ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Waaaoow abakunda Ornella mundemere like👍
Ubundi uwo Nella niwe muntu wacu, vuba twongere duhurire mukindi gikorwa, love from GOLD AFRICA TV
Ornella uri intore vraiment kandi utegerezwa kuba ufise agatima keza kabisa .❤❤❤
Wawoooooooo vyizacane nela urikiba jou kiguma gitwenga❤❤❤❤💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐👋
Nkukundira ukuntu uguma witwengera niba nomubuzima busanzw aruko hezagirwa biboneka kwatamutima mubi ufte❤❤❤❤
Ornella vrmt ndamukundaaa caneeee ❤❤❤ big up sanaaa
Ndamwikundira maze agira amutima mwiza wibereho mwiza❤❤
❤❤❤❤❤ ornalla ndacikundir can kbx no stress kbx🎉🎉
Nella uranyuzuza nukur ndagukunda can icompa tukazobonana amaso muyand❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mugikoto nanje ndumunyakamesa hejur nyamurender urahaz hama ner wew uguma witwengera nkanje kwer ❤❤❤ gusadushavuy tuguma twivuganya ndakwikundira kuraj nakrise
Waaooo nella wnj disi❤️❤️❤️❤️ reka ntore agatebe nicare😆😆
Ndamukunda Ornella aguma yisekera❤❤❤
Gusa ico nkundir iyi tv ifise camr nziza amasanamu ni wane100/100
Nella ngerageje kurab uko Chris yavug ko unkuntu urumuntu udasanzwe bibonekako ko mukundana vysnyavyo😂😂😂😂 kimwe mwoberana🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nera ndamwemera mubintu avuga ntaburyarya ashiramo
Narinkumbuye kukubona mukiganiro❤❤❤❤❤
oronela ndamwikundira ntanzigo bamuvugako kiguma citwengera ❤❤❤
Vyukuri yimereye neza aritwingera💞💞💞💞💞💞🌹🥀🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love U Ornella ndakunda ukuntu uviva tes films, ukina neza kndi uri mwizaaa
Ndakunze ukoavuga nela.
Nella ilove u somuch ndipfuza kuyaga nawe ❤❤❤❤❤❤
Ndamukunda cn nukuriii nikinyamahoro niciza ❤❤❤❤
Nella ❤️❤️❤️ ndagukunda ukina neza kandi urashoboye cane
Ndagukunda ornella
Nella courage ndakunda ingene ukina
Ornella courage 💪💪🎉🎉🎉🎉🎉
Nera ndakwikundira❤❤❤❤❤❤
Waaoh ma chérie Nella uranyic wew 😂😂😂
Uri cana ciza Ornella sha❤courrage mwiza wacu🎉❤
tubipfurije iterambere na uzo wawe.gusa sivyiza gutambira agatarotaro ngwintaro zasheshe.iyinisi muzoyibona.ihemba neza.
Abe cawitorera jewe nuko utuduza sha tugaca tuguta
😂😂😂😂😂😂😂
Mpol
😂😂😂😂😂😂😢
😂😂😂😂yafushe😂😂😢
Hello hello dico and nela mumbarize ati mukundany nacriss kuk muraberey cane akimana fif 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💕💕💕💕💕💕💕💕🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
Nella❤❤❤
Non dico kugiy utamuvugishij n'a cris erega burya abobant barakundan j uk mbibon kndi ninavyza cneee .uzobazan ari 2 🎉🎉🎉🎉
Hello Hello 🎉nb nimwikundanir shaaaa❤ ndabikundir 🎉 bez banj mwes
Nell ndagukunda pe ndandi ndiho abakomeze mwe na chiss ndabakunda can❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyintwengo niyikinyoma. Wosanivyo murakundana
Ndamukunda.nella
Nella yarakumbuwe
agapisine wawooo haaaaa usa neza pe Dico pig up ubirimw neza
Nella ndamukunda twariganye❤❤❤
Ornella ndakwikundira cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nella
Ngize Analyse mbona meng Nella akundana na chris😂
Reka reka atwenze umenga yemeye nkewa niyirambire
❤❤❤❤❤❤
Nella ndamukunda caaane akina neza film
Ndagwikundira
Ariko Abel ko umengo mumuvuga nabi ga Dico😢
Gusa Nella ni mwiza vya danger.Gitwenga neuzaaa ga yemwe.Ahubwo nimba utababenga abasore boba batabona.
Nellachrisntamusige
Nella ndamukunda kandi nagize namahigwe ndamubona twahuriye mukamenge hafi yakabare kwamandera nararyohewe numuri kandi nintore disii😂
❤❤
Aga pisine rer karanyishe😂😂
Nella ndamukunda😂😂😂😂😂 😂😂😂😂
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤ araberew
Uzomubaze kobkundany n'a christ
❤❤❤🎉🎉
Egonigwiza.ndamukundacaaaneeeeakina.nezauvuganeza.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
Abel kweri wihangane
nela aratuje mu mikino yiwe
😂😂😂😂😂😂😋😂😋
😂😂😂😂😂
Bichongamamintimwirambire
Ndakwikundira
❤❤❤❤❤❤❤

Gusa Nella ni mwiza vya danger.
Gitwenga neuzaaa ga yemwe.
Ahubwo nimba utababenga abasore boba batabona.