THE BEN🇷🇼 Yugaye amabarabara y'I Bujumbura || AKATARABONEKA i Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 140

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 11 หลายเดือนก่อน +10

    Kabisa ndemeye kandi manitse amaboko hejuru abarundi mwubahwe kandi uburundi imana ikomeze kuburinda. Abarundi mwese muri imfura!

  • @assishouassiaty6942
    @assishouassiaty6942 11 หลายเดือนก่อน +10

    Nawe ahari arishimye kbsa abarundi muzokwamuko🇧🇮🇷🇼mwubahwe ❤❤

  • @Umugwanezatv
    @Umugwanezatv 11 หลายเดือนก่อน +9

    Abanyarwanda bamushigikiye kweli bamucyeje ❤

  • @ericndizeye9490
    @ericndizeye9490 11 หลายเดือนก่อน +7

    Ntagitaramo cyu muhanzi w'umurundi nzinjyera gusiba cyabereye iwacu murwanda

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 11 หลายเดือนก่อน +5

    Abarundi tugira urukundo rurenze kandi n'ibyo kwiratira❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @gashirabakejmv1854
    @gashirabakejmv1854 11 หลายเดือนก่อน +6

    Yego mutama ukomeze uduhe amakuru,From 🇷🇼 🇷🇼 ❤❤❤

  • @egidenkezabera4800
    @egidenkezabera4800 11 หลายเดือนก่อน +2

    The Beni hejuru cyane!!! Urakoze brother kuduha roadshow! knd abarundi turabakunda cyane! muri bene wacu forever!! NB: muradukosoye kwacyira bashyitsi muri abambere!

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 11 หลายเดือนก่อน +1

    Erega uwo afise amahera menshi yo kubajana abo bamuherekeza😂😂😂police nayo icunze umutekano wabantu bose si the ben gusa Burundi oyeeee💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰

  • @nshimiyimanadavide644
    @nshimiyimanadavide644 11 หลายเดือนก่อน +5

    Abarundi tubafite ❤❤❤❤ from Rwanda

  • @gashirabakejmv1854
    @gashirabakejmv1854 11 หลายเดือนก่อน +4

    We love ❤️ Burundi 🇧🇮 ❤️ Rwanda 🇷🇼 😍 ❤️

  • @sibomanapatrick2474
    @sibomanapatrick2474 11 หลายเดือนก่อน +1

    The ben❤ love from 🇷🇼

  • @gashirabakejmv1854
    @gashirabakejmv1854 11 หลายเดือนก่อน +11

    Rwanda 🇷🇼, abarundi muri beza mwakira abanyarwanda neza!!

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน

      Ntubeshe ark abanyarwanda ntibakira abarundi gutya

  • @samiyairakoze5958
    @samiyairakoze5958 11 หลายเดือนก่อน

    THe ban. Karibu iwacu muburundi❤ love you so much the ban from burundi and Saudi now

  • @olivierngabire1531
    @olivierngabire1531 11 หลายเดือนก่อน +5

    Ewana baradukosoye❤

  • @sibomanapatrick2474
    @sibomanapatrick2474 11 หลายเดือนก่อน +1

    The ben love from 🇷🇼❤

  • @Jajakanjaniri
    @Jajakanjaniri 11 หลายเดือนก่อน

    Burundi Kurukundo Mukomeze Ntimucike Intege❤❤❤❤🙏🏼🙏🏼😔😔🇧🇮🇧🇮

  • @sibomanapatrick2474
    @sibomanapatrick2474 11 หลายเดือนก่อน +1

    The ben is a king❤

  • @samsontugirimana3541
    @samsontugirimana3541 11 หลายเดือนก่อน +4

    Rwanda and burundi hejuru cyn

  • @ntarejohn1843
    @ntarejohn1843 11 หลายเดือนก่อน +4

    Thank you burundi for hosting the Ben ❤

  • @sandramugisha5401
    @sandramugisha5401 11 หลายเดือนก่อน +3

    The Ben si twatwana tube twemera 😂😂💪💪💪

  • @reverienfilskiruzi6504
    @reverienfilskiruzi6504 11 หลายเดือนก่อน

    love the angle of the story you choose

  • @shemabello965
    @shemabello965 11 หลายเดือนก่อน +1

    Hhhhhh bro cyakoze uransekeje NGO birangiye muzimiye bro that's why I m gonna give you my sub😂😂😂😂😂😂

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard8241 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nne Issac ushaka abaririmvyi bacu bamere nkaw, mbe wasanga yaramanutse kwawamutamu womukuzimu naho, wibagiy urupfu se wiw yapfuy akabura ubufasha kndi theben ahari.

  • @judithniyonzima1783
    @judithniyonzima1783 11 หลายเดือนก่อน

    The ban karibu iwacu burundi turabakunda muri benewacu ❤🇧🇮🇷🇼🇸🇦

  • @meddytylon
    @meddytylon 11 หลายเดือนก่อน

    Abagize umutekano wa Meddy cg The Ben

  • @Yemwe
    @Yemwe 11 หลายเดือนก่อน +1

    Dukunde ivy’iwacu🇧🇮❤️Kanura benewacu 🇧🇮🥰

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza 11 หลายเดือนก่อน

      Muratanguye,isi yarugurutse,nta muntu numwe adhobora kugara imbibe,kura aho xenophobia,Afrika turi bamwe,abazungu nibo baciye imipaka

  • @didacendikumugongo8947
    @didacendikumugongo8947 11 หลายเดือนก่อน +1

    The Ben is the best

  • @frankfranky9024
    @frankfranky9024 11 หลายเดือนก่อน

    😆 😅❤ love you from kigali

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 11 หลายเดือนก่อน +1

    Twayibonye se la😂😂😂😂😂😂😂😂ati meddy😂😂😂wewe nawe vyagucanze issac😂😂😂😂😂umuzungu nawe agira abizire😅😅😅😅😅uranyishe mukama😅😅😅

  • @alineshima7033
    @alineshima7033 11 หลายเดือนก่อน

    Birukana umukozi wimana bakakira bakakira de ben birababaje ntibashaka Imana

  • @nshimiyimanadavide644
    @nshimiyimanadavide644 11 หลายเดือนก่อน +2

    Irizina ryaramugoye the Ben numwami tumwita tayiga B

  • @uwasesolange5551
    @uwasesolange5551 11 หลายเดือนก่อน +1

    The ben we the best ❤❤❤❤

  • @GjdfbkGhkhv
    @GjdfbkGhkhv 11 หลายเดือนก่อน

    Abarundi muraho muradamyee Ninde murundi arakirwa gutyo murwanda.ndabahaye pole sana bavyita kwipendekeza😛😛😛

  • @user-kiruhurantegerejuweradeb
    @user-kiruhurantegerejuweradeb 11 หลายเดือนก่อน

    Ewana uwomwana mumwiteho bikwiye natwetumuhanze Amaso kumbuza nkoranyambaga theben

  • @AlineUwase-ox5xm
    @AlineUwase-ox5xm 11 หลายเดือนก่อน +2

    Assac ndagukunda ariko umeze nkuwagira ishari .

  • @samsonjoseph4260
    @samsonjoseph4260 11 หลายเดือนก่อน

    I Burundi ni heza 🇧🇮❤️❤️

  • @munaniranaman9374
    @munaniranaman9374 11 หลายเดือนก่อน

    Bamwita Tag B uyu niwe nyiri ubwami ubundi ntanumuntu numwe umurenze muri uru rwanda mubA Star

  • @user-ol8wt8vw6r
    @user-ol8wt8vw6r 11 หลายเดือนก่อน

    Kbs❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @jordynzoomsin2701
    @jordynzoomsin2701 11 หลายเดือนก่อน

    I miss my sweet home countries❤

  • @vovouwera3205
    @vovouwera3205 11 หลายเดือนก่อน +1

    Murakoze cane.❤❤❤❤

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 11 หลายเดือนก่อน +3

    😂😂😂😂turabibona rata Isaac wacu❤😂😂

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 11 หลายเดือนก่อน +1

    Bruce Melodie azongere kuvuga bya bigambo bye!

  • @Nkubito_Kitchen
    @Nkubito_Kitchen 11 หลายเดือนก่อน +2

    🇷🇼🇧🇮❤️🙏🙏

  • @TheGene0448
    @TheGene0448 11 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤ from Rwanda

  • @juniorkurko34
    @juniorkurko34 11 หลายเดือนก่อน

    Kiriku arabiciye biracika Kigali namw ntanavideo yukumu supportinga nimw mushirako hama ngo mushaka kuburundi butera imbere

  • @warrenmwanza3085
    @warrenmwanza3085 11 หลายเดือนก่อน

    The king 👑

  • @kwizerajaphet5244
    @kwizerajaphet5244 11 หลายเดือนก่อน

    The tiger

  • @Spark_G
    @Spark_G 11 หลายเดือนก่อน +1

    well shot

  • @celestinss4045
    @celestinss4045 11 หลายเดือนก่อน

    J sindabona abiburundi murwanda naho ukobakigwa

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 11 หลายเดือนก่อน +1

    Erega abarundi ntarukundo bafise
    Ahubwo nibarabe ukuntu abanyarwanda bashigikorana
    Hama.nibamuha amamiliyoni batangure kujwiragira nkimbeba

  • @filandoo2ogii880
    @filandoo2ogii880 11 หลายเดือนก่อน +1

    Burundi niheza kbsa nzahaza muri vacance kbsa bitumye mpakunda

  • @bigirimanacalliste8233
    @bigirimanacalliste8233 11 หลายเดือนก่อน +1

    WW uribono rwaba nabanyarwanda reka kwimaramaza 😢

  • @prudencehakizimana6562
    @prudencehakizimana6562 11 หลายเดือนก่อน +1

    Uko nukwimaramaza kubarundi mwebwe mugiye iwabo ntanumwe amen Yahoo mwanashitse muraberewe isoni

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka 11 หลายเดือนก่อน +4

      Oya reka urwango abarundi n'imfura kandi bazi kwakirana urugwiro! Icyo n'ikintu abarundi nari bakwiye kwigisha isi yose!

  • @amiraljosegka7263
    @amiraljosegka7263 11 หลายเดือนก่อน +1

    Petit frère Drezzy, Big up

  • @KamikaziAdeline-ns8ke
    @KamikaziAdeline-ns8ke 11 หลายเดือนก่อน

    Nivy vrm abaririvy babarundii bigee kwihagaciroo basohotsee ighuguu

  • @AlineUwase-ox5xm
    @AlineUwase-ox5xm 11 หลายเดือนก่อน +2

    Abanyarwanda nibakina

  • @GikundirooTv20000
    @GikundirooTv20000 11 หลายเดือนก่อน

    Burundi turabakumda

  • @bigirimanaseth311
    @bigirimanaseth311 11 หลายเดือนก่อน

    Nibibabere icirwa sinibaza ko hari umu star w,umurundi bokwakiruko murwanda

  • @NDAYISHIMIYEFABRICE-je1ts
    @NDAYISHIMIYEFABRICE-je1ts 11 หลายเดือนก่อน +2

    Reka ishyari ibikorwa birivugira

  • @Jamespcoml2yc
    @Jamespcoml2yc 11 หลายเดือนก่อน

    Konumba wayagaye cyane nibiki

  • @arnaudwizkad4825
    @arnaudwizkad4825 11 หลายเดือนก่อน

    Ibijuju vya mbere nimwembwe mujejwe kwamamaza ivyabo so ntamumenyesha makuru wurwanda yofata uwo mwanya wokwamamaza umurundi naho yoba yakoze ibitangaza Bingana gut ubujuju bwambere niwew wafash umwanya wokuvyamamaza

  • @user-bd6ku6je1f
    @user-bd6ku6je1f 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @miaoffici
    @miaoffici 11 หลายเดือนก่อน

    Tajegutanga akazi

  • @maishanichorlas9069
    @maishanichorlas9069 11 หลายเดือนก่อน

    Murisuzuguza kbs mukeneye namwe kwibinaho agaciro

  • @pontienmanirakiza1767
    @pontienmanirakiza1767 11 หลายเดือนก่อน

    iryo shari. ngo crotege Meddy?

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 11 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉🎉

  • @bonfilsuwimana8247
    @bonfilsuwimana8247 11 หลายเดือนก่อน

    Nimedy cank theben

  • @berthrandndayishimiye9236
    @berthrandndayishimiye9236 11 หลายเดือนก่อน

    Cool

  • @nzmecanico6503
    @nzmecanico6503 11 หลายเดือนก่อน

    Nukuri abaririmvyi biwacu bareke kwiteshagaciro

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 11 หลายเดือนก่อน +1

    Isaac arakuze inkuru ga mana. Yanje❤️❤️

  • @JustineNizigiyimanajustine
    @JustineNizigiyimanajustine 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ayomahera mwononye je ndayinzara😢

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 11 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂 mpor disi

    • @aimonslavolonte7660
      @aimonslavolonte7660 11 หลายเดือนก่อน

      Va travailler, prends une houe uje guca ingero. Ntamaboko ufise. AU Lieu y'ukugura connection lumitel gura agakwavu worore.

  • @IgiranezaBryan
    @IgiranezaBryan 11 หลายเดือนก่อน

    Babwire baba star bacu😂😂😂

  • @stevehabonimana9829
    @stevehabonimana9829 11 หลายเดือนก่อน +1

    Reka guteranya les choux et les carottes monsieur.
    Rwanda ifise aba manageur babashigikira nico gituma ubona ivyo vyose tandis que Burundi naba manageur cange (aba bashigikira) bafise. Ahubwo wewe werekanye ivyo tangura ube akarorero mubandi shigikira umu hanzi umwe mubarundi ko mbona ivyo werekanye ubishoboye.
    Kuvuga siko kuyamara. Tushaka « action taken «
    Twige Niko twokora natwe dutere intabwe.

  • @richardbrangis972
    @richardbrangis972 11 หลายเดือนก่อน

    Hivi iyo mujiye mu Rwanda bafata abaririmvi ba barundi uku nyene au ni zaidi ya hii

  • @VenusteNkunzumuremyi-du7nf
    @VenusteNkunzumuremyi-du7nf 11 หลายเดือนก่อน +1

    Kubra ubu beshi kuk aho haca imodok nyishi kand uzugerageza kuvuga make

  • @desireofficial2789
    @desireofficial2789 11 หลายเดือนก่อน

    Cakora Urumufana wa Meddy pe😅😅😂😂😂ariko Nta meddy nta Theben numw

  • @miaoffici
    @miaoffici 11 หลายเดือนก่อน

    Iyukora ivyunguka ucutanga inoti bikamenyekana

  • @khadijaty7148
    @khadijaty7148 11 หลายเดือนก่อน +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲💪💪💪

  • @AlineNdayishimiye-u9d
    @AlineNdayishimiye-u9d 11 หลายเดือนก่อน

    Nivyiza

  • @patrickmulambaissa466
    @patrickmulambaissa466 11 หลายเดือนก่อน

    Ko abaririvyi bacu tubaha agateka ushaka agiyehaze bakamuhe

  • @kaofficialmx8668
    @kaofficialmx8668 11 หลายเดือนก่อน

    Harimo akantu kihishemo (politic imbere)

  • @user-zm4wd7fm7w
    @user-zm4wd7fm7w 11 หลายเดือนก่อน +1

    None Isaac kumenga ufiti shari

  • @manofgod1321
    @manofgod1321 11 หลายเดือนก่อน

    Ya D BN apana medi

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 11 หลายเดือนก่อน

    Hari ivyo uvuga vyiza nibindi nibiki bitubaka

  • @kemosabe4996
    @kemosabe4996 11 หลายเดือนก่อน

    Wakigoryiwe se washakaga ko bigenda gute

  • @pikoprodafric
    @pikoprodafric 11 หลายเดือนก่อน +1

    money talks , ntakindi cigwa bohakura aba artists ataruko bagira cash bakariha ababaherekeza nababakira

  • @Sumaia-co2zc
    @Sumaia-co2zc 11 หลายเดือนก่อน

    Turabakunda mwabarundimwe

  • @Papa_media_tv-xw2bh
    @Papa_media_tv-xw2bh 11 หลายเดือนก่อน

    tiger

  • @PerpetueNicoyangeneye-en8hb
    @PerpetueNicoyangeneye-en8hb 11 หลายเดือนก่อน

    Iyomiduga siyiwe

  • @kingetienne11
    @kingetienne11 11 หลายเดือนก่อน

    Abarundi muracyafite urugendo rurerure theben arabahabuye😂😂😂😂😂

    • @ChachaChany
      @ChachaChany 11 หลายเดือนก่อน +1

      Mwebwe mwarangije urugendo muza mu Burundi gukora iki?

  • @mtotowainchi2023
    @mtotowainchi2023 11 หลายเดือนก่อน

    Uyo The Ben ninde ?... asumba Kudumu ?...

  • @nkerimanaremyheritier4688
    @nkerimanaremyheritier4688 11 หลายเดือนก่อน

    🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @dusabeclotilde7860
    @dusabeclotilde7860 11 หลายเดือนก่อน

    Kbsa

  • @christiankwizera9
    @christiankwizera9 11 หลายเดือนก่อน

    Isaac ufite ibikabyo kweri😅😅😅😅

  • @christiankwizera9
    @christiankwizera9 11 หลายเดือนก่อน +1

    mwabishyize kurindi rwego 😂😂😂😂 mwakabije

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 11 หลายเดือนก่อน

    Ngo ntuzi iyugiye ariko isaac😂😂😂

  • @rodriguerwaka987
    @rodriguerwaka987 11 หลายเดือนก่อน

    Ngo meddy hhh

  • @renovatmboni1926
    @renovatmboni1926 11 หลายเดือนก่อน

    ngaho mwagwariy rimw ntamuntu numwe akomey rimwo

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 11 หลายเดือนก่อน

    Bumenya kuri kukazi nawe wibereye mumajambo ate reka a ko uri umumenyesha makuru

  • @yuui1878
    @yuui1878 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽💃🏽