ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Kabisa ukuri kwuzuye cane
Komera nabazungu bavuka bavuga igifarasa nuwutize abavuga ikifarasa kuvuga bagize inama nuwutize arumva ivyo bavuga.Natwe ikirundi ndukwiye kugishimikako hamwe nuwutize agiye munama yabarundi yumva ibivurwamwo canke bamusomeye yumva yumva.
Bavyige neza, natwe babituzanire kugeza mu NAMANSHINGIRO.
Intwaro ngo bisunga imiryango,ngo gusa igisirikare(abasoda b'umwami)cari c'abashubi ninabo bagena umwami hamwe n'abajiji atwaye nabi bakamukura kungoma bakimika uwundi.Uwabivuze yavuze ukuri?