Se wa Irankunda Nestory agiye gukunira Bayern Munich yipfuza ko umwana wiwe akinira Uburundi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 9 พ.ค. 2023
- #indundiSports:Kurikirana ikiganiro Indundi Tv yakoranye na Se wa Irankunda Nestory umwana avuka ku bavyeyi b’abarundi agiye gukinira umurwi wa Bayern Munich wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubudagi .
Menya amateka ya Se wiwe hamwe n’amateka ya Irakunda Nestory. - บันเทิง
Ndamwishimiye. NaGende yambare. Visit rwanda 🇷🇼❤️
Uyumutama yubawe cane yarakina cane mwikamba yi Nduta yari akomeye cane Ndifurije Amahirwe meza kumwana wiwe Irankunda
Ooooh uyo Mutama Aho yavuze hose ndahazi kuko niho navukiye za kabonga gisenga banda kagunga tz gihoro niwacu
Giga umutama wacu kabisa. Akomere cane.
❤❤❤❤karibu burundi❤❤
Ooh Giga.Umutama w'amateka muri football.
Naze kabisa aduze intamba murugamba🇧🇮🇧🇮
❤❤ nimunyarutse ahubwo aze mwaratevye
Nahoda wakwetu makamba wubahwe caane mugenzi best wishes
Ok sha mwenewa dufashe utugarurir uwo murundi wacu
GIGA yarateyubwoba, kibondo yose yarayitekenya kabisa. ndamwibuka cane akinana na ba cocha nabandi benshi kabisa. None raba yavyaye isase ribi caaaane
nubu baryen iraca bica bigacika big up sana
Giga ndutaaaa yarakomeye cane kweli ndamwibuka
Ndagukuze papa Nestor kwl andukinire vrm uburund
Nn Nestory ntibomutumako muntamba?
Bamuzan
Bongela sana Majina yangu , tupo yunakufuata 5/5
Barababeshe ntiyoza.Umupira wuburundi womushikanahe?.
Mzee kora umuti aze gukinira igihugu ciwe
Uyu ni umutama twemera cane muri Nduta Camp. He is a football lengend
Komera mutama.
Baba nestory fanya araka aje kijana wako ajiunge na jntamba
Mutima Constantin agikorereko
Bagire ningoga bamuzan
Akazi keza cane Bosingwa