ISENGESHO RIBOHORA by Chris NDIKUMANA BRUXELLES 2017

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ส.ค. 2024
  • KANGUKA BRUXELLES 2017

ความคิดเห็น • 219

  • @ingriduwamahoro8055
    @ingriduwamahoro8055 2 ปีที่แล้ว +7

    Merci infiniment Jésus ! Kugikorwa gikoretse mu buzima bw'umugenzi wanje...Ndumva intsinzi, nditeze kuba igishingantahe co gukira kwiwe, kubohoka kwiwe. Ndagushimiye cane ko wampagurikije nk'umwinginzi kubwiwe n'umuryango wiwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Mbega Ubuntu!!!

  • @MariyamMariyam101
    @MariyamMariyam101 หลายเดือนก่อน

    Ndakiriye igitangaza canje mwizina rya yesu nashimwe cyane uwo mwami yesu 🙏🙏🙏😢😢😢😢 Chris Imana iguhezagire cyane kudusengera utatuzi umugisha utangwa ni mana mushobora vyose uguhunde impande zose 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ingriduwamahoro8055
    @ingriduwamahoro8055 2 ปีที่แล้ว +5

    Mbega ubuntu Mwami! Ubuntu bwo kumva amajambo yawe mazima biciye mu gikoresho cawe🙏🏼🙏🏼🙏🏼
    Yesu!!! Urenze ivyo umuntu yibaza, urera, urakomeye, ugira neza, uratabara...Uri mwiza Mwami! Uri vyose kandi uruta vyose.
    Kukuvuga nibwo buzima, kandi kukumenya nibwo bwenge🙏🏼🙏🏼🙏🏼 NDAGUSHIMA k'umugambi mwiza cane ufiye ubuzima bwanje, kandi ndizeye neza kuzonkoresha ico wampamagariye muri ino si y'abazima🙏🏼🙏🏼🙏🏼

    • @jeanmariendihokubwayo6410
      @jeanmariendihokubwayo6410 2 ปีที่แล้ว

      Imana igukomeze mushiki wacu/tantine

    • @ggoman9781
      @ggoman9781 ปีที่แล้ว

      Imana ishimwe kubwigikorane.courage mukozi wimana.

  • @BenigneRivuzimana
    @BenigneRivuzimana 10 วันที่ผ่านมา

    Habwa icubahiro mana.ndagushima kubwa Chris waturonkej. Reka umukomez umuhe kuroranirwa muri vyose❤❤

  • @ClaudinBanari
    @ClaudinBanari 23 วันที่ผ่านมา

    Nanezerewe cane kwaya mansengesho imana inandanye kwubakomeza ahomurihose Allelluya Amen Amen ❤❤❤

  • @sandyniyo6609
    @sandyniyo6609 4 หลายเดือนก่อน

    Nabohotse murayamasengesho yakino gikorane in the name of Jesus 🙌🏽

  • @YvetteNizigiyimana
    @YvetteNizigiyimana 16 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Asante mungu ❤❤❤ kutubohoye mana ahuri kuntebe yicubahiro turagukengurukiye canee habwicubahiro kibirengeye

  • @user-ko4in4uy1u
    @user-ko4in4uy1u 6 หลายเดือนก่อน

    Nasema Aaaa sate Nasema Aaasate Nasema Aaaasate Eweee Munguwangu😢😢❤️❤️🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙌🙌🙌🙌🇸🇦🇧🇮

  • @BucuraBwaRusine
    @BucuraBwaRusine 29 วันที่ผ่านมา

    Nakiriye igitangaza mwizina rya yesu kristo Amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @CishahayoDiane-vx2ye
    @CishahayoDiane-vx2ye 23 วันที่ผ่านมา

    Alléluiaa, ndagushimiye vyimvamutima Yesu urakomeye urankijije mwivi

  • @YvetteNizigiyimana
    @YvetteNizigiyimana 16 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    Ndakiriye igitangaza mana ndagushimiye ❤❤❤❤❤ ukomeze Chris aritanga

  • @jesuschristroi9397
    @jesuschristroi9397 7 ปีที่แล้ว +2

    Mbega ukuntu byari byizaaaaaa hari imbaraga z'Imana peeeee 👏🙌🙌🙌❤💖Imana ikomeze iguhe umugisha mukozi w'Imana Chris Ndikumana kandi Ihore ikuzuriza amavuta ni Imbaraga mw'Izina rya Yesu Kristo w'Inazareti. Amennnnnnnnnn

  • @NadineIradukunda-n8n
    @NadineIradukunda-n8n 27 วันที่ผ่านมา

    Ndatsinzwe n'ijambo ryawe Mana.umukama abandanye agusiga amavuta mukozi w'Imana

  • @judithnzeyimana1793
    @judithnzeyimana1793 4 ปีที่แล้ว +1

    Ameeen ndashima Imana iyo ndendebukiwe nama nunviriza ubutumwa bwa Kanguka nca nsubizwamwo inkomezi🙏

  • @antoinettemukankubito417
    @antoinettemukankubito417 7 ปีที่แล้ว +5

    Ndiho akomeze aguhe umugisha aguhe ubwenge buva mw'ijuru akomeze kugusiga yagutoranije hageze Uwiteka ahabwe ishimwe n'Icyubahiro kubw'uriya munsi no ku bwawe mukozi w'Imana. Nagize umugisha wo kuhagera nahakuye byinshi ndashima Ndiho cyaaaane.

    • @bernardndiho5187
      @bernardndiho5187 6 ปีที่แล้ว

      Imana nihabwe icubahiro cayo. Ntigereranywa.

  • @arlettehakizimana3734
    @arlettehakizimana3734 5 ปีที่แล้ว

    AMEN,IMANA IGUHE UMUGISHA MWINSHI CHRIS NDIKUMANA NA BO MUKORANA CANE MUHEZAGIGWE CANE MUKOMEZE KUDUSENGERA NATWEBWE IMANA ITUGIRIRE NEZA CANE AMEN.

  • @zarapaige7017
    @zarapaige7017 4 ปีที่แล้ว +3

    Amen amen numvaga ububutumwa ryamye rwaye numva nacitse intege cyane none turagije isengesho mbaye muzima icyubahiro nicyawe mana ndiho ariho kandi azahoraho. Love you Jesus ,,,, 😭😭😭😭😭

  • @Possible204
    @Possible204 7 ปีที่แล้ว +4

    Uri Imana nya Mana, ibidashobokera abantu iwawe birashoboka. Imana iguhezagire caaaane, ikwame hapfi ibihe vyose man of God.

  • @dancilemariam828
    @dancilemariam828 6 ปีที่แล้ว +4

    Amen amen Imana ihabwe icyubahiro mwijuru no munsi inyigisho zawe mukozi wimana Chris ziratwubaka muhezagigwe cyane ndabakurikira burimunsi

  • @umuganwamfidela6265
    @umuganwamfidela6265 6 ปีที่แล้ว +1

    Yesu azali awa kweli Mungu aba barikiwe Papa!! Icyubahiro kibe icy' Imana 🙌🙌 thank you for obeying the call of God in your life!

  • @dorinenkurunziza1290
    @dorinenkurunziza1290 2 ปีที่แล้ว +2

    Turakiriye mwizina rya yes kristo yafuye akazuka ftusenga twizera Amen🙏🙏🙌🙌

  • @kaluuuu-inChrist
    @kaluuuu-inChrist 9 หลายเดือนก่อน

    Mwami yesu uri mwiza pe....ntagushindikanya nagato.

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 ปีที่แล้ว +1

    Hallelujah hallelujah nongeye kukwakira YESU nkumwami numukiza wanjye mubuzima bwanjye there’s power in the NAME of JESUS 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 ndagukunda YESU 💖❤️💗💝💕💓

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 ปีที่แล้ว

    Haleluya ! Iyi nyigisho irampezagiye rwose vyukuri ! Imana ukorera Yame Igwiza ubuntu bwayo muri wewe bwo kuduhezagira muvyeyi Amina

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 ปีที่แล้ว

    Mwami Yesu nanje ndakwakiriye kugirango ndakubwire ibindemereye ndi murufi kugirango ubinyakire nongere kuba icaremwe gisha .amen

  • @NsengiyunvaJouliene
    @NsengiyunvaJouliene 3 หลายเดือนก่อน +1

    Akiri shimwe nicubahiro mwam❤❤❤

  • @b-monde
    @b-monde 7 ปีที่แล้ว +4

    yewe nanjye ndi mu bahageze ntibashobora kwinjira aho i Bruxelles ngeraho ndataha ariko ndashima Imana ku bwinshi bw'abitabiriye iki gikorwa. Benshi muri ubu burayi bataye ukwemera birashimishije cyane kubona ko hari abatagira ingano bagifitiye Imana inyota. Mwaranakoze cyane kubishyira kuri youtube byihuse. Iyi nyigisho ni nziza cyane. Imana ikomeze ibahe umugisha

  • @kayitarejbaptisfe1701
    @kayitarejbaptisfe1701 10 วันที่ผ่านมา

    Habwa umugisha mwinshi mukozi w'Imana

  • @marlenekaneza7685
    @marlenekaneza7685 7 ปีที่แล้ว +4

    Nitureke batubeshere kuko badusunikira mu mugambi W Imana. Be blessed Mukozi wImana. Ndifuza Kuba mu mugambi wImana

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 ปีที่แล้ว

    Yes indeed there is power in the name of Jesus!!!!! power power power in the name of Jesus!!!! amen
    I received in the name of Jesus Christ.I received my deliverance in Jesus name.Amen

  • @dianeumutoni3140
    @dianeumutoni3140 6 ปีที่แล้ว +6

    Manawe Yesu aguhe umugisha mukozi wimana ndabohotse kubera ijambo rikurimo nukuri ndumva nari naraheze hanze yijambo ryimana ndumva ariyo nyitagira kumenya imana niberaga mukwidodomba nsenga manawe gusa Yesu azakugororera ahantu utumvanye🙏🙏

  • @hpmobile7874
    @hpmobile7874 9 หลายเดือนก่อน

    Imana ikongere inkomezi 🇭🇺🙌🙏🙏

  • @gaudenceuwambajimana4294
    @gaudenceuwambajimana4294 หลายเดือนก่อน

    Amen Ndashima Imana ko mbohotse

  • @nahimanacharlotte9162
    @nahimanacharlotte9162 7 ปีที่แล้ว +9

    Kukumva n'umugisha uturuste k'Uhoraho. Yesu akomeze kukugirira neza

  • @user-on7xv4wy4p
    @user-on7xv4wy4p ปีที่แล้ว

    Ndakiriy Aya majambo y'Imana.chris Imana iguhezagire kuko ufise Impano yo gutabara abantu b'Imana.

  • @nadineingabire5930
    @nadineingabire5930 ปีที่แล้ว

    Nyumvise imaze iminsi ariko nizeye igitangaza cyanjye kije murugo rwanjye
    Hallelujah Hallelujah Hallelujah
    Imana iguhezagire mukozi w'Imana

  • @mesange2212
    @mesange2212 7 ปีที่แล้ว

    Chris NDIKUMANA, uri umukozi w'Imana w'ukuri pe!! ✅✅ 👏👏
    Imana Ikomeze Igukoreshe mu kurokora abantu no kubwiriza ijambo ryayo kandi Ikomeze Igusige amavuta menshi cyaneee!
    Amen! Halleluia! 🙏

  • @user-gl2zu6gw6m
    @user-gl2zu6gw6m 9 หลายเดือนก่อน

    Ameni,,,ndafasinjwemukoziwima,,imana,,ibahezagire

  • @ntahorwamiyegaston4607
    @ntahorwamiyegaston4607 3 ปีที่แล้ว

    Ndiyo akuna Mungu kama wewe, Imana yarabikoze; kandi neza cane, CHRISTIAN allez de l'avant jusqu'à la fin des temps; uzogere no mw'ijuru you deserve it, kumenya Imana kwawe ni blessing for you et votre famille elargie toys entier; he vous en félicite.

  • @antoinettebazubagira7765
    @antoinettebazubagira7765 7 ปีที่แล้ว +4

    Yesu aguhe umugisha nkwifurije kuzaba muri cyagitaramo cyo mwijuru.ijambo ryi Imana rikurimo rikomeze ritwomore

  • @dorinenkurunziza1290
    @dorinenkurunziza1290 2 ปีที่แล้ว +2

    Naringwaye nciye nkira 🙏🙏

  • @assiyamwamikazi570
    @assiyamwamikazi570 4 ปีที่แล้ว

    Amena cane yesu ahimbazwe ibihe bidashira nashaka gushimira imana cane jewe narimboshwe muga nafashe akanya kogukurikira anomasengesho ninyigisho uko narimeze ubusikondi namvutse numva atahoro ngira mfise ubwobabwinshi cane ndananigwa nokubandanya akazi ncanumva mumutimako noja TH-cam nkafata kanguka ndongogwa kuvizira iyi isengeaho ribohora imana ishimwe numva nakize meze neza babonyeko ntogenda ntashimwiye amana

  • @fidelitemu4498
    @fidelitemu4498 4 ปีที่แล้ว +2

    Ni wowe Alpha na omega uti tanguriro ni herezo nuhabwe icubahiro Mana ukora imirimo itangaje waturize vyinshi

  • @gildashakizimana2560
    @gildashakizimana2560 7 ปีที่แล้ว

    Amen!Icubahiro nic'Imana kuko niyo idushobaza mw'ishirwa mu ngiro ry'umugambi wayo,Chris nukomere mugikorwa watoranirijwe!

  • @pmucpmuc5776
    @pmucpmuc5776 ปีที่แล้ว +3

    Merci seigneur je reçois ma délivrance au nom de Jésus 🙏 🙏

  • @francinebabazi7566
    @francinebabazi7566 3 ปีที่แล้ว

    Imanihabwicubahuro kuba ndose kanguka nezeranwe namwe mukoziwimaba namwe muhurikiye muri kanguka ndiho abane namwe asanteni ndiho tena tenA krisse uzugiri herezo yriza niyo nkwipfurije

  • @CishahayoDiane-vx2ye
    @CishahayoDiane-vx2ye 23 วันที่ผ่านมา

    Merci seigneur Jésus 🙌🙌

  • @eudoxiezang9477
    @eudoxiezang9477 2 ปีที่แล้ว

    Woow que la grâce de Dieu surabonde sur votre vie hoe de Dieu! Nous bénissons le Seigneur pour votre vie!

  • @AkoueteSantos-li4el
    @AkoueteSantos-li4el ปีที่แล้ว

    Dommage que je ne comprends pas.
    L'ambiance est fantastique
    IYO MANA NI
    NZIZA
    ❤❤❤

  • @claudinenezerwe689
    @claudinenezerwe689 6 ปีที่แล้ว +5

    Imana iguhumugisha mukozi w,Imana nukuri ndahezagiwe kandi ndatahuye vyinshi.Imana idushoboze tuzetumenya ukotuvuga nukotwifata imbere y,Uhoraho.

  • @InnocentNiragira-k1j
    @InnocentNiragira-k1j 23 วันที่ผ่านมา

    IMANA NINZIZA CANE GOSE❤🎉

  • @evelinemukarutese1046
    @evelinemukarutese1046 2 ปีที่แล้ว

    Amen Amen Amen 🙏 🙌 👏 murakoze imana ikomeze ibahezagire ibahe umungisha Kandi ibahe imbaraga ninkomezi kugira ngo mubwire amahanga amajambo yadiho

  • @kukuutadasa5935
    @kukuutadasa5935 4 ปีที่แล้ว +2

    Abotukirikunwe 2020

  • @GNey-wr9ro
    @GNey-wr9ro ปีที่แล้ว

    Ndakiriye gukira mwizina Rya yesu Christo .Amen Amen Amen.

  • @barak29an68
    @barak29an68 7 ปีที่แล้ว +5

    Amen amen Imana ikongerereze amavuta kandi izo kwame hafi mu bikogwa vya we vya misi yose.

  • @mukundwa8071
    @mukundwa8071 7 ปีที่แล้ว +4

    Amen IMANA ihabwe icyubahiro gikomeye

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 2 ปีที่แล้ว

    Tunahitaji Kiswahili mtumishi tafadhali unapohubiri Watoto wetu wawe wanapata ujumbe

  • @nizeyimanadeogratias5305
    @nizeyimanadeogratias5305 3 ปีที่แล้ว

    IMANA ishobora byose ihabwe icyubahiro

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial1051 3 ปีที่แล้ว

    Nanje ico kibazo uvuze ndinaco ahongeze hose ntezibibazo😭😭😭😭 ntamutima mubi nfise nkundabantu nkoraneza nkanabishimirwa ariko igikundiro cabantu ntacoo kandi mubuzima igikundiro cabantu ningenzi mubuzima mbwamisiyose harinuwombona yadutse akanshavurira akancako umunwa yawusongoye nkamuramutsa akank kunyishura mbese narabuze ivyarivyo munsengere kubasoma iyi message birantsitaza cane muzoba mukoze

  • @judithnzeyimana1793
    @judithnzeyimana1793 4 ปีที่แล้ว

    Uhoraho abahezagire Chris Ndikumana na Shima na Senga na Maman wabo ntibagiye Equipe Kanguka n'aba Partenaire ba Kanguka

  • @ndayininahazeanaclet6436
    @ndayininahazeanaclet6436 3 ปีที่แล้ว

    Hezagirwa mukozi w'IMANA 🙏🙏🙏

  • @huguetteniyonzima5278
    @huguetteniyonzima5278 7 ปีที่แล้ว

    amen ,amen Pastor...!ariko no mû Burundi turakeney igikorane ugirishije.Imana ibandanye ibana nawe.

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816 ปีที่แล้ว

    Amen Amen Kandi Yesu Ashimwe caaaaaane rwose!!!!!!!🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌❤️❤️❤️❤️

  • @tangishakathacien6329
    @tangishakathacien6329 3 ปีที่แล้ว

    Ndabaramukije nabasaba musengere umurwayi wacu yagiye mubitaro muyinga biranka hama ikarusi biranka none ningozi vyaranse none twagira umusengere murakoze

  • @loukoumarcellekoffi4339
    @loukoumarcellekoffi4339 ปีที่แล้ว +1

    Merci Seigneur.tu es vivant et puissant.

    • @myrianneekeugue1636
      @myrianneekeugue1636 ปีที่แล้ว

      Papa je ne peux pas compter tes bienfaits dans ma vie merci sgr

  • @kamwenubusasandrak5537
    @kamwenubusasandrak5537 6 ปีที่แล้ว +3

    chris iwiteka abane nawe NDIHO aguhezagire

  • @mugenianto4369
    @mugenianto4369 7 ปีที่แล้ว +2

    Mukozi w'Imana imana ikomeze igusijye amavuta

  • @suzanneassine2979
    @suzanneassine2979 ปีที่แล้ว

    Merci seigneur tout se que tu fait dans ma vie amen amen amen

  • @user-kh3tk5ip8s
    @user-kh3tk5ip8s 5 หลายเดือนก่อน

    Nyagasani ushyire mubo uri bukize unkure munda yurumfi

  • @beathamahatane2205
    @beathamahatane2205 ปีที่แล้ว

    Nakijijwe ndi Tanzania Dar es laam

  • @godelivehatugimana7225
    @godelivehatugimana7225 7 ปีที่แล้ว +5

    Gloire à Dieu.

    • @nibogorapeggy8099
      @nibogorapeggy8099 7 ปีที่แล้ว +1

      Godelive Hatugimana

    • @nibogorapeggy8099
      @nibogorapeggy8099 7 ปีที่แล้ว

      Blessings

    • @sandrauwayezu6831
      @sandrauwayezu6831 7 ปีที่แล้ว

      Chris ntacyo narenzaho kubyo niboneye n'amaso yange. Uwiteka ajye akugenda imbere ibihe byose . Uranezeza cyane

    • @ikireziangedivine8836
      @ikireziangedivine8836 6 ปีที่แล้ว

      Nkuki uba mu murimo w lmana nawe lmana ibe mubyawe byose mukozi w lmana. Stay blessed turagukunda cyane

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 3 ปีที่แล้ว

    Amen amen mwarahezagiwe cane n'Imana🙏🙏🙏

  • @ndamukundadenyse4257
    @ndamukundadenyse4257 3 ปีที่แล้ว

    Imana ikongerere imbaraga na amavuta imigisha yose Imana itanga ikugereho

  • @mpawenayochantalofficial1051
    @mpawenayochantalofficial1051 3 ปีที่แล้ว

    Ndafashijwe tugeze mumashimwe Yesu ni mwiza Yesu araryoshe

  • @AngeDorineInarukundo
    @AngeDorineInarukundo หลายเดือนก่อน

    Ndakiriy igitangaza canj

  • @habogorimanadenise2842
    @habogorimanadenise2842 7 ปีที่แล้ว

    IMANA ISHIMWE.Nkunda uguca bugufi AMANA yagushizemwo.umbera umugisha cannnneeeeeeeeeeeeeeeeee.

  • @nshimirimanaaline1768
    @nshimirimanaaline1768 ปีที่แล้ว +1

    Gloire à Dieu 🙌🙌🙌🙏

  • @medidathiva4261
    @medidathiva4261 3 ปีที่แล้ว +1

    Amen

  • @ninzizaqueendanielle9606
    @ninzizaqueendanielle9606 9 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen hallelujah 🙌 yesu

  • @user-kh3tk5ip8s
    @user-kh3tk5ip8s 5 หลายเดือนก่อน

    YEZU nanjye umbohore nibyange byose nabanjye bose

  • @girenkurunziza4650
    @girenkurunziza4650 5 ปีที่แล้ว +3

    Amen amen kanguka

  • @noellaniyonsaba6081
    @noellaniyonsaba6081 3 ปีที่แล้ว

    Mwarahezagiwe Imana ishishikar kubazigama 🙏🙏🙏

  • @evelyneboulou5447
    @evelyneboulou5447 2 ปีที่แล้ว +5

    Le Seigneur est merveilleux.

  • @odetteziraje427
    @odetteziraje427 6 ปีที่แล้ว +2

    Imana iguhezagire chris

  • @lagrangeukuri8401
    @lagrangeukuri8401 4 ปีที่แล้ว

    Ndahezagiwe kubutumwa nunvise, Ndashima Imana kumbw'urukundo rwayo

  • @louisianezozio6188
    @louisianezozio6188 ปีที่แล้ว

    Amen amen alléluia

  • @mareamalsaiad6727
    @mareamalsaiad6727 ปีที่แล้ว

    Amen Amen ndakiriye gukira mwizina ryasesu.

  • @gracenirera828
    @gracenirera828 ปีที่แล้ว

    Ameen shimwa Yesu 🥰🥰🙌🙌🙌🙌🙌

  • @flouw8733
    @flouw8733 7 ปีที่แล้ว +4

    Dieu vous bénisse tous!!

  • @sandrinegirukwishaka5243
    @sandrinegirukwishaka5243 ปีที่แล้ว

    Imana iguhe kuramba mukozi wi Mana waje hageze warakoze

  • @cecileliade6548
    @cecileliade6548 ปีที่แล้ว +1

    Gloire à dieu merci seigneur.

  • @MaimounaOuedraogo-oy2gy
    @MaimounaOuedraogo-oy2gy 6 หลายเดือนก่อน

    .
    Merci
    Mai

  • @user-kq1pz4hg4b
    @user-kq1pz4hg4b 7 หลายเดือนก่อน

    Amen amen 🙏🙏

  • @irumvaaliciamiliciaaliciam2749
    @irumvaaliciamiliciaaliciam2749 2 ปีที่แล้ว +2

    Gloire à Dieu

  • @jalanoman7750
    @jalanoman7750 ปีที่แล้ว

    Amen Amen

  • @olicendayihimbaze4074
    @olicendayihimbaze4074 2 หลายเดือนก่อน

    Amen 🙏🙏🙏

  • @kagendakaridoga9084
    @kagendakaridoga9084 ปีที่แล้ว

    Ameen

  • @user-od2xv8xr5r
    @user-od2xv8xr5r 6 หลายเดือนก่อน

    Amen 🙏 Amen 🙏 rundahwe

  • @ascoltd647
    @ascoltd647 6 ปีที่แล้ว

    Mana uyu mugabo namwumvaga ntamuzi nkumva biryoheye amatwi ariko Imana I muhezagire

  • @resamaria4617
    @resamaria4617 4 ปีที่แล้ว

    Asante yesu kwakazizako