CHIT-CHAT 12:⛔️👨‍❤️‍💋‍👨Gukunda uwutagukunda bibaho?? With Monna Warda & Belle Nice

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • CHIT-CHAT 12:⛔️👨‍❤️‍💋‍👨Gukunda uwutagukunda bibaho?? With Monna Warda & Belle Nice
    Casoar tv
    Casoar Company
    Nos services:
    - Imprimerie
    - Location des appareils
    - Couverture médiatiques
    -Salon de maquillage
    -Production des documentaires
    -Vidéographie et photographie ( mariage et autres évents
    Dukorera Central building aho benshi bita kwa Kabwa bureau numéro 306F muri étage ya kabiri
    Mufise ico mubaza hamagara kuri:
    +46 73 614 70 72
    +257 72 36 73 50
    Murakoze

ความคิดเห็น • 43

  • @evelynecishahayo-mc5gh
    @evelynecishahayo-mc5gh 2 หลายเดือนก่อน +7

    Monia gerageza uhe umwanya umu invite yishure ikibazo wamubajije.ibiganiro vyawe biraryoshe

  • @nadegekamikazi
    @nadegekamikazi หลายเดือนก่อน

    Ntaco wokora ngo umuntu agukunde atagukunda,utwo tuntu twose umuntu akora muri couple ni ukugir urukundo rusanzwe ruhari ruvomererwe.Hama urukundo est un sentiment libre si igisirikare ntanamategeko arimwo umwe wese akunda uwundi uko amusanze.Belle émission courage

  • @KennybertrandIrishura
    @KennybertrandIrishura 2 หลายเดือนก่อน +5

    Chloe ntare please 🙏

  • @josgas
    @josgas 2 หลายเดือนก่อน +3

    ntimuhana ijambo
    muze murareka umwe avuge ahez
    uwundi yakire ijambo
    comme ça turumva avis yumwe wese

  • @cocochanelle258
    @cocochanelle258 2 หลายเดือนก่อน +6

    Monna ndakunda sujets uzana ziri intéressant mais Harikintu maz gu kubona ww uvuga canee gusumba aba invités bawe gerageza ugabany utang umwanya biy exprimé uzohore usubiramwo émission urabe uzosanga ariww uvuga caneee sinon courage j’aime ck tu fais😊

    • @yannwenge108
      @yannwenge108 2 หลายเดือนก่อน +1

      😂😂😂 Mona wakabaju walahiiii uri bukur ntu👌🤭😆

  • @user-lp7qe6kx7e
    @user-lp7qe6kx7e 2 หลายเดือนก่อน +1

    Monna merci kuri émission vrt uravuze ibintu vyanje trop 😢😢ivyagushikiye vyose Nanje nivyo vyashikiye 😅😅😭

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_Ingabire 2 หลายเดือนก่อน

    Monna uvuga cane nukuri kurush uwundi 😌 ndabakunda❤❤❤

  • @nikizaeliane1646
    @nikizaeliane1646 2 หลายเดือนก่อน

    Mona ndagukunda vraiment

  • @lydiandayishimiye4666
    @lydiandayishimiye4666 2 หลายเดือนก่อน +1

    Monna ndagukund cane❤

  • @appolineniyonkuru9157
    @appolineniyonkuru9157 2 หลายเดือนก่อน +2

    Urugo utarushizemwo Imana ntirushoboka naho woba Shakira gatanu ,abagabo bakunda ibitandukanye utabaza mpwemu w Imana akuguide ntibikunda. Kandi murugo umugabo agukunda kubera wikunda,wikunda ahuri haba haramahoro,abagabo bakunda amahoro na espace, umugabo muhe espace ahubwo bitume aza kwitaho ivyurimwo,hako ariw umwiruka inyuma. Kuko kurya vyanditse muri Bible umugabo atagukunda ntibipassa,ariko umugabo agukunda arizana WE nyene. Abagabo bamw bamw ukwo umwereka kumukunda gusumba niko Uba acquise kakaba akaryo kokuja guhiga abandi kuko arazi kwatahuja,vyiza nukutavyerekana caane kowamupfiriye bituma ariw agira amélioration

  • @kennyciellauwimana1595
    @kennyciellauwimana1595 2 หลายเดือนก่อน

    Monnaaa uranyishee🤣🤣🤣😂😂le type après igi texte kingan amahero😂ngo merci✌️🥲

  • @user-qs7ys7rj7x
    @user-qs7ys7rj7x 2 หลายเดือนก่อน

    Monna uraciy ubweng Can ibiganiro vyaw biranyigish cn birafis ah binkura nah binshikan merc bcp

  • @user-bx4ft2ps9c
    @user-bx4ft2ps9c 2 หลายเดือนก่อน

    Monna urantwengej kugeza ahonibagira kondi jenyen😂😂😂ngo chr Niki ntakoze😂😂 Niki nkora ukutariko mpindure😅😅

  • @salehalghedaid730
    @salehalghedaid730 2 หลายเดือนก่อน +1

    Arok Mona unomusi ntabifaransa vyinsh❤❤❤❤uno musi twatahuy ❤❤❤❤

    • @stephaniegirukwishaka6974
      @stephaniegirukwishaka6974 2 หลายเดือนก่อน

      Uze umenya ko benshi batazi ibifaransa ma cherie! Erega ntaco bimaze! Hageze ivyo usaba abagaransa uzoze ukivuga! Canke abongereza! Nahububundi uzotamba wirorera!! Uko nukuguhanura ntubifate nabi😍🥰 kandi ufise experience nziza ushobora gusangiza les autres filles 🥰

  • @bsc4177
    @bsc4177 2 หลายเดือนก่อน

    Kumbe mona numwana mwiza

  • @dattymakeup5803
    @dattymakeup5803 2 หลายเดือนก่อน

    Yoo Mona iyo situation yawe nanje vyari uko nyene mugabo jewe rero nararushe ndamuheba aca araza na mariage direct 😅😊

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing76 2 หลายเดือนก่อน +1

    Congs...❤❤

  • @user-mr1jq8ml4k
    @user-mr1jq8ml4k 2 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunze mwese ❤❤❤

  • @chancelineniyokindi8019
    @chancelineniyokindi8019 2 หลายเดือนก่อน +3

    None cameraman ntashobora kwumva ko micro itariko irakora kwl ??

  • @evangelineIrakoze-bs5wx
    @evangelineIrakoze-bs5wx 2 หลายเดือนก่อน

    Thank youuuu 💞💗

  • @evangelineIrakoze-bs5wx
    @evangelineIrakoze-bs5wx 2 หลายเดือนก่อน

    Thank youuuu💞💞🌹

  • @m.claire3507
    @m.claire3507 2 หลายเดือนก่อน

    Hahahah rek sh nikuber mutazi umuhungu agucheatinga akakubesha ngonabakobwa bamudraga

  • @user-gi7mw8oy3m
    @user-gi7mw8oy3m 2 หลายเดือนก่อน

    Monna ndagukund nkrii

  • @zakiya-ww5zz
    @zakiya-ww5zz 2 หลายเดือนก่อน

    Mona yikundira kuvuga🤣😂

  • @melissaakimana8986
    @melissaakimana8986 2 หลายเดือนก่อน

    Micro ya Belle ifise ikihe kibazo 🥲

  • @DusengeShakilla
    @DusengeShakilla 2 หลายเดือนก่อน

    monna ikiganiro cawe vrt kiraryoshe nkriiii numv umengo wokongezako umwanya umengo nimuto vrt 😅😅😅 ham l'autre jour uzotumira drama t hasheeeee

  • @DestineUwimana
    @DestineUwimana 2 หลายเดือนก่อน

    Please biraryoshe me umwe ariko aravuga apana kuwundi muntu amuciramooo

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 2 หลายเดือนก่อน

    Belle nice bwabundi urumwana mwiza sinarinziko wovuga ukokuntu mubuzima bwose utagira ukwihangana bibavyanse kandi kenshi usigara wicuza .

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 2 หลายเดือนก่อน +1

    biragaragara ko sat b yababaje belle kabisa arik burya akari mumpene niko kar nomuntama haba kubahungu cnke kubakobwa hose nihaatari ahubw kugr ubn uw muvyumva kumwe nukubiha imana ntakindi

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 2 หลายเดือนก่อน

    Mubuzima bwanj sinkunda ndaharara gusa ndakundwa jewe. Sinkundavre icokiganiro nico kuricocokwibaza kumugabo yogukundawewnyen no nubwowobusagut cankumukorera ibimezegut abagabo wap uwabise ngonifizi zakomin ntiyabesh

  • @BlondevertuNakeza
    @BlondevertuNakeza 2 หลายเดือนก่อน

    Chry belle tous les hommes ni KOSHO bury drama t yarabivuz oft bakunda ivyobabona mm numugenzi waw barsohokana kndi bikaba secret ntnumusi numw azogukunda urumw hama twebw dukunda ivyo twumva genre care udu promesse même les années zirahera tur kur promesseee c'est touuut

    • @didiergatabazi4382
      @didiergatabazi4382 2 หลายเดือนก่อน

      Tous les hommes ni kosho? Urumva na so wawe ni kosho mugabanye imvugo zindaya

    • @didiergatabazi4382
      @didiergatabazi4382 2 หลายเดือนก่อน +1

      Nyimba wahuye numuhungu wumwana mubi Hari Abakobwa bafise Abahungu Bari serieux

  • @stephaniegirukwishaka6974
    @stephaniegirukwishaka6974 2 หลายเดือนก่อน +1

    Umushimiye gute ? Kandi ari wew wavuze wenyene?👎🏽👎🏽👎🏽

  • @MIZEROTV
    @MIZEROTV 2 หลายเดือนก่อน +2

    Abntu banj

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 2 หลายเดือนก่อน

    Harinumugabo agumakwikeka ahurihoss agumayibaxa kuburikumucamwo munasohokany akubwirat ngo ngokugumurabahariya ngomurazinany ngomurikomuhana amasiny.weweshaka nambamurikumwe gumurabakwiyomezanyen ntuhindukir iyugiyegusoba naho kukoharigih usangaharihaband bagutanze utevy nagatonya ugaruts ukazawunvango nguvuyekwendana ahomurimukabare hii ugonurukundo cank niki ikindinaco ngomuterefon yawe ngosinkentey kubonizinaryumugabowawe nkeney mumpinyich momo naitwa vanessa

  • @MvuyinkaLynca
    @MvuyinkaLynca 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @BlondevertuNakeza
    @BlondevertuNakeza 2 หลายเดือนก่อน

    🫂🫂murakoze

  • @user-bx4ft2ps9c
    @user-bx4ft2ps9c 2 หลายเดือนก่อน

    Monna urantwengej kugeza ahonibagira kondi jenyen😂😂😂ngo chr Niki ntakoze😂😂 Niki nkora ukutariko mpindure😅😅

  • @evangelineIrakoze-bs5wx
    @evangelineIrakoze-bs5wx 2 หลายเดือนก่อน

    Thank youuuu 💞💗