Izo zishobora kuba ziriho n ahandi ntawobimenya. Ico dukwiye gutahura n uko ku gihe ca na Mose na Aroni ntabundi buhinga/ buhanga bifashisha bwa technologie kugira bemeze ko inka iri akagajo (itukura). Ubu ariko twese twibwira ko bakoresheje ubuhinga bwa none imbere yo kwemeza izo nka. Ikindi twibaza turi benshi n uko izo zoba zavutse inyuma ya croisement d espèces canke Manipulation genetique.
Ndi kumva amakuru y' urugamba arakenewe komera cyane Mutama Pastor Imana iguhezagire
Murakoze cane
Islael nayo yakoresheje uburakari burenze
Ariko mfite ikibazo izo nka z'igaju inaha i,rwanda ntizahabaga gusa murakoze turi kurushaho kumenya amakuru