Ariko abantu bagiye babanze bakumva ikiganiro mbere yo gu comenta uyu mudamu nu munyarwanda yari yarashakanye nu murundi yatwara intara ya Karusi yari umututsi umugabo wiwe ya ba muri frodebu igihe dadaye yakorerwa coup d etat baciye bica umugabo wiwe na bana biwe bishwe na batutsi nyene niyo ntahe yariko aratanga
Abishe ndadaye barahemutse
Imana Ishoboravyose
Imana Izivyose
Imana Iberahosicyarimwe
Yarakoze kurinda uwo muvyeyi wari Umutambukanyi wa Mburamatare wa Karusi yaryamiye ukuboko kw'abagabo, kandi Imana ihezagire abamugiriye impuhwe bakamugirira neza muri ayo magume. Akomere agume ashimire Imana kuko izamunezeza kuko iramukunda. Ndashimiye niyi TV Channel yamuhaye akaryo ko gushinga intahe.
Salut
Que des larmes, brave femme! Courage, maman Alain. Un calvaire. Imana ni nkuru.-
U77
Mbenkawe uvuga ngo nibwakazi uriki lmbere y'lmana burya lmana irahari abantu mwese mwishe abantu mubahora icobari nimutihana urubanza rw'lmana rurabategerenje
Bemuvuga ivyiyo mu Rwanda muzi neza.
Wapi kbxa
None kuvuga ikinyarwanda kibisi?
Mpore nawe wararushe pe
@ none abahutu ntavyo mwakoze
😢😢😢😢 birababaje cane.
😢😢😢
Uyumugore yatanze iyi nkuru non Ninde ?
Iyinkuru ndunva Ariyo mugabo tumenye uwayitanze vyoba vyiza kuruta
Ariko abantu bagiye babanze bakumva ikiganiro mbere yo gu comenta uyu mudamu nu munyarwanda yari yarashakanye nu murundi yatwara intara ya Karusi yari umututsi umugabo wiwe ya ba muri frodebu igihe dadaye yakorerwa coup d etat baciye bica umugabo wiwe na bana biwe bishwe na batutsi nyene niyo ntahe yariko aratanga
Ba mureka kuvuga gutyo twe abavyeyi bacu bishwe nabatutsi?nta muhutu nta mututsi bose zarinyamaswa.rero turakwiye kuvavanura nubwoko kuko ntihica ubwoko bumwe gsa nimube mureka kuguma mudukomeretsa nabahutu barishe knd nabi
Kuvavanura n'ubwoko ntibivuze kutavuga ibintu uko vyari biri, kuko ni amateka y'igihugu. Ibintu n'ivyitwe uko vyari biri.
Mwibukeko abishe ndadaye basaneza nabisherwagasore ninkozizibibi zidashakubumwe zishaka kwica nokwikubira ubwicanyibwaye nyuma nabatutsi bagapha ntivyaribikwiye ariko nkabantu bishwe kenshi ntaubavugira ntaku ndi vyarikugenda utavyumva mvuga gutyo ndumututsi ariko abatutsi biburundi bahemukiye abahutu nkuko murwanda bahutu bahemukiyabatutsi tubabantu turekubwoko turwikibi
Turwanyikibi
Iyombwakazi icomumpa yombona
Sera chienne qui sera chien le dernier.-
Iraciyumvirakwica shirinkota mugwubati yesu akugirire neza
Abatutsi barakoreye ivyaha birengeje abahutu babahora ubwoko,ese ndadaye bamuhoye iki ?
Haaaaaa