#KuKAYI
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- #pam #kukayi #pamchanneltv #thepassword #Burundi #goodtalkshowburundi #entrepreneuriat #business #innovation #tourismeauburundi #visitburundi #pamchanneltv #smartmind #Kwijob #Kw'ijob #burundi2022 #Potentiel #diaspora #inspiration #youthinspiration #Changing #Mindchange #artisteburundais #Burundianartist #Openmic #Anaise #Sexylove #Anaisesexylove #mariage #InamahoroBenigne #PastBenigneinamahoro #PamelaIreneIrakoze
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Anaise (SexyLove)
Guest: Past, Bénigne Inamahoro(+257 68 324 343)
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Jean-Calvin&Liena
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Graphics: Darcy Mwuhiro&EmmaB
Komeza impanuro maman lynda
Urakoze cane Mme Benigne! Utanze impanuro nziza cane .Ivyo uvuz vyose nibintu bihanura ingo zubu cane cane abigeme bashaka kubaka nabagore basanzwe bubatse kuko benshi murabo birabagora kwubaka ingo, bikundira kuguruka
Merci Boku Muvyeyi, nukuri Mwarahezagiwe 👌👌,,ivyo wavuze vyose nukuri gukwiye
Ikiganiro ciza cane. Merci Madame Bénigne! Muzogaruke. ❤
Ikiganiro ciza🙌🏼👌🏽👌🏽
Kirimwo inyigisho nyinshi!! Hama ndifuza kumenya aho yashoneshej impuzu yiw? c’est vraiment beau araberewe cane uwo muvyeyi👌🏽
Murakoze cyane
She is very wise❤️❤️
🤗🤗 Merci mama kurizo mpanuro
Warahezagiwe Mme Bénigne🙏
❤❤👏Mrciii bcp Anaise
Ikiganiro ciza caneee hama turabahaye ikaze iwacu Rumonge zone Rumonge karibu cane natwe vyotunezera
Anaïse😘😘
❤️❤️
❤
Yesu waneshereje .kumyaka 14?
Turakengurutse impanuro za Benigne.Ariko ikijanye n'ugusiga ,.,Bible uko ibivuga,ntibisigura Ko uwugiye kwubaka urwiwe aba ahevye abiwe.Aribuka kandi ko turi mi gihugu kirimwo abakene,aho uwisununuye aduza uwutaco arimarira biciye mu huryo butandukanye.Mumbabarirekur'iyo commentaire.
Ikiganiro ciza caane, kirimwo inyigisho nyinshi ku bubatse nabatarubaka. Turasavye muze musubire mumugarukane, yigishe ivyerekeye inyifato umuntu yogira kugira yubake urugo rwiza, inyigisho zerekeye aba dames cane cane.
Impanuro zikomeye cane, merci Anais pour l'excellente emission
LKú