SIMBIZI ubuho ntaco abasigiye|MONNA WALDA ubwambure Pro..🙄 LANDRY Promoter amanyanga yiwe😳 Lolilo.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
  • #simbiziwasemavumba ahakanya ivyavuzwe Na Landry Promoter ko yakorewe na ‪@brarudiburundi6507‬
    Ngo ‪@mowkanzieofficial990‬ ni Ubwambure Promoter ninacogituma yahawe Deal yo kuba Brand ambassador wa.....
    Ivyo n’ibindi vyinshi ni kuri
    #TheRealTvShow
    #music #comedy #film #news #real #show #story #burundi #

ความคิดเห็น • 50

  • @therealtvshow257
    @therealtvshow257  ปีที่แล้ว +6

    IMBERE - Nontron
    👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
    th-cam.com/video/sp3v5YDNeTk/w-d-xo.html

  • @raziarazia3277
    @raziarazia3277 ปีที่แล้ว +4

    Ngo ni ambasadeur wa kotex mona ewe simbizi urumuti wamenyo😂😂😂😂

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi ปีที่แล้ว +5

    Umunyoni ntakiganiro yokore ngo ndeke kukiraba cose ndagiheze😂😂😂😂
    @TheRealTvShow hejuru cane💃💃🔥🔥🔥🔥
    #WeGotThat👁

  • @ngendakumana_mbasha
    @ngendakumana_mbasha ปีที่แล้ว +6

    Ukubaza Gukaze
    Umutumire Akaze
    Iki Kijama Kirakaze Kiragira Intellectual Analysis 🧠💯
    The Real Tv Show 💯

  • @ntagimba0scar142
    @ntagimba0scar142 ปีที่แล้ว +1

    eh Fizzo ni legend kabisa ahubwo no murwanda we Dr claude wabashiramo muri modern music

  • @giftagain656
    @giftagain656 ปีที่แล้ว +1

    Much love from Again AMAHORO CAFÉ☕☕☕
    IDRIS naw mwubahwe . Mushike mubicu

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 ปีที่แล้ว +5

    Ufise camera ibone neza vrt 'kandi courage

  • @nyenyeri2230
    @nyenyeri2230 ปีที่แล้ว +3

    Simbizi Salut ndakwemera uvugukuri kandi bose wabashakira ivyunguka nuko batabibona

  • @mbouzi_the_goat-dy4co
    @mbouzi_the_goat-dy4co ปีที่แล้ว +4

    alan the real nukuza ukora ibiganiro bifise urutonde kuko umu host wawe umubaza ibibazovyinshi bigatuma aja hors sujet. si non keep it up🙌

  • @user-lz6il9hj6q
    @user-lz6il9hj6q ปีที่แล้ว +5

    Big up the real💪💪aka usingizi😎

  • @akimanaraissa6270
    @akimanaraissa6270 ปีที่แล้ว +1

    Brarudi yarikwiye kwugurura Studio mpuzamakungu nziza cane mugumfasha aba Jeunes kusohora music imeze neza na Ma Salles ateye igomwe ndibaza vyoba vyiza cane

  • @Jiannis257
    @Jiannis257 ปีที่แล้ว +4

    Simbizi avuga ukur sometimes not always

  • @fabricechenz1412
    @fabricechenz1412 ปีที่แล้ว +5

    Always be here to support my family THE REAL TV SHOW hejuru cane

  • @HermesBreezy
    @HermesBreezy ปีที่แล้ว +6

    Alan the Real Big up Saana Man

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 ปีที่แล้ว +3

    J ngiz abonnement kubera simbizi😂😂

  • @PrincEloge
    @PrincEloge ปีที่แล้ว +3

    🤣🤣😂😂kbsa uvuz ukri simbzi

  • @rg4631
    @rg4631 ปีที่แล้ว +3

    Umutsindagire tumenyane 😅

  • @ngendanest
    @ngendanest ปีที่แล้ว +1

    Abafana ba B-Face ngo binywera Bangala
    Ewe Simbizi😅😅😅

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana ปีที่แล้ว +5

    Kure🚀🚀

  • @Nyabusorongo_TIMES
    @Nyabusorongo_TIMES ปีที่แล้ว +4

    Umunyoni mwishwanje🥱🥱🥱

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 ปีที่แล้ว +4

    Uvuz’ukuri peeee!!!!

  • @berkamp1
    @berkamp1 ปีที่แล้ว +2

    Uyu mugabo aratwenza kabisa. Ngo Lolilo n umu légende kubera umwigisha wawe wo kuri lycée du lac yari amuzi ? 😂😂

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 ปีที่แล้ว +4

    Umunyoni😂 ni nyina🙌
    #Mubambe.😁

  • @Franick_Answer_Official
    @Franick_Answer_Official ปีที่แล้ว +5

    The real Tv Show with SIMBIZIi wa SEMAVUMBA 🙏🙏

  • @Djchrisbdi257-pv6wn
    @Djchrisbdi257-pv6wn ปีที่แล้ว +5

    The Real ✌️

  • @MrAslan47
    @MrAslan47 ปีที่แล้ว +1

    simbibzi urasigura bro

  • @Jiannis257
    @Jiannis257 ปีที่แล้ว +3

    AlanZeReal up🙌

  • @jacquesnsengimana2021
    @jacquesnsengimana2021 ปีที่แล้ว +3

    Mavumb 🔥

  • @iyumvavinlyofficial9510
    @iyumvavinlyofficial9510 ปีที่แล้ว +3

    Uramanyamatiku vangaho😂

  • @MUNEZEROKevin-tk3py
    @MUNEZEROKevin-tk3py ปีที่แล้ว +3

  • @officialsemunde8134
    @officialsemunde8134 ปีที่แล้ว +2

    Oe simbizi uvuze ko batoy abakundwa nabana mugihe b face na President avuga ko ari rurangiranwa president numwana we ntubona ko wihenze kuki uvuga kuvuga ukuri tubona ugerageza guponda gusa utigera uvuga qualité hama uvuze ko fizzo atari legend woba wiyumviriy?

  • @EloiPascal
    @EloiPascal ปีที่แล้ว +1

    video nziza sana

  • @chadrakcirankunda4320
    @chadrakcirankunda4320 ปีที่แล้ว +2

    Simbizi wewe na fizzo ufisicomwapfuye kuk na lolilo aramwubaha nka mukuruwe mumuziki

  • @emmanuelntahomvukiye2850
    @emmanuelntahomvukiye2850 ปีที่แล้ว +1

    Umunyoni mukazi kose.
    Nkund'ukuntu gisigura ibintu

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 ปีที่แล้ว +3

    ⚘👌

  • @mutonithierryve3150
    @mutonithierryve3150 ปีที่แล้ว +2

    Journaliste ha umwanya umutumire wawe ureke kuza uramuciramwo

  • @chizahamisi
    @chizahamisi ปีที่แล้ว +1

    Lolilo yubahwe

  • @ndihokubwayoaudace6352
    @ndihokubwayoaudace6352 ปีที่แล้ว +1

    Umunyoni wubahwe urashoboye

  • @bestpro582
    @bestpro582 ปีที่แล้ว +1

    Komera muta semavumba

  • @uonebforever8662
    @uonebforever8662 ปีที่แล้ว +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🌟🌟🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✊✊

  • @didierkiss4151
    @didierkiss4151 ปีที่แล้ว +1

    Muvimbee 🤣🤣🤣

  • @dieudonnediego
    @dieudonnediego ปีที่แล้ว +1

    😂😂

  • @irakozenasra3924
    @irakozenasra3924 ปีที่แล้ว +1

    Ikibazo kirih ko aba brand ambassador wa cotex, est ce que wewe ntiwomuba??? En tant k umu intellectuel nkawe ya des trucs avuga zidafise sens...

  • @user-vu3mz9yg5c
    @user-vu3mz9yg5c ปีที่แล้ว +1

    Rekana nuwo musaza sinzi nimpamvu mumuha ibiganiro