ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze caaaane kuriyo nkuru mutugejejeko . Igisagara ca Bujumbura cari kituremereye kweri kugitungiramwo umuryango ! Ndaje nubake ngaho iwacu i Gitega ninahafi yo muhira ! Ndashimiye UMUKURU W'IGIHUGU cacu PETERO NKURUNZIZA kuriyo ngingo yafashe . FROM 🇺🇸
Gitega,turashima kuba yabaye umugwa mukuru wa poritike,kuko irimwo kahise k'uburundi gakomeye.
Burundi uri igihugu ciza Imana yahezagiye caane
Emwe nisaw kwl
Haracari urugendo rurerure, Hotel zo muri Capital🤔🤔
Aho ibintu ndumva ni sawa kubaka igihugu ni vyiza
Il EST bon mon pays burundi
Nukubwubaka kuko nubwacu , ramba sagamba burundi
gusa turateye isoni. nta migwa mikuru ngaho
Burundi yacu ingihugu camana nubuki sosegwa komera
Terimbere gihugu cacu
Nous validons
Vyiza kbs
✊🏾🇧🇮
😘
Umugwa mukuru wa Nyaburunga!😆😂😅. Murahenda abanyagitega nyene! Ewe jewe!
Guillaume Rusengo, we mjinga kabisa.
🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫🤫😡😡😡😡🐕🐕wew urumujer uzahungirahe non ikorer imisambi ukwirikir buyoya naniyombar🤫🤫🐕🐕😛😛😛😛😛😛😛😛🤔🤔
@@talalnasser6209 ego koyumva nabakurikire kuryintete.
@@talalnasser6209 niko bimeze Yesu akomeze ahumugisha igihugu cacu c'uburundi turabukunda cane shimira present nyakwigendera peter Nkurunziza kndi ndayishimiye Imana izagushoboze uzatugeze kure cane mumigenderani hagati y'urwanda n'uburundi gitega ramba from 🇬🇦