🍄🥩 Kurima ibizinu no kuyanga inyama birabateje imbere...

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 พ.ย. 2023
  • 🥩 Bigirimana Égide wo mu ntara ya #Bubanza amaze igihe akora akazi k'ubuyangayanga arabayagira urugendo rwiwe mu kurondera #Fbu
    🍄 Nduwimana Silias wo muri iyo ntara nyene nawe yatanguye akorera uwurima ibizinu, araheza nawe abigira umwuga
    📽️ Tubakurikirane

ความคิดเห็น • 1

  • @nsavyimanaclovis-cv7in
    @nsavyimanaclovis-cv7in 8 หลายเดือนก่อน

    Ndakunda ibiganiro vyawe. Ariko tugusabe uzoze urabaza ibibazo tuvyumve. Niho vyoba vyiza. Kuko aho umenga ariko arivugana wenyene. 💏