Saido na Nyange Youssouf bagiye guhurira mu rukino rwo gufasha abahitanwe n'amazi y'ikiyaga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 มิ.ย. 2024
  • Saido ntibazonkiza Capitaine w'umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba arikumwe na Ndayishimiye Youssouf batagira Nyange bagiye guhurira mu kibuga mu rukino rwo gufasha abahitanwe n'amazi y'ikiyaga ca Tanganyika Ku kibuga Urunani mu ntara Ya Cibitoke kw'igenegerezo rya 23 Ruheshi igihe c'isaha Umunani z'umuhingamo, Umumenyereza azoba ariko aramenyereza Umugwi bise Team Nyange azoba ari Alain Olivier Niyungeko batazora Mutombola mu gihe Umugwi bise Team Saido azoba ari Sahabo Parris.
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 7

  • @BADILIJUSTUS-fs3oo
    @BADILIJUSTUS-fs3oo 3 วันที่ผ่านมา

    Love you saido I'm a Simba fan

  • @user-hd2tv1nd5e
    @user-hd2tv1nd5e 7 วันที่ผ่านมา +1

    Félicitation Saidi et Youssouf. Pour la bonne initiative d'aide les sinistre des inondations au Burundi merci

  • @ShadreckDreck
    @ShadreckDreck 4 วันที่ผ่านมา

    Saido na Yousufu Respect 🫡🫡

  • @user-gp2ue3hj8z
    @user-gp2ue3hj8z 7 วันที่ผ่านมา +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz

  • @user-hl3vk3tk9h
    @user-hl3vk3tk9h 7 วันที่ผ่านมา +1

    Hiyo tisheti ya saido nikiwa Niko Tanzania nitaipataj

  • @dullyjabri8393
    @dullyjabri8393 7 วันที่ผ่านมา

    The Godfather wa Bujumbura tunakukubali sana wana Simba

  • @TobiDaboJrAke
    @TobiDaboJrAke 6 วันที่ผ่านมา

    Yussuf wapige kiswahili sana ili waache kusema waswahili niwa congomani