Tetero Laurette:Natembera mw'isoko nsaba..| Ba Natacha n'aba Reines ndabakunda...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2019
- More Burundi music at indundi.com
Indundi.com | Online | sports and entertainment Magazine
News : indundi.com/
TV : indundi.com/tv
Burundian New Videos 2019 - บันเทิง
@Tetero Laurette uri unique vraiment... j'aime beaucoup ta voix.. kandi tu es intelligente..
That's great Laurette, keep it up.May the Lord bless you
Umwanya azii kwishura aciye ubwenge félicitations vremant
I'm Trésor From Rwanda I like Tetero Laurette Vocal More , I'm in Love with Nyemerera Song, Keep it Up Pretty Girl.
ikiganiro ciza cane. TETERO yishura neza kandi birumvikana ko akunda abaririmvyi bacu. nabiyegereze hama asabe imbabazi abatakiriye neza ivyabaye. ibisigay naterimbere turamushigikiyeeeee burundi oyeeee
Alan the real nakubali 👍👌👌 wamubajije neuza
John Wine Asante sana musaza nubaha🙏🏾🙏🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾✨✨✨✨
Uzi kwishura mwana, courage nyishi maz
She's very fluent in French than in Kirundi.
Avuga yishim nkahumenga yaramaze kwamamara Umuntu yishim bitum adatera imbere
Birya uwokora amatohoza wasanga wagiye muri primusic azi kazoyitwara
Alan ikibi cawe ur imvugakuri😂😂😂
SirenVibes TV 😂😂😂😂CEO ikibi cawe ntuhisha😁😍💕💕💕💕
@@alanthereal1365 nakazi kawe kazima nguma ndakubwira😂😂😂
Hanyuma abantu banyu muze mubabwira bareke gucanga indimi bitaba ivyo ntimuzotahugwa na bose.batazi ikirundi ndashobora kubaha cours du soir
#indundiBwoy
Look at her now,she mixing with the president. What????
Mbega ko numva wivugira igifaransa cinshi, uzoshobora kuririmba mu kirundi conyene kidateye amazi?
Ndagutuye kumviriz indirimbo yiwe yikirundi irarenz Vrmnt
@@djpatruick Abana bo mu gisagara batangura kwiga igifaransa bagifise 3ans none ga yemwe wumva hatari ama vocabulaires amwe namwe yo mu kirundi abacanga🤷♀️
Kira noneho msg urayumva ivyo biramaze
Albert kuririmba murundi rurimi sibibi. Ahubwo iyomba nabwira Tetero akavyumva Nuko nomubwira kwazi kuririmba. Gusa ikintu yohindura Nuko yomenya gutandukanya ikiganiro co mu gifaransa n'ico mu Kirundi.
😆 😆 😆 😆
Honoré Irakiza merci 🙏
Merci à toi Tetero. S'il te plaît passe-moi ton émail ou que je te passe le mieux. Il y a klk conseils k j p t partager.
Nibitu mingi
Usigaye wishima sana inoti zituma umuntu ahinduka
Uyomwan vrt murek kub avug igi franc cish bivan nuk yakuz nah yakuriy j ndi Zambia harabant besh usang ataz ururimi narumwe ngwomur Zambia ugasang bivugir English gsa ivyorer ntimubimuhor
Vug'ikirundi uraga puu
Akenshi africans bavanga indimi zamahanga kugir berekane ko baciy ubwenge mu Budage utazi ikidage nturonk akazi mubinsanzwe niwo muco
Ariko ugabanye ubwishime sinon Imana izoguhana
Nsubiye kuronka interview yuwo Mukobwa atarasaba ikigongwe kuvyo yavuze nzoca ngira unsubscribe kuri chanel yanyu . kuko arishima. Twese indimi za over6 turazizi ariko sibose bazumva kndi sihose zikenewe. She is talented, she is beautiful, but she must change
Bukeye neza
Ahubwo urasaba no muri administration y'uburundi bakoreshe ikirundi🤷♀️
None guki utarasaba ngo documents zo muri banques zandikwe mu kirundi kandi zikoreshwa n'abarundi🤷♀️
Ndakwanga nawe nushake unyanye
Nishimwe Nephonie heureusement ko atanakuzi ifate ahubbaye reo
Courage TETERO turagukunda😘😘😘😘
Tetero est tres intelligente gusa abantu dukunda ibitandukanye tukavuga ugutandukanye abaririmba mu zindi ndimi donc ntibemerewe?🤔terero arashoboye tuvyemere Tureke kumucinyiza
Uzi kwishura mwana, courage nyishi maz
Urincabwenge Tetero,ntihagire ikigutera ubwo.
Urakajuju ntuzi Nico ukora
Xnxncnso Xncn bxnsls bury nimb ar akajuju naw uriko kk waj kukarab uz kwar akajuju
Go ahead tetero .urashoboye kandi uvugana umutima munda
Courage tetero
Courage Tetero!!
Intambamyi yama ari mbi. Ahubwo ingaruka niyo iba mbi canke ikaba nziza.
But big up sana mwakoze ITW nziza
Tetero nawe naterimbere NKUMUZINGA
REGIS BAYIHAYE Merci kukagohe😊
@@alanthereal1365 merci nawe
Totoz linajua kazi! Macho mlegezo figisu balaa!!!
Love from pZ
ProjectZ Brother Hood🙏🏾🙏🏾✨💯💕
😍😍😍😍😍
indundi TV💪💪
Kor kor Mlle numvis Ufis ak mélodie kez can.Shir ahabn Indirimb zidushkir nez
Nazaliwa kagunga mkwale duh!!!! Hiyo kitu naiijia
Alan The Real 🤝👌
Tuyizere Alain Blaise 🙏🏾✨✨✨
Alan The Really 😎
A Al 😁😁🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Gabanya ivyuvuga, nimba ushaka gutera imbere muvyumuziki
We wamuhaye ikiganiro urinkawe
We tetero zuraronder abantu nabakwambika wambare nkaba starikazi amahera urinayo
Uwomukobwa ndibaza sumurundi kwatakirundi aririmba canne ngwavuge ikirundi.
Wapi Tetero ubwishime buzotuma ataho ushika , utanguye kwiduza birenze
umaze kuvyimba hhh
Natoke😪😪.nameny kuririmba mukirundi
Vuga ikirundi
Albert Habonimana nawe ntkirundi wavuz
Ntibiguc intege ntushobora gukundwa na bose,uzokundwa nabogukunze,wumvirizwe nabokwumvirijw,uvuzwe nabokuvugij.courage
Uwomukobwa Alain ahindure ingendo kko arishima navug ikirundi kko nakigali ntahazi
Nawe uwoguha interview sinibaza ko wovuga ikirundi gusa. Si benshi bashobora kuvuga ikirundi gusa