BURUNDI: BUYOYA YARI INTARE UMVA IMVO N'IMVANO YA BBC YO KURI UYU WA 30|11|2024 ABISHE NDADAYE BAJE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 87

  • @NyaxiComedy-p7e
    @NyaxiComedy-p7e หลายเดือนก่อน

    Merci beaucoup

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja หลายเดือนก่อน +6

    Enfin ukuri kuragiye ahabona. Mudufasha. Alfred rero vyiza yokwitaba ubutungane be na Rugigana bose bitabe mubutungane

  • @SebastienHatungimana-gu3kg
    @SebastienHatungimana-gu3kg หลายเดือนก่อน +1

    Good...

  • @Sifamapendo-tg5fo
    @Sifamapendo-tg5fo หลายเดือนก่อน +7

    Ahubwo Gn Rugigana joseph nibamwambike Ikidari kuko ivyo yakoze nibintu bikomeye wewe yarazi KO arokoye ubuzima bwa président Ndadaye kumbe abari bateguye kumwica Nibo yasanze muri eEtat major

    • @fulgencemberamiheto6851
      @fulgencemberamiheto6851 หลายเดือนก่อน +1

      Nukuri arawkiye umudari kabisa. ndamwemeye.

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      ​​​​​​@@fulgencemberamiheto6851Umudari wo kuba yaragemuriye Umukuru w'Igihugu abaja kumwica ??
      Mbaye Ntibantunganya, kuberiki Rugigana yajanye Perezida Ndadaye muri Camp Muha kandi azi neza ko iyo kambi yarimwo ahanini abasirikare b'intangondwa (putschistes)bagomba gukura k'ubutegetsi no kwica Perezida Ndadaye ? Yarabiyobewe canke nawe yari mu mugambi ??

    • @melchiorntiruhenura9739
      @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน

      Bien dit. Une observation interprétée autrement par certains. Urakoze cane.-

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      @@Sifamapendo-tg5fo Reka sha reka, Rugigana ntiyarazi yuko abagomba kwica Perezida Ndadaye bari muri Camp Muha ?? Niyerure yemange ko yagemuriye Umukuru w'Igihugu abamwica kandi abizi neza kuko ntakuntu na kumwe aba putschistes bari kumureka ngo yinjire muri palais atore Umukuru w'Igihugu, batabizinanyemwo ahubwo bari basangiye umugambi ...
      Ahubwo abo muri État-Major bari muri Camp Muha, bashobora kuba batumye Rugigana kuja kuzana Perezida Ndadaye nawe aragamburuka ...
      Rero Rugigana ndamugereranya na Ponce Pilate ...

    • @kingkamaro9442
      @kingkamaro9442 หลายเดือนก่อน +1

      ​​​​@@sese667
      Yari kumenya gute ko muri camp Muha hariyo abashaka kwica Ndadaye?
      Wewe ntiwumva ko Rugigana yamenye ko abansi ba Ndadaye bari muri camp Muha amaze gushikayo.
      Ntiwumva ko palais présidentiel vyari bizwi ko iza guterwa.Kandi yaratewe.
      Kugumiza président muri palais présidentiel kwari
      kumwicisha.

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakunze cane iki kiganiro uyu #Rugigana ni muntu ki?? Kabisa guhaguruka akavuga nkuwarahari nukuri uburundi bukeneye abagabo bimvugakuri🇧🇮🇧🇮❤️❤️✌️

  • @JuvenalHAVYARIMANA-r2k
    @JuvenalHAVYARIMANA-r2k หลายเดือนก่อน +1

    Abamwishe mwariboneye iryinyo ry'inda, uwuzosubira ni kumusongako gushika mu musegetera

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 หลายเดือนก่อน +2

    Plz mubandanye iki kiganiro ndabarindiye ukuri kuzotsinda ikinyoma🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt หลายเดือนก่อน +1

    Amaraso arahumira Amaraso arabavugisha ndadaye Azobahumira Abamwishe Bose

  • @melchiorntiruhenura9739
    @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน +1

    Les écrits de Rugigana devraient servir de base pour une réflexion pour la reconstruction du Burundi qui a trop tardé.-

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 หลายเดือนก่อน

    Ndakunze cane iki kiganiro uyu #Rugigana ni muntu ki??Uri umuntu wumugabo💪💪💪💪💪💪💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️ Kabisa guhaguruka akavuga nkuwarahari nukuri uburundi bukeneye abagabo bimvugakuri🇧🇮🇧🇮❤️❤️

  • @RuvakubusaEmile
    @RuvakubusaEmile 18 วันที่ผ่านมา

    Nyakubahwa Général Rugigana muri imvugakuri.

  • @jeanfrancoisnsengiyumva4549
    @jeanfrancoisnsengiyumva4549 หลายเดือนก่อน +1

    2e episode?

  • @alainpatrickrusizi1225
    @alainpatrickrusizi1225 2 วันที่ผ่านมา

    C’est un livre qui peut servir à faire la lumière sur cet assassinat ignoble.
    Mais, la version de Rugigana ne doit pas être prise pour une parole d’évangile ou un dogme de foi. Il a d’ailleurs bien fait de titrer son ouvrage sous la forme : " Ma vérité sur l'assassinat du Président Melchior Ndadaye "
    C’est sa façon de voir les choses.
    Mais, il aura toutes les peines du monde à expliquer comment il n’a pas pu amener Ndadaye dans un endroit sécurisé à l’instar d’une ambassade. Pourquoi l’avoir livré à ses bourreaux ?
    Même l’ancien Président Sylvestre Ntibantunganya a évoqué le cas Rugigana, et semble l’en vouloir ! Il le cite parmi les bourreaux de son compagnon de lutte Ndadaye !

  • @jeannduwimana632
    @jeannduwimana632 23 วันที่ผ่านมา

    Uyonkurunziza.navugishe.ukuri.kuko.amaraporo.meshi.amuvugako..nakiwi.yaramuzeko.cane

  • @EricNiyongabo-mg7od
    @EricNiyongabo-mg7od หลายเดือนก่อน +1

    Restez debout mon Général Rugigana.En tout cas tôt ou tard l'histoire du Burundi te reconnaîtra comme un héros de la vérité dans un Burundi où les fossoyeurs de la vérité sont très nombreux.votre récompense sera grande au ciel et sur terre.

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo Alfred jewe naramubonye yari yiryamaniye n'umugore,😂😂 ico gihe nari mfise imyaka ibiri.Mbere aranatubwirako yari yaravuye mu gisirikare uwo musi.Aca agaruka kuba Ministre de la défense,yirigwa yikorera imizigo mw'isoko nkuru ya camp Muha 😅😅.Mbere araza no guhananako na Ndadaye atapfuye,akiriho.Ngira ntagikomeye mumutwe kubera,ayo maraso muvuga.

  • @jeanfrancoisnsengiyumva4549
    @jeanfrancoisnsengiyumva4549 หลายเดือนก่อน +1

    iki gitabo nokironka gt svp

  • @fulgencemberamiheto6851
    @fulgencemberamiheto6851 หลายเดือนก่อน +2

    Amahoro! mbega gute mwoturonsa ico gitabu? kugira nanj ndagisome. muduhe lien cank muduhe adresse yaho twokironkera ?

  • @melchiorntiruhenura9739
    @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน +1

    Merci Pamela. Courage à Rugigana. Et que les autres produisent et donnent leurs versions des faits.-

  • @jeanfrancoisnsengiyumva4549
    @jeanfrancoisnsengiyumva4549 หลายเดือนก่อน

    very interesting

  • @melchiorntiruhenura9739
    @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน +1

    Igandagurwa rya Melchior Ndadaye canke igandagugwa rya Président... Melchior Ndadaye !!! Turacagowe !
    None Alfred Nkurunziza ntiyotubwira ivyo azi akabeshuza ... Mbega hoho Alfred yarari hehe ico gihe?

  • @Arakaza
    @Arakaza หลายเดือนก่อน +2

    Va muri ivyo bintu ntaco bimarira abarundi bashonje.
    Abarundi bakeneye umuntu abafasha kubaho neza muri rusangi ata wandya wangura

    • @EricNiyongabo-mg7od
      @EricNiyongabo-mg7od หลายเดือนก่อน +2

      Ivyo nivyo vyatumye tugera aha tugeze reka bimenyekane hanyuma abakwegeye umuvumo igihugu bakubitwe intahe mu gahanga.dukize uwo muvumo ibindi bizoba vyiza.

  • @NshimiyeJ.pierre
    @NshimiyeJ.pierre หลายเดือนก่อน +2

    Rugigana aravuga ukuri

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน +1

    Reka ,kuva kera ,abarundi barafise ubujuju.
    Ndadaye yarazi ko abatutsi bamwanka: kuki yemeye guhungira kuri bo?
    Yari kunyegera nka Ntibantunganya.
    Ikindi kuki uyo avuga ko batigeze bamutumako mu butungane, kuki batigeze bamutumako?
    Cndd fdd imaze imyaka 20 ku butegetsi: bakoze iki? Gushika n' ubu nta bwenge bafise kugira ngo bamenye ico bokora.

  • @amoskaralumiye2992
    @amoskaralumiye2992 หลายเดือนก่อน +1

    Nibutse uko twaririmba ngo SANGANIRA NDADAYE NTAGWE MWIRIBA bagaca barimutamo mumezi 3 gusa Ndabarahiye Amaraso yiwe azobakwirikira mwese nabana banyu. Kandi muzofa mwangara nka Kayini

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia mtangazaji huo ndio ukweri hao wazee bado wana vinyongo ira huu wakati hautawasaidia kitu ubaya nikuwatia matatizoni wajukuu wao ebu wajitoe mhanga ili taifa liwe na amani maana mtusi au mhutu bebesheo letu ni Burundi hatutaachana hadi milele

  • @onesphoremasabo524
    @onesphoremasabo524 หลายเดือนก่อน +1

    Sha kuba abicanyi vyovyo muribo, uragow ko ukiriho Nico gituma bavuz bati uwuramye arabona kumbe iyo Alfred aba yari yaramaze gupfa ntabariko yisigura kukaga yateje igihugu cacu.

  • @Memba257
    @Memba257 หลายเดือนก่อน

    Ukuri twataguye kumota amaraso arahuuma.

  • @melchiorntiruhenura9739
    @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน

    Ernest, Ernest, ishura! Uwagutumye muri Camp para ninde?

  • @yvesBigirimana-c9k
    @yvesBigirimana-c9k หลายเดือนก่อน +1

    Muvuge ukuri tusohoke muri bibazo.

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison หลายเดือนก่อน

    Yari intare kweri urarivuze kuko intare mukwica iratantamura sha

  • @onesphoremasabo524
    @onesphoremasabo524 หลายเดือนก่อน +1

    Erenest yari ruhana mukwica mugirikare ngo abasirikare Bose bavuga ngo nihagende yo erenest haha

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse หลายเดือนก่อน

    Ese KO mwese mur Ababay ABA chefs KO miterana amajambo muraza kugarukana notre cher président Melchior Ndandaye ?

  • @ArsenalArsenal-j9n
    @ArsenalArsenal-j9n หลายเดือนก่อน +1

    Ikigariro ciza kandi ndamukengurukiye uyo mushingantahe Rugigana,

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse หลายเดือนก่อน

    Pamela,urabamuritse mumutw ndagushimiye😂😂😂😂😂

  • @jeannedarckantore
    @jeannedarckantore หลายเดือนก่อน +1

    Biragoye jew numva Rugigana umengo ntadidinganya muvyo avuga muga Alfred nawe umengo azwi nkumuntu Atari kubahuka ivyobintu muga hajenew des temoin kuko urumva ko harivyo badahuza

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse หลายเดือนก่อน +1

    Mwabasoda,murambabaj kwl,none umunt wese ko afita CV KO mutoja kurab izo mur guharira iki vyukuri?

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 หลายเดือนก่อน +1

    Rugigana ,uri intwaro,ico abarundi dukeneye ni uko. Abarundi bomenya ukuri kw'ivyabaye,Urwaruka rureke guhendwa rukire

  • @muhitiraespoir4161
    @muhitiraespoir4161 หลายเดือนก่อน

    Kuberiki Rugigana ativuguruge ivyo Buyoya yanditse agihari. Ubu niho anoneyeho akagyo akavuga????. Amaraso arahambaye.

  • @LucasAndrew-p8w
    @LucasAndrew-p8w หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa Alfred, Usanga utaraburana harageze rero,kuko turumva ko hafashwe abasoda batobato mwebwe bakuru
    bakuru bakabakingira.

  • @Peter.boka14
    @Peter.boka14 หลายเดือนก่อน +1

    Muduhe ico gitabu. Twogisanga hehe?

  • @jeannduwimana632
    @jeannduwimana632 23 วันที่ผ่านมา

    Mumategeko.aboba.ufisiyebose.guhera.kuribikomagu.baribakwiye.gufatwabose

  • @ZiyandaMhlana
    @ZiyandaMhlana หลายเดือนก่อน

    Baramenjee ababagabo ni nkinkotanyii ibintuu zakoze 1997 murwanda

  • @NdayizeyeIldéphonse
    @NdayizeyeIldéphonse หลายเดือนก่อน

    Exactement inyandiko ihinyuzwa n iyindi ,nibandik gushik tumenye ukuri

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia

  • @chadrackmunezero1316
    @chadrackmunezero1316 หลายเดือนก่อน

    Amaraso yiyo ntwari azobahumira

  • @DonatienNiyondereye
    @DonatienNiyondereye 25 วันที่ผ่านมา

    Umwe mur mwenw avugukuri!non wew wahavuy ubumushikiranganji bij GT?Rugigana ni umugabo!ww uri officier naw ni WE nyen mwarimuzi kwarimbeba mwish?

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Ivyo bitwaza ngo hakozwe ihonyabwoko narinfise imyaka11 ariko ntanakimwe ntibuka nibavuge ukuri kugira babohoke murikidyagihe abantu bari baratuntuye kubera agahotoro igihugu cari nkigihute gihiye ishavu kubona bobo ko badakwiye kutegeka

  • @onesphoremasabo524
    @onesphoremasabo524 หลายเดือนก่อน

    Abantu nka Rugigana murambe

  • @Arakaza
    @Arakaza หลายเดือนก่อน +3

    Le Burundi n’a jamais eu les présidents ,twamye dufise aba commissionnaires gushika unomunsi.
    Barondera inyungu zabo bwite atari iza Abarundi

  • @jeannduwimana632
    @jeannduwimana632 23 วันที่ผ่านมา

    Nakamaramaza.aho.umukuruwigihugu.akanirwa.bose.barorero.nicogituma.ubu.atakuyayata.uwuzosubira.azotubona

  • @Sifamapendo-tg5fo
    @Sifamapendo-tg5fo หลายเดือนก่อน

    Nyakubahwa mu menyesha makuru uzotubarize Alfred Nkurunziza kwavuga ko atarari ho yarari none irya tariki le21/10/1993 mutubarize aho yari uwo musi

  • @venantbaruhuke3886
    @venantbaruhuke3886 หลายเดือนก่อน

    Abo bagabo babiri bariko bapfa

  • @jacobrohit4988
    @jacobrohit4988 หลายเดือนก่อน +1

    Buyoya yakozi vyukuri mugihgu cacu,,0/%

  • @singasinga1307
    @singasinga1307 หลายเดือนก่อน +1

    Reka reka Rugigana uri umuhutu, ntakindi ushaka kwegeka urupfu rwa Ndadaye kubatutsi, kutavuga Habyarimana et la France?

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

    Ni mwitambire mwese batutsi,mwitambire umuyebe, nta kosa mufise, ikosa riri ku bahutu batwara uyu musi b' impumyi

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

    Ubujuju buri ku bahutu gushika ubu batazi ico bokora

  • @eddy-noelngabire3457
    @eddy-noelngabire3457 7 วันที่ผ่านมา

    Irresponsables

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 หลายเดือนก่อน +1

    Ubutungane bumufate abazwe Ivyo yakoze

  • @bandushajeanolivier3120
    @bandushajeanolivier3120 หลายเดือนก่อน

    Kutamujana muma Embassade zibindi bihugu ahubwo nawe ukwiye gupfungwa

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

    Mwese muriko mwitambira.
    Ubujuju buri ku bahutu , gushika n' ubu batazi ico bokora

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 หลายเดือนก่อน

    Umumenyeshamakuru ni we ariko aca urubanza rwa Ndadaye,yooo.
    Ubujuju buri ku bahutu batazi ico bokora gushika uyu musi.

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 หลายเดือนก่อน +1

    Rugigana umugabo wamacakubiri, umugabo gito yitwa general yubahuka kwandika ibinyoma. Ahubwo u utungane nibumufate acirwe nurubanza kuko niwe yiciahije ndadaye

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      Amaze kumukura kuri palais présidentiel, kuberiki Rugigana yajanye Perezida Ndadaye muri Camp Muha kandi azi neza ko iyo kambi yarimwo ahanini abasirikare b'intangondwa (putschistes) bagomba gukura k'ubutegetsi no kwica Perezida Ndadaye ? Ni kuki atatwaye Perezida Ndadaye muri ambassade y'Ubufaransa canke y'Ububurigi zo zari hafi y'ikirimba, ni kuberiki !?? Aha Rugigana arakwiye kuduha umuco ...
      Kuma tariki ya 18/19 na 20 Octobre 1993 bimaze kumenyekana ko Coup-d'État iba atagisivye, ni gute abitwa ko bari bajejwe umutekano wa hafi wa Perezida Ndadaye (garde rapprochée), baretse Perezida Ndadaye akabandanya arara muri palais présidentiel ataco yinona ?

    • @melchiorntiruhenura9739
      @melchiorntiruhenura9739 หลายเดือนก่อน +1

      Mbega weho watohoje hehe?

    • @sese667
      @sese667 หลายเดือนก่อน

      @@melchiorntiruhenura9739 Ivyo bibazo umunsi haje ubutungane nya butungane, Rugigana azotegerezwa kw'ishura ibibazo nabajije muri commentaire hejuru ...
      Mbaye Ntibantuganya, umuntu w'umusirikare yize tactique et stratégie militaire, yokwubahuka kujana mw'ikambi, Umukuru w'Igihugu kandi azi neza ko muri yo kambi co kimwe no muri Bataillon Para, hariho abagomba kwica Umukuru w'Igihugu !?

    • @bigtv630
      @bigtv630 หลายเดือนก่อน +1

      Ukuri kuraryana

  • @ChristianMugabe-qb7sm
    @ChristianMugabe-qb7sm หลายเดือนก่อน

    Basha uwo Muntu yitwa rugigana ntibaze bumve ivyiwe arabesha cane kuko nawe yari umusoda amabi yose nawe ayarimwo wese muri carriere yiwe yose.... Naho yoba afise Ivyo agomba kuba DD arababeshaa...ahubwo enquetes ize imukorweho wenyene gushika akatirwe niba Ari ugufasha agomba

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia mtangazaji huo ndio ukweri hao wazee bado wana vinyongo ira huu wakati hautawasaidia kitu ubaya nikuwatia matatizoni wajukuu wao ebu wajitoe mhanga ili taifa liwe na amani maana mtusi au mhutu bebesheo letu ni Burundi hatutaachana hadi milele

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia

  • @TausiMayala
    @TausiMayala 29 วันที่ผ่านมา

    Hanyuma kwica ndadaye cabaye nkugutera igiti mugisebe ahubwo mbona harimwo nabiyita abapastor nibavuge ukuri tureke kuzimiza urwaruka guko igihugu nicacu twese kandi ubu turabona ukuri si nkakera igisoda vyarakinaniye guko intumbero yabo yarastinzwe guko abanyagihugu baciye bamera amababa nariho vyose ndabizi ningene batera brende mubitoki nindege kumitumba ntanakimwe ntazi ubu rero nukwiheba guko ntabanga mumanga vuga ukuri guko uravye aho mugeze muri muguhona imyaka yabajanye Jenerel rugigana turkumwe kabisa guko naho batemea dhamiri zao zinawashuhudia