UMVIRIZA IJAMBO RYA PRESIDENT BUYOYA ATUTSE PRESIDENT NKURUNZIZA IZUBA RIVA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 154

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 3 หลายเดือนก่อน +2

    Iryojwi sigwiwe vrt miratubesha Sha ukonuguryoza

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 3 หลายเดือนก่อน

    Ntamuntu n'umwe kw'isi yatoye kuba icarico cose twese twavutse twambaye ubusa Kd ntwashimwe ngo mvuke ndiki wa Mutama uvuga ibyo usigaje imyaka ingahe kw'isi ?

  • @irakozejustin9522
    @irakozejustin9522 3 หลายเดือนก่อน

    Uyo si Buyoya ba mureka kubesha!

  • @e.moussemal3003
    @e.moussemal3003 4 ปีที่แล้ว

    Ibi mu kinyarwanda tubyita ingengabitekerezo. Umuhutu n'umututsi bose ni abantu b'Imana bagomba kubana hamwe mu gihugu kimwe kandi ku isi imwe. Umuntu ubiba amacakubiri Imana izamuhana by'intangarugero. Nzaba narababwiye

  • @bakundukizeedmond-s1i
    @bakundukizeedmond-s1i 10 หลายเดือนก่อน +3

    Nihatari sana uwo si buyoya.ntaco muba mubesha abantu nkukwo.ntawuzi ico muba mushaka.rero abantu turaciye ubwenge rero mukure ngaho ubwo bubwa bwanyu.

  • @jeanmarievianneynshimirima1079
    @jeanmarievianneynshimirima1079 4 ปีที่แล้ว +8

    Abatutsi birirwa bicana bangana iki? Abahutu birirwa bicana banana iki?
    None uwo bwoko uvuga bweranda ni ubwahe? Mbe burya ntabatutsi bakize kubw'abahutu?ntabahutu bakize kubw'abatutsi?
    Nokwifuriza kwiha Imana, ikagukiza amajambo apfuye mwene ayo.

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 24 วันที่ผ่านมา

    Uzopfa ubwejera mibuhungiro urazogaruka tukumwe nutwodushatse twasigaye kumatwi ntamuhima agitwara igihugu uzopfa ubweja

  • @nsabimanafrederic5249
    @nsabimanafrederic5249 4 ปีที่แล้ว +4

    Iryo jwi sirya President Buyoya muratubeshe kandi ivyo ntavyo akunda kuvuga arabirengeye

  • @NgendakumanaAdronis
    @NgendakumanaAdronis หลายเดือนก่อน

    Icatumye tugifata kandi mutwita ibijuju Nico kizotuma mutakidukurako ,umwe yaratwibiye akambo ng ntagukangw nagahengw ng ucane inkinzo muri yamajambo yibijuju nkuko mbivuga harah tuvga k tur yeux murarab nez ntimuzopf kurwako harah mwosanuka nabwabwok bwa yuda butakiri kumubumbe

  • @NDUWAMUNGUJeanPaul-s1b
    @NDUWAMUNGUJeanPaul-s1b 2 หลายเดือนก่อน

    Ayo macakubiri ntaho azogeza abayafise. Urwo rwanko mubiba bireke si vyiza n'a gato

  • @NgendabankaManasse
    @NgendabankaManasse 2 หลายเดือนก่อน

    Urapfuye nabi wa siha we uragapfa utabaye umw'isiraeri nta n'umututs ahari avuga uburofa nkubwo.

  • @MuganinezaTheophile
    @MuganinezaTheophile 22 วันที่ผ่านมา

    Musigeho guha agaciro amoko ntacyo bimaze kdi ntihategeka ubwo ko hategeka umu ntu kugitike

  • @kanao2007
    @kanao2007 4 ปีที่แล้ว +2

    Iri jwi si Buyoya namba. Uwushaka gushikiriza opinion yiwe yobikora atabishize kuwundi. Kandi imvugo zicanishamwo abarundi sinibaza kohari abakizikeneye kuko zifise kahise kabi. Twikebuke

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ukonukubesha siwe nukubesha abarundi ariko sivyiza

  • @suzanniyonzima1874
    @suzanniyonzima1874 4 หลายเดือนก่อน

    Ndi umututsikazi tuva bamwe na BWEJERI . Il est d'origine hutu. Paradoxe.aratwononera ubumwe.ni umutovyi.

  • @BernardNtawumbabaye
    @BernardNtawumbabaye หลายเดือนก่อน

    Ivyo amacakubiri twarabisezereye

  • @jeanmariendayishimiye2799
    @jeanmariendayishimiye2799 4 ปีที่แล้ว +5

    Nanje ndemezakoiryojwi atariryiwe vraiment !

  • @harikazuno6644
    @harikazuno6644 4 ปีที่แล้ว +1

    Ahubwo ni bwa itagira umurizo mujeri ayo namaraso yabana babandi y iciye ntega n amarangara niyo yariko aramusaza uyo muhimbiri uzofa nka mobutu ahabwe na barozi nkawe wakivumewe.

  • @athanasentibankundiye3296
    @athanasentibankundiye3296 4 ปีที่แล้ว +2

    Nta Président BUYOYA avuga gurtyo uwo n'icaduka cuzuye amacakubiri umukozi wa SATANI

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 ปีที่แล้ว +1

    ja muburundi ubivugireyo wa musazi wimboregwa ninde atakuzi ko ugenda barakwatse uruhusha rwokugendesha umuduga kubera akaborerwe kawe wamburu we. ntubayeho nkumuja kandi ukora atanico wimariye , iyo uborewe uja kuri whatsapp ukavuga ayakaboregwe wamugesera we.

  • @AfandeMunezero
    @AfandeMunezero หลายเดือนก่อน

    Hhhhhhhhhhhh. I Ntwari batazopfa bibagiye

  • @fidelenkingi3875
    @fidelenkingi3875 4 ปีที่แล้ว +3

    Urabesha Uyumugabo Yitwa Bwejeri Atuye USA Ntabwo Ari P P Buyoya ,Buyoya Ntashobora Kuvuga Ibibintu Vyabasazi

  • @jacquesntabagara3091
    @jacquesntabagara3091 4 ปีที่แล้ว +1

    This guy he got covid 19 that is why he is in quarantine.

  • @mutamapaul7117
    @mutamapaul7117 4 ปีที่แล้ว +2

    Ariko murazi kubesha uyu si buyoyo kandi rino jwi turarikurikirana kandi turakwitwarira nituronka ivyemezo bikwiye witayrishe mubuzima bgawe mwese mwashize ahabona aya majwi murakoze

    • @alexisberry6542
      @alexisberry6542 4 ปีที่แล้ว

      *umwitwarira nka NDE?*

    • @mutamapaul7117
      @mutamapaul7117 4 ปีที่แล้ว

      @@alexisberry6542 ushaka kumenya uwo ndiwe urabaza neze bazokubgira uwo ndiwe ndumuvugizi wambere wa buyoya

  • @jesuskwizera8578
    @jesuskwizera8578 4 ปีที่แล้ว +1

    Uwo si Buyoya nagato.ark mugihe tugezemwo inyigisho utanze yoteza imbere abarundi muri ivyo vyose uvuze n'iyih?ahukuvuga ivyubaka.

  • @mugabepierro5813
    @mugabepierro5813 4 ปีที่แล้ว +1

    Uyu mugabo uvuze ibi ntarindi zina akwiye ni IKIGUNIRA:Igifuka kirimo ubusa

  • @thierrybigirimana2675
    @thierrybigirimana2675 ปีที่แล้ว +1

    Iyirofa yumugabo uragowe umuriro w,Imana uzogutongora sha!!

  • @cricencianalavwe9770
    @cricencianalavwe9770 4 ปีที่แล้ว +2

    Uwo si Président Buyoya muratubesha

  • @AlfredMukerandanga
    @AlfredMukerandanga 2 หลายเดือนก่อน

    Iryo jwi si irya Buyoya mureke kumurenganya.Ico ni ibigoryi c'umutama yashaje nabi.Ariko avuga ubusa Ubuntungane bozomufate abayo avuga azobiryozwe.

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 4 ปีที่แล้ว +2

    Si Buyoya kabisa

  • @zobidazobida2353
    @zobidazobida2353 4 ปีที่แล้ว +2

    siwe kabisa ntamwambik urubwa

  • @marleneakimana2597
    @marleneakimana2597 3 หลายเดือนก่อน

    Ce n est pas son excellence …. Il était intelligent pour se rabaisser à répondre à de tels accusation ou insulte … 😂😂😂 les tutsi ou hima nabantu binumiye respect 😃

  • @MandelaMobutu
    @MandelaMobutu 4 หลายเดือนก่อน

    Ayomabyi buyoya ariko aradahwa iki iyombwa buyoya tucariko tuguhiga aho winyegeje wampene nkeneye nzokuribate mumuhoho Kandi nzokumena amabya wewe buyoya

  • @tatienbimaziki6435
    @tatienbimaziki6435 4 ปีที่แล้ว +1

    Urakaryama amavyi yumy nabacu wamaz ndagufash urworuzur nzorushikura

  • @ArseneNahigombeye
    @ArseneNahigombeye 3 หลายเดือนก่อน

    😅

  • @annemariedesoignies9360
    @annemariedesoignies9360 4 ปีที่แล้ว

    Mbe urashobora kwigana Ubuntu ivyobintu biragoye l'élection mbe TH-cam asigaye arubuga rwanda politique

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 2 ปีที่แล้ว

    Uyu muntu numvise afise inkuru nyinshi ariko mugabo yotubwira icatumye yitwa umunya Israël d'origine akoongera akaba umurundi , Murakoze kuko kahise gategura kazoza.
    Mbega none,munsigurire KO uwo yuda avugwa yoba ari umwe yagura yezu .

  • @desirenzambi1524
    @desirenzambi1524 4 ปีที่แล้ว +1

    Umutama yashaje ntakivuga nkumunyeporitike . avuga nkuwo ubwenge bwaheze

  • @chrisoneilniyungeko839
    @chrisoneilniyungeko839 6 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo si Buyoya

  • @ghamalntwari4412
    @ghamalntwari4412 4 ปีที่แล้ว +1

    Uwo si buyoya kbs ijwi ryiwe siryo

  • @RandryRaphinha
    @RandryRaphinha 4 หลายเดือนก่อน

    Ako kagabo ntakindi karigafise ataramjambo yubugugu gusa uburofa gusa ibinyoma gusa amacakubirigusa agasuzuguro gakumbuye ntega ind marangara

  • @alexisberry6542
    @alexisberry6542 4 ปีที่แล้ว +1

    *ariko si BUYOYA ahubwo ni **_BWEJERI_*

  • @Mudageelevisnduwayo-tx2ws
    @Mudageelevisnduwayo-tx2ws 3 หลายเดือนก่อน

    Iyombwa nkuyo numuntu aragahwera iyombwa irikidedembiki?

  • @AsterNsengiyumva
    @AsterNsengiyumva 3 หลายเดือนก่อน +1

    Nuhwer wari mubi kuva kera uteza intambar Ay macakubir YESU azoyakubaz ahur uragowe

  • @jbosconduwabandi5928
    @jbosconduwabandi5928 4 ปีที่แล้ว

    Uwuvuga katariwe ahubwo ntimumuzi.noe ko bashaka uburundi biyita ngo nab Israël,imvukira z'ubutaka bw'Uburundi badushakaho iki?

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 ปีที่แล้ว

    Abarundi au lieu de development economique ibidafis ikimazi nivyo mwishinga ababirigi babahenze munyungo zabo bwite.

  • @emmaminani2747
    @emmaminani2747 4 ปีที่แล้ว +1

    Uyu si Buyoya ntimutubeshe

  • @frenkmakoba510
    @frenkmakoba510 2 ปีที่แล้ว

    Reka guteranya abarundi barikundanira baraciyubwenge barize ivyo ntamuntu agifise amacakubiri

  • @JosiasBizerimana
    @JosiasBizerimana 2 หลายเดือนก่อน

    Uwo si Buyoya ni bwejeri umuhima wamacakubiri

  • @alexnaku9265
    @alexnaku9265 3 หลายเดือนก่อน

    Kubwejagura gusa gusa..urateye isoni Bwejeri we

  • @jorammanirakiza2223
    @jorammanirakiza2223 4 ปีที่แล้ว

    Nyakubahwa buyoya gabanya inzigo. Ego nukuri kuzima intwaro turimwo ihurikiyemwo Bose kndi icowomenya kuva cndd yinjiye kubutegetsi gushika uyumusi umuntu yapfuye wese numurundi sumuhutu sumututsi nuwubabaye sumututsi gusa kndi sinumuhutu gusa. Mbere waranashima abahutu barishwe gusumba cne abatutsi

  • @jeanmariendayishimiye2799
    @jeanmariendayishimiye2799 4 ปีที่แล้ว +1

    Uwomuntu arinamacakubiri abushitse pe!kandi aravuga nabi pe!

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 4 หลายเดือนก่อน

    Mbwejeri, ntibavuga ngo :"lible."
    Bavuga :" libre."

  • @DerrickBakunduwukize
    @DerrickBakunduwukize 2 หลายเดือนก่อน

    Wambwa we rekakuza amacakubiri muburundi wa maziranokiwe

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 4 ปีที่แล้ว

    Ikinini kibabaje hano, nuko buno buyobe butambutse kurubuga rwa honarable depute uhembwa imisoro ya leta. Naho kuba bwejeri ari umurwayi, rwose ni ibisanzwe. Abatambutsa ubu buyobe namwe nimutisubiraho, muzarabukwa namwe byabasandaranye pe!!! Inama: bene bwejeri nimujyane umuntu wanyu kwa muganga pe!!!

  • @Sirila18
    @Sirila18 4 ปีที่แล้ว

    Amateke ,iswa ni zo ndya z abahutu?Ubu ho n abatutsi bararya iswa ,ibizinu ,eka vyose. Mbe nk ubu abatutsi bagutumye? Abahutu ni abacakara .... Reka gukora mu gisebe abahutu ngira film d horreur y ivyo wakoze muri 1972 abarundi turiko turayibona ku Ruvubu . Uyu muntu iperereza rimurondere rimufate iyo azoba ari hose .. Bishoboka bashireho petition abarundi basinye iyo yoba hose bamurondere bamusubize Uburundi aze kubivugira ngaha. ABAHUTU BASANZWE BASUZUGURITSE.... Murumva n ukuri ayo majambo?Imana yo irabakunda.

  • @GermanyGermany-xp4mu
    @GermanyGermany-xp4mu 4 ปีที่แล้ว +2

    Sha wewe nturi umututsi ahubwo bakwigekoneza wahawe ikiraka kugirango abavyumva Babe imburakimazi nkawe ariko watomboje nabi vyumva bake ataco boshikako.

    • @kwizerayvonne1950
      @kwizerayvonne1950 4 ปีที่แล้ว

      ninzoya zirabizi abafise amacakubiri. mbe weho uwogutemagurira abawe bose agasigara wifumbereje, woreka kuyagira ayomacakubiri uvuga ! abo mwica ntababo bafise rero! mwirengagiza ko harabicwa bazira ubwoko bwabo arimwe mubikora! tubiceceke rero!

  • @davidnduwimana553
    @davidnduwimana553 4 ปีที่แล้ว

    Buyoya yogufata womubwira neza ingene ushaka kumuteranya na Nkurunziza n'ingene bariko bamurondera kuvyo yagirizwa. Burya wewe uramuzi neza Gustave kweri? Aho yokumangura n'aho wiyita umututsi kandi uri umbunuza.

  • @mariet978
    @mariet978 4 ปีที่แล้ว

    Reka kwitiza ifoto ya Buyoya nguyivugireko . naho nawe. Ariwe agejeje. IGIHUGU ahamanuka. Iyatica . NDADAYE. Igihugu kiba gitekanye. Eeeh Mwishe Ndadaye nti mwinshe ba Ndadaye. Muvyirengere rero hahahaha

  • @harimenshialexis2563
    @harimenshialexis2563 2 ปีที่แล้ว

    Uyu mutypes arimwo amashetani y,umurengera arenze ukwemera

  • @bizimanathadee2591
    @bizimanathadee2591 4 ปีที่แล้ว +5

    Yesu akubabarire

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 ปีที่แล้ว

    urahaze imivinyu yawe iyo iburayi abusuka bobo uhaye ubasuka ubabesha wiraramiye mumakoci waborewe akaboregwe kawe ushaka wewe ugwe nabo batembe bagwe nkaho umengo mwazisangiye canke wabahayeko uri umuhimbiri wa mujeri.

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 ปีที่แล้ว

    erega uracitiranya uburundi bwa 1972 nuburundi bwubu, menya ko ibintu vyahindutse uko wiyumvira siko bikiri guma wiserura muminsi uzokwagiriza canke wagirizwe ntawutazi ko uri aho New york ariho ukorera ivya vose turabizi duhe umwanya gusa, waba umuisraeli umuyuda umututsi umwarabu canke bagladesh nahandi muminsi tuzovyimenyera, kuko abarundi bumutima barahari. abatutsi baba extremistes nkamwe impera yanyu irahari.

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj 2 หลายเดือนก่อน

    Ubwo uzunguka iki kuvuga ibyamoko

  • @JohnNzabamwita-jm9sb
    @JohnNzabamwita-jm9sb 2 หลายเดือนก่อน

    Uwo atukana atyo si Mwubahwa Buyoya

  • @NiyoPierre-nm6oi
    @NiyoPierre-nm6oi 3 หลายเดือนก่อน

    Kukimubesha uyunibuyoya

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 4 ปีที่แล้ว

    Urimbwa buyoya wee urimbwa ndabivuze Kandi uburundi urabona uko busa ubu Atari vyabindi waguma wiba igihugu wica abene gihugu uragaruka ko urinda uhonyore iburundi urabe ayo ubonera kumugenzi

  • @jeaninendayizeye4070
    @jeaninendayizeye4070 4 ปีที่แล้ว

    Urahenda abana bavutse uyu musi nibo batazi ijwi rya Buyoya, none nko kumubeshera bikumariye iki?? Wungutse iki ww ko abantu benshi baguhinyuye ko atari Buyoya, gendukizwe kubesha

  • @NDAYIKENGURUTSEZacharie
    @NDAYIKENGURUTSEZacharie 2 หลายเดือนก่อน

    Aho uhayudebwa urumurofa kwl

  • @minenhlesibethe1239
    @minenhlesibethe1239 2 ปีที่แล้ว

    Agasuzuguro kizibwa!

  • @nindoreranadia7057
    @nindoreranadia7057 4 ปีที่แล้ว

    Uyo muntu yisonere yibazako abarundi turibijuju tellement que tudashobora kumeny ijwi ryumuntu nahimbe ahishe

  • @desire5211
    @desire5211 ปีที่แล้ว

    Akabonge karabasaza sha, none nkuyo ntimwumva ko atari muzima

  • @harimenshialexis2563
    @harimenshialexis2563 2 ปีที่แล้ว +7

    Bwejeri arimwo impwemu mbi atawundi yozisenda ngo azishobore uretse Yesu wenyene

  • @hermesbashirahishize6307
    @hermesbashirahishize6307 4 ปีที่แล้ว

    Ahubwo aragwaye mu mutwe yibaza ko tutazi ijwi rya Président Buyoya. Uko n'ugusamaza abantu uwubuze ico avuga yopfuma ahora.

  • @mariet978
    @mariet978 4 ปีที่แล้ว

    Hahahahaha. Watanguye uvuga ijwi rya BUYOYA. ariko. Ubu birakunaniye reka kwambika. Buyoya nuwakwanka uru Kwavu nti yovugako rutazi kwiruka. Urimbura kimazi gusa Uzomenyekana tu bitebe bitebuke.

  • @belindabg963
    @belindabg963 4 ปีที่แล้ว +3

    Uyu si Pierre Buyoyo never.Stop lying to the humanity

  • @Mkel890
    @Mkel890 ปีที่แล้ว

    aha harimwo abijuju bitumva ko iryo jwi atari irya Buyoya.

  • @euphratenduwimana9008
    @euphratenduwimana9008 ปีที่แล้ว

    Uwariwe were yoga yaravuze ivyo Imana I mubabarire

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 4 ปีที่แล้ว

    Warasazeeeee!!!!!! Umuntu akuze aravuga ibintu nk'ivyo?????

  • @SedricMugisha-wx4pv
    @SedricMugisha-wx4pv 4 หลายเดือนก่อน

    Uwo si Buyoya reka kubesha

  • @NDAYIKENGURUTSEZacharie
    @NDAYIKENGURUTSEZacharie 2 หลายเดือนก่อน

    Junwo umututsi n'imana

  • @lilianebahati7290
    @lilianebahati7290 2 หลายเดือนก่อน

    Ishavu ni ribi

  • @muhebuza
    @muhebuza 4 ปีที่แล้ว

    Abarundi ndabakunda bavugisha ukuri si indyarya NK abanyarwanda ariko nabo ni abicanyi

  • @JolisJolisdusabamahoro41
    @JolisJolisdusabamahoro41 2 หลายเดือนก่อน

    Ububeshi butambay😅😅

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 4 ปีที่แล้ว

    Buyoya sinibaza ko na satani yokwemera kubwikibi cawe

  • @muhebuza
    @muhebuza 4 ปีที่แล้ว

    Ashake abe Buyoya CG undi ibyo avuga nibyo abagabo b abahutu bagizwe utugoryi n abatutsikazi

  • @abeljumainenahumu325
    @abeljumainenahumu325 4 ปีที่แล้ว

    Ariko nyaguswera nyoko wewe wumva uvuga nka Buyoya?Ijwi ryawe ntaho rihuriye nagato nirya Buyoya.Swera nyoko.Uzopfa wangara.

    • @janetgaaj2705
      @janetgaaj2705 4 ปีที่แล้ว

      Mwagiye hamwe mukakundana mukareka amajambo mabi sumututsi ava amaraso sumuhutu ava amaraso ntawuva amata

  • @NDAYIKENGURUTSEZacharie
    @NDAYIKENGURUTSEZacharie 2 หลายเดือนก่อน

    Nurekuze urutwe

  • @N.therence
    @N.therence 4 ปีที่แล้ว +1

    Uyo muntu ntawe azi:si buyoya uwo nukuri

  • @feliciteniyongere800
    @feliciteniyongere800 4 ปีที่แล้ว +1

    Huuuuu uyu yadutsehe?
    Siwe

  • @clementirakoze5314
    @clementirakoze5314 4 ปีที่แล้ว

    Sha aravuze m s'Imana ivuze ariko abarundi nagira nibamwe none uriko ubacamwimigwi ivyo mur 2020 biracavugwa Imana iturinde akokabi kabishe ntikazoshike kand mugihugu camenywemw amaraso atagirigitigiri

  • @yakubaden9171
    @yakubaden9171 4 ปีที่แล้ว

    Nturu mututsi ahubwo uru mu nutsi uratunukira

  • @jeanniyibaruta6039
    @jeanniyibaruta6039 4 ปีที่แล้ว

    Ikigwarudubi. Ntakibanza ufise mw' Isi.

  • @JEANBOSCOMISAGOCOWB
    @JEANBOSCOMISAGOCOWB 4 ปีที่แล้ว +2

    Uwo si Buyoya avuga Ahubwo ni mbwejeri .........

  • @sadamunzisabira1022
    @sadamunzisabira1022 4 ปีที่แล้ว

    ntawudapfa twarabimenye nimurye ivyo Imana yabageneye mwibuke icatumye habaho abahutu abatutsi nabatwa muheze mukunde Imana

    • @kuefd5201
      @kuefd5201 4 ปีที่แล้ว

      Nibamusega musege lbisigaye mubireker lmana

  • @athanasnibizi6204
    @athanasnibizi6204 4 ปีที่แล้ว +1

    Iryojwi sirya pierre buyoya kabisa

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 ปีที่แล้ว

      Yitwa bwejeri jean

    • @jeanmarievianneynshimirima1079
      @jeanmarievianneynshimirima1079 4 ปีที่แล้ว +1

      Amaherezo y'amacakubiri ni mu mahonero. Impembo yo kwica ni ubutindi. Umututsi yibaza ko azomara abahutu yoba yihenze cane. Cokimwe n'umuhutu yokwibaza ko azomara abatutsi.
      Ntibikunda. Mbega mubona ababigerageje barabishoboye?
      Va I buzimu muje I Buntu, uburundi ni ubwatwese. Duharanire gusa gutwagwa n'abantu babibereye kandi babikwiriye. Batagira amaraso ku maboko.
      Mwenedata, ndubaha ivyiyumviro bitandukanye, ariko nokumenyesha ko ivyo wibaza bitazokunda.
      Imana ikunda abantu bose, ntiyipfuza ko hari uwokwica uwundi. Igikuru ni urukondo mu bantu.

    • @imanibyamungu4918
      @imanibyamungu4918 4 ปีที่แล้ว

      Urumugome.tu wewe ????

  • @JeremieNdihokubwayo-zp4qd
    @JeremieNdihokubwayo-zp4qd 4 หลายเดือนก่อน

    Imane iratubona iratabara

  • @havyarimanajclaude8469
    @havyarimanajclaude8469 4 ปีที่แล้ว

    Nukuri uyu muntu ntakomeye neza mumutwe naje ndavyemeje

  • @nahayoserges6640
    @nahayoserges6640 4 ปีที่แล้ว

    Muvyombona kwibimucisha kumbuga ngurukana bumenyi .dufatiye kwibi president Buyoya yavuze kubwanje mbona mwokwishira mumaboko ry'Imana kuko uwakoze ikibi canke uwakoze inabi akwiye gufukama bere ry'Imana agasaba imbabazi mutitwaza ibi canke biriya

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 3 ปีที่แล้ว

    Urigitabanga