KAMIKAZI SANDRINE Album HIMBAZA 2021

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 มี.ค. 2021
  • Ihezagirirwe nazino nd'Indirimbo zoguhimbaza Imana yacu.
  • เพลง

ความคิดเห็น • 253

  • @tuxylokjsk7471
    @tuxylokjsk7471 3 ปีที่แล้ว +44

    Abantu twese tumukunda kandi tumusabiye umugisha nokuzobona Imana kubwimirimo myiza yakoze akiri mwisi mumpe like pe🙏

  • @fanshittoptv4433
    @fanshittoptv4433 3 ปีที่แล้ว +45

    rek mbanz sabe like kumuntu wes🤲
    uwahimbajwe nakamikazi amp angonge like
    uwumvirij izi ndirimbo umwanya munini amp like
    uyumusi nibere uwambere atahana like

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 ปีที่แล้ว +3

    Nzizigira yesu gusa habamubukene habangwaye nzizigira wew yesu wanjeeee 🗣🗣🗣🗣🗣🗣thank you lord 🙏🙏🙏ahowankuy yesu nafashijwe nizindirimbo za kamikaze sandrine yesu shimwa niyisah nkizumviriza kukozirikunkomeza haleluya🗣🗣🗣🗣🗣🗣🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️

  • @sandra-zl5se
    @sandra-zl5se 3 ปีที่แล้ว +3

    Mbaye uwanyum arik ndahezagiw Sandra Iman ishishikare kubasig a Amavuta mwubaka Imitim yabeshe Amen Amen

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 3 ปีที่แล้ว +5

    Raba ndagenda gusa ndakwinginze unyambike sinshobora kwikiza ndakugombako ubuntu mukiza🤲
    nzokwama nizigira Yesu wanje uko bukeye nzama nizigira umwami wanje oooh halleluaaa 🙌🙌🙌🙌
    Hezagirwa uduhay utuntu tumez neza mukuryama mukuvyuka tuzodufasha pe

  • @opk3943
    @opk3943 3 ปีที่แล้ว +10

    Indirimbo zawe zirampumuriza nkiyumva neza ko ndemy muri jew😪😪😪😪 nkashishikara kugira ivyizigiro muMwami Yesu🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @mutesishanella884
    @mutesishanella884 3 ปีที่แล้ว +2

    Kamikzi ndakunda cyane numva nava iyamahanga nkza gutura muburundi imana igusingize urumukozi w lmana mwiza❤️❤️❤️🇷🇼🇷🇼

  • @christinenezerwe6478
    @christinenezerwe6478 3 ปีที่แล้ว +2

    Ugusenga kuramfasha ibihe vyose Amen mwene data dufatanije urugendo rwokuja mwijura muhezagirwe namwe

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 3 ปีที่แล้ว +1

    nduwa YESU ndabizi nawenyene nuwanje ntahandi mbona impore ntacodutandukanya gushika gupfa halleluaaa 🙌🙌🙌🙌🙌

  • @claudebigirimana472
    @claudebigirimana472 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe kuko turahezagigwa cane reka uhoraho abakomeze abagure abageze nokuvyomwipfuza

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 ปีที่แล้ว +2

    Iyo numvirije indirimbo zawe ndahimbagwa caane imana ikongerereze amavuta menshii caane👏👏👏

    • @KAMIKAZISandrine
      @KAMIKAZISandrine  3 ปีที่แล้ว

      Amen Yvette

    • @nademidk2416
      @nademidk2416 3 ปีที่แล้ว

      Mugirugisha kamikazi imana iziguhe ijuru kk ivyomwisi birahera...ikind naco ndipfuza kuririmban nawe kk iyongabir ndayifise nipfuzako twbikoran ivyobikorwa vyimana

    • @chimyornyvette3883
      @chimyornyvette3883 3 ปีที่แล้ว

      @@nademidk2416 yooo nawe courage mwiza kufita iyongabire komeza imana ntabwo yigera inanigwa

  • @godaible8936
    @godaible8936 3 ปีที่แล้ว +8

    Urebye Nkunda iburundi kubera Kamikazi, kurwego mba numva nahatura🤣❤️💖 I love you Kami.

  • @nadinekarerwa9527
    @nadinekarerwa9527 3 ปีที่แล้ว +2

    Yesu akongere amavuta mukozi w'lmana kandi ubere maso umurimo wahawe kuko satani ntakunezererewe.uhezagirwa warahezagiwe👏👏👏

  • @sebastienbagwira202
    @sebastienbagwira202 3 ปีที่แล้ว +2

    KAMI vyukuri IMANAiguhe umugisha Caaaane ,,IMANA ibandanye ikwaguriraaa!!!!!!

  • @francoishabonimana446
    @francoishabonimana446 2 ปีที่แล้ว +1

    Mukomere, Uhoraho Abazigame abongere imigisha,ubutumwa mutanga buratwubaka muri christo Yesu, Muhezagirwe 🙏🙏🙏⛪🇧🇮🕊️🌴🙋🇺🇲👍 Amen

  • @francineumurundi1916
    @francineumurundi1916 3 ปีที่แล้ว +5

    Imana I bongere imigisha ninkomezi nyinshi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turabakunda cane

  • @ireneburundi7144
    @ireneburundi7144 2 ปีที่แล้ว +1

    Waoo Kami komerezah yes akujimber

  • @isaiensengiyumva7273
    @isaiensengiyumva7273 3 ปีที่แล้ว +1

    Imana iguhezagire Sandrine !indirimbo zawe ziramfasha cane

  • @user-we4cc4vd2y
    @user-we4cc4vd2y 3 ปีที่แล้ว +1

    Imana iguhezagir uradukomeza mubihe bitoroshe turimwo mubarabo bituma tutibagira ko mwiju harimana imana ikomeze ingabire dasnzwe ikurimwo ikurinde igutabare kugira dushishikar kurema nogukomera

  • @joshuabucumi5784
    @joshuabucumi5784 3 ปีที่แล้ว +2

    Vyiza cane. Abarundi n Abarundikazi dukwiriye kuza turasengera nkaba Bantu bafise zino mpano. Vyiza Kamikaze wacu. Ibendera riduzwe mumakungu n mw ijuru

  • @mariechantalsiniremera6552
    @mariechantalsiniremera6552 3 ปีที่แล้ว +4

    Yesu azaguhe iherezo ryiza kami ziraduhezagira indirimbo zawe yesu akugirire neza.

  • @izibyosegloria7507
    @izibyosegloria7507 3 ปีที่แล้ว +3

    Nice Songs Kami👏👏👏
    God Bless you 🙏
    Ndagukunda bikomeye Imana ikomeze Ikwagure Muburyo Bwose😘🌹

  • @AlineVyukaOfficial
    @AlineVyukaOfficial 3 ปีที่แล้ว +3

    Murakoze kundirimbo nziza zo guhimaza Imana , Yesu abandanye abakoresha

  • @fulahaalice3357
    @fulahaalice3357 ปีที่แล้ว +3

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @PaulinaNziyomaze-je8cq
    @PaulinaNziyomaze-je8cq 11 หลายเดือนก่อน +2

    Forsure she has a good songs may God bless her,and gave more blessings

  • @bukurubenjamin6813
    @bukurubenjamin6813 3 ปีที่แล้ว +2

    Ijwi ryiza kwelikweli ayo namagi mabisi thanks for nice gospel song.

  • @ntihindukabienvenue2228
    @ntihindukabienvenue2228 2 ปีที่แล้ว

    Raba ndagenda gusa ndakwingize unyambike!😥😥ndasavye nanje unyambike yesu!nsa nuwagutaye!!Amen

  • @sandrine-belisegirukwishak7370
    @sandrine-belisegirukwishak7370 3 ปีที่แล้ว

    kamikazi uri umuntu WIMANA nabantu komera

  • @rachellanibaruta6226
    @rachellanibaruta6226 2 ปีที่แล้ว

    Amen kami warahezagiwe

  • @simionniyonkuru3054
    @simionniyonkuru3054 3 ปีที่แล้ว

    Amen amen.Album imeze neza cane Yesu aguhezagire

  • @user-gi5ib5gj9f
    @user-gi5ib5gj9f 2 ปีที่แล้ว

    yesu, naguh, umugisha

  • @nduwimanaelick6929
    @nduwimanaelick6929 2 ปีที่แล้ว

    Kabis Iman imugirir nez

  • @jeanmariebararunyeretse586
    @jeanmariebararunyeretse586 3 ปีที่แล้ว +1

    Album nziza cane iryoheyamatwi kumviriza,komeza guhezagirwa Sandrine

  • @mugenzisamson284
    @mugenzisamson284 3 ปีที่แล้ว

    Kami uririmba neza Imana ijyiguhezagira

    • @mugenzisamson284
      @mugenzisamson284 3 ปีที่แล้ว

      Izindirimbo ninziza zitwegereza Imana

  • @uwimanaconsole2873
    @uwimanaconsole2873 3 ปีที่แล้ว

    Iman lmuhe umugisha 👏👏👏👏 nukuri uratunyura🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @AaA-xl1wq
    @AaA-xl1wq 2 ปีที่แล้ว

    Gusabiye ku Mana yonyene a ariyo izi ibigukwiriye urumunyankomezi ndagukubda

  • @user-gk4ly1ut2h
    @user-gk4ly1ut2h 3 ปีที่แล้ว

    Kamikazi wubahwe ma grande sr💞 ndakwipfurije Kubaho ubugira kandi🧎‍♀️🙏

  • @freddymuganga9731
    @freddymuganga9731 3 ปีที่แล้ว

    AMEN IMANA IGUKOMEZE MUKOBWA WA YESU

  • @ndayishimiyeflorance4307
    @ndayishimiyeflorance4307 3 ปีที่แล้ว +1

    Iman iguhezagir cane kami turahezagiwe can

  • @peniellaiteriteka4690
    @peniellaiteriteka4690 3 ปีที่แล้ว

    Amen Imana ibahe umugisha kundirimbo nziza muduhaye Imana ibakomereze amaboko

  • @dianeniyibitanga5630
    @dianeniyibitanga5630 2 ปีที่แล้ว

    Imana ibandanya kuguhezagir🙏🙏

  • @cycy8854
    @cycy8854 3 ปีที่แล้ว

    Imana ikonger'amavuta ndakwikundir cane 🇧🇮💪🙏🙏🙏 God bless u my sister

  • @monyaaboalez3774
    @monyaaboalez3774 3 ปีที่แล้ว

    Mbega umugisha vyukiyeko kamikaze ndagukunda ukuntu ntovuga IMANA yakuduhaye nkumugisha ikomeze ikurinde

  • @francinebukuru1550
    @francinebukuru1550 3 ปีที่แล้ว +1

    Wauo lmana ikomeze kubaha vyishi vyokudufasha love me Kami kd umwami azabibahembere

  • @anataanata1629
    @anataanata1629 3 ปีที่แล้ว

    Amen.indirimbo.zawe.ziranduhura.kami.ndagukunda❤warahezagiwe

  • @nabiimoses6132
    @nabiimoses6132 3 ปีที่แล้ว

    Nzinzigira yesu gusa

  • @redme2622
    @redme2622 3 ปีที่แล้ว +1

    Amin nanje ndagunda mama adukuriye mundirimbo

  • @onesphornshimirimana5846
    @onesphornshimirimana5846 3 ปีที่แล้ว +1

    Nzogukunda nkikubona kamikazi imana ikomeze kuguhezagira je' t'aimes

  • @ishitsamasezerano6841
    @ishitsamasezerano6841 3 ปีที่แล้ว +2

    Komezaho,mukoziwimana

  • @hapakahaha5579
    @hapakahaha5579 3 ปีที่แล้ว

    Amen imbaraga mwene data korer Iman ntabuhomb burimw

  • @michouirakoze3088
    @michouirakoze3088 3 ปีที่แล้ว +2

    Cool M Chérie 💖💖

  • @nabiimoses6132
    @nabiimoses6132 3 ปีที่แล้ว

    Tuzonezegwaa tuzanye ivyimbugwa.Amen

  • @NyabendaAmede-qh9wi
    @NyabendaAmede-qh9wi 5 หลายเดือนก่อน

    Ndagukunda urampezagira

  • @tttnaitwaalinenikosaudisal4413
    @tttnaitwaalinenikosaudisal4413 3 ปีที่แล้ว

    Ameeeeeeen hezagigwa ncutiyanje🙌🙌

  • @merryburundi963
    @merryburundi963 3 ปีที่แล้ว +2

    Mama Jochua jtm bcp🥰😘

  • @user-os5xe4xq9i
    @user-os5xe4xq9i 3 ปีที่แล้ว

    Amen ndahezagiw cane umwami ues aguhe inkomez nokurangiz amahor

  • @bucumirizanirizani9788
    @bucumirizanirizani9788 3 ปีที่แล้ว +1

    Komera mu mwami maman✌️

  • @priscabutoyi3922
    @priscabutoyi3922 3 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen good songs God bless you.

  • @user-um4hd6ky1e
    @user-um4hd6ky1e 10 หลายเดือนก่อน

    Hezagirwa❤

  • @sfkl8257
    @sfkl8257 3 ปีที่แล้ว +1

    Terimbere Kami wacu turaku lo💗❤💝

  • @vyukaatv7517
    @vyukaatv7517 3 ปีที่แล้ว +1

    NICE SONG SANDRINE 🤝GOD BLESS YOU AGAIN

  • @mdrubiyan9701
    @mdrubiyan9701 3 ปีที่แล้ว +1

    Amen turagukunda cane njt

  • @sarahmerveilleofficial8956
    @sarahmerveilleofficial8956 3 ปีที่แล้ว

    Amen kamikazi lmanikongerumugisha

  • @kamikaziregineclarisse1874
    @kamikaziregineclarisse1874 3 ปีที่แล้ว +2

    My name good job,God bless you

  • @vgcfggcfth3841
    @vgcfggcfth3841 ปีที่แล้ว

    Amen amen Sandrine

  • @jeanclaudenizeyimana1940
    @jeanclaudenizeyimana1940 3 ปีที่แล้ว +4

    God be with you Kamikazi. From Rwanda

  • @kikichristaofficial3124
    @kikichristaofficial3124 3 ปีที่แล้ว +1

    Terimbere mur Yesu

  • @nyiracumialoysie1955
    @nyiracumialoysie1955 3 ปีที่แล้ว

    Urakoze nshuti mwene data.izindirimbo ndazikunda nawe ndagukunada cyane.

  • @sifamunyange6406
    @sifamunyange6406 3 ปีที่แล้ว

    Imana igume ikukomeza kabisa I love you so much

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c 3 ปีที่แล้ว

    Amen Amen

  • @belicanotv2577
    @belicanotv2577 3 ปีที่แล้ว

    God bless you 💓💓💓❤️❤️❤️💕💕💕

  • @vivyntakirutimana4217
    @vivyntakirutimana4217 3 ปีที่แล้ว +1

    Hezagirwa Mukozi w'Imana

  • @gorethmanishimwe9648
    @gorethmanishimwe9648 2 ปีที่แล้ว

    hezagigwa❤❤❤

  • @anithaniyogushimwa2094
    @anithaniyogushimwa2094 3 ปีที่แล้ว

    Amen Amen warahezagiwe muvyeyi

  • @magnifiquentkrtmna320
    @magnifiquentkrtmna320 3 ปีที่แล้ว +1

    Oooooh HALLELUAA. GOD BLESS YOU

  • @user-pl4xv9pv2p
    @user-pl4xv9pv2p 3 ปีที่แล้ว

    Imana ukujiberi🙏🙏🧖🏼‍♂️🧖🏼‍♂️🧖🏼‍♂️🧖🏼‍♂️

  • @jolie6396
    @jolie6396 3 ปีที่แล้ว

    Barikiwa Mama Mungu azidi kukubariki

  • @gosoendjoewjbshsjsj8481
    @gosoendjoewjbshsjsj8481 3 ปีที่แล้ว +1

    God bless you kami ndiho ashishikare agukomeza numuryango wawe❤❤❤

  • @dinedina5479
    @dinedina5479 3 ปีที่แล้ว

    Amen amen mwarahezagiw pe

  • @duduniyukurigospelndayisen5838
    @duduniyukurigospelndayisen5838 3 ปีที่แล้ว +1

    Terimbere ncuti imana iguhezagire cane

  • @niyokwizerabernardine-2599
    @niyokwizerabernardine-2599 ปีที่แล้ว

    Kamikazi urumugisha kuri jewe

  • @istinebupe9961
    @istinebupe9961 3 ปีที่แล้ว

    gumamomubyeyi
    Ndakwikundira
    Kubwubutumwabwiza
    Utugezaho

  • @nsabimanarichard4625
    @nsabimanarichard4625 2 ปีที่แล้ว

    Umukama abandanye abahezagira

  • @ChantalHakiza
    @ChantalHakiza 3 ปีที่แล้ว +2

    Amen 🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿❤️

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 3 ปีที่แล้ว

    Amen mwarahezagiwe ❤❤❤

  • @sososoleil8261
    @sososoleil8261 2 ปีที่แล้ว

    Amena amena

  • @rumurirosine7289
    @rumurirosine7289 3 ปีที่แล้ว +1

    Hezagirwa muko zi w'IMana uhoraho akogereze amavuta menshi

  • @divineirakoze9618
    @divineirakoze9618 3 ปีที่แล้ว

    Imana iguhezagire kami

  • @godaible8936
    @godaible8936 3 ปีที่แล้ว +1

    Be blessed My love tuzaneza nitunda imiba

  • @user-zn9pk9se9g
    @user-zn9pk9se9g 3 ปีที่แล้ว

    Amavuta meshiiii 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-cm4tk7dz8g
    @user-cm4tk7dz8g ปีที่แล้ว

    Good kamikazi😅😮

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 ปีที่แล้ว

    amina uranyuzuza kbx

  • @nurennuren1822
    @nurennuren1822 2 ปีที่แล้ว

    Good my sista

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 3 ปีที่แล้ว

    🙏 yesu aguhezagire cane

  • @igiranezanadia7340
    @igiranezanadia7340 3 ปีที่แล้ว +1

    Yesu aguhezagire Mukozi w,Imana data akongere amavuta

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 3 ปีที่แล้ว

    Ndagukengurukiye muririmvyiwacu Kamikazi.

  • @chachaburundichachaburundi4814
    @chachaburundichachaburundi4814 3 ปีที่แล้ว

    Murakoze cane gose murakoze

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 3 ปีที่แล้ว +1

    Amen,amen

  • @hafashimanafaustine2236
    @hafashimanafaustine2236 3 ปีที่แล้ว

    Mpwemu w'lmana akomez ku kwagurira ubwiza b'lmana bukomez ku kubonekako

  • @joselynentakarutimana3419
    @joselynentakarutimana3419 3 ปีที่แล้ว +1

    Hezagigwa maman Joshua terimbere urabizi ko nzirikan ineza ya we imisi yose