Ahubwo nta soni mugira. Mwovuga ko muyihemba mukayandika ku bapfuye canke batakiri mu kazi, mukaba muriko mwica enquête. Twarabamenye basha. Muzana inzara nyinshi muri Leta.
Le Burundi n'a pas d'autorité de l'état. Il faut emprisonner les responsables de la fraude. Construisez une grande prison moderne au Burundi et soyez très strictes et sévères avec les punitions exemplaires.
Murakoze caane, natwe twahunze kuva 1995 twumvise ko compte zacu zakoreshwa nabantu tutazi....
President yoronka abantu nka 10 nkawe bakora kuvyerekey ivyubutunzi bwigihugu ubukene bwocabuhera mugihugu
Ako nagasamazi
Ahubwo botemvya igihugu kuberiki badafata abo bivye ko babazi ivyo bavyita kwitoza utunyoni
Courage courage mutama bwira ivyo bisuma biduteye ubukene batwicire igihugu izo ngegera za mubata mubusho.
Courage Cher Ministre.
Mwe mwarasaze ushaka umuntu yishikane wew umukozi waw wo munzu yokwiba wibaza ko womubwira ngo yishikane uvuga watay mu mpimba kubera ari nyarucari
Ubu usaba ngo bishikane Kandi mubazi ariko mutinya kubafata kubera babasumvya inguvu canke musangiye ubusuma mugatinya kwimena igihute
Bariko bariyilukira
Imana ushimwe basha baguta batangure kureka ivyo bariye
Ahubwo nta soni mugira. Mwovuga ko muyihemba mukayandika ku bapfuye canke batakiri mu kazi, mukaba muriko mwica enquête. Twarabamenye basha. Muzana inzara nyinshi muri Leta.
Mwese mwivye muzatuvire mubutaka abarundi mutwaye utwabo imana izabahama kwisi
Nimbarimbeba mubwira ziyasubiz bura kutabishuza mukoreshejamategeko ngo muza kwingiga
Ukuri guca mû ziko ntigusha.shira imbere nk'umuzinga.
Abandi mwarabangaje
Iryarya nizozisigihug cacu😮😮😮
Muburundi dukeneye abategetsi nkuyo mushikirangazi wa fonction public
None icahatari yakoze kirihe atarinduru gusa
Oyaaa murivuna mufise abana bakiri bato babitse ubwenge bokoresha mugushira ibintu kumurongo.hakenew iyaba mwalelectronije amahera yose ivyo bibaz ntibiba bihari
Iyo politique mutama niya he ? Iyo umuntu yivye kiba cabaye icaha ,ico bita crime naho wosaba imbabazi kwa patiri,ahari ubutungane buba bwamaze kumushira imbere y’intahe akariha kandi agahanwa husinzwe amategeko.
Ivyo ngo bazizana.sivyo.raba ukundi mwobitorera inyishu
Gusa icombona abarundi mwama muduhenda urazimyaka iheze umukuru w'igihugu avuze ivyo ngobishikane ivyonibihendwabana turazinanye muburundi bayatwaye arihomuri kand mukorana twe nitwe twigorewe hari igisirikare nigipolic namwe mubazi bafate niho twokwemera ko mutarimwo
Abobantu ni abasuma ntibasubize gusa ngo Mubarek ahubwo nibasubize hanyuma banahanywe kdi ivyobintu ntibikorwa n'uwuhembwa gusa ahubwo n'abobantu bomuri fonction publique babifisemwo uruhara nabonyen amatohoza nakorwe ntimubarek uko nibaganwe bose
None kuki izonzego zibijejwe zitabikora zihenbegwa iki? None ubu rero abanyavyaha barahawe ijambokweri?
Le Burundi n'a pas d'autorité de l'état. Il faut emprisonner les responsables de la fraude. Construisez une grande prison moderne au Burundi et soyez très strictes et sévères avec les punitions exemplaires.
Hundure salary system, mutangure yo gukora bahembwa mw’isaha… hokenerwa system yo kwinjiza i karata yerekana ko atonze kukazi… aho niho muzoza mubona uwatonze nuwutatonze … kandi bagahemberwa arya masaha bakoze gusa
Mwishinga kuvyibuha natwe tunamvye ngwizonama ngoharico zotumarira amakoraniro yoyo muyamamwo nn imyaka 4 yose ihere murikuricokibazo kimwe gusa mirazi kudusamaza p
Abo basuma nibasubize nukuri inkoko itarababikirako.
Hahahaha ariko aba DD muratwenza kabisa.hera kuri president yakugenye 😂😂😂😂😂Kora akazi utekereze ncuti niyo utaba uri umututsi ntavyo woshobora uhere kubakugenye nibo birirwa baratemvya igihugu😂😂😂
Non umntu yivy,arasabwa ngozana ivyowivy?,nibagur ubusho muv mumajambo twabirambiw namajambo ataja mungiro
Nimwebwe mutumye uburundi bwitwa igihugu gikenye kwisiyose
Vyarabananiye nimutokepale murakorana
secrétaire aduga selon l'ancienne et son diplôme, pas selon son emplacement, ibisuma birafatwa ntibigabishwa
Murafyina kweli kugihu none nkabo bivye KO tugum twumv bagum bahabw ayandi mabanga ndets asumba Ayo bakuwemwo tuzohav twibaz KO kwiba igihugu mwabigize umugambi arukudusamaza gusaa
None kuvaho mwagiriye ivyobintu nubu ntibirahera kabisa izo commissions zanyu n'ingorane gusa
UPRONA DOIT REVENIR AU POUVOIR. CNDD N'EST PAS CAPABLE
Yooo ahubwo muraturabiraneza.Erega ngiranamahera yumivyeyi wacu birirwa barayanyuruza???
None bigendagute ngo umuntu ,abitore.Muradutohoreza natwe tumenye kuntu vyagenze.Agashahara gasirwa n'Umuvyeyi wacu baragafunze batumenyesheje igituma.Nubu twebwe inpfuvyi turacibaza uburyo ningene vyagenze.
Mon pays 😭😭😭
Izonama zanyu zihoraho kandi ntanyungu zimariye abanyagihugu
Jewe ndi umurundi mvuka muntara ya Bujumbura intara nshasha nukuri jewe noba volontaire kuruta kubasaba umushahara
Kugirango dutunganye ivyiwacu tubona vyabaye ibibazo
Iconikintu coroshe gukora
Habuze logiciels ibijera vyose na resources humaines. Aho Ministère icironka preuves zikwiye zogufata abobiba reta.
Reka sha kwitwengera.
🌚😎
Vous êtes tous impliqués dans ce système de fraude