TAKAMBIRA IMANA MUR'IVYO BIKUGOYE - Pasteur NDAYIRAGIJE Thadée

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • Ubutumwa Bwiza bwavugiwe mw'Ishengero rya Pentecôte ry'i Bujumbura - Nyakabiga
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 17

  • @dorineinamahoro4146
    @dorineinamahoro4146 หลายเดือนก่อน +2

    Ndafashijwe kndi ndatsinzwe mumutima cane Imana ibahezagire,

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen. Yesu Kristo ashishikare kukugirira neza.

  • @UrcilleIRANYONGEYE
    @UrcilleIRANYONGEYE หลายเดือนก่อน +1

    Amen ndafashijwe Imana ibampezagirire Pasteur👏

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @EmeryNdikuriyo-o8q
    @EmeryNdikuriyo-o8q หลายเดือนก่อน +1

    AMEN mukozi wImana.

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq หลายเดือนก่อน +2

    Imana Ishimwe cane

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @nyandwiemma5619
    @nyandwiemma5619 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen Amen

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @KabujiBrigitte-my1vc
    @KabujiBrigitte-my1vc หลายเดือนก่อน +1

    YESU aguhezagire mukozi wiwe.Mana mpa gutakamba nayo wew wama witeguy gutabara

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      🙏❤️

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj หลายเดือนก่อน +1

    Mbga yemw uyu mukozi w IMANA yazanywe na jewe avuye Canada ??ndatangay caaaane.numv mpumurijw caaaane knd mur aya masengesho ndafukamy ahondi knd ndavyakiriy vyose

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Yesu Kristo aguhe ico umutima wawe wipfuza.

    • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
      @HabicigombaEmelyne-vl2pj หลายเดือนก่อน

      @@meirratv aaaaaaameeeen