ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Floris mon frère😢.. Imana ikomeze kubarinda ahuri hose
Mwaramutse na Mwiriwe Bakunzi bacu 😍 Uyu musi mu kiganiro cuyu musi turigira ku nkuru ya CIZA Viateur ukuntu Yakize urumogi rw’imyaka irenga cumi uyu musi akaba ariwe ariko arafasha abandi bishwe n’ama boost
Yaragize neza kubafasha guheba urumogi
Imana ni nziza, Imana igira neza. Imana ishigikire umuhamagaro wa mwene Data Viateur
Viateur niwe yamwa kandi yamwa neza ,yicisha bugufi cane ndamuzi ngira guhera muza 1998 gutyo. Uwo mutima Imana izowugukomereze.from 🇨🇦
Hosy Merci pr cette emission.Ariko nibarondere iyivyo biyayuramutwe biva ababidandaza bahanwe
Thank you Hosy and yr team❤️. Iyo centre tuyifashe twese ikora igikorwa ciza . Be blessed!
Viateur Imana igume iguhezagira caneeeeeeeee peeeee ije imbere igikorwa watanguye knd nabadutwara babijemwo kuko ico kigo cokiza aba jeunes benshi...Hosy merci beaucoup ❤❤❤❤❤❤
Viateur!! Ur'umukozi w'Imana pe! Uronswe uburyo bwosee ukeneye mugikogwa urimwo. Hezagigwa
That's my brother.... keep it up bro urakama ugirira neza abandi
Ooooh Imana ishimwe nukuri kubamaze gukira
Émission nziza cane.courage ma Hosy
I like Siren vibes tv
Amahoro mwese. Jewe ingorane mfise canke mbona,abana benshi batarerwa canke bonswe na ba mama wabo kandi vyitwa basumirwa neza canke arihirwa amashure azimvye ariko 70% abonako umuyaya canke umuboyi ariwe asumba abavyeyi biwe niryo hohoterwa abana bakorerwa Konsa ,koza,kuryamika umwana uri papa canke mama wiwe nibwo bwenge n'ubutunzi bwa mbere ku mwana kuruta ibindi umuha.
Imana Ikomeze imujimbere
😢😢😢
Viator 🎉🎉🎉
🔥💯💯❤❤
Vyoba vyiza ababijejwe bakababaza aho ivyo biyayura umutwe aho babigurira kugira abo bantu bafatwe kubera abo babinwa nibo bazi ababidandaza vyotinda bikagabanuka mugihe babafata bakafunga burundu
Floris mon frère😢.. Imana ikomeze kubarinda ahuri hose
Mwaramutse na Mwiriwe Bakunzi bacu 😍
Uyu musi mu kiganiro cuyu musi turigira ku nkuru ya CIZA Viateur ukuntu Yakize urumogi rw’imyaka irenga cumi uyu musi akaba ariwe ariko arafasha abandi bishwe n’ama boost
Yaragize neza kubafasha guheba urumogi
Imana ni nziza, Imana igira neza. Imana ishigikire umuhamagaro wa mwene Data Viateur
Viateur niwe yamwa kandi yamwa neza ,yicisha bugufi cane ndamuzi ngira guhera muza 1998 gutyo. Uwo mutima Imana izowugukomereze.from 🇨🇦
Hosy Merci pr cette emission.Ariko nibarondere iyivyo biyayuramutwe biva ababidandaza bahanwe
Thank you Hosy and yr team❤️. Iyo centre tuyifashe twese ikora igikorwa ciza . Be blessed!
Viateur Imana igume iguhezagira caneeeeeeeee peeeee ije imbere igikorwa watanguye knd nabadutwara babijemwo kuko ico kigo cokiza aba jeunes benshi...Hosy merci beaucoup ❤❤❤❤❤❤
Viateur!! Ur'umukozi w'Imana pe!
Uronswe uburyo bwosee ukeneye mugikogwa urimwo. Hezagigwa