"Kurikira Ikiganiro UGONA IKI ca Radio Umurisho.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 พ.ค. 2022
- Abatumire Bob Rugurika (Umuyobozi wa Rpa) na Leonidas Hatungimana (Yahoze arumuvugizi w'umuhisi Petero Nkurunziza) bavuga ku bijanye n'ibinyegezwa vy'intwaro ya Président Ndayishimiye Evariste."
Murasekura amazi, taha kurima mureke gutungwa n'ama vues ya you tube.
Muzohera nk'ifu yimijira.
Ivyo ni nde yabibabajije?
Iyo groupe yanyu, uwumbabaza ni Léonidas nyamba baramuroze arazoza tumusengere asubire ku murongo, mwe muri inzoka muramuhenda.
Mwahunze iki?
Mwavuze ukuri
Hmmmm imiyora mboga ni mutambe mwirorera murakaja iyo mutazi, kuki mutogira challenges, canke mu kaganira nabo mudahuje ivyiyumviro, aha muriko muriyagaza
Murakeye mutukigihugu canyu none muzoherezahe ivypmuvuga nivyotubona birata'dikanye
Ni byiza ibyo Léonidas, afite ubushishozi nyabwo. Ni umushingantahe nyawe pe.
Nimukore ivyo mushaka imana irahari Ayo maraso muzoyabazwa igihe mutazi
Abo bagabo ni bubahw ni inyankamugayo. Jah bless em long life
Isi muyitejakaga I bi muvuga kontabyumvaga buyoya ayobora cg bagaza
KURYABANA VYABAYE INTAMBAMYI YITERAMBERE RYABASORE BENSHI: URUKUNDO AMAHERA VYACANGANIJE IMISORE
@
Mu gihugu cy'abo bavuga baca imugani myinshi ngo inda ndende ihumira indya, bangwe imbwa bazitinyira amajigo. Ni birebire kweli
Turasavye mugwize ivyo biganiro kuko ni
NKORA MUTIMA
Mushingantahe Léonidas, domako urutoke: inkomanzi y'amazirantoke irayitarukiriza!!
Igihugu c,uburundi abantu baragowe nukuri nimana yokudutabara Seiko icaha cose umuntu akora azokirihira kwisi nibicishe abantu inzara
Bura kudataha, komeza wishinge guhunahuna inyuma ya PDC.
None icokiganiro amajambo niysyandi gusa ntagihinduka ???
Ese ko biyita reta mvyeyi?kandi bariko barabuza abantu kwishakira ubuzima?mbe ko banse gufungura umupaka wu Rwanda babona bariko barabera abavyeyi abo bahagarariye?
Zamuragabanyu bubeshi ntanisoni twenihoturi turabona bobo yagiyarikara kwirikiranwa nubutungane uwonigihemu turamuzi ntamuntuyobesha 2015 rpa ivyoyakoze ntibizwi zamunuma turabizi numa
Kumbe namwe murahemana!!! Ngw'Imana n'imangazini??😂😂😂😂😂
Ivyawe bobo ntawe vyosamaze weho urikukorera shobuja sinduhije,ivugire kugifise umwanya wokuvuga, Hatungimana nawe ntaco nfise ndamuvugako
Bobo nurabe utahe rero kuko wavuze ngo igihe wumvise bunyoni bamupfunze ngo niwomusi uzoca utaha mugihugu rero iryavuzwe riratashe
Bobo narakindukuntu mwadushokirozamakurunonubu warahindutse ngira nukutari mugohugu