ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
❤❤❤turatasheee ibisamaza ntiturimwoo
Harinyambara twagwanye turakeneye kuzobona ibihemboo
Yoooo icaha contente nicokibii kiragukura ikotii
YESU turazindukana
Turashimiye abakozi b,iriba ryiza muzotume muronka ijuruu
Haleluya 🎉🎉
Iriba ryiza hejuru caneer
Uko yasize avuzee ngo azogaruka kutujana twihanee turorere isezerano
Yesu Kristo abahezagire caaane
Niteze kuzokumva Izina ryanje
Sinzomene ibanga ryagakiza
❤❤❤❤tugumamwoo
Uzombera ntaco ndazivugako,abasambanyi,ibinyoma abatukana
MANA uzoduhe gutaha amahoroo kuko iyisi twarayikomerekeyemwo
Thierry wacuuuu❤❤❤ nuwo lMANA yatugabiyeer
Murakoze.cane
Omani , Arbia turimwe namwe
Mufasha abantu bari mumakunguu canee
❤❤❤❤❤
Amen
Ameeeen 🎉🎉
Twirindeee
Mwami tuma none aha inkomezi za mpwemu
Uyumutama harubutumwa yavuze ngo abadayimoni ntibaraba ngo urinaka warakoze
Jewe sinigera mfana umupira mfana iriba ryiza
Ego shaa
👍
Ubunyene Thierry araturonkeje ubundiiii butumwa sinababwiye ntaryama
🤗🤗
Pasteur Lambert niwe yanyigushije urufatiro rwa Bible haciye imyaka 15 nta contact yiwe mfise. Imana imuhezagire cane.
Tubemaso twirinde
MANA ko harabantu baduhembura bakitanga bakarara bataryamye Harimwo Thierry na Célestin .ubutumwa bwiza bw,amahoro barya basore uzobaha ikii
Nukuri Data abishimirwe
Thierry twahagaze
Hanzee inyumaa hazoba imbwa, imbwa