Umukuru w'Igihugu w'Uburundi yakiriye mugenzi we wa Somalia yaje mu Burundi mu rugendo rw'akazi.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Umukuru w'igihugu ca #Somalia Hassan Sheik Mohamud, yagize urugendo rw'akazi mu gihugu c'Uburundi kuri uno wa 20 Gitugutu 2024 akaba yakiriwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye.

ความคิดเห็น • 6

  • @Usxjklg
    @Usxjklg 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Good
    Bizagenda biza
    Abasoda bafite Ibirwanisho by'urugamba muri protocole naba si sawa,
    Ark biriko biraza😊

  • @mukama-e8w
    @mukama-e8w 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Sawa kabisa

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @NeZa-ek4jr
    @NeZa-ek4jr 3 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Nisawa nabandi nibabone ukuri hm bizire mugihugu camata nubuki🇧🇮vs....

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 40 นาทีที่ผ่านมา

    Ariko murebe mugitindi tabi iyo ifite umwere yaraserutse😅