ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
BIG UP SANA SAMUEL 🙏 HAMWE NIMANA MUSHIZE HAMW INGUVU NUMWUMVIKANO VYOS BIZOGENDA NEZA NDASHIMY DISCOUR YAW KBSA
Uvuga neza may God bless u❤
Imana ikuje imbere,Kandi bizogenda neza umurundi buzogera kure
Nukuri Imana ibashyigikire muhuze imbaraga mutere imbere kd bizakunda mwubake igihugu cyanyu.ndakwemeye muyobozi wa Diaspora
Niwirambire Nyakubabwa President wa Diaspora Burundaise.🔥🔥🔥🔥❤❤❤
Ndabona uburundi bushasha buriko buravuka da, Imana ishimwe cane rwose.
Urwaruka ndarufanna p urumva ukuntu apanga akarere komera sharwaruka❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
President twitoreye wijunja nijambo turinyuma yawe ❤
Kabisa !!!!
Abo baguma ba critiquant nimihimbiri hiyo ntanicobimariye namajambo gusa nukubihoza
Komera mon frère
Kandu kugira duterimber vuba bongeze umutekano kurwerwohejou ❤ikindi bongeze namasah 24l24❤❤ndabakunda turinyuma yanyu
Ngira ntiwashoboye kumenya abiyita abategets bo muri buno Burundi
Eka nabatware bo hejuru nibagabanye amajambo ahubwo bagwize i bikorwa
Muhanure Neva ahindure u Burundi buca buba neza
Saho nyene nuguponda gusa wababaza solution akuna
Ivyo muri vyose !!Aho muri hose !!!muzokwama muri abarundi .rero imana ibaje imbere ibarememwo agagitma KO gukunda iwanyu . diaspora big UP naje nimwaja murugamba rwiterambere murampamagara sinzobura ico mfasha nk'ulurundi akunda uburundi à jamais.mbuze kash nzozana ivyiyumviro.mbuze ivyiyumviro nzane inguvu ndi nazo .
Ukwo n'ukuri ibikogwa biravuga pe
So akwanka akuruga urubanza rwamunaniye.
Abarundi bamw bamw baraponda aho kwerekana ibikogwa
Komera cane
President nkurunziza yasize abivuze kwintumva zamaho
Shaaa tangure ikivi turinyuma yanyu kabisa ahubwo mwari mwaratevye. Hama abazobarwanya bazocika abansi b igihugu natwe tuzobafasha kubarwanya aho bazoturuka hose. Yaba harimwo abanri muna CNDD FDD canke muri Opposition bose tuzobarwanya kabisa kuko nimwashira ibikorwa imbere mukaba muzokorera ineza ya bose mutavangura natworeka kuzobashigikira. Muzokorere imigambwe yose .
Bandanya lmana ikuje imbere
MwirambirBatama
Uvuga neza cane uwukwanka akwandureko,ariko tubandanya tugusaba twebwe batoyi bawe utwibuke
Abo bakugwanya nizantumva
Simwe muzohindura ishusho yi Gihugu nabagitwara bagihindura
Ubwami butunze ubumwe burangira busambutse.
Mwiyumvira nokubarundi bato kubijanye nigitoro
Mwenigihugu bumunaniye nunvantuwundi yogihindura😅 canke mukatubwizukuriko dufise government tukakabimenyako dufise aba president ba2 .
Turabizi hari amaradiyo gushika ubu akivuga insaku kugira bananizeze Reta gushika kwihangiro bihaye mukucafuza igihugu cacu.
Uwokurwanya numwansi wigihugucacu ciza c'uburundi.
Maze nimwege igihugu nabanyagihugu bifuza
Uraraba ntuzomere nkuwahahora nawenyene yarafise imipango irashe ariko vyarayangaye
Kuvuga neza Uburundi bisigura iki? Nagirango ivyiza umuntu yavuga ukuri guhari.
Mugabo udufashe kabisa kuko umuziki wo kwihoteri yawe ya Nyabugete ibuza abantu gusinzira .
Dukeney abakoze nkuyu. Abahahoze sinarinzi ko banabaho.. .. Maze imyaka 11 mumahanga sinarinzi ko hari na diaspora ndundi mumahanga
dukeneye ibikorwa apana amajambo
Mubigaragara umengo dufise reta 2 iyagitega niyamerika.
Murayavuga muzopfana amacakubiri
Ntawundi nti pasifike urya aratumye uburundi budaterimbere
ivyuvuze sivyo kuko iyo umuntu akora cane ibikorwa vyiwe nivyo vyivugira kuko pacifique niwakora ntazoza kugufata amaboko atari bukugaburirire umuryango wawe nijambo ry,lmana rivuga ngo uwudakora ntakarye rero noguhanura gukora ivyawe ivya pacifq uvyihoze niwananigwa ntuze witwaze umuntu arinyuma yigihugu kuko uzoba ubaye umugabo gito
Ikoreresha mutama mutezimber igihugu cacu murekan nabamajambo dukundigihugu cacu tutagikunze ntawuzokidukundira

Mwirambir
Batama