KARABAYE: AMARASO agiye kumeneka ari menshi i BURUNDI! Perezida Evariste../Agathon RWASA|| UBUHANUZI

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ธ.ค. 2021
  • Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934
    PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....
    #Abel_0785864705
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 296

  • @vivianengurinzira3626
    @vivianengurinzira3626 2 ปีที่แล้ว +10

    Back to sender in Jesus name. uvuguruje abandi bahanuzi bahanuye ibyamahoro kuburundi. Imana ntizobikora ibyuvuze nibyifuzo byawe gusa.ushindwe katika jina la Yesu

  • @user-mg3cl8uj4e
    @user-mg3cl8uj4e 2 ปีที่แล้ว +4

    Ndagutahura Mukozi W'Imana gusa Imana itugwanirire iduhe kwihana maze Imana iturengere bivuzwe kenshi cane abanyamwuka turavyumva pe

  • @470aflo5
    @470aflo5 2 หลายเดือนก่อน +2

    Wewe Imana ikubabarire,urunva ntahandi wohanurira Atari muburundi ,ihende uhanurire u rwanda urabe KO batarara bakwishe,uraza uduhanurire uri mugihugu,urumuswa

  • @rosemarienkumbiri9878
    @rosemarienkumbiri9878 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana itube hafi iturwanirire. Ize iduhishe mu mababa yayo. Niyo izi ikibereye co gukora kuko ntawurwanya ishaka ry'Imana.

  • @babybunnyblessing3736
    @babybunnyblessing3736 2 ปีที่แล้ว +2

    Ibyo wifuza wamugomewe wamaze
    Abana bumugore wawe ubica none
    Ugarutse wifuriza iguhugu cyakubyaye
    Intambara wa dayimoniwe puuuuuuuu
    Ntuze usubire kuvuga Imana kandi Nabanyamakuru baguha ikiganiro nabo ninkawe

  • @lboirentahomvukiye8579
    @lboirentahomvukiye8579 2 ปีที่แล้ว

    Kuber'iki Honorable agathon Rwasa uvuzeko Imana Imugereranya navDawidi ga Abert

  • @evelyneziganya9713
    @evelyneziganya9713 2 ปีที่แล้ว +2

    Ntakuntu vyorya wewe numuryango wawe !burigihe uhanura ibintu bibi mugihu cacu ! Imana iradukunda izaturengera !

  • @aimablenibaruta168
    @aimablenibaruta168 2 หลายเดือนก่อน

    Ham Uyumukozi wimana muzomubwire muti iyo akorera siyo twe dukorera iyo dukorera idufiseko amasezerano meza Kuko ivyiyumviro itwiyumvirako sivyivyago ariko nivyamahoro kgra iduhe ivyizigiro vyakazoza kacu.Amen

  • @menyautahure1251
    @menyautahure1251 2 ปีที่แล้ว

    PASTEUR, Loti ntiyarimburanywe n'umurwa, Imana yaramurikoye umugore wiwe niwe bageze munzira yahindukiye yahindukiye ahinduka inkingi y'umunyu.

  • @rooroom3067
    @rooroom3067 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana ikunda abarundi kobagiyekubamumahoro

  • @NiyokwizeraJoseline
    @NiyokwizeraJoseline หลายเดือนก่อน

    Imana iguhezagire ikonger amavuta

  • @prudendayikeza2694
    @prudendayikeza2694 ปีที่แล้ว +1

    Imana ikongerumugisha igihe cose uzamara kw'isi ya rurema

  • @prudendayikeza2694
    @prudendayikeza2694 ปีที่แล้ว +1

    Imana itubabarire kandi iduhe umutima umenets nukuri jewe unsengere imana impindure rwose imparire cne

  • @user-lt2qh5dj1b
    @user-lt2qh5dj1b 2 หลายเดือนก่อน

    Asant sana mukozi Wimana umwami akuzogame pe Kandi izobisitsa kuko naje harico nerezwe Kandi carasohoye narakibwiye abantu kitaraba kibaye nongera ndakibibuca Kandi baratangaye pe nivyo bizotegerezwa gushika kuko uburundi amaraso yinzira karengane imana irayabona Kandi yasigaye igihe gito igatabara uburundi nabarundi

  • @SeraphineManirambona-ss2oq
    @SeraphineManirambona-ss2oq 10 หลายเดือนก่อน +1

    Rekareka Imana iturinde Ayo makuba izotuzigame

  • @pierrendimbereyimana8735
    @pierrendimbereyimana8735 2 ปีที่แล้ว

    Uvuze thanks ibintu bibi wamugabo we ibyo nuguteranya abantu bimana go batizerena

  • @LeopoldNbey
    @LeopoldNbey หลายเดือนก่อน

    Wewe reka gutuka Imana. Niwerekwe ivyo murwanda kuko ivyo muburundi ntibikuraba. Uwo mutwe wawe wuzuyemo amazi yonyene.

  • @user-vu8qi9yf5p
    @user-vu8qi9yf5p 8 หลายเดือนก่อน

    Ndashigikiye ubuhanuzi bwawe Amen

  • @MathewNdayizeye-jf6wv
    @MathewNdayizeye-jf6wv 8 หลายเดือนก่อน

    Ndakumv kk ntajambo ryavuz Imana ngo rihez rihere

  • @rgtv7864
    @rgtv7864 ปีที่แล้ว +1

    woe utuka umuntu w'Imana bibaye arukuri wa mututse ibyo bitutsi byose wajyahe ko mutazi gucunga iminwa yanyu

    • @gahunguemmy9524
      @gahunguemmy9524 ปีที่แล้ว

      Sha nanje sinumva ubuhanuzi bwawe kbs Paster yisiga mukorogo kwel urababaje

  • @BerchmansMinaniJean
    @BerchmansMinaniJean หลายเดือนก่อน

    Komera bwana pastor.

  • @user-kd2tn6et8l
    @user-kd2tn6et8l 5 หลายเดือนก่อน

    Umunwa wawe ugaragako urumogi rwishi! Ngaho inkoni Y'Imana irakurimbura !Kuko Uriko urarogota Umuriro w'Imana uguturire MW'IZINA RYA YESU KRISTO Yabambwe!

    • @JustineNizigiyimanajustine
      @JustineNizigiyimanajustine 2 หลายเดือนก่อน

      Ivyo lmana yavuze birashitse mwavyemera mwareka ukuntu mupinga ndazi komugiye kubibona😊

  • @nizigiyimana3sayidati80
    @nizigiyimana3sayidati80 2 ปีที่แล้ว

    Mw'izina rya Yesu Christ Iman ibiturinde ivyari amarira ibihindure ivyishino.

  • @kwihanganacharles-cu3ep
    @kwihanganacharles-cu3ep 2 หลายเดือนก่อน +1

    ese nkaka kagabo kahunze amahoro nn ngak ng nagahanuzi sh ntuzohera hiyo uzogaruk ivyo vyose uvuga tuzobikubaza knd uwurik atagukorezh mugucafuza Iman nogihu cayo uzokivuga nyakubwirwa nimisi

  • @mmakki2106
    @mmakki2106 ปีที่แล้ว +1

    Imana iturengere idutabare iduhishe mumababa

  • @groupamasengeshotv691
    @groupamasengeshotv691 2 ปีที่แล้ว

    Revera pastor buhungu Abel aremewe cyane n'umukozi w'imana turamwemera

  • @jeanneniyomuremyi5604
    @jeanneniyomuremyi5604 ปีที่แล้ว

    Mwizina rya Yesu ntibizobe
    Tubitesheje agaciro

  • @user-ev6jv6dm6m
    @user-ev6jv6dm6m 2 หลายเดือนก่อน +1

    abadasenga baha Kazevyose Vamubujiji

  • @AlexisMasabo-mu8xe
    @AlexisMasabo-mu8xe 10 หลายเดือนก่อน

    Amen vugishwa mukozi w'Imana!!

  • @enfantdedieu4347
    @enfantdedieu4347 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndumiwe!! Ngo bisohore??
    Biburizwemo mu izina rya Yesu.!!

  • @FransiaGift
    @FransiaGift หลายเดือนก่อน

    Imana ikubabqrir wihenze

  • @user-ph1nh8wu8b
    @user-ph1nh8wu8b 2 หลายเดือนก่อน

    Mana urambahafi nubwo ndumunyabyaha undindire nubyaro rwacu amen

  • @FransiaGift
    @FransiaGift หลายเดือนก่อน

    Imana iradukunda

  • @ElieNsengiyumva-fn3tv
    @ElieNsengiyumva-fn3tv 2 หลายเดือนก่อน

    Amen Imana nidutabare abarund turarushe

    • @k-fa685
      @k-fa685 2 หลายเดือนก่อน

      Rekana nuwomubenshi

  • @venustentirampeba2801
    @venustentirampeba2801 ปีที่แล้ว +1

    Ubwo buhanuzi nimubugumize mu Rwanda sha

  • @jopraize1436
    @jopraize1436 2 ปีที่แล้ว

    Tuzabamenyera Ku mbuto zanyu tubone kumva ivyo muvuga! Urahemuka muri rubanda ntiwihana warangiza ngo Imana yagutumye. Twamenya Ari iyihe se?! Ibyo uvuga NTA gishya isi NTA mahoro azabamo kugeza ishize. Urashaka ko ibibi bisohora ngo utwemeze NTA Soni....mbaya sana

  • @user-dg6so1mj8v
    @user-dg6so1mj8v 5 หลายเดือนก่อน

    Mwizina rya Yesu turabivuguruje

  • @user-rq6tf9oz2b
    @user-rq6tf9oz2b 11 หลายเดือนก่อน

    Warabivuze bakomeza kugupinga, none nubu wumiye kw'ijambo. Imana idufashe gusimbika ivyo bitero vyaba ruburakigongwe

  • @nimubonadesire4139
    @nimubonadesire4139 ปีที่แล้ว +1

    Abonicokimwe nabo kuri Ahabu muhanurira inda yawe ntanuwusenga Imana yomwiju ahagaze

  • @giftjannet1047
    @giftjannet1047 ปีที่แล้ว

    Ushobora kuba harindi Mana Atariyaremye Ijuru nisi Imana Igufate kumunwa Aho kuchingingira Uragishwanyaguza

  • @xaviennemukeshimanairaryos4267
    @xaviennemukeshimanairaryos4267 2 ปีที่แล้ว +4

    Uyu yarasaze,koko kuki yifuzako igihugu cye cyabamwo intambara

    • @NinaNina-xr8jj
      @NinaNina-xr8jj 2 ปีที่แล้ว

      Ibiza nawe arkomana nawe uratugiriye impuwe koko kumusha? imana iguhumugisha birababaje 🥲🥵😭😭😭

  • @ClaudeVandamme-hr4bb
    @ClaudeVandamme-hr4bb 2 หลายเดือนก่อน

    Imana ituburanire nahandi iyisi niyakarenganyo

  • @nibogorabella5804
    @nibogorabella5804 9 หลายเดือนก่อน

    Imana iturinde

  • @bukeyenezajeanbosco
    @bukeyenezajeanbosco ปีที่แล้ว +1

    Sinemeranye namwe urumubeshi uburundi igihugucance kizama gitekanye Kandi kizama giterimbere umwasiwacu nisatani nawe yesu Kristof yaramunesheje twizeyimana ishobora kudutabara

  • @lilianeinandava3039
    @lilianeinandava3039 2 ปีที่แล้ว

    Ivy,amabanga nivyo,Imana avyahishuwe navyo tubirindire

  • @Clementinekwizera-lf6vx
    @Clementinekwizera-lf6vx 8 หลายเดือนก่อน

    Haa mbega IMANA ivuga indimi zingahe ivyuhanuye ntibihuye nivyo'umuhanuzi Bosco yahanuye noneho ntibiturandira umutima kuko imvugo y'IMANA kubantu bayo noy'amahoro

  • @paulndayizeye8321
    @paulndayizeye8321 ปีที่แล้ว +1

    Kuberiki abantu mukunda guca imanza

  • @falesniyobushobozi-4225
    @falesniyobushobozi-4225 ปีที่แล้ว

    Imana ibazigam kand ivyomuvug ndavyemez vyos nukonyen ntakizovaka iman izodufash can

  • @nkurunzizagad6083
    @nkurunzizagad6083 9 หลายเดือนก่อน

    Vuga mukozi w'imana tubabarire mana kuko turi abanyavyaha kandi uduhe umutima umenaguritse imbabazi z'imana zitubonekeko

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana ปีที่แล้ว +1

    Itavyaye ishuri ubu izovyara inyana nikimwe muribi 2

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088
    @kuziririzaisabatosiitegeko7088 ปีที่แล้ว

    Amajambo uvuga nibinyoma gusa.Ubwembere ubeshako uri umurundi uri umunyarwanda no kugasaka. Turakwihanije wa mbwembwe we kudebagura kugihugu cacu. Vugishwa kugihugu canyu Rwanda.Inzara irakuvugisha nabi

  • @abdullahalzwid1669
    @abdullahalzwid1669 2 ปีที่แล้ว

    Ameeena🙋‍♀️🙏☔

  • @damienndiku1064
    @damienndiku1064 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana ikubabarire gusa niwihenda ugahonyora muburundi ingona zacu zizorara zihaze.

  • @safarimarc9770
    @safarimarc9770 2 ปีที่แล้ว

    Wewe vunga ivyuzi yesu uwuhe wumuzanano canke yesu wuburundi,canke tubwire yesu wuburundi yitwande kuvunga wabandi bantu?tubwire wuburundi yitwande pls,pls,pls.

  • @user-im2oh9pz5m
    @user-im2oh9pz5m 9 หลายเดือนก่อน +1

    IMANA yama ishaka ineza kubo yaremye mu gashusho kayo

  • @ndayikengurukiyejaphet9777
    @ndayikengurukiyejaphet9777 ปีที่แล้ว

    Wamugabo ivyuvuga sivyo we urahengamy igihugu kigiy kugir umugish nigikundiro ok tumaz kubibona knd nimvugo yaw irakuranga we urahengamye.

  • @masterdamascene5316
    @masterdamascene5316 ปีที่แล้ว +1

    Reka kubesha aberi rekakwigumiriz abanyagwand uriko usuzugur uburi ngontamahor ahar besha abatakuz gus

  • @maelici3693
    @maelici3693 หลายเดือนก่อน

    Ivyo imana

  • @naradatv3939
    @naradatv3939 4 หลายเดือนก่อน

    Kuri NARADA TV turakurikiye ibiganiro byanyu turabakunda nyarukira kuri NARADA TV wihere amaso

  • @GLORYTOGODTEMPLETV
    @GLORYTOGODTEMPLETV 2 ปีที่แล้ว

    Nimba ibibi biriho ubure gusenga Imana wamugabo ugiye gutaha wowe

  • @RR-mi1yr
    @RR-mi1yr 2 ปีที่แล้ว

    Ese då mugabo kwanza uriyambiza koko Imana mwahurirahe inzara ni hatari

  • @mosesmwanza6725
    @mosesmwanza6725 ปีที่แล้ว +1

    Ameni

  • @zerbabelnyabenda7007
    @zerbabelnyabenda7007 2 ปีที่แล้ว +2

    Inzara igufashe nabi ,man !

  • @blessingqueen
    @blessingqueen 2 ปีที่แล้ว

    None wapinze uko Imana yakuremye

  • @user-kk4ow7iz7n
    @user-kk4ow7iz7n 11 หลายเดือนก่อน +1

    Àmeni nzabo nyimana ntirivugira ubusa

  • @user-bf9oq6hk1d
    @user-bf9oq6hk1d 2 หลายเดือนก่อน

    Gusa agabanye mukorogo Pasteur

  • @masterdamascene5316
    @masterdamascene5316 ปีที่แล้ว +1

    Waratay umuryang sha kutasengey umuryang waw wemey urahukan

  • @dumbifabu1909
    @dumbifabu1909 2 ปีที่แล้ว +1

    Umina izoze irababarira kuko mbona abavugishwa mwarahinduye ubweng mukora ivyomwiyumviye

  • @ThomasBukuru-hj6ly
    @ThomasBukuru-hj6ly 2 หลายเดือนก่อน +3

    Wamugabo we,umwansi aguciricobo, imana ikagucira icanzo. Ivyo uvuga nivyipfuzo vyawe, imana rugiravyose abarundi dusenga ijoro numutaga, tuguma tuyisaba yuko ishaka ryayo ryoranguka.uraguma wibuka yuko imana atarumuntu.

  • @antoinendihokubwayo3491
    @antoinendihokubwayo3491 ปีที่แล้ว +1

    Urasoma neza bibiliya nta rôti yaguye ininewe , ntanuko yaguye isodoma naho utahavuze yarahasohotse umugore wiwe niwe yahindukiye acinka inkingi yumunyu.

  • @user-es4nn5nb9b
    @user-es4nn5nb9b 2 หลายเดือนก่อน

    Vraiment nikigugu

  • @mosesmwanza6725
    @mosesmwanza6725 ปีที่แล้ว

    Uvuze neza kuko nivyo bakora mugihugu cuburundi biraboneka ko. Imana igiye kuza vuba ubuhanuzi twunvise nibwinshi. Icubahiro kibe. Icayo numwana we .nawe igushire mumababa yayo . AAmeeeen

  • @remegiebonus4295
    @remegiebonus4295 5 หลายเดือนก่อน

    Amen amen

  • @dumbifabu1909
    @dumbifabu1909 2 ปีที่แล้ว +2

    Uba uhaze ban Iman izakwiyicira kubera ibinyoma🤣🤣🤣🔥ise imana yabatarinyakigorw igahita ikizivya ahonyene 🤣🤣🤣🤣💯💯💯💯💯imana ninyakigorw pe kuyu yacimugaragaz kwaribinyom

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 2 ปีที่แล้ว +1

    none aberi, jewe ko nsengera uburundi ntibusubire kumenekamwo amaraso, nabandi nkanje bariho, none imana izunvira wewe uvuga uko , oya muburundi ntamaraso azosubira kumeneka mwizina rya yezu, twature vyiza , apana bibi

  • @ShamsySamilu
    @ShamsySamilu หลายเดือนก่อน

    Aleluya

  • @paulndayizeye8321
    @paulndayizeye8321 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @Peter.boka14
    @Peter.boka14 2 ปีที่แล้ว +1

    Ivyipfuzo vyawe biherane nawe kandi bijane nawe nyene! Ariko mureke kutukisha izina ry'Imana. Bigukurikire wewe numuryango wawe!

  • @user-eq5cb6wp7c
    @user-eq5cb6wp7c 5 หลายเดือนก่อน

    imana nzorinde abarundi nigihugu

  • @user-ic8dr6sh5q
    @user-ic8dr6sh5q 2 หลายเดือนก่อน

    Amen❤

  • @joshuaciza3043
    @joshuaciza3043 ปีที่แล้ว

    Uyumugabo arashonje pe ivyavuze lmana yabimutumiyehe?

  • @naradatv3939
    @naradatv3939 6 หลายเดือนก่อน

    Kuri NARADA TV kurabakunda cyane nyarukira kuri NARADA TV wihere amaso

  • @user-un1nc3yz3b
    @user-un1nc3yz3b 5 หลายเดือนก่อน

    Urumusazi womumutwee namate ntugira mukanwa gabanya itabi Sha!!!

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 2 หลายเดือนก่อน +1

    Allo uyumugab ubundi yagaruts. Akatubwira ivyobintu kovyatinze twabibuzehhhh ahubwo nar naramubuze

  • @minaniserges8385
    @minaniserges8385 ปีที่แล้ว

    Oya Uburundi Imana irabukinda ntakizoba Uburundi ni Isirayeri ya2

  • @fidelitegerson6214
    @fidelitegerson6214 2 ปีที่แล้ว

    Loti cyangwa umugore wa Loti!

  • @theresiakarwera2279
    @theresiakarwera2279 2 ปีที่แล้ว +2

    Wavvuze ko Ndayishimiye atazatorwa none ubu ni presida

  • @NshimirimanaEmmanuel-su2kw
    @NshimirimanaEmmanuel-su2kw 7 หลายเดือนก่อน

    Mana wee nukurii abantu bigira abavugushwa n Imana babandanya kurwira dusabe imana iduhe impwemu yo gusesa ubuvugishwa bw ukuri?? Gute umuvugishwa umwe aza avuga ko uburundi bugiye kuba mugihe ciza abandi ngo turahonye!! Umugororotsi iyatunganye igisagara kimererwa neza!!

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 ปีที่แล้ว +1

    ariko mwomureka agakorera igihugu burke kukora ubusimbira hamwe Nndayishimiye arakunda igihugu

  • @beatricenduwimana1168
    @beatricenduwimana1168 2 ปีที่แล้ว

    Ese abanyagwanda nibo imana yama ivugisha husa uyo we numusazi,

  • @nomore8398
    @nomore8398 2 ปีที่แล้ว

    Harya wawundi wigeze guhanurira uburundi,Witwa Gakwaya abahehe??Kontakimwumva?

  • @erickmufugizi5508
    @erickmufugizi5508 ปีที่แล้ว +1

    Mbona n'a Denis NKURUNZIZA avugukonyene ngwimana yamubwiyeko ije gukoropa zamwunvira

  • @ndikumasabodidace3025
    @ndikumasabodidace3025 2 ปีที่แล้ว +1

    Hazotangure kumeneka ayawe, kuki wama uhanur amahano kugihugu cacu. Uburundi n igihugu camahoro.

  • @imvangetv9425
    @imvangetv9425 2 ปีที่แล้ว +1

    Mugusenga ivyomuriyimisi biragoye rero nimba umuntu avuzeko Imana yavuze twaridukwiye gusenga kugira vyukur tumenye Iyamutumye iyariyo kuko burya umuntu wese agize umutima Uyirondera Imana Arayibona ivyakozwe nintumwa17:27 muhezagirwe mwese

  • @SedricVyizigilo
    @SedricVyizigilo หลายเดือนก่อน

    Korivyaw

  • @byamungujeanvie9514
    @byamungujeanvie9514 7 หลายเดือนก่อน +1

    Urimokusakuriza abantubose kwisi wowe kagame arakubeshya

    • @Singbarthe5100
      @Singbarthe5100 หลายเดือนก่อน

      Aramubeshya niwewamutumye x??

  • @user-mj2fb3yv7t
    @user-mj2fb3yv7t 2 หลายเดือนก่อน

    Uratunbwiye ivyo mwateguye vyose iyo mwahungiye murwanda hamwa twavugako urwanda ari umwansi wuburundi ngo turabesha igihugu kibitse umuntu nkawe ntikigufate ngo ushikirizwe ubungane sha uzoteba uzoza tuzokwerekako turya dukaravye

  • @user-yv1pd8hj2y
    @user-yv1pd8hj2y 6 หลายเดือนก่อน

    Burya ntasoni kwama mubesha yesu christo araturinze cn

  • @shasha3005
    @shasha3005 2 ปีที่แล้ว

    Koramana

  • @NepomuseneNdayishimiye-rb8ty
    @NepomuseneNdayishimiye-rb8ty ปีที่แล้ว

    Ivyobintu biteye ubwoba kubwanje nzogira iconvuga mbonye Manda yaneva irangiye komeza muvuge