Uyu mukobwa ni Intwari🥹/Intahe zibabaje z’abantu Ba Begea🥹/barampaye ubusa kubera vyananiye kuvuga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • #burundi

ความคิดเห็น • 24

  • @PierreclaverHakizimana-ji8ge
    @PierreclaverHakizimana-ji8ge 23 วันที่ผ่านมา +5

    Mpore mpore bagenzi simwe mwavyigize kandi soyez courageux nous sommes dérière vous nimukomere cane jewe mbona mushoboye pe. Papa Hosy Irakoze qui vous soutient tant

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre 23 วันที่ผ่านมา +4

    She’s very inspiring! Very strong young lady.

  • @jeaninentawiha
    @jeaninentawiha 19 วันที่ผ่านมา

    Courageux, Imana ibakomez imbere niheza, hama Queen ndamwizeye indoto ziwe zizoshika kure❤

  • @ViniciusJr12345
    @ViniciusJr12345 23 วันที่ผ่านมา +2

    I am very proud of you mugabo ndizeye k'imana izobakiza imbere yogukora umuti ukiza imana ibikoze mugabo muzokwunvirize kanguka Chris ndikumana mwizeye mworonka agakiza

  • @GuyJoelIrankunda-gb6yz
    @GuyJoelIrankunda-gb6yz 23 วันที่ผ่านมา +2

    😢😢 merci pour cette Video Imana nanje yarankijije cane koz nanje narabegeya birenze ariko ubu narakize cane n'Imana yabikoze mpore mpore kuri team yose

  • @kagaboetienne164
    @kagaboetienne164 22 วันที่ผ่านมา +1

    Ikiganiro Kiri 👌 byari bikwiye kuza biravugwa cane
    Hama abarundi duhindure gato imvugo ntibavuga
    Ikimuga bavuga umuntu agendana ubumuga
    Ntibavuga ikuragi bavuga umuntu agendana ubumuga bwo kutavuga
    Ntibavuga impumyi bavuga umuntu agendana ubumuga bwo kutabona 🙏🏾

  • @uwimanavanessa-jf1bl
    @uwimanavanessa-jf1bl 23 วันที่ผ่านมา +3

    Yoooh basha birababaza nukuri

  • @Being.Duchesse
    @Being.Duchesse 22 วันที่ผ่านมา +1

    iyi ni initiative nziza cane, felicitations mwese!

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 23 วันที่ผ่านมา +1

    Yoooh,mpol Bantu bacu murintwari muri vyose Imana ishishikare kubakomeza

  • @tumukundescheilla580
    @tumukundescheilla580 23 วันที่ผ่านมา +2

    Mana ndagushimiy ko petit frère wanj wabimukijij🙏

  • @bukeyenezakellyannyella1380
    @bukeyenezakellyannyella1380 23 วันที่ผ่านมา +1

    Courage Chers amis❤❤.....you're so powerful kandi Imana ibandanye ibashoboza.

  • @joanakagayo6250
    @joanakagayo6250 22 วันที่ผ่านมา

    Queen, you’re a Queen!

  • @ninettehabimana5417
    @ninettehabimana5417 23 วันที่ผ่านมา +1

    Igikorwa ciza Queen turinyuma yawe

  • @user-bl3tr1pv1y
    @user-bl3tr1pv1y 23 วันที่ผ่านมา +1

    Oh mpore bakunzi

  • @user-ic9wv3ud5r
    @user-ic9wv3ud5r 23 วันที่ผ่านมา

    Courage ma chère

  • @NzoyihayaSandrine-c2c
    @NzoyihayaSandrine-c2c 22 วันที่ผ่านมา

    Nimukomer ba vandimwe.hossy uzomp interview.nd um FN ww nahor m barabu.undmukiriz nikitha

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 23 วันที่ผ่านมา

    Ooooooh la la la pol iki kiganiro gitey ikigongwe

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 21 วันที่ผ่านมา

    Iyo nibuts ko turi abana twama turiko turacokoza mon frère qui bégaie 😢 j'ai honte. Heureusement que les parents étaient là pour l'encourager et le protéger . Maintenant c'est un mari et papa épanoui

  • @queenntamagiro3368
    @queenntamagiro3368 23 วันที่ผ่านมา

    Loveee❤️

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 23 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤❤❤

  • @user-ik9mr6vy1z
    @user-ik9mr6vy1z 23 วันที่ผ่านมา

    Yooooo😢😢

  • @nahishakiyesaid51
    @nahishakiyesaid51 23 วันที่ผ่านมา

    Gusa ntimushobora kuba aba pastors !!

    • @nsabimanasteve2790
      @nsabimanasteve2790 23 วันที่ผ่านมา

      Aho rero je nokumenyesha ko ico arico gikunda, je ndamaze gusigura kandi utabizi ko begeya ntavyo womenye. Imana niyo igwanira igikorwa cayo mon frère!!! TD Jakes uramuzi?