu yumva ntabura ico akuramwo
Good
Inka ya Mukike,kera hahaha
😊💖
Mwigisha mwiza!murashoboye igihugu muzogishikana ningog
Nukuri abamenyesha makuru nibize papa nukuri ntibazi akazi kabo bara duha akazi then we live amahanga
Burundi mufite paysage nziza pe.biragaragara ko ubutaka ndi kubona kuri video hera cyane
Uburundi burasaneza rwose
Komera Nyenicubahiro uko ni ukuri kuzuye.Ibinebwe nivyumvireho
Ubwo nibwo Burundi bw'ukuri
Musitanteri wa Mukike ni icitegererezo
Naduhe udufoto tuzomwegere tumuyagishe kugira natwe turime .Umutahe wambere n ivyiyumvira vyiza
Ureke kuvugameshi besha abarimiro biwanyu
Iki kigabo ngoni Neva cyari gikwiriye gufata isuka kigahinga gusa, kuko ntakindi cyashobora😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 cyavamo igihinzi cyiza
Kubaha ningenzi muvandime kugirango tutagirwaho umuvumo
Baragusya baragukebagura none ni president wuburundi
Yabuzwa n'iki ko umutima wo gutera no kwica abanyekongo atawubona?
@@NiyonsabaFulgence-tq3gr ese uri umurundi cg uri umunyarwanda? Arko sinakurenganya ngo Burundi ntamakuru mujya mumenya? Wasanga utaziko hari nabasirikare buburindi bashiriye muri Congo ngobagiye kwica abatutsi bomuri Congo, nonese nimba ntamutimawokwica agira kuki yohereza ingabo ziwe ngozijye kwica abandi? Sinabarenganya kugira president wikigoryi usinga namwe muri ibihoryi gusa
@@pattoh6855 Abo barundi bagiye gukumira ko mwica Abatutsi bo muri Congo mukabyuririraho mufata ubutegetsi nk'uko mwabikoze mu Rwanda ariko kandi ngo ibuye ryagaragaye ntiriba rikishe isuka kandi nta giti ntigikora umugabo mu jisho kabiri! Uzabaze Sud Kivu Abanyamulenge bagize agahenge aho ingabo z'u Burundi zihagereye!
Irambire nyakubahwa i mukike uvuga rimwe tukakumva 10 kwl
Murasubiza abavunjaye basubire gukora les devises zizoza
Nibyo ibyo umukuru wigihugu avunga ndabizi nukuri natwe yikorera
❤❤❤
Niba ushaka Amahoro rero ukure Urwanda mukanua..kuko uko ushaka amahoro iwawe niko natwe tuyashaka irwanda..ushaka amakoro ariko urimurira interahamwe iwawe iburundi 🤔???
❤❤❤🕊️
Numva arivyiza,gusa ahubwo Paeej niduhe imitahe kugatwe k'umuntu kuko harigihe ubura umugwi w'abizigirwa mukorana.Bibanye nuko twebwe Abantu dufise igeso nzitandukanye.
Mutama yubahwe cane
Ikiganiro ciza vrt
😢lgishubi turacarira mwatwimye ijaburimbo twitezimbere kuko nitwe tutagira no ijaburimbo murigiteganzima😅😅 57:39
Ariko Neva afite impano yokwicisha bugufi pee imigisha ikomeho neva
Ark nti mugashukane Inshingano President afite ntabwo yabona akanya ko gusura abahinzi Bose cyangwa abandi bikurimo biyubaka
ahubwo Abanyamakuru bigihugu niba babikora murwego rwo guteza Imbere umuturage ark president akora Deals Zirihejuru
Vyiza mutama wacu
Ntare rushashi muzaduhe nimero yihariye gushiraho ibitekerezo byubaka ubundi
Uko nukuri kurambuye nanje mutara ya rumonge kumugambi nfise ninava muri America 🇺🇸 nzogutumako muvyeyi wacu
Inka ya 7,000,000 ubwo yaba ingana iki ko numva ari menshi???
isuka naje yarampaye ntawoyivuga nabi
Oya sudufoto ahubwo n utunumero twa terefone
Musitanteri wacu bamwongere atware Commune Rwibaga ❤
Uyo musitanteri vyiza yoba buramatari
Vyiza cane
✅✅✅🇧🇮🇧🇮👌🏽👌🏽👌🏽
Nta murozi wabuze umukaravya,umukunda kuberiki? (Amoko)Gusa ntabwenge buri muruyu muperezida nako uyu muhinzi utegeka abarundi
Umunyabwenge se ni wa wundi wirirwa yica akananyereza abaturage be ataretse no kubuza abaturanyi amahoro? Wabize neza koko" Nta murozi wabuze umukarabya"!
Abisirayeli bari batuzwe n'ubudandaji, bakora kandi ivy'uburimyi hamwe no gukora (gucura ibirwanisho)bica bituma babaho bubashwe.(cf Andreas Maurer.Baza mungezawe w' umu silamu page18.)
Nyakubwahwa, duhe industries nizo ziteza imbere igihugu kko isuka nta 2040 izoba iradushikaha hh? Koko aho ivyo biraya iyaba ari companies bohereye kubirima kubikarangara babifunze muma plastique bagashora ibifunze, vyoha akazi benshi knd vyotanga umurindi arko harwiriy abadandaza amahera barwiza ama banques ndababara pe
Uyumutama umengo sumukuru wigihugu, avuga nkumuntu ari mukabare kurwarwa umengo niligala yibereyemwo, prezida abereye gufata ingingo nigutanga icerekezo apana ibigugu nkivyo, abo bigira abanyarwanda muri commentaires nibareke guhenda abantu turaziko aribanyamitwe babigira
Zana igitoro wamugabowe
Kizane wew uziyo wagihamvy,ingegera nkawe wosanga ugenda namaguru ariko uriko uraturenza urwamo
@@afrigifttv1038aba dd mwariye igitoro cabarundi, imana izabibabaza mwa ngegera mwe
Uziko president ndayishimiye wagirango akora muri BBC
Neva yabaye amumenyesha makuru??
Ese Sendagara yahindutse umunyamakuru ryari?
Kaga Cyorezo we yabaye umushumba ryari?
ikiganiro guhuye niciyunviro nirigwanye uyumusi jewe narabonye ko hari abarundi beshi bafise umwete ninguvu zogukora arikobakisanga atatongo bafise ugasanga umutumba ubaho imiryango irenga 50 ariko icakabiri camatongo yumutumba wose arahantu himiryango 3 gusa ivyobintu babikurikirane mubijanye nimbona kazoza
Ibi ntabwo ari President ubikora aka nakazi kabanyamakuru ubu c wambwira ko president aba yabuze ikindi akora unva Uburundi muzagumya muri nyuma pee nta president mufite
Ariko basha dusab ubutegetsi bugarukire ifaranga rigire agaciro kuko ibintu vyazimvye cane
😂😂😂agahimbo ka président karabishe ngo yarahatswe guheba akazi.ubu rero ugire wifatire abantu mugifunsi😂😂😂
Kandi ubungubu wasanga ubamumahanga ukaba urimo kunegurana
Abajejw uburimyi nubworozi iburundi ko nummero na Mail umuntu abandikiy cank abahamagay batishura mwoturonsa number yabo bakoresha?
Abarundi na perezida wanyu turabasabye muzatubabarire rwose mugume mwugare imbibe kuko rwose hari hagize kabiri tutabona akavuyo k'indagara namamesa mu Rwanda.
Rwose nkuko muvuga ko mwihagije, nimwugare turebe aho muzakura igitoro ba sha!.
Akimbwa kashobotse niko mu kinyarwanda bavuga.
Mugume mukubitirwe iwanyu plz don't bring ur shit in my Rwanda❤
Ndumunyarwanda ariko gucabugufi kuyumubyeyi uyoboye uburundi bizageza uburundi kwiterambere rirambye
NEVA Journalist Professionel.
Shame on you.
Igihugu cacu cariye UMWANDA!!😮😮
Ikigaragara president ntakazi afite, ministry w'ubuhinzi, abanyamakuru babirukane akikorere. 😂😂😂. Ntabwo president yakwirirwa mumurima akora interview ngo igihugu kizatere imbere. Igihugu kizagira ibyo kurya nkuko kera ba sokuru bari babifite ariko iterambere rizahera inyuma. President agomba kuba ari busy mubintu bigari, ubuse yazabona igihe cyo kwicarana na buri muturage, ministry azakora iki, abatechnicien muri minisetere bazakora iki? Governor azakora iki? Abayobozi bama commune bazakora iki?
Président ni umusuku w'abenegihugu,si uwama yambaye costume,yirigwa yicaye mubiro nkuko umenga ni umukozi w'impapuro.Turashima ko yegera abenegihugu,akanabaha n'inyigisho kugira batere imbere.Ivyamwa vy'ibikogwa akora,twebwe abarundi turiko turabibona kandi turiko turavyamura,cane cane twebwe ugwaruka.Imana imudukomereze.
Ubwenge bwawe nigice !
Arko c ubu ibyo nibyo biganiro byokuganira numukuru wigihugu koko ?
nivyonyene kuko nico twamutore kuko ariko arafsha abarundi gumumuka amaso nacane cane urwaruka kuko kuvaho twijukiriye uburimyi Ubu inoti franc b Turayironka
Uyu niwe mukuru wigihugu wicarana nabaturage be nihake mwisi biba.
@@user-tf8oi3nc5rnuko ahubwo aribyo ashoboye, ibindi ntabyo azi ubu weho ubona Neva yakwicarana na macron cg Biden? Bakavugana iki c? Imikeke nibiraya 😂? Umwimbo nindagara c?
Ngaho mbwira ico baganiraho seriously.
Ariko kuba yahura numuturage nkuko, gutaha ivomo risha muri quartier nutundi turimo nkutwo Niko kazi ashoboye not being a president
Ntanubwo kuja kunya ugira mbeguyu mumwitiki?mumwanke mureke nitwari
Hahaa! Umunyereye bya bindi bya Kagame by'uburyo yahagaritse jenoside yateje n'uburyo azatera abaturanyi nakumvise!
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 This guy is a joke 🤣
Musitanteri mumuduze kwl indongozi nkizo zikomezwe nizo duke
Banyakubahwa uriya musore ndabona akiri muto ndamwemeye kuko aho arimira hegereye mu Ijenda Kandi n'ubutaka bugoye ndahazi ariko benshi mwatanze comments ntabwo muzi u Burundi Nyenicubahiro ndamusabe ikigongwe ibyo ahejeje Kuvuga sibyo muti kuki? Nyakubahwa Ndayizeye ex President arahari ngo kuko ubu ngo igihugu cyateyimbere + de 50 fois kuva 2006 jusq'à preuve du contraire ntacyo nemera kuko guterimbere ntibirabirwa ku mifuko myinshi y'ibigori SI kunka nyinshi ku mu mitumba PIB ,abakozi ba Leta barahembwa neza kurusha intwaro za mbere,abanyagihugu baratembera? Ibyo bisubizo nibyo vyonyemeza naho kuvugana nabo umuyagankuba ubagezeho ABA coiffeurs Baraza,boutique zigakorwa bakamenya uwabikoze niyo atohashika. Ndakeneye uwo binsigurira neza muri statistique. Murakoze.