Kuberiki imanza z'ubwicanyi bushingiye ku mvo za Politike zitigera zicika?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 18

  • @Joshua-1725
    @Joshua-1725 3 หลายเดือนก่อน +6

    Mwebwe akazi kanyu muba mwagakoze neza ariko abasoda b’iburundi n’ibigugu

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน +1

    Muratumira Pacifique mukiganiro muvugamwo ko abahutu bazira politique abatutsi bazira ubwoko bwabo gusa ,
    Mumubwire ko tout le pouvoir du Burundi est prèsque 100% Hutu murabe 😢
    Azoca asohoka arira nk' umwana akubiswe..

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 3 หลายเดือนก่อน +3

    Ok

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน

    La fille de Bunyoni ntaco bamugize yatashe amarembe.
    Muharure neza imyaka irenga cumi Bunyoni yica akuzako les Tutsis mugihugu cose, ibigega vy igihugu yaratembagaje , akihayagiza ngo yambaye inzahabu ari munzu yibitangaza..
    Tout ça PACIFIQUE abicako areremvya gusa..wogira agwaye amaso abibona vaguement...
    Bantu
    Pacifique ntakabeshe il ment afise trop de penchant anti Tutsi ntanubwo yohisha.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน

    Hari uwabajije ikibazo c' abatutsi ariko personne n'a voulu répondre.. C'est toujours pareil...
    Pacifique ariko ara formata abantu abereka ko LES TUTSIS VALENT MOINS QUE LES HUTUS KUKO ARIKO ARITOZA MURI MAKE
    SON INTENTION EST CLAIRE..
    AMAJWI YA BENSHI NIYO ARINDERA.. ARIKO ARIBESHA CANE ABAHUTU NTIBAGITURWA VAZOMURYA TU

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน

    Jye nsha uwunsigurira
    Niba Pacifique nabagenziwe mubiganiro byose iteka bagomba kuvuga ko abahutu bicwa kubwinshi... Bakabisigura trop même, kandi neza cyane....
    Niki kibabuza kwerekana ikibazo abatutsi bihariye kurugero rumwe ? 😢

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน

    Abahutu bose bavurwamo usanga haraho bagonganira n' imvo za politiques misi yose ! Bose baba bari cyanga bahoze mu mirwi politiques ,
    Ubwo se kuki PACIFIQUE ATIGERA ATINYUKA GUCISHA IZINA MUTUTSI MUKANWA ngo atwereke impamvu les quartiers à majorité Tutsi arizo zama zicwamwo abantu biturirwa coup d' État yakozwe n' umuhutu wo mu Kamenge ?

  • @ManirungaDieudonne
    @ManirungaDieudonne 3 หลายเดือนก่อน

    Twebwe twarahunze twari murigya reta tuzivyishi tuzosura mubutungane l
    Turifuza ko muzodutumire umusesamguzi yitwa patiri desire Yamuremye muravyibuka keshi mwaramutumira muri kabizi adusesangurire ivyiyo ntwaro

    • @nitungaflorette7889
      @nitungaflorette7889 3 หลายเดือนก่อน

      😊😅😊😊😊😊😅😅😅😊😅😅😅

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 หลายเดือนก่อน

    Iyo avuga Bunyoni ho wumva umenga aratoneka gusa il n'ose appeller les crimes de Bunyoni par leurs noms.
    Amuvuze yama aca avuga abandi yihuta pour le décharger.
    Abumvise ingene yababajwe nukuntu la fille Bunyoni yankiwe kubonana nase ngo nuko bamubwiye gukura impuzu nibo batangaye.
    Ubwo muribaza ?

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 3 หลายเดือนก่อน +1

    Kino gihugu nico guhambwa nabari murico kuko abari murico nibabi cane gusumba abantu bose bakibayemwo nukuri ibintu biraza nabi mana wewe niwe mwungere wabarundi bose umva amaborogo yabo!

    • @HermesSinzinkayo-yk9hh
      @HermesSinzinkayo-yk9hh 3 หลายเดือนก่อน

      Ndabajije none ubu ntakuntu mwoshobora kwitwarira abagize reta kubwicanyi buriko buraba mukabitwarira mumasentare mpuza amakungu ntivyokunda ubu?

    • @HermesSinzinkayo-yk9hh
      @HermesSinzinkayo-yk9hh 3 หลายเดือนก่อน

      Ndabajije none ubu ntakuntu mwoshobora kwitwarira abagize reta kubwicanyi buriko buraba mukabitwarira mumasentare mpuza amakungu ntivyokunda ubu?

  • @niyongabojamal8065
    @niyongabojamal8065 3 หลายเดือนก่อน

    Nxxx

  • @niyongabojamal8065
    @niyongabojamal8065 3 หลายเดือนก่อน

    Nxxxw

  • @ManirungaDieudonne
    @ManirungaDieudonne 3 หลายเดือนก่อน

    Mwavuze kurizo mfu zabobishwe igya reta yaba d.dyararangoye nabo babuze iyobaja

  • @niyongabojamal8065
    @niyongabojamal8065 3 หลายเดือนก่อน

    Nnxx