ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
th-cam.com/video/Bj6uYDQ_4v8/w-d-xo.htmlsi=dSV_5pNODnQHTrry
Murakoze cane a l equipe ikiganiro c ingirakamaro kiraryoshe mubandanye jusqu au bout ntibumva ariko mugumizeko ugutwi kw impene kumva kokeje...Imana ibakomeze merci
Amashi menshi cane kuri uwo atwigishije ivyo MONRONVIA EST CASABLANCA Bisigura.❤❤❤❤❤❤
Ayomajambo ninkamasasu muriko murasa uburundi bira maramajwe nkwitwa kwakorera Imana akemeza ko abadutwara bovaho kunguvu hakudufasha gusenga imana ikaduhindurira
Dutwagwe nabicanyi?Imana uga ushobora kuba utayizi
Mbega uri apotre vyukuri kuri umunyamacakubiri wanka ubwoko ubwita ubwicana Imana igutabare
@@yvanitangishaka910 Nigiki yavuze kitarico?Mbega ubabwije ukuri akubahuka akabamira muca mukanura amaso?Mubeshuze tuguhe microphone ureke kuvugira muntamatama
Ivya mukama 😂🎉
Ubuho ngo vyafashe iyindi ntera !!
Nagomba kubahimiriza ibi biganiro muje mubikwiza kuri facebook nama plateform yose cne cane facebook niyo ikoreshwa cane,abarundi benshi ntabwo bijukiye youtube vyogira ico bifashije,
Ngo uwuzosubirira umuperezida yavuyemw'ishamba, ngw'azotwara igihegito? Nukurikwera muhube mukorekuri NEVER yoooo kiretse duhonye! Ngumuvugishwan'imana nikoyavuze? Ndingaha jewe nukuri, muhube!!!!
nukuri ivyo ndikondabona igihugu cacu kiriko kiraja habi cane nivyaba arivyo nibihenda ngo bagiye gutera urwanda ivyabo bizoba bibaheranye kazoba ariko kadomo
Gusa waganiriye neza
Mbarira ingene 1kg c'isukari cozimba gusumba 1l y'igitoro???
None niba nta sukari iri mu Burundi kuki ntasukari iva hanze?
Bonjour turabasavye mu dupartaje liste des 600 burundais bagirizwa génocide. Murakoze
@@guidon1378 Kubera bari kumutahe mpuzamakungu ntitwoberekana.Ariko vuba barafatwa bashikirizwe ubutungane.Icaha bagirizwa ntikibabarirwa kandi ntigita igihe.
Bunyoni ntashobora kurekugwa neva akitoa kubutegetsi
Giramahoro
FDRL ubu yaratsibataye ihabwa indungamuntu yabarundi bitwa abarundi ,ubu bagura parecelles bitwa abarundi,barongora abarundikazi,nkamwe mubona Uburundi tugana hehe??
Jeho ivyo numva ari ibisanzwe niba ataco bononye mu gihugu
😂
Kuki badahuza
Munyumvire ico gisubizo c'umukuru w'Inama Nshingamateka. Ngo urwanda ?? Mwarahahamutse azaze arebe mu Rwanda abarundi n'abandi banyamahanga baragura amazu, parcelles nta nkomyi , areke guhenda abarundi
uri intwari
Uyu mutama afişe imyaka ingahe? Ukuri kwiwe guhagaze hh?
@@thewest0 wewe ufise ingahe?Mubeshuze ivyo yavuze bitarivyo.
akanditswe ntikandugwa
Hari akarwi kabatutsi bagishibije ariko amaraso namanvugako ahuma kandi imigambiyabo twayivumbuye kera
Dusigurire twumve ingene bagisibije niba twemerewe kubimenya
Numviseko mubesheko genocide ya 93 yakorew abatutsi kdi hapfuy ubwoko bwose Ikiruta ivyo nuko tuziko abatutsi bishe umuhutu yatwara igihugu
Ariko guhera 1993 gushika 2005 abasoda b'ico gihe baheje kwicanga president hutu ndadaye baciye baja mu mihana igihugu cose kurasa abantu,N'aba intellectuelle bararashwe cane cane abahutu.
th-cam.com/video/Bj6uYDQ_4v8/w-d-xo.htmlsi=dSV_5pNODnQHTrry
Murakoze cane a l equipe ikiganiro c ingirakamaro kiraryoshe mubandanye jusqu au bout ntibumva ariko mugumizeko ugutwi kw impene kumva kokeje...Imana ibakomeze merci
Amashi menshi cane kuri uwo atwigishije ivyo MONRONVIA EST CASABLANCA Bisigura.❤❤❤❤❤❤
Ayomajambo ninkamasasu muriko murasa uburundi bira maramajwe nkwitwa kwakorera Imana akemeza ko abadutwara bovaho kunguvu hakudufasha gusenga imana ikaduhindurira
Dutwagwe nabicanyi?Imana uga ushobora kuba utayizi
Mbega uri apotre vyukuri kuri umunyamacakubiri wanka ubwoko ubwita ubwicana Imana igutabare
@@yvanitangishaka910 Nigiki yavuze kitarico?Mbega ubabwije ukuri akubahuka akabamira muca mukanura amaso?Mubeshuze tuguhe microphone ureke kuvugira muntamatama
Ivya mukama 😂🎉
Ubuho ngo vyafashe iyindi ntera !!
Nagomba kubahimiriza ibi biganiro muje mubikwiza kuri facebook nama plateform yose cne cane facebook niyo ikoreshwa cane,abarundi benshi ntabwo bijukiye youtube vyogira ico bifashije,
Ngo uwuzosubirira umuperezida yavuyemw'ishamba, ngw'azotwara igihegito? Nukurikwera muhube mukorekuri NEVER yoooo kiretse duhonye! Ngumuvugishwan'imana nikoyavuze? Ndingaha jewe nukuri, muhube!!!!
nukuri ivyo ndikondabona igihugu cacu kiriko kiraja habi cane nivyaba arivyo nibihenda ngo bagiye gutera urwanda ivyabo bizoba bibaheranye kazoba ariko kadomo
Gusa waganiriye neza
Mbarira ingene 1kg c'isukari cozimba gusumba 1l y'igitoro???
None niba nta sukari iri mu Burundi kuki ntasukari iva hanze?
Bonjour turabasavye mu dupartaje liste des 600 burundais bagirizwa génocide. Murakoze
@@guidon1378 Kubera bari kumutahe mpuzamakungu ntitwoberekana.Ariko vuba barafatwa bashikirizwe ubutungane.Icaha bagirizwa ntikibabarirwa kandi ntigita igihe.
Bunyoni ntashobora kurekugwa neva akitoa kubutegetsi
Giramahoro
FDRL ubu yaratsibataye ihabwa indungamuntu yabarundi bitwa abarundi ,ubu bagura parecelles bitwa abarundi,barongora abarundikazi,nkamwe mubona Uburundi tugana hehe??
Jeho ivyo numva ari ibisanzwe niba ataco bononye mu gihugu
😂
Kuki badahuza
Munyumvire ico gisubizo c'umukuru w'Inama Nshingamateka. Ngo urwanda ?? Mwarahahamutse azaze arebe mu Rwanda abarundi n'abandi banyamahanga baragura amazu, parcelles nta nkomyi , areke guhenda abarundi
uri intwari
Uyu mutama afişe imyaka ingahe? Ukuri kwiwe guhagaze hh?
@@thewest0 wewe ufise ingahe?Mubeshuze ivyo yavuze bitarivyo.
akanditswe ntikandugwa
Hari akarwi kabatutsi bagishibije ariko amaraso namanvugako ahuma kandi imigambiyabo twayivumbuye kera
Dusigurire twumve ingene bagisibije niba twemerewe kubimenya
Numviseko mubesheko genocide ya 93 yakorew abatutsi kdi hapfuy ubwoko bwose
Ikiruta ivyo nuko tuziko abatutsi bishe umuhutu yatwara igihugu
Ariko guhera 1993 gushika 2005 abasoda b'ico gihe baheje kwicanga president hutu ndadaye baciye baja mu mihana igihugu cose kurasa abantu,
N'aba intellectuelle bararashwe cane cane abahutu.
Kuki badahuza