ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
🎉❤ HaaaHaaaa. Rabin iyo statistiques niyo kabisaa. Hama ntubeshe kuko Mozambique kabisaa hariyo aBarundi beshi Ubu. Rero ukurikirwa nibice 60% kandi kumyaka iri plus de 30ans.
Murahoneza njye kombakurikira ndi Norway🇧🇻
Ndiko ndakuraba mugabo RABIN❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
BjrSha nda mukunda uyu umugenzi uburyo asesengura❤
Ntibantunganya yagiriwe coup d'état na Buyoya. Abarundi muje muvuga ukuri.
Ubwo bwenge bwabarundi ntabwo dushaka bazabanze basabimbabazi zabantu bacu bishe cyane cyane uriya neva wabo numupaka nibashaka bazareke kuwufungura ntacyo tuzaba, bafitabagenocideri bakoze genocide bafitumwanda mwinshi pe bazabanze basabimbabazi
Mukomere mukomere turabakunda cannn
Mwarsaze murota kumanwa.m23 buca ihera nkifu y imijira .aba congomani baraciye ubwenke mukurwanira igihugu cabo.akokabwa kakarundi kazopfa katongey guhonyora muburundi
Aba O G tumenyane 😂😂😂😂 CA AKENGE TV
Kenya ntibahe yoba ifashije abicanyi nibareke
Ico kiganiro kirimwo ubwenge kbsa
Ntibantunya ntiyigeze aban President winfantakibaza
@@dieudonnembayahaga6629 yatowe ryari ?
Yaramubaye w'imfatakibanza nyuma y'urupfu rwa Ntaryamira
Ni ikaze.
Ca akenge tv abari Belgique ko utwibagiye ntitugukurikira?
@@jeannebeatricecishahayo787 sorry ariko KURI statistique zabatutaba ntibaberekana
Bivuze ngo muracari bake
Hhhhhh 😂
Na USA turagukwirikira
Urazi politiek peee 😊
Président Ntibantunganya ntiyaserukiye Uburundi muri iyo nama.Yaserukiwe Panel des Sages ba EASBF asanzwe abereye na Président.Rero ntimuvuge ngo ntihaje ministre de la défense cnk CEMG.
@@regisbayihaye4404 ntawasavyeko haza ministre de la défense wunvise nabi
"Caresser dans le sens des poils" bivuga kumushirira aho ashaka kugira urondere uko mwokwumvikane muvyo muriko muravugana.
Mukoze ikiganiro ciza kandi neza caane
Caresser dans le sens des poils
🎉❤ HaaaHaaaa. Rabin iyo statistiques niyo kabisaa. Hama ntubeshe kuko Mozambique kabisaa hariyo aBarundi beshi Ubu. Rero ukurikirwa nibice 60% kandi kumyaka iri plus de 30ans.
Murahoneza njye kombakurikira ndi Norway🇧🇻
Ndiko ndakuraba mugabo RABIN❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Bjr
Sha nda mukunda uyu umugenzi uburyo asesengura❤
Ntibantunganya yagiriwe coup d'état na Buyoya. Abarundi muje muvuga ukuri.
Ubwo bwenge bwabarundi ntabwo dushaka bazabanze basabimbabazi zabantu bacu bishe cyane cyane uriya neva wabo numupaka nibashaka bazareke kuwufungura ntacyo tuzaba, bafitabagenocideri bakoze genocide bafitumwanda mwinshi pe bazabanze basabimbabazi
Mukomere mukomere turabakunda cannn
Mwarsaze murota kumanwa.m23 buca ihera nkifu y imijira .aba congomani baraciye ubwenke mukurwanira igihugu cabo.akokabwa kakarundi kazopfa katongey guhonyora muburundi
Aba O G tumenyane 😂😂😂😂 CA AKENGE TV
Kenya ntibahe yoba ifashije abicanyi nibareke
Ico kiganiro kirimwo ubwenge kbsa
Ntibantunya ntiyigeze aban President winfantakibaza
@@dieudonnembayahaga6629 yatowe ryari ?
Yaramubaye w'imfatakibanza nyuma y'urupfu rwa Ntaryamira
Ni ikaze.
Ca akenge tv abari Belgique ko utwibagiye ntitugukurikira?
@@jeannebeatricecishahayo787 sorry ariko KURI statistique zabatutaba ntibaberekana
Bivuze ngo muracari bake
Hhhhhh 😂
Na USA turagukwirikira
Urazi politiek peee 😊
Président Ntibantunganya ntiyaserukiye Uburundi muri iyo nama.
Yaserukiwe Panel des Sages ba EASBF asanzwe abereye na Président.
Rero ntimuvuge ngo ntihaje ministre de la défense cnk CEMG.