Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yatahutse ava mu rugendo yarimwo i Guinée Équatoriale

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yatahutse kuri uno wa 20 Gitugutu, aho yahora mu rugendi mugihugu ça Guinée Équatoriale aho yari yitavye inama y'abakuru b'ibihugu n'ama Reta agize umuryango wa Africa yo hagati aserukiye umukuru w'igihugu c'Uburundi

ความคิดเห็น • 2

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 4 ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤Good news 👏 viva africa Viva Burundi 🇧🇮

  • @RyabuyeJeanMarievianny
    @RyabuyeJeanMarievianny ชั่วโมงที่ผ่านมา +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️