Mbega kugira umuntu agure imodoka ive hanze ishike mu Burundi bigenda gute? Hasabwa iki?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Mbega kugira umuntu agure imodoka ive hanze ishike mu Burundi bigenda gute? Hasabwa iki? Ku bijanye no kwinjiza imodokari mu Burundi (Importation-Dédouanement-Immatriculation-Transfert) bikorwa hisunzwe intambwe zikurikira tubwirwa n'abakozi b'ikigo #OBR

ความคิดเห็น • 32

  • @emmanuelnsengiyumva2731
    @emmanuelnsengiyumva2731 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nibige ukuntu abo ba intermédiaires baba déclarants babakuremwo...kuko baratuma ibidandazwa bizimba...! Umu client yoshobora gukorana na OBR batarinze kujamwo

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur 4 หลายเดือนก่อน +4

    Nkuvuga 25%+0,5%+18%+1,5% ; (45%) yayo wayiguze 😠😠😠 tudashizemwo ama CC?? Emwe ni akaga😅

    • @Nickojunior
      @Nickojunior หลายเดือนก่อน

      nihatari

  • @Habi105XF
    @Habi105XF 4 หลายเดือนก่อน

    Ni ubusuma buhanitse trop de douanes bazohava babura impene ni ikiziriko. Ubu tugurira aha nyene mu Burundi ziruzuye kuri make cane no kuri 5 millions uraronka zuzuye mu mpangu ziri ku Mavi. Zarabananiye kuzitunga nta n'a carburants ihari. Ufuma ugura iyapfuye moteur ou boîte de vitesse. Yabananiye ugafuma ugura les pièces nshansha zo kuyikora. Et boom à moin de 20 millions uba ufise imodoka nziza ikomoye hama OBR Izoguma irindiriye. Noneho mbona na aba jeunes Bose bariko barigira igihugu kizosigara cambaye ubusa babure abariha makori. Niba ikibazo co kudaha Tanganyika ngo abanyagighugu babone amazi. Ntakindi n'a kimwe. Abarundi dushoboye ahubwo turamaramaje. Kandi no kufutwenga baradutwenga. Nka ambassadeur wa Égypte n'a Éthiopie baradutwenga kuko bobo mission bariko ni ukuraba amazi yabo aja mûri fleuve NIL. ARIKO TWEBWE ATAYO DUFISE. TUKABA MU BURUNDI TUKAJA KOGA MÛRI TANZANIA. HASI GAUE KWIMUKA NTAGISIVYA.

  • @guyphilippemugisha3641
    @guyphilippemugisha3641 4 หลายเดือนก่อน +1

    Bari bakwiy kugira system yuko umuntu yoshiramwo ama donneé yimodoka yiwee bakamuharurira ayo azoriha , akagura imodoka azi ayo azoriha kuko aho niho hoba hari system nziza apana magie umuntu akagura imodoka cnk ikindi kintu carico cose azi ayo azoriha kuri douane ataragura iyo modoka

  • @costantinomotino6596
    @costantinomotino6596 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ingene muca tax ibidandazwa mubigira nkivyiwanyu ahandi muguca tax bisunga amahera caguzwe ntawo bisunga ubukomezi bwico kintu,ubwisi,ubwoko, canke iyo kivuye nimwe mubuza abantu gukorera imigambi mugihugu canyu

    • @costantinomotino6596
      @costantinomotino6596 4 หลายเดือนก่อน

      Ego hariho abobesha nabovugisha ukuri rero biketse ko uyo muntu amahera yavuze kwatariyo bivanye nuko babona icokintu boca basaba urupapuro yarihiyeko, naho uko babikora usanga bariko baraha agaciro ikintu kidafise

  • @tuyisengeeric5408
    @tuyisengeeric5408 4 หลายเดือนก่อน

    Birakunda ko uwumenye informations muri OBR, UWUGUZE imodoka yo kwikorera ama procédures yose atarinze atarinze guca murizo agences en douanes ?

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน +1

    Les déclarants ni nde abahemba? Bahembwa gute?
    Ni itegeko ko habaho un déclarant muri ivyo bintu vya douane

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 4 หลายเดือนก่อน

      Abadéclarants bahembwa na wew ubakeney,nicokimwe numuavocat ahembwa nuwumwishikiy kugiraa anurenganurire murubanza nabo nuk

  • @kazungugerais252
    @kazungugerais252 4 หลายเดือนก่อน +1

    None uko nugufasha umunyagihugu canke nukumukandamiza?

  • @tuyisengeeric5408
    @tuyisengeeric5408 4 หลายเดือนก่อน

    45% nakamaramaza🤭🤭🤭

  • @Ubuntu81
    @Ubuntu81 4 หลายเดือนก่อน

    Ayo mafranga OBR irihisha ni menshi cane, niyo yica ikori. Urumva usanga imodoka uyitanzeko kure cane ayo wayiguze

  • @habumugishaterry6543
    @habumugishaterry6543 4 หลายเดือนก่อน

    Murabe ukuntu mwogabanya ama taxi nkabantu barihanze babajije ivyokwinjiza ibintu muburundi bakubwirati obe ere muzimba cane kubintuvyinjira mwodufasha mukagabanya

  • @ukosataniarikuvurugaabantu8602
    @ukosataniarikuvurugaabantu8602 4 หลายเดือนก่อน

    Mubisanzwe uburundi burakwiye kurungika abazakwiga hanze kugira baze bigishe abandi ivyobize kuko hatoboneka amahera yo gutangira benshi boza kwiga. Ariko igihugu cacu cishwe nuburyarya gusa kuko nuwubizi yonatanga ivyorwa bijanye ningenibintu vyogenda ahakwa kurenzwa ivu kandi agomba gukora iciza.
    Ibindi bihugu bibonye bikenye ubwambere ibidandazwa birihishwa make kugira igihugu kironke ivyo cari gikenye. Nonuburundi ntanumusi mwigera mwiyumvira ico ahubwo kwi kori murabamba none ko mutarabira kuri magufuli umutayi uri musi yibihumbijana ntagutozwa ikori murasubira muvyo magufuli yavuze. Uguma ukandamiza uwumutayi muto abandi bagwiza tunga bazoboneka gute? Nuko kenshi bikorwa nabategetsi nanicogituma bimwe bibura kuko beningabire zubudandaji baburijwemwo.
    Tugaruke kuco kurungika abiga hanze, Reta yu Burundi raba muncabwenge mufise mugihugu baje kwiga hanze nka 4 canke 5 abo nibaheza bakagaruka reta ibe yateguye aho bokorera ivyo bize bange example yivyo bize. Hanyuma batumeko abakeneye kwiga ivyo bazoba bazanye uzosanga nko muri 5 years harimpinduka kandi bigafasha.
    1 ibijanye nukwandikisha imiduga.
    2 ikijanye nukubaka amabarabara. + amategeko yingendeshwa
    3 ikijanye nuburyo bugezweho bwo kuriha amataxisi + electricity.
    4 amatarafiki yamatara + nabayakora iyo yapfuye.
    5 Abajejwe kwandika imiduga muburyo busha bugezweho.
    Induru zaba Police mumabarabara zizoba
    Zivuyeho bicere kubirindiro vyabo. Police ikagenda aho ihamagawe ninaco gituma abantu benshi babuze uko bifata uwurikurondera umuryango ahuye na police , police ica irimukiza. Niho hakenewe ivyirwa nkivyo bave mwibarabara bakenesheje benshi.
    Bakirimishara yabo batari kwiba abanyagihugu.

    • @hategekimanamariespeciose5701
      @hategekimanamariespeciose5701 4 หลายเดือนก่อน

      Uvuze ukuri ubutundi guterimbere bizotugora cane mbega tunanigwa numuyagankuba wonyene aricocoroshe ubona uburundi tuvahe tukajahe😢😢😢😢

  • @georgesnijimbere9606
    @georgesnijimbere9606 4 หลายเดือนก่อน

    25% 18% ayo mahera ni menshi asuba nay wayiguze, nukuyigura kabiri

  • @georgesnijimbere9606
    @georgesnijimbere9606 4 หลายเดือนก่อน

    Sha uwiteka adutabare nukuri tutagowe nukuri, urazi kugoregwa mugihugu cawe,

  • @georgesnijimbere9606
    @georgesnijimbere9606 4 หลายเดือนก่อน

    Imodoka waguze 100million ikori irihishwa ni 25% 18% ; 25+18=43.nayandi menshe atavuzwe gaha, muri make imodoka yaguzwe 100million igwa hafi 60million, aho hoho turagowe nukuri.

    • @sanny.m3767
      @sanny.m3767 4 หลายเดือนก่อน +1

      Ahubwo muburundi barazimbura
      uzobaze Zambia canke Zimbabwe ni 60%

    • @userk23456
      @userk23456 4 หลายเดือนก่อน

      ​@@sanny.m3767bareke abo bavuga ivyo batazi.
      Kw'importa ibintu nk'imodoka hose birazimvye. Si mu Burundi gusa.
      Ariko usanga abarundi bari kuvuga ngo baragowe kandi ahubwo niho reta ikura amahera

  • @ChristopheNdayikeza-xq4ko
    @ChristopheNdayikeza-xq4ko 4 หลายเดือนก่อน

    M

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Uburundi ni igihugu gifise imodoka nke cane.
    Uburundi: 30.000 imodoka
    Urwanda: 60.000 imodoka
    Ntimubona akamaramaza?
    Nta terambere rishoboka ata modoka.
    Ayo makori 25% ,18%, ayo makori ni menshi cane.

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 4 หลายเดือนก่อน

      Iyo rusasuma niwe wayikoze canke

    • @alanbronzecreations2011
      @alanbronzecreations2011 4 หลายเดือนก่อน

      Urabeshya cyane mu Rwanda hari imiduga 300,000+ urebye kuri google bakubwira ko hari 265,000 muri 2020! Gusa nyuma yaho haguzwe imodoka nyinshi kugeza ubu 2024!

    • @userk23456
      @userk23456 4 หลายเดือนก่อน

      Ivyo vyakozwe nande ?? Mbe hoho urazi amategeko yo mu Rwanda kubijanye na importation ?? Ndibaza ntavyo uzi

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Izo modoka 700 zinjira mu Burundi ku kwezi ku kwezi zirihe? Ko mu Burundi atazo tubona?Ntizoba zica zirangurura zija mu bindi bihugu?
    Uburundi ni igihugu gifise imodoka nke cane.

    • @alanbronzecreations2011
      @alanbronzecreations2011 4 หลายเดือนก่อน

      Yego mu Rwanda dufite imodoka nyinshi zambaye plaque yu Burundi kandi ziba ari nziza apana twa probox , haza izizimvye gusa!