PETERO BUYOYA WAKOZE KUDETA EBYIRI MU BURUNDI YAPFUYE|NTIYAGEJEJWE IMBERE Y'INKIKO|ASIZE NKURU KI?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • #GENTILGEDEONOFFICIAL #INYANJATWOGAMO
    =Buyoya Pierre wayoboye u Burundi yishwe na Covid 19 apfiriye i Paris.
    =Ni Prezida wa Kabiri mu burundi wayoboye igihe kinini nyuma ya Pierre Nkurunziza.
    =Yahiritse ubutegetsi inshuro ebyiri, zirimo Guhirika no kwica Melchior Ndadaye wishwe mu 1993 bigateza imidugararo ikomeye yishwemo abaturage 300,000.
    =Yapfuye yaramaze gukatirwa igihano cya Burundu n'urukiko rw'ikirenga mu Burundi, ariko apfuye ataragezwa imbere y'ubutabera.
    ASIZE INKURU KI IMUSOZI. Kurikira Channel yacu GENTIL GEDEON OFFICIAL
    ‪@gentilgedeonofficial‬

ความคิดเห็น • 134

  • @gentilgedeonofficial
    @gentilgedeonofficial  3 ปีที่แล้ว +8

    th-cam.com/video/VSdnVX59Fws/w-d-xo.html KURIKIRA FILIMI NZIZA NYARWANDA YITWA TICA SERIES (TEACHER ERIES) TUGEZE KURI EP 12... #TICASERIES

    • @ndijohn3992
      @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว +1

      Nimuduhe ama séries yose nayo ivya Buyoya mubireke kuko uriya sinziko n'a satani yomwemera araga puuuu

    • @komera_bc_services_ltd
      @komera_bc_services_ltd 3 ปีที่แล้ว +1

      UMURIRO WATSE HAGATI YABAHERWE BABIRI KU ISI! #FACEBOOK & #APPLE INTANDARO Y'AMAKIMBIRANE HAGATI YA MARK NYIRI FACEBOOK NA COOK NYIRI APPLE|| UMURIRO WATSE! th-cam.com/video/E4jgtMFJfbU/w-d-xo.html

  • @claudejohn222
    @claudejohn222 3 ปีที่แล้ว +7

    Tutwanira iki? Dupfa iki? Ko twese ntawe rutoranya,dushatse twabana neza,kuko aho tujya ni hamwe!!!RIP

  • @kjbktjb5877
    @kjbktjb5877 3 ปีที่แล้ว +3

    ikiziga ciwe nicaza tuzogihitaniza mu mpinba

  • @shumbushomichael
    @shumbushomichael 3 ปีที่แล้ว +3

    Uko byamera kose TOUT SE PAYE ICI BAS... uricaaa... ukicaaa.. ariko ni hahandi nawe igihe kiragera ugasanga abo wishe iyo wabashyize

  • @jclaudeniyi1792
    @jclaudeniyi1792 3 ปีที่แล้ว +6

    Gentil Gédéon officiel.
    Urazodutohoreza uwarashe iyo ndege uvuze murikino kiganiro ndaziko ubizi neza ariko urabigerako ugasha

    • @augustinnzohabonayo4783
      @augustinnzohabonayo4783 3 ปีที่แล้ว +1

      Mushaka kumuta mumutego ?ndababaye

    • @starbikabss8012
      @starbikabss8012 3 ปีที่แล้ว

      @@augustinnzohabonayo4783 Haruwundi Atari Kagome(Kagame)... Malipo ya dunia ni hapa hapa hata huo kagame malipo yake nihapa hapa tu

    • @billntore7908
      @billntore7908 3 ปีที่แล้ว

      Ni Bagosora n agatsiko ka akazu kagamije gushira mu bikorwa itsembatsemba ry abatutsi soma amateka

  • @patrickndayishimiye4557
    @patrickndayishimiye4557 3 ปีที่แล้ว +3

    Domitien ntiyigez aba vice president, ahubwo ni Frédéric bavuginyumvira ni we yabay vice président
    Mjr Pierre Buyoya yari umuhutu yakuriye mu muryango w'abatutsi kuko ibururi yaba umuhutu cnk umutusti biragoye kubamenya uho wovuga kwari umutusti usanga n'umuhutu
    Gusa ingorane twagize Abarundi n'abanyarwanda vyo gushira amoko imbere ntiyo mpavu abantu bagipfitse ivyo vyiyumviro ntibazokwigera batera imbere
    None TZ, KNY, UG, RDC, MZB, GHN, GBN, nt'abant bapfitse amazuru mare mare n'abandi bakagira magufi nn bobo ko bitiger Biba vyo guhonya abandi kubera amazuru

  • @kigali8522
    @kigali8522 3 ปีที่แล้ว +1

    Abarundi mukeneye kuva mumyunvire yo muri za 90s, coup d'Etat, Guerre civile, tribalisme,etc, mukubaka ahazaza heza, hazira inzika za kahise. Vive la paix✌️

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 3 ปีที่แล้ว +2

    Ntakamaro ko kuvuga nabi mwese nti murabere gusa tugende twiga vyinshi kubiba mu Burundi twari dukwiye gushira hamwe ,kuko ntawupha abimaze kandi Ruriye abandi rutakwibagiye !!

  • @eugenebertrandbazera5706
    @eugenebertrandbazera5706 3 ปีที่แล้ว +2

    Urakoze ariko Sylvie Kinigi ntiyigeze aba umusirikare kdi yari umugore wa mbere wabaye 1ere ministre

  • @emilevenantndihokubwayo3267
    @emilevenantndihokubwayo3267 3 ปีที่แล้ว +3

    Gédéon
    Sinarinzi ko finalement ubesha nkuko !🤔🤔
    Ngo yaranzwe no guhuza amoko yose !! hahaa
    Uramubwirwa ntumuzi,il était un criminel de haut niveau
    Ikimbabaje nuko yanyirutseko nkamusiga none ubu naho nariko ndamwirukako akaba ansize

  • @peacepeace755
    @peacepeace755 3 ปีที่แล้ว +1

    Umuntu yavyawe n'umugore Amara imisi mike kand' adundubiwe n'amagorwa. Ashurika bga shurwe, maz' agacibga; Ahita nk'igitutu, ntiyamaho. Mbega nawe, umeze artyo womukanurira ijisho, K'unshize mu rukinja?
    Yobu 14:1-3

  • @samuelintwari5850
    @samuelintwari5850 3 ปีที่แล้ว +1

    R.I.P burya upfuye aba yigiriyeyo ntawe aba agiriyeyo. Tubane amahoro kuko ruriye uriya ntirukwibagiwe.

  • @UbukireNyabwoTV
    @UbukireNyabwoTV 3 ปีที่แล้ว +1

    Naruhukire mu mahoro || Mukore SUBSCRIBE kuri channel UBUKIRE NYABWO TV th-cam.com/video/4shvnbBMkp0/w-d-xo.html

  • @jeanboscovyimana9967
    @jeanboscovyimana9967 3 ปีที่แล้ว +2

    Nagende nabandi bicanyi nkawe bica inzirakarengane bitwaje ubutegetsi canke bapfunga inzirakarengan nabo bazopfa ntamyaka mirongo 80 bazomara baharure iyo bamaze iyisigaye siyabo

  • @potentialtv1841
    @potentialtv1841 3 ปีที่แล้ว

    PierreBuyoya| Abarundi bababajwe nuko atashinguwe iwabo|ibintu bimaramaza abarundi bose th-cam.com/video/-2JwfHSgbnY/w-d-xo.html&pbjreload=101

  • @ericmuneza6027
    @ericmuneza6027 3 ปีที่แล้ว +2

    Wibagiye kuvuga uruhara rwa Buyoya muri FPR en 1994.

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 3 ปีที่แล้ว +1

    Gentil ndakunda ibiganiro vyawe kuko uvuga ukuri.ikindi gihe uzadukorere inkomoko yimpanuka yindege yaguyemwo ntaryamira

  • @nicayenziarcade2044
    @nicayenziarcade2044 3 หลายเดือนก่อน

    Muvyo utangaje harimwo ukuri guke cane.ariko nisawa.

  • @havugimanaprosper26
    @havugimanaprosper26 3 ปีที่แล้ว +1

    Uramubeshyeye pe. Ukurikiranye Discours ze usanga yari yarasaritse n'amacakubiri y'amoko.

  • @manzijosh9595
    @manzijosh9595 3 ปีที่แล้ว +2

    Sylvie Kinigi ntabwo yari umusilikare Gédéon.

    • @havyarimanajclaude1095
      @havyarimanajclaude1095 3 ปีที่แล้ว

      Nawe nyene avuga ivyatazi bimwe nivyo ibindi arimwo abivangavanga

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 3 ปีที่แล้ว +1

    Barayamaze ngo HAKURAMBA WORANGWA.
    Ndadaye yatwaye 3mois none ntubu ni rurangiranwa mugihugu coseee nka Sogo Nkurunziza.

  • @adrienbutoyi9626
    @adrienbutoyi9626 3 ปีที่แล้ว +3

    Mbabajwe nuko agiye adakoze umunyororo yaciriwe. Yateye imvururu nyinshi muburundi.

  • @jclaudeniyi1792
    @jclaudeniyi1792 3 ปีที่แล้ว +2

    Uwishe uwasahuye uwo yaramenje

  • @claudejohn222
    @claudejohn222 3 ปีที่แล้ว +1

    Uyu mwaka ni injyanamuntu ndabarahiye!!! N 'aba President ntiwabarebeye izuba!!!!RIP

  • @hakuzimanafeliciencharles7490
    @hakuzimanafeliciencharles7490 3 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro nukuri cyane rwose👍courage cyane lmana ikomeze kugufasha mukutuzanira ibiganiro bikenewe.

  • @Arakazajucy
    @Arakazajucy 3 ปีที่แล้ว +2

    RIP 😭😭😭😭😭

  • @ClaudeNzigamiye
    @ClaudeNzigamiye 2 หลายเดือนก่อน

    The one my super

  • @blessingsjolam8162
    @blessingsjolam8162 3 ปีที่แล้ว +2

    Uno yatumye tumara imyaka 13 mubuhungiro.
    Nagende arizanye.

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 7 วันที่ผ่านมา

    Unj

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 7 วันที่ผ่านมา

    Un gd menteurp

  • @ndemeyevenuste6374
    @ndemeyevenuste6374 3 ปีที่แล้ว +2

    Ntakundi niwabo watwese

  • @Kwirembo
    @Kwirembo 3 ปีที่แล้ว

    ♦️IKIREMWA MUNTU MU BIBAZO EJO HAZAZA By ISMAËL MWANAFUNZI and SUBSCRIBE 👇
    th-cam.com/video/BvBv-R1jlKk/w-d-xo.html

  • @komera_bc_services_ltd
    @komera_bc_services_ltd 3 ปีที่แล้ว

    UMURIRO WATSE HAGATI YABAHERWE BABIRI KU ISI! #FACEBOOK & #APPLE INTANDARO Y'AMAKIMBIRANE HAGATI YA MARK NYIRI FACEBOOK NA COOK NYIRI APPLE|| UMURIRO WATSE! th-cam.com/video/E4jgtMFJfbU/w-d-xo.html

  • @morisburundi515
    @morisburundi515 3 ปีที่แล้ว +1

    Komera niwirambire

  • @ivanntwali9569
    @ivanntwali9569 3 ปีที่แล้ว

    th-cam.com/video/tlfMUgeqGvo/w-d-xo.html
    Kanda hano wirebere uko wakora Salade IHENDUTSE kdi VUBA

  • @fahimafah349
    @fahimafah349 3 ปีที่แล้ว +3

    Nkunda buyoya cane imana imwakire mubwami bwayo

    • @cedricksonga3632
      @cedricksonga3632 3 ปีที่แล้ว +1

      Imana nago yakira abicanyi, nago bibaho

    • @jeanamope3194
      @jeanamope3194 3 ปีที่แล้ว +1

      Umuntu ukunda ba rukarabankaba ugomba kuba ufite urukundo rwinshi niba nawe utari ruharwa. Uyu akwiriye kubabera urugero namwe muzajya aho mwashyize inzirakarengane.

    • @ndijohn3992
      @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว

      Woreka kumukunda gute atakugize impfuvyi?nuwompa ikiziga ciwe nogikubita aragapfa nyene

    • @fahimafah349
      @fahimafah349 3 ปีที่แล้ว +2

      Ariko buyoya siwe yatoye umupanga atema abantu kandi gupfa sigihano gupfa nitegeko imana yashizeho mbega abapfuye buyoya atakiri mutwaro banganiki hawe gupfa sigihano kiramuntu azipfa

    • @lydianshimirimana276
      @lydianshimirimana276 3 ปีที่แล้ว

      @@ndijohn3992 sha naje uwokimpa nogituriza essence

  • @billntore7908
    @billntore7908 3 ปีที่แล้ว

    Gentil uratohoza neza mu Burundi harabaye amatohoza ya UN aho yerekana neza ko 1993 habaye Genocide yakorewe abatusti nyuma yaho Ndandaye aphiriye ryakozwe na Frodebu , Fdd na Fnl

  • @billntore7908
    @billntore7908 3 ปีที่แล้ว

    Buyoya naho atemeye ko habaye Genocide yakorewe abatutsi akongera Guha ubutegetsi abakoze iyo genocide azokwibukwa ko yagerageje kugabanya iyicwa ry abatutsi mri ntega na Marangara

  • @starbikabss8012
    @starbikabss8012 3 ปีที่แล้ว

    Iconkundira Isi nikintu kimwe gusa nuko ushake ugwane gute wice gute vyose birangira ivyo wahize vyose ubisize kurinosi🤣🤣😂😂😂 Isi nico ndayikundira🤣😂😂

  • @juliondikuriyo1975
    @juliondikuriyo1975 3 ปีที่แล้ว

    sinarinzi yuko ashobora gupfa uyo mugabo.ibigugu nivyishi. kirazira kwigira igihangange kuriyisi yimana. mutinye imana.

  • @habonimanatheogene7275
    @habonimanatheogene7275 3 ปีที่แล้ว

    Gentil nukuri turakunda ukuntu utohoza inkuri zihariye tukamenya vyishi tutari tuzi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @wilsonbressing6580
    @wilsonbressing6580 3 ปีที่แล้ว +1

    R.I.P

  • @USAruse
    @USAruse 3 ปีที่แล้ว

    Amahirwe yo kujya kwiga hanze kubuntu 100%👇👇👇👇👇👇👇th-cam.com/video/I_VFB_286yI/w-d-xo.html

  • @titniyo8204
    @titniyo8204 3 ปีที่แล้ว

    uwuvuga ntawuzi, ngo yahuje abarundi? Uyo ntazopfa nimuzima, numwicanyi wambere mur'afraca

  • @gervaisthomason4612
    @gervaisthomason4612 3 ปีที่แล้ว +1

    Asante sana Gédeon!

  • @gabbynzoyisaba9207
    @gabbynzoyisaba9207 3 ปีที่แล้ว

    Napfe aboyishe arabakurikiye uwonumwicanyi ruheta muvyukuri

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 3 ปีที่แล้ว

    Gedeon ndavyemeza ko urincabwenge vrma kuko urarondera kandi urasoma ibitabo ugatahura vrma kuko ntakintu nakimwe ubeshemwo channel yawe ndayumviriza tous les jours vrma

  • @rachellebahati6126
    @rachellebahati6126 3 ปีที่แล้ว

    Nagende niwe yazanye akavuyo muburundi.azosangayo Bagaza yirukanye mugihugu

  • @intaragahangakurimurandasi5986
    @intaragahangakurimurandasi5986 3 ปีที่แล้ว +1

    👍👍

  • @manirabonajeanclaude1265
    @manirabonajeanclaude1265 3 ปีที่แล้ว

    Ntiregana Glenda washisiwe wanyoyamaraso meshi

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 3 ปีที่แล้ว

    Intwaro ya pierre Buyoya yaraturasiye imbunda mu mihana y'igihugu cose guhera i Bujumbura

  • @nahimanaolivier7756
    @nahimanaolivier7756 3 ปีที่แล้ว

    Shimye ko wakoze documentaire irimwo ukuri kwuzuye

  • @laaatlllt4411
    @laaatlllt4411 3 ปีที่แล้ว +3

    Ndumurundi arko yaganduguye abantu beshi na ngende akubite ku det satani

  • @etiennebutoyi7286
    @etiennebutoyi7286 3 ปีที่แล้ว

    Ayo namayeri aracariho,ashak aze mwisandugu nka micombero,abakoroni nivyobateguye

  • @mandelamugabe2267
    @mandelamugabe2267 3 ปีที่แล้ว

    unbiased information.!!!

  • @cizapaterne2709
    @cizapaterne2709 3 ปีที่แล้ว

    R. I. P

  • @inkotanyicyane912
    @inkotanyicyane912 3 ปีที่แล้ว

    Nibwo bwambere numvise ukoze ikiganiro cyerekeranye na politic yibiyaga bigari udakabije kuzizimanganya no kugoreka nkana amateka bikabije wabona uzahinduka ukareka kubogamira kubatutsi.

  • @nduwimanalaurent5259
    @nduwimanalaurent5259 3 ปีที่แล้ว +2

    Gentil Gédéon, ibiganiro utanga ni vyiza cane, ariko ntuzosubire gukoresha ijambo ngo: nibwo bwambere Uburundi bwari buronse Perezida wa mbere w'Umuhutu kuva bubaho. Sivyo, kuko Uburundi bwatwawe n'Abami b'Abahutu kugeza kuri mwezi Gisabo, yatwaye bavuga ko ariwe mututsi wambere yabaye Umwami, abandi banavugako yoba nawe yari avanze?.... Appellation : Ubwami, yakuweho na appellation : Repubulika. Ivyo nibimwe iyo tuvuze ibijanye n'intwaro canke kurongora Igihugu. Igitandukanye n'uburyo bikorwa, nay'ahandi abahutu bari nararongoye Igihugu imbere y'umuzo w'abakoloni. Ukuri kurakenewe,

    • @y.twamugabo1327
      @y.twamugabo1327 3 ปีที่แล้ว

      bimaze iki se?? imbere y'Imana ntabwo harebwa ubuhutu vyangwe ubututsi

  • @ngiruwonsangavalentinganza5685
    @ngiruwonsangavalentinganza5685 3 ปีที่แล้ว

    Turakwemera

  • @starbikabss8012
    @starbikabss8012 3 ปีที่แล้ว

    Urakoze🥰

  • @fulgenceirambona6319
    @fulgenceirambona6319 3 ปีที่แล้ว

    Ndakwemera Gédéon Gentil nanj uzarondere ivyandanze nkirihonzagende ndavyumvise

  • @jeanboscovyimana9967
    @jeanboscovyimana9967 3 ปีที่แล้ว

    Kuva corona iteye kwisi ntagihugu nakimwe kirahomba nku burundi incabwenge zibiri zose naha batavyemera.

    • @lydianshimirimana276
      @lydianshimirimana276 3 ปีที่แล้ว

      Incabwenge tuzi n imwe iyo yindi niyiwawe

    • @davyfernand6182
      @davyfernand6182 3 ปีที่แล้ว

      😂😂😂😂😂😂

    • @jeanboscovyimana9967
      @jeanboscovyimana9967 3 ปีที่แล้ว +1

      Burya kwica umukuru wigihugu ugacumusubirira bisigurako uciyubweng naw urakora nkivyo yakoze turabe

    • @y.twamugabo1327
      @y.twamugabo1327 3 ปีที่แล้ว

      @@lydianshimirimana276 uracari umwana ivyo ntabwo wabimenya sha

  • @accapelaworshipers2656
    @accapelaworshipers2656 3 ปีที่แล้ว +2

    Mbay uwa 1

  • @blessingsjolam8162
    @blessingsjolam8162 3 ปีที่แล้ว +1

    Nagende
    Yahitanye ndandaye incungu yacu

  • @zaackoficial2269
    @zaackoficial2269 3 ปีที่แล้ว +1

    Ni General major Pierre Buyoya Imana imwakire

    • @patrickmutuli8600
      @patrickmutuli8600 3 ปีที่แล้ว

      Sha iryo peti urarimuhaye kweri,yabaye president ari major ntarindi peti(rank) yongeye kwiha..so agiye ari major not general major.merci

    • @zaackoficial2269
      @zaackoficial2269 3 ปีที่แล้ว

      @@patrickmutuli8600 Wap ni general kbs

    • @patrickmutuli8600
      @patrickmutuli8600 3 ปีที่แล้ว

      @@zaackoficial2269 nonese mbwira igihe yaboneye general kuko yafashe ubutegetsi bwa 1 muri 87 ari major...mbwira rero igihe yabereye general.merci

  • @Kazubassyathyvry89
    @Kazubassyathyvry89 3 ปีที่แล้ว +3

    Umumenja aragiye atajyojwe ivyo yakoze,yaraduhekuye sha nagende Imana izamubaze abacu

  • @elogejeandedieunininahazwe681
    @elogejeandedieunininahazwe681 3 ปีที่แล้ว

    Ndakwemera Gentil, ukomerezaho. Ndakunda ukuntu uri impartial mugusesangura amakuru uri very professional. Much love from Burundi

  • @sergendihokubwayo789
    @sergendihokubwayo789 3 ปีที่แล้ว

    Niyaba yarapfuye.Shetani nigabe kuko azohava ayitera coup d'état

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 3 ปีที่แล้ว

    Gentil Gédéon urakoze iyo nkuru niyo

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 3 ปีที่แล้ว

    Naze tumusezere ubwanyuma

  • @sergendihokubwayo789
    @sergendihokubwayo789 3 ปีที่แล้ว

    Oyaye twarabaye impfuvyi kubera we'inyuma yokwica Merchior NDANDAYE.1988.YICISHIJE INDEGE ABANYAGIHUGU INTEGA NAMARANGARA.SHETANI NAMWAKIRE.AHUBWO MURADUHENDA NTANUBWO YAPFUYE.AZI POLITIQUE IRENZE.WOSANGA NURUPFU YARUKUBISE KUDETA

  • @jeanmarievianneyrivuzimana3294
    @jeanmarievianneyrivuzimana3294 3 ปีที่แล้ว +1

    Wibeshe buyoya ntiyigez atangiza ivya democracy canke ngo avyuhire! Uretseko atigez yerekwa ivyayo !

  • @ndijohn3992
    @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว

    Nibazane ico kiziga turabe réellement ko yapfuye kuko ntavyo ndemera! Uriya yopfa gute? Nikiziga ciwe bakizane gikubitwe natavyuka niho nzemerako yapfuye!

    • @dieudonnemukeshimana599
      @dieudonnemukeshimana599 3 ปีที่แล้ว

      Icara utuze woroshe umutima

    • @ndijohn3992
      @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว +1

      @@dieudonnemukeshimana599 umutima wanje uratuje kuko igihe yatuma abaja kwicira papa muri Chine yaraziko ubuzima bwacu nkipfuvyi burangiye ariko Imana yarabikoze turakura none tubayeho nkabandi Bose! Ndatuje kuko apfuye nanje atanyishe!

    • @lydianshimirimana276
      @lydianshimirimana276 3 ปีที่แล้ว

      @@ndijohn3992 uravuze neza cane uzi amabi yadukoreye

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil 3 ปีที่แล้ว

    Nagende nyakugenda umwicanyi umuhimbiri urazi abahutu yishiiii uwomuja rero afuye nka mobutu azahambwa na Bantu 3 nka iprona twasaba ntibaze bam uza I burundi nahabwe iyo yafiriye umwicanyi

  • @joelniyokwizera1418
    @joelniyokwizera1418 3 ปีที่แล้ว

    Hahaa uyu numwicanyi ruhagwa,kuk nubu agiy kubwanje,numudyango wanj,udutaye mwibarabara,kuk amazu yacu niwe yayateye ama obiii,imana,ibimubaze,agahinda,ansigiye harumusi nzokamwishuza,

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 3 ปีที่แล้ว +1

    Coronavirus iyaba yovuze yomubeshuje,uyo yiyahuye kubwa stress y urubanza rwari rumuraririye.uyo musuma w ubutegetsi kandi y amenye amaraso ya benshi ntazibukwa mubahizi canke mu ntwari kubwubukunzi bw inda bwiwe raba nabana biwe kumwe nabamukuruwe micombero nabokwa bagaziyica ntawubahuka kw idondora ngo yivuge uwo akomokako. Ikibi kiragashira

    • @abouseleynzisabira5875
      @abouseleynzisabira5875 3 ปีที่แล้ว

      Ntubeshe nukuri nibareke kubeshera Colonna viris kuko yabariyo yaragwaye barikubivuga ataranapfa uwo yiyahuye kubera yabonako atahandi yarikujakuba

  • @rukoranyangabo9128
    @rukoranyangabo9128 3 ปีที่แล้ว +3

    May his soul rest in peace. Ariko nubundi yakoze ikosa kwivuriza mubufaransa kuko Ubufaransa ni MBONERAKURE nishuti magara.
    Ubwo ntakundi niyiruhukire atabarutse gitware.

    • @jeanamope3194
      @jeanamope3194 3 ปีที่แล้ว

      Umuntu ukunda ba rukarabankaba ugomba kuba ufite urukundo rwinshi niba nawe utari ruharwa. Uyu akwiriye kubabera urugero namwe muzajya aho mwashyize inzirakarengane.

    • @ndijohn3992
      @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว

      Hhhhhhhh! Harabantu mwabaye abicanyi mukabinyegeza none uyumunsi muriko muvuga neza umwicanyi ruharwa mu Burundi ! Muri babi gusa!

    • @rukoranyangabo9128
      @rukoranyangabo9128 3 ปีที่แล้ว +1

      @@jeanamope3194 Inzirakarengane nizihe?
      Nizo MBONERAKURE zahawe ubuhungiro, nkaho zagatuye nki mpunzi z'gatsindwa muri 1994 zigafata ; amafuni n'imihoro zigafasha 'interahamwe kutumarira IMIRYANGO?

    • @rukoranyangabo9128
      @rukoranyangabo9128 3 ปีที่แล้ว +1

      @@ndijohn3992 Umwicanyi urusha bazina wawe Ndayishimiye, na Bunyoni ninde?

    • @ndijohn3992
      @ndijohn3992 3 ปีที่แล้ว

      @@rukoranyangabo9128 umva reka nkubwire umwicanyi wese numwicanyi! Bariya nabo bahindutse abicanyi nkuko ubivuze kubera buyobe! Iyo buyoya adatanguza intambara ntanumwe yari kuja mwishamba!
      Ubwo rero amaraso yabana bu Burundi ariko araseseka kugezubu ari kugatwe ka Buyoya ariko bitavuzeko nabariko bihora uyumunsi ayo maraso batazoyabazwa! Umwicanyi numwicanyi

  • @vincentmutaganda4246
    @vincentmutaganda4246 3 ปีที่แล้ว

    Abobatutsi Bari abakera abubu ntibazongera kuzamura umutwe nukwihata ibiyeri gusa imihimbiri