Mukiganiro

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 7

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Emwe, Ndenzako ndamwemeye. Un sacré GRIOT.🎉🎉🎉🎉.

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 12 นาทีที่ผ่านมา

    Ubutungane ntabwo 🤷‍♂️Sahabo canke abo baguye mabohero nubwo butungane??? Basha uburundi bugowe bukiriko kabisa 😊😊

  • @inababirigaga3645
    @inababirigaga3645 นาทีที่ผ่านมา

    Mugihe hagishirwa imbere ivyiyumviro vyo gukumira/guhonya ubwoko bw’abatutsi n’abahutu mudasangiye ivyiyumviro,
    Kwifatanya no gucumbikira interahamwe zakoze ihonyabwoko mu Rwanda, gushira imbere kwiba no kwica canke kunyuruza ndibaza ko ivyo vyimbono mwoba muravyibagira 🤷‍♂️

  • @leonidaskamwenubusa1745
    @leonidaskamwenubusa1745 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mwebwe mutamba indirimbo sibishegu ngo terinda abakeba bavyare imbonerakure nimwe mushaka guhindura abarundi murahera mumugambwe wanyu natwe tuzokurikira hama jewe simbona ivyo ariko aravuga

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    GUKUNDA IGIHUGU NTIBIBANA NA GATOYA NO GUKUNDA AMAHERA...

  • @ComeNDAYIZEYE-tc1np
    @ComeNDAYIZEYE-tc1np 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    GUKUNDA IGIHUGU NTIBIBANA NA GATOYA NO GUKUNDA AMAHERA...

  • @elieniyoyitungira8331
    @elieniyoyitungira8331 2 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Mahoro mugisha