Isi irarimbutse Satani yazanye abakozi bigisha inyigisho zikuzimu zamaze abantu/nzaapfa nzize ukuri

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 45

  • @ProudB719
    @ProudB719 2 หลายเดือนก่อน +6

    Mukozi w'Imana Uhoraho aguhe umugisha kubw'ubu butumwa bwo gukangura abanyafika. Twarasinzirijwe igihe kinini cane.
    Hakenewe abantu nkamwe bakangura abantu.
    Aho mba mu rusengero tumara isaha imwe kandi rimwe mu ndwi.
    Kandi n'urisengero rukomeye cane kw'isi.
    Brezil honyene bafiseyo insengero zirenga 45000.
    Bafise aba missionnaires beshi ariko hano dusenga isaha imwe kandi uwukora igikorwa mu rusengero arahembwa.
    Ni vyiza ko twikangura abanyafrica.

  • @user-Pascalntambara
    @user-Pascalntambara 2 หลายเดือนก่อน +3

    Nanjye nibwo numvise ubutumwa bwiz mwigisha,Uyu mu pasteur ndamukunze cyane kdi nkunze ukuntu yigisha! Ibyo bikorwa byo gufasha ndabishyigikiye, Njyewe ndabagezaho amafranga yo gufasha gute??? Ndi i Kigali Rwanda!

  • @ElvisIradukunda-nq6cc
    @ElvisIradukunda-nq6cc 2 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ibandanye kurwiza umugisha mwinshi kuri ap Mbayahaga ❤🎉🎉🎉🎉

  • @DieudonnéMugirangabo
    @DieudonnéMugirangabo หลายเดือนก่อน

    Ukunukuri kwuzuye kutavangiye burimwigisha wese yakabaye abwirizwa kwigisha ishengero rya Kristo Yesu 🙏🇧🇮

  • @NduwimanaLevis-o3x
    @NduwimanaLevis-o3x หลายเดือนก่อน

    Impanuro Mutanga Ninziza Ariko Mwataye Sujet Y'Ivyo Mwasomye Muri Biblle.Muzoje Muratandukanya Ivyigwa Vya Seminaire. N'Ubutumwa Bwiza.

  • @NshimiyimanaJeancloude-z3d
    @NshimiyimanaJeancloude-z3d 2 หลายเดือนก่อน +3

    Paste ndagukundape kuko uvuga ukuri. ndimurwanda iyaba wazazaga hano iwacu nkabimenya aho wageze naza kukurebape

  • @anesiendaz9890
    @anesiendaz9890 2 หลายเดือนก่อน

    Amajambo y,Imana! ( Ijambo ry,Imana.)

  • @MukandayisabaErnestine
    @MukandayisabaErnestine หลายเดือนก่อน

    Amena❤❤❤

  • @anesiendaz9890
    @anesiendaz9890 2 หลายเดือนก่อน

    Vuga vuga Pastor, ukuri kuzuye. Vyarenze ihaniroo.

  • @DésiréNiyomukiza
    @DésiréNiyomukiza 2 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ikugirire neza mon pasteur.

    • @MishahiRukamwa
      @MishahiRukamwa 2 หลายเดือนก่อน

      Imana ikubake muri iyi mpwemu yayo. Sinari nkumenyereye uvuga nk'incabwenge ikunda Afurika. Ndagukeje uzohere gutyo ntuzosubire inyuma!

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 2 หลายเดือนก่อน

    Mukozi,w,Imana turagukunda kandi turibenshi!! None icyo ndakwisabiye uge ukora sport nyinshi!! Woye kujya ubira icyunzwe hato na hato!!!!

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 2 หลายเดือนก่อน

    Umukozi,wi,Imana byukuri!! Ikibabaje abanyafrica ntitwumva!!!

  • @AffectionateButterfly-wy7cl
    @AffectionateButterfly-wy7cl 2 หลายเดือนก่อน +3

    Uvuze ukuri

  • @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
    @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k หลายเดือนก่อน

    Komera mukozi wa Ndiho.

  • @EstherNyiraneza-m8w
    @EstherNyiraneza-m8w 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri Iman iduhe kuba maso byukuri

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 2 หลายเดือนก่อน +6

    Imana ihabwe icubahiro❤❤❤

  • @ParfaitNiyonyishi-e4v
    @ParfaitNiyonyishi-e4v 2 หลายเดือนก่อน +1

    vyukuri urintwari y' imana komeza uduha ubutumwa bwiza

  • @SemugeshiDamascene-uv4kt
    @SemugeshiDamascene-uv4kt 2 หลายเดือนก่อน +2

    Komerezaho

  • @VanessaIrakoze-y1p
    @VanessaIrakoze-y1p 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂 nibazib nyen barek kutuyovy iman iguhezagir nukur naray ndakurot urik ubwir ubutumw kl❤❤❤

  • @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k
    @ChristineNSHIMIRIMANA-m4k หลายเดือนก่อน

    Shalom! Shalom.
    Mukozi w Imana. Ico gikorwa ni ciza can. Mwoshobora kuduha contact zanyu nk abasanzwe basenger.ahandi bipfuza gushiramw ukuboko nabo bakagir ico bakoze?

  • @DamascèneIrambona
    @DamascèneIrambona 2 หลายเดือนก่อน

    Iri n'ijambo ry'Imana kand turarikenguruk,arik harico urik urironderer,har uwund mwami urik urashimish ngah iburundi,vug wirenganire,ub twar dukeney kuvuga ubutumw butabar abarik baranyuruzw birukwak n'iperereza,abapfunzw barahejej iminyoror y'abo arik vyanse KO barekurw ,habuz ik ng ubivug bagirirw ikigongw,ko wirirw kur youtube uvug ng tugiriranire ikigongw,

  • @DamascèneIrambona
    @DamascèneIrambona 2 หลายเดือนก่อน

    Ivyo vyarahez kubanyamahanga arik ub bikorw n'abarund benewacu ,noe uriko ukor ik ngo babihagarik ?

  • @inabashengeziemiliennejoy6448
    @inabashengeziemiliennejoy6448 2 หลายเดือนก่อน

    Muragahezagirwa Mukozi wa Ndiho.

  • @CharlesKayoya
    @CharlesKayoya 2 หลายเดือนก่อน

    La vérité blesse.

  • @BiraronderwaAlbatros
    @BiraronderwaAlbatros 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama uvuga ukuri kwuzuye

  • @sindambiwejaphet
    @sindambiwejaphet 2 วันที่ผ่านมา

    Babyizukuri,

  • @Mugisha-v9c
    @Mugisha-v9c 2 หลายเดือนก่อน

    Nanje nzofasha abarwaye

  • @J.ClaudeNduwayesu
    @J.ClaudeNduwayesu 2 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @ClementMuhire
    @ClementMuhire 2 หลายเดือนก่อน

    Mbega umupasiteri wuzuye umwuka wera nukuri ndafashijwe ndanajijutse

  • @RichardBanda-go9xb
    @RichardBanda-go9xb 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ibijanye nivyamatora vyihoz kk
    Iyo ni affaire politique!!!!

  • @joentwary6010
    @joentwary6010 2 หลายเดือนก่อน

    Komeza uduhe ayo mahugurwa. Abarundi bakanure

  • @MbarushimanaDiogene-wi4sl
    @MbarushimanaDiogene-wi4sl 2 หลายเดือนก่อน

    IMana ibahe umu gisha

  • @EstherNyiraneza-m8w
    @EstherNyiraneza-m8w 2 หลายเดือนก่อน

    Nukuri najye ntaho najya

  • @twagirumukizafidele1621
    @twagirumukizafidele1621 2 หลายเดือนก่อน +1

    Yego rata ntiwumva ko uvugishije ukuri

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 2 หลายเดือนก่อน

    Ivyo devoir ngiye kuyiga nanje ndayikore; bwana ISIDORE. Ariko; nube wandika canke uvuga numero zawe mugihe uburiko wigisha kuko hari igihe tuba dukeneye kukuvugisha

  • @EstherNyiraneza-m8w
    @EstherNyiraneza-m8w 2 หลายเดือนก่อน

    Najye iryosengesho nukuri najye ringer ho

  • @Mugisha-v9c
    @Mugisha-v9c 2 หลายเดือนก่อน

    Babwire muvyeyi

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi 2 หลายเดือนก่อน

    Wew kutabigisha kwihana uwokumva inyigisho zawe yohererayo

    • @anesiendaz9890
      @anesiendaz9890 2 หลายเดือนก่อน

      Burya iyo umuntu yumvise ijambo ry,Imana ,ibisigaye mpwemu yera aca yikoreraaaa.

  • @AffectionateButterfly-wy7cl
    @AffectionateButterfly-wy7cl 2 หลายเดือนก่อน +1

    Gumamo

  • @ProudB719
    @ProudB719 2 หลายเดือนก่อน

    Mukozi w'Imana Uhoraho aguhe umugisha kubw'ubu butumwa bwo gukangura abanyafika. Twarasinzirijwe igihe kinini cane.
    Hakenewe abantu nkamwe bakangura abantu.
    Aho mba mu rusengero tumara isaha imwe kandi rimwe mu ndwi.
    Kandi n'urisengero rukomeye cane kw'isi.
    Brezil honyene bafiseyo insengero zirenga 45000.
    Bafise aba missionnaires beshi ariko hano dusenga isaha imwe kandi uwukora igikorwa mu rusengero arahembwa.
    Ni vyiza ko twikangura abanyafrica.