POP THE BALOON OR FIND YOUR LOVE 🇧🇮||EDITION HOMME || GYNA TROUVE SON AMOUR 🧡

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 31 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 41

  • @IrashoboyeTresor1
    @IrashoboyeTresor1 3 หลายเดือนก่อน +1

    Bomboclaaaaat 😂😂😂

  • @MacaireHabonimana
    @MacaireHabonimana 3 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤ ndakunze ikoganiro kwr Chris ndakunze ukoyishuye ndabipfurije guterimbere murukundorwabo.

  • @Badman-4
    @Badman-4 3 หลายเดือนก่อน

    Um taximan😂😂😂😂

  • @eddylevisndayizeye6575
    @eddylevisndayizeye6575 3 หลายเดือนก่อน

    Congratulations to Chris et Gyna.
    Nibikino ariko mushaka mwobandanya.
    Chris yishuye neza rimwe gusa kuri jewe.
    Ikibazo ca nyuma. Nciye ndamushigikira.
    Muburundi sibose bokwishura uko.
    *Iy'ufata umuti neza* wa VIH SIDA, ntiwanduzaaaa

  • @vedaskid1158
    @vedaskid1158 3 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂
    #Second Boy✌👌

  • @IrashoboyeTresor1
    @IrashoboyeTresor1 3 หลายเดือนก่อน +1

    Chris nakubaliiiiiiiiii 🙌

  • @EnockNdayishimiye-hn6oh
    @EnockNdayishimiye-hn6oh 3 หลายเดือนก่อน +4

    Murabibisha ndake wp

  • @MugishaDidacienne-tb9ql
    @MugishaDidacienne-tb9ql 3 หลายเดือนก่อน +1

    Muzotwereke iy bizoherera😢

  • @Vampireimmolteur
    @Vampireimmolteur 3 หลายเดือนก่อน

    Wohavuye uhora ngo biri sérieux 😂😅

  • @irakozeedyne7275
    @irakozeedyne7275 3 หลายเดือนก่อน +3

    Uwo victory ubutah ntiyabony chr ra cg ndibeshy?

  • @andyclausnduwimana1945
    @andyclausnduwimana1945 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ati namaso yanj niyo umpoye 😂😂😂

  • @edgarthug6266
    @edgarthug6266 3 หลายเดือนก่อน +2

    Babikoz neuz✅

  • @Iyatwesecarla
    @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน

    Ng TH-cam ntiyogutunga gyna ntamakuru ufise uraz petit frère akwemeze 😂🤣

  • @Patbuja
    @Patbuja หลายเดือนก่อน

    Hello koshaka kuzamori show

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 3 หลายเดือนก่อน

    Baraberanye

  • @JessiePrincess-n5h
    @JessiePrincess-n5h 3 หลายเดือนก่อน +2

    Abarundi ukuntu muvuga French ndabikunda❤

  • @Iyatwesecarla
    @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน

    Ariko uyo mu taximan wamuhoy iki gyna 🤣😭

    • @userk23456
      @userk23456 3 หลายเดือนก่อน +1

      Sivyiza vraiment,umengo yasuguye akazi akora

    • @Iyatwesecarla
      @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน

      @@userk23456 kandi wasanga arinaw ar sérieux muribose

  • @Gabriella-i7e
    @Gabriella-i7e 3 หลายเดือนก่อน

    “ Ca veut dire que yuko” ?

  • @saramoni-c6w
    @saramoni-c6w 2 หลายเดือนก่อน

    Urantwengej kugipasura igiki

  • @Snt123pn
    @Snt123pn 3 หลายเดือนก่อน

    Sha iyo couples simbona akunda uwumuaumba uburebuke

  • @userk23456
    @userk23456 3 หลายเดือนก่อน

    Ariko bahungu turigira ibijuju,none umukobwa afise ingeso udashobora gusupporta vyaramunaniye kuziheba,ni gute mwobana ?? Uguma uhendahenda😂😂,
    Kuri jewe,nimba afise ingeso ntashobora gusupporta=gutandukana !!period!
    Gyna yabifatiye kbsa 😂😂

  • @abelniyomugavyi3634
    @abelniyomugavyi3634 3 หลายเดือนก่อน

    İyi Show nari ndayirindiriye Iburundi kwl😅gusa next time muzoyitegure bien

  • @salehalghedaid730
    @salehalghedaid730 3 หลายเดือนก่อน +1

    Gynella araz kubaz

  • @HacolIrakoze
    @HacolIrakoze 3 หลายเดือนก่อน

    Mwabikoze neza

  • @GèneclaverTina
    @GèneclaverTina 3 หลายเดือนก่อน

    Abahungu binzobe nanj sindabakunda ntibari sérieux

    • @irakozeedyne7275
      @irakozeedyne7275 3 หลายเดือนก่อน

      Ngew mbakund kurush abirabura

  • @Adrienravista
    @Adrienravista 3 หลายเดือนก่อน

    Twari tubikumbuye

  • @RamadhaniNdayizigiye
    @RamadhaniNdayizigiye 3 หลายเดือนก่อน

    Nibya kisazi

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo 3 หลายเดือนก่อน

    Why film late at night 🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️👎🏾 the lighting sucks

  • @igor_257
    @igor_257 3 หลายเดือนก่อน

    None ama shades yo mwijiro nayiki

  • @hakizimanaeric2077
    @hakizimanaeric2077 3 หลายเดือนก่อน

    Iteguye faux knd faux vrt Just Umukobw nubwo aza ereg ntibiba bivuzeko nabahungu bose bamwishimiye iyo umukobwa aje abatamushimye nabo baca ba pooping ballons zab ham ababona ko bohuza bakazigumana munyuma nawe mwabo bazisigaranye niwe aca acagura abazi pooping agakuramw uwuyisigarana ikindi, faut eviter ububazo bwuburofa Ark courrage ba mutegura nka Question 3 babazanya umwe 3 uwundi 3 Apana kumenga nugukora ikiganiro Big up by the way

  • @greezlyarobauz8359
    @greezlyarobauz8359 3 หลายเดือนก่อน

    Aba jobless 😂😂😂😂

  • @Snt123pn
    @Snt123pn 3 หลายเดือนก่อน

    Pls wongere chriz dis

  • @Snt123pn
    @Snt123pn 3 หลายเดือนก่อน

    Gyna nawe urakabije kubáza ayoyinziza kiri camera.

  • @NzeyimanaJJ-rx9mr
    @NzeyimanaJJ-rx9mr 3 หลายเดือนก่อน

    Really or lie ?

  • @IrakozeDudu
    @IrakozeDudu 3 หลายเดือนก่อน

    Sh ntimurameny kubitwgur nokubaz ntqvy muzii muzoreker aba nya rwandaa barabarenze....knd niyo mwarabiye....

    • @Iyatwesecarla
      @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน +1

      Pas du tout kuko mu Rwanda sih vyatanguy nabon bafis ah babirabiy kuko jew natanguy kubibon mur Cameroun 🇨🇲

    • @Iyatwesecarla
      @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน +2

      Kand babitanguy Kuva kera mais mu Rwanda bij ubu rero murek kuz murifata nkahumengo le monde tourne autour du Rwanda

  • @Iyatwesecarla
    @Iyatwesecarla 3 หลายเดือนก่อน

    Ng TH-cam ntiyogutunga gyna ntamakuru ufise uraz petit frère akwemeze 😂🤣