Urugendo abanyabujumbura bagize mu gukeza Prezida NEVA aheruka kuzezwa amabanga n'Ubumwe bwa Afrika

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ก.พ. 2023
  • #Burundi Mu gisagara ca #Bujumbura abanyagihugu na cane cane urwaruka bazindutse bagira urugendo (Mar'che Manifestation) rwo gukeza umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye aheruka kugenwa kuba icegera ca gatatu c'uwurongoye Ubumwe bwa Africa akaba kandi yatowe nk'imboneza mw'iterambere ry'urwaruka, amahoro n'umutekano muri Africa. Muri komine ya Muha bagize urugendo bava kuri Petit Seminaire bagana hagati mu gisagara aho bahuriye n'abandi bavuye muyandi makomine y'igisagara. Raba uko vyari vyifashe👇

ความคิดเห็น • 18

  • @samsonjoseph4260
    @samsonjoseph4260 ปีที่แล้ว +2

    Ndayishimiye yaramaze kwigarurira imitima y'abarundi👊👊 Mana bandanya uzigame Raisi wa Burundi 🙏🙏

    • @desirendayisaba5651
      @desirendayisaba5651 ปีที่แล้ว

      Murarabe neza nokuri peter vyatanguyuko babaryosharyosha Kandi murekane nubusazi nubwishongore

    • @jeannemunezero8074
      @jeannemunezero8074 ปีที่แล้ว

      2023 !! Ivyanyu nyibiteba !!

  • @irakozeevelyne3629
    @irakozeevelyne3629 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️❤️❤️💯💯💯🇧🇮🇧🇮Imana imuje imbere imurinde imitego ya satani aze ayobore neza cane🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️💯💯

  • @mugisastephen7214
    @mugisastephen7214 ปีที่แล้ว

    Nibintu bishimishije cyane

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 4 หลายเดือนก่อน

    ❤😂❤❤

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 ปีที่แล้ว

    Imanichimwe

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 ปีที่แล้ว

    Juuuu Neva

  • @aaronbe9966
    @aaronbe9966 ปีที่แล้ว

    Donc dans 1 ans ou dans 2 ans si il est élu président de l’union africaine on aura le même manifestation pour le féliciter?

  • @beratehilatv8953
    @beratehilatv8953 ปีที่แล้ว

    Imbonerakure twaridukumbiye kuja mumabarabara kwiyerekana

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 ปีที่แล้ว

    Abo barundikazi nabarundi ntaco bafise bakora birazwi kuko ubukene nubushomeri burarenze. Ahandiho ntawoja murayo manyembwa afise ico akora. Mu bihugu biteye imbere, harumuntu yota umwanya ngo agiye mu bintu vyimburakimazi nkivyo. Ewe Burundi urigorewe

  • @jeannemunezero8074
    @jeannemunezero8074 ปีที่แล้ว

    2023 !! Hahahaha !! Ivyanyu nyibiteba !! Muli muli Pause !!

  • @niyomugabojohn8329
    @niyomugabojohn8329 ปีที่แล้ว

    Yes NEVA ni Raisi mzuli. Lakini watu wameshindwa kuamka na kuenda Kazini, wameamukia barabarani. That is why African will poor and poor always.

  • @ndayizeyejosephat1213
    @ndayizeyejosephat1213 ปีที่แล้ว

    Jew muvyukuri simbona akamaro kavyo

  • @jox1738
    @jox1738 ปีที่แล้ว

    Muve mumagambo,muve mukwiyerekana hama mukore akazi hahahh gusa congratulations ariko ubutaha ibi ntibizongere kandi nimukora neza na union africaine muzayiyobora