ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
🥰🥰niryamber mbay uwamber kundirimb zakamikaz🙏🙏Amen Amen 🙏🙏 nar nkukumbue Mana dutabar uturindir ubuging🤲🤲🙇🙇🙇ishari😭😭
Hezagirwa cane
Merci kwa kweli ❤gumamamwo
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 amane komera itugumirize ubugingo🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 ameneeeee
Imfuvyi zirarushe✍️ abapfakazi baratawe✍️Nabafise abavyeyi babayeho nkabatabafise😭😭😭😭😭😭😭MANA tabara
Mana kamikazi yaririvye kera ubunaho ashizeko nakarangura uwutoraba iyindirimbo rwimwigishe yoba azokwigishwa nasatani jew nukuri nguma ndayisubiramwo umenga ntiyohera mukoziwima abantubeshi bararushe kwer mumitima yabo jew nkiyunva narize nubu kwihangana ntibikunda kubera ivyondikubona nivyonaciyemwo non uwuzotwomorora ibikomere twagize ninde mana tabara abaremerewe nkanjew utwibuke😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭💔💔💔💔💔💔💔💔
Imana ikugirire Ubuntu ukwomore igikomere mugenzi.
😭😭😭😭😭😭Kbsa ayiririmvye hagez imitima yacu yite kubugingo budaher🙇♀️
Abaririra UBUGINGO mukomerezaho kuko imisi nimibi.
Amen
Amen 😢😊
Amen 🙏
Amen. Ndatakamvye umpe numero zanyu watsap
Mana dutabare utubikire ubugingo🤲🤲🙏🙏😢😭😭😥😢😥😥
Amen,Mana dutabare uturindire ubugingo🙏🙏Twari tugukumbuye Kamikazi.Yesu aguhe umugishaa..kandi agukomeze amaboko ukomeze ube umunyamumaro mugihe gisa nk'iki kigoye.Ndagukunda !!.
Murakoze cane
Ubutumwa bwiza buteye amarira😢😢kwisi ntamunezerope😮Ariko icompa mama pasta Sandra mukazokora Collabo na Aline Gahongayire mukaturemesha ,impanuro murikumwe nukuri tworuhuka mumitima pe❤
Ndafashijwe cane😭😭mana tubikire ubugingo🇧🇮🇸🇦
Mana icyo nkusaba nubugingo budashira Murakoze cane kundirimbo nziza muduhaye mwarahezagiwe
Jew nzoguma ndayisubiramwo mpaka.sinzi ukwondayunva kwariko uyunva MANA DUTABARE UTUBIKIRE UBUGINGO AHAKWISI NTAMUNEZERO TUHABONERA TURARUSHE MANA TWIBUKE UDUTABARE UZOBUKOZE😭😭😭😭😭😭😭💔💔💘💘💘
Yesu abagirire neza.
Ntunsumvy jew 😭😭😭no mur galerie sinzir iri kuvug 🤲Imana idutabr nukuri 🤲
Very good God 🙏🙏🙏 blessing you to nice songI'm from South Africa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 I needed your like
Nkunda indirimbo zawe. Ndakwinginze ntuzajye utinda kuduha indirimbo shya. Ndagukunda❤❤❤
Kamikazi Imana yamahoro iguhaze uburame ndagukunda cyane
Hallelujah nkomez kurengerwa can Mamy😭😭😭❤❤❤
Undirimbiye ivyanje😭😭😭😭ariko Mana shishikara gukomeza umukobwa wawe kamikazi indirimbo zose uririmba ziza zikora kuvyanje
Imana ikugirire neza
Can ✍️
@@KAMIKAZISandrineAmen
Nukuri indirimbo zawe ziranyubaka ndagukunda Kami nukuri umunezero wiyisi nuwakanya gato ariko gikuru nukwihangana nokwizera so I love you so much ❤
Mbay, wamber, Amen, Amen, kamikazi❤😂😂🎉🎉
Ubarikiwe sana tunakupenda mungu akupe mwisho mzuri
Akagacerer ntikari kwijana 😂😂 merc pasta kamikazi ubikora neza ndagu❤❤❤❤
Mana tabara abana bawe.Imana ihezagire Sandrine Kamikazi.
Warahezagiwe maman pasteur kamikazi indirimbo zawe ziratwubaka❤
Mukozi w'imana imana izobahemba kandi ibakomeze
Amen yesu abahezagire kamikazi Imana data akongerereze impano turabakunda❤️❤️❤️❤️❤️
Ndahezagiw caaaan🤲👐
Nankukumbuye cyane from Rwanda
Imana iguhezagire kami nkunda indirimbo zawe cane
Kamikazi wubahwe kl tugukurikirana turi muri Kenya🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Urankumbuj kugatumba #Uwiteka aguhe umugisha 🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮💙💙🙌
Amen mana yesu we❤❤❤ mwinger inkomez 💅💅💅
Amen cane Yesakomeze kukwagurira ingabire yawe ndafashijwe cane❤❤😭😭😭😭😭😭
Ijoro ryiza mwese ncuti zanje 🙌muhezagirwe niy ndirimbo 👏
Amakuru yanyux ndab😢🎉🎉❤❤akumda nimukomerezaj
Amen Imana ikwonger ubumenyi kamikazi wacuu
Amen iyindirimbo irimwo amavuta meshi imana ibahezagire
Amen!ndahezagiwe
Wawo kami Ndagukunda indirimbo zawe
Aaamen!! indirimbo irimwo amavuta! imigisha myinshi kur kamikazi❤ iyi ndirimbo nza kumara imisi ndayivuza pe
Imana ikuzigame cane Pasteur Kami.tabara Mana uruvyaro rwacu.
Waoooh Ubugingo Ndakunze ino ndirimbo kbx courage Pasteur Kamikazi❤
Iyi ndirimbo niyumugisha. Irimwo ninyigisho nziza. Ese rero ingene inyibukije kumuhana!
Nuwakanya gato nukuri peeeee 😭❤️🙏
amena ❤❤ yesu agukomez warahezagiwe nimana❤
Imana idutabare Can🙇🏻♀️🙇🏻♀️
❤❤😂
Amen 🙏 mbifurije imigisha iva kuwiteka
Ndishimywe. Kubwizindiriimbo zoguhembura. Abagenzi
Nice song yesu akomeze agukoresha ugume uduha ibyiza Imana idutabare itubikire ubugingo
Muri Christo Yesu niho hari umuzezore iramba🎉🎉❤❤
❤❤❤❤
Amen imana ishimwe ndagukunda kamikazi imana igushyigikire
,lmana🎉❤😅
Amen Amen 🙏🏾 Imana idutabare itubikire ubugingo kbx 😭😭😭🙏🙏🙏🙏
Love you from rwanda 🇷🇼♥️♥️♥️♥️♥️😭😭😭🇷🇼♥️
Iman ikujimber kamika iyindirimb iranyuzuj ndayitanye nakandugumb karasesek wirambir ndakwikundir lov ❤❤❤❤❤❤❤❤
Kami kondangukundacane
Kamika imanigushyigikire
Good 👍
p😊ooo😅ol😅PLPpO
Love you so much,am a ugandan but in qatar
Love you Imana iguh umugisha ubandany gucabuguf nkuk usanzw ubikor
Amen amen
👠♥️👠♥️♥️👠kamikazi. Ndagukunda cyane
Ndabaramukije mugire umugishaIyindirimbo nishasha ya GP Happy-Ric Family Seniorunve gato amajambo ayigizeabavyeyi beshi babaho bipfuza kuronka abana Imana ibabahaye barabahararuka bakabafata ibisazwe Bashira akazi imbere bakibagira umugisha Imana yabahaye bashitse nomurugo bashikira Kuri terefoneabana babaragije abungere aribo bakoziumwana aripfuza kuyaga nabavyeyi mugabo abavyeyi ntakanya bafise Mana tubabarire umugisha waduhaye ntagaciro tuwuhaMugenzi nawe woba uri mubatitaho abana?Uja kukazi bakiryamye ukagaruka baryamye?mbega ivyurondera uzobironka ryari ko Bose bapfa babirondera ntawurashika kubimuhagijedusha twokwihanura bigishoboka.Murakoze MWe mugiye kwongera kuvugurura mukaba hafi yibibondo vyanyu Imana ikomeze kubibahezagirira Amenth-cam.com/video/DF2vWpOWLCM/w-d-xo.html
Ndafise iciphuzo co kuyaga nawe sinzi ko noronka nimero
❤❤❤ nukuri nivyo nitubikre ubugingkuk kwiyisi nihatar
Mana we tabara kl turarushe umenga kamikazi yabonye ibikomere tugendana .turagukunda aha imuramvya
Ohoooo halelua mana ntabara umbikire ubugingo courage pasta kamikazi
Hezagirwa cane Sister
Yes !!! MUNGU atupe uhayi maana nyakati hizi ni mbaya.
Barikiw san na mungu
Turagukumbuye.nakumenye wadusuye kwishuri ahantunugaga muri secondaire .iburinga ho Mukarere ka Muhanga mumurenge wa Mushishiro. Ndagukundape
Indiri mbozaw ziraremesha ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Iyindirimbo iranvanyahantu inshizahandi Imani guhezagire 😭😭😭nukuri mwisi ntamunezo uhari nuwuwuronse uyumunsi ejo nukurira😭😭😭urampiherezo ryiza data🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
Ntamunezero ,Muriyisi Twamatuhabonera
HEEEEEEEEEEEEEEEE Mana dutabare utubikire ubugingo nukuri😭😭😭😭😭😭🤲🏿🤲🏿🙌
Mana tutabare utubikire ubugingo❤❤❤❤❤❤❤murakoze mungu Abajalie nema❤❤❤❤❤
Amen iman ikwongez imbarag ukomez ibikorw vyaw nez
Ngum ndayisubir nkumv amarira 😭🤲🤲🤲🤲🙇♀️🙇♀️🙇♀️
Warakoze mana kundindira ubugingo❤❤❤
Imana iguhe umugisha Kami ico tugusabir nuko Imana yoguha kuramba ❤❤❤ niherezo ryiza Much love to you sister ❤❤❤
Amena mukobwa w lmana kwl urumwe mubaririmvye ba Gosper
❤❤❤❤ mama paster Amen Amen Mana dutabare tubikire ubugingo aha mwisi ntamunezero
Amen Amen numva ndengewe icokwipfurije kamikazi uzugire iherezoryiz 😭😭iyindirimbo irandiza cne
Mama ❤urakoze kubwiyi ndirimbo nziza
Mama past duhe iyindi ndirimbo reka kutunyoteza mama turagukunda cane gusuvya ukwubizi mama l love you tou mom ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Olalala bazurabe iyo.
Mana dutabare utubikire ubugingo😭😭ubalikiwe Sana Maman😘
❤❤❤❤❤Twari twaragukumbuye .non utuzaniye bishadh❤hezagirwa cane
Haleluyh chimw mwam❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ibih vyos ❤❤❤
Amen amen 🙏🙏iman idutabare itubikire ubungo 🙏🙏🙏🙏from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Nukuri maze kuyunviriza keshi sindayihaga kbx
Twari dukumbuye akaririmbo kanyu❤❤❤❤❤
Amen indirimbo nziza caaane❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uwiteka akomeze kukwishimira muribyose Sandrine mubyeyi mwiza 🙏🙏🙏❤️💖💖❤️
Nukuri turarushe😢😢😢 IMANA iturindire ubugingo
Kamikaz nukuri kwi Mana ndagukunda uwagushak yakubina ngute nukur nzaruhuka ariko nkubinye Kuko ndangukunda cyan nitwa cedrick ndi murwanda
Yesu ashimwe ndabagumbiriye mwizina rya yesu ndasaba mumpe Numero yanyu hariho umu mama abafitiye ubutumwa narabandikiye kuri fesi ntimwanyishuye kandi nubutumwa bwihuta tubayeturashima kunyishu yanyu
Kabisa abanyonyezi sabo kurongora igihugu nibamureke anye Mumatora hama abanyagihugu Abe aribo bacurubanza
Amen,amavuta menshi,hezagirwa cane
Amen niyizotum bikund ndavyizey caaaaan
Amina kamikazi ❤kwel ntaheza hisi😢
wondefull song with kibogoyenist people!!!!👍👍
Amen 🙏🙏🙏ntamunezero uhari kbs mwarahezagiwe🙏🙏🙏❤❤❤
Courage kamikazi indirimbo zaw ziranyubaka
Maman Kamikazi, Imana ituzigamire ubugingo rwose
Wawoooo👏👏Love You Mwiza❤
Indirimbo nziza cane mukomez guhezsgirwa ❤❤❤
Kabisa iko Sawa👍nakubali sana🇧🇮🇰🇪👍
Harimwo Diyode mwiyi ndirimbo ibusekera.Mayogoro😍
Nukuri turarushe Imana niyoyokutuzigamaayamarira nimenshi
Icongusabira iman izoguhe ijuru kuko uremesha imitima.yabeshi❤❤🎉🎉
Amen amen imana ibandanye itabara nukuri ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
🥰🥰niryamber mbay uwamber kundirimb zakamikaz🙏🙏Amen Amen 🙏🙏 nar nkukumbue Mana dutabar uturindir ubuging🤲🤲🙇🙇🙇ishari😭😭
Hezagirwa cane
Merci kwa kweli ❤gumamamwo
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 amane komera itugumirize ubugingo🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 ameneeeee
Imfuvyi zirarushe✍️ abapfakazi baratawe✍️Nabafise abavyeyi babayeho nkabatabafise😭😭😭😭😭😭😭
MANA tabara
Mana kamikazi yaririvye kera ubunaho ashizeko nakarangura uwutoraba iyindirimbo rwimwigishe yoba azokwigishwa nasatani jew nukuri nguma ndayisubiramwo umenga ntiyohera mukoziwima abantubeshi bararushe kwer mumitima yabo jew nkiyunva narize nubu kwihangana ntibikunda kubera ivyondikubona nivyonaciyemwo non uwuzotwomorora ibikomere twagize ninde mana tabara abaremerewe nkanjew utwibuke😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭💔💔💔💔💔💔💔💔
Imana ikugirire Ubuntu ukwomore igikomere mugenzi.
😭😭😭😭😭😭Kbsa ayiririmvye hagez imitima yacu yite kubugingo budaher🙇♀️
Abaririra UBUGINGO mukomerezaho kuko imisi nimibi.
Amen
Amen 😢😊
Amen 🙏
Amen. Ndatakamvye umpe numero zanyu watsap
Amen
Mana dutabare utubikire ubugingo🤲🤲🙏🙏😢😭😭😥😢😥😥
Amen,
Mana dutabare uturindire ubugingo🙏🙏
Twari tugukumbuye Kamikazi.
Yesu aguhe umugishaa..kandi agukomeze amaboko ukomeze ube umunyamumaro mugihe gisa nk'iki kigoye.
Ndagukunda !!.
Murakoze cane
Ubutumwa bwiza buteye amarira😢😢kwisi ntamunezerope😮Ariko icompa mama pasta Sandra mukazokora Collabo na Aline Gahongayire mukaturemesha ,impanuro murikumwe nukuri tworuhuka mumitima pe❤
Ndafashijwe cane😭😭mana tubikire ubugingo🇧🇮🇸🇦
Mana icyo nkusaba nubugingo budashira Murakoze cane kundirimbo nziza muduhaye mwarahezagiwe
Jew nzoguma ndayisubiramwo mpaka.sinzi ukwondayunva kwariko uyunva MANA DUTABARE UTUBIKIRE UBUGINGO AHAKWISI NTAMUNEZERO TUHABONERA TURARUSHE MANA TWIBUKE UDUTABARE UZOBUKOZE😭😭😭😭😭😭😭💔💔💘💘💘
Yesu abagirire neza.
Ntunsumvy jew 😭😭😭no mur galerie sinzir iri kuvug 🤲Imana idutabr nukuri 🤲
Very good God 🙏🙏🙏 blessing you to nice song
I'm from South Africa 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 I needed your like
Nkunda indirimbo zawe. Ndakwinginze ntuzajye utinda kuduha indirimbo shya. Ndagukunda❤❤❤
Kamikazi Imana yamahoro iguhaze uburame ndagukunda cyane
Hallelujah nkomez kurengerwa can Mamy😭😭😭❤❤❤
Undirimbiye ivyanje😭😭😭😭ariko Mana shishikara gukomeza umukobwa wawe kamikazi indirimbo zose uririmba ziza zikora kuvyanje
Imana ikugirire neza
Can ✍️
@@KAMIKAZISandrineAmen
Nukuri indirimbo zawe ziranyubaka ndagukunda Kami nukuri umunezero wiyisi nuwakanya gato ariko gikuru nukwihangana nokwizera so I love you so much ❤
Mbay, wamber, Amen, Amen, kamikazi❤😂😂🎉🎉
Ubarikiwe sana tunakupenda mungu akupe mwisho mzuri
Akagacerer ntikari kwijana 😂😂 merc pasta kamikazi ubikora neza ndagu❤❤❤❤
Mana tabara abana bawe.
Imana ihezagire Sandrine Kamikazi.
Warahezagiwe maman pasteur kamikazi indirimbo zawe ziratwubaka❤
Mukozi w'imana imana izobahemba kandi ibakomeze
Amen yesu abahezagire kamikazi Imana data akongerereze impano turabakunda❤️❤️❤️❤️❤️
Ndahezagiw caaaan🤲👐
Nankukumbuye cyane from Rwanda
Imana iguhezagire kami nkunda indirimbo zawe cane
Kamikazi wubahwe kl tugukurikirana turi muri Kenya🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Urankumbuj kugatumba #Uwiteka aguhe umugisha 🇰🇪🇰🇪🇧🇮🇧🇮💙💙🙌
Amen mana yesu we❤❤❤ mwinger inkomez 💅💅💅
Amen cane Yesakomeze kukwagurira ingabire yawe ndafashijwe cane❤❤😭😭😭😭😭😭
Ijoro ryiza mwese ncuti zanje 🙌muhezagirwe niy ndirimbo 👏
Amakuru yanyux ndab😢🎉🎉❤❤akumda nimukomerezaj
Amen Imana ikwonger ubumenyi kamikazi wacuu
Amen iyindirimbo irimwo amavuta meshi imana ibahezagire
Amen!ndahezagiwe
Wawo kami Ndagukunda indirimbo zawe
Aaamen!! indirimbo irimwo amavuta! imigisha myinshi kur kamikazi❤ iyi ndirimbo nza kumara imisi ndayivuza pe
Imana ikuzigame cane Pasteur Kami.tabara Mana uruvyaro rwacu.
Waoooh Ubugingo Ndakunze ino ndirimbo kbx courage Pasteur Kamikazi❤
Iyi ndirimbo niyumugisha. Irimwo ninyigisho nziza. Ese rero ingene inyibukije kumuhana!
Nuwakanya gato nukuri peeeee 😭❤️🙏
amena ❤❤ yesu agukomez warahezagiwe nimana❤
Imana idutabare Can🙇🏻♀️🙇🏻♀️
❤❤😂
Amen 🙏 mbifurije imigisha iva kuwiteka
Ndishimywe. Kubwizindiriimbo zoguhembura. Abagenzi
Nice song yesu akomeze agukoresha ugume uduha ibyiza Imana idutabare itubikire ubugingo
Muri Christo Yesu niho hari umuzezore iramba🎉🎉❤❤
❤❤❤❤
Amen imana ishimwe ndagukunda kamikazi imana igushyigikire
,lmana🎉❤😅
Amen Amen 🙏🏾 Imana idutabare itubikire ubugingo kbx 😭😭😭🙏🙏🙏🙏
Love you from rwanda 🇷🇼♥️♥️♥️♥️♥️😭😭😭🇷🇼♥️
Iman ikujimber kamika iyindirimb iranyuzuj ndayitanye nakandugumb karasesek wirambir ndakwikundir lov ❤❤❤❤❤❤❤❤
Kami kondangukundacane
Kamika imanigushyigikire
Good 👍
p😊ooo😅ol😅
PL
Pp
O
Love you so much,am a ugandan but in qatar
Love you Imana iguh umugisha ubandany gucabuguf nkuk usanzw ubikor
Amen amen
👠♥️👠♥️♥️👠kamikazi. Ndagukunda cyane
Ndabaramukije mugire umugisha
Iyindirimbo nishasha
ya GP Happy-Ric Family Senior
unve gato amajambo ayigize
abavyeyi beshi babaho bipfuza kuronka abana Imana ibabahaye barabahararuka bakabafata ibisazwe
Bashira akazi imbere bakibagira umugisha Imana yabahaye bashitse nomurugo bashikira Kuri terefone
abana babaragije abungere aribo bakozi
umwana aripfuza kuyaga nabavyeyi mugabo abavyeyi ntakanya bafise
Mana tubabarire umugisha waduhaye ntagaciro tuwuha
Mugenzi nawe woba uri mubatitaho abana?
Uja kukazi bakiryamye ukagaruka baryamye?
mbega ivyurondera uzobironka ryari
ko Bose bapfa babirondera ntawurashika kubimuhagije
dusha twokwihanura bigishoboka.
Murakoze MWe mugiye kwongera kuvugurura mukaba hafi yibibondo vyanyu Imana ikomeze kubibahezagirira Amen
th-cam.com/video/DF2vWpOWLCM/w-d-xo.html
Ndafise iciphuzo co kuyaga nawe sinzi ko noronka nimero
❤❤❤ nukuri nivyo nitubikre ubugingkuk kwiyisi nihatar
Mana we tabara kl turarushe umenga kamikazi yabonye ibikomere tugendana .turagukunda aha imuramvya
Ohoooo halelua mana ntabara umbikire ubugingo courage pasta kamikazi
Hezagirwa cane Sister
Yes !!! MUNGU atupe uhayi maana nyakati hizi ni mbaya.
Barikiw san na mungu
Turagukumbuye.nakumenye wadusuye kwishuri ahantunugaga muri secondaire .iburinga ho Mukarere ka Muhanga mumurenge wa Mushishiro. Ndagukundape
Indiri mbozaw ziraremesha ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Iyindirimbo iranvanyahantu inshizahandi Imani guhezagire 😭😭😭nukuri mwisi ntamunezo uhari nuwuwuronse uyumunsi ejo nukurira😭😭😭urampiherezo ryiza data🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️
Ntamunezero ,Muriyisi
Twamatuhabonera
HEEEEEEEEEEEEEEEE Mana dutabare utubikire ubugingo nukuri😭😭😭😭😭😭🤲🏿🤲🏿🙌
Mana tutabare utubikire ubugingo❤❤❤❤❤❤❤murakoze mungu Abajalie nema❤❤❤❤❤
Amen iman ikwongez imbarag ukomez ibikorw vyaw nez
Ngum ndayisubir nkumv amarira 😭🤲🤲🤲🤲🙇♀️🙇♀️🙇♀️
Warakoze mana kundindira ubugingo❤❤❤
Imana iguhe umugisha Kami ico tugusabir nuko Imana yoguha kuramba ❤❤❤ niherezo ryiza Much love to you sister ❤❤❤
Amena mukobwa w lmana kwl urumwe mubaririmvye ba Gosper
❤❤❤❤ mama paster Amen Amen Mana dutabare tubikire ubugingo aha mwisi ntamunezero
Amen Amen numva ndengewe icokwipfurije kamikazi uzugire iherezoryiz 😭😭iyindirimbo irandiza cne
Mama ❤urakoze kubwiyi ndirimbo nziza
Mama past duhe iyindi ndirimbo reka kutunyoteza mama turagukunda cane gusuvya ukwubizi mama l love you tou mom ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Olalala bazurabe iyo.
Mana dutabare utubikire ubugingo😭😭ubalikiwe Sana Maman😘
❤❤❤❤❤Twari twaragukumbuye .non utuzaniye bishadh❤hezagirwa cane
Haleluyh chimw mwam❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ibih vyos ❤❤❤
Amen amen 🙏🙏iman idutabare itubikire ubungo 🙏🙏🙏🙏from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Amen
Nukuri maze kuyunviriza keshi sindayihaga kbx
Twari dukumbuye akaririmbo kanyu❤❤❤❤❤
Amen indirimbo nziza caaane❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uwiteka akomeze kukwishimira muribyose Sandrine mubyeyi mwiza 🙏🙏🙏❤️💖💖❤️
Murakoze cane
Nukuri turarushe😢😢😢 IMANA iturindire ubugingo
Kamikaz nukuri kwi Mana ndagukunda uwagushak yakubina ngute nukur nzaruhuka ariko nkubinye Kuko ndangukunda cyan nitwa cedrick ndi murwanda
Yesu ashimwe ndabagumbiriye mwizina rya yesu ndasaba mumpe Numero yanyu hariho umu mama abafitiye ubutumwa narabandikiye kuri fesi ntimwanyishuye kandi nubutumwa bwihuta tubayeturashima kunyishu yanyu
Kabisa abanyonyezi sabo kurongora igihugu nibamureke anye Mumatora hama abanyagihugu Abe aribo bacurubanza
Amen,amavuta menshi,hezagirwa cane
Amen niyizotum bikund ndavyizey caaaaan
Amina kamikazi ❤kwel ntaheza hisi😢
wondefull song with kibogoyenist people
!!!!👍👍
Amen 🙏🙏🙏ntamunezero uhari kbs mwarahezagiwe🙏🙏🙏❤❤❤
Courage kamikazi indirimbo zaw ziranyubaka
Maman Kamikazi, Imana ituzigamire ubugingo rwose
Wawoooo👏👏
Love You Mwiza❤