INKURU IVUGA YUKO INZAMBA IGOMBA KUVUGA - RONDERA UBUHUNGIRO/Ev. Herménégilde

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
  • Ubutumwa Bwiza bwavugiwe mw'Ishengero rya Pentekote ryo mu KAYOGORO
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 34

  • @slicom-cd9my
    @slicom-cd9my 3 หลายเดือนก่อน +2

    Amen! Yesu Kristo abahezagire cane ku butumwa bwiza mudushikiriza buri musi.

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @Innocent-b1c
    @Innocent-b1c 3 หลายเดือนก่อน +3

    Meirra tv ndabemera caaane!!!❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      🙏❤️

  • @habimanasamsonhabimanasams6170
    @habimanasamsonhabimanasams6170 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen x2

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏

  • @Grace400-w6s
    @Grace400-w6s 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen 🙏🏾

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💓

  • @AjeanNineh
    @AjeanNineh 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @AjeanNineh
    @AjeanNineh 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @erickwishaka7044
    @erickwishaka7044 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ndanezerewe gusubira kwumva mwalimu wanje wa kera. Imana imukomeze

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @ColettaKaseko
    @ColettaKaseko หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen🙏❤️

  • @hatungimanavianney
    @hatungimanavianney 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibahézagire turigufashwa

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Ishimwe

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @Lecombatdelafoi
    @Lecombatdelafoi 3 หลายเดือนก่อน +1

    𝙈𝙀𝙄𝙍𝙍𝘼 𝙏𝙑 ,lmana ibahe umugisha ndafashijwe cane(Sehemu ya makimbiliyo)

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen! Yesu abahezagire bene Data🙏❤️

  • @nininahazwe7
    @nininahazwe7 3 หลายเดือนก่อน +1

    Ubutumwa butomoye

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @Masekohope
    @Masekohope 3 หลายเดือนก่อน +1

    abanyabyaha bacyeneye ubutumwa bubatabara

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Egoo🙏❤️

  • @Masekohope
    @Masekohope 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega ubutumwa bwiza pentikoti ndayikunda nukuri mubandanye impembo muzoyironka mwijuri mwisi turabashitsi

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Yesu aguhezagire cane 🙏❤️

  • @JeremiahHatungimana
    @JeremiahHatungimana 3 หลายเดือนก่อน +2

    Mwarimuwaacu ndagukumbuye kabisa, mbese tuzasubirakubonana ryaari??

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      🙏❤️