Moise Niyoyandemye yashikirije ikibazo ciwe Umukuru w'Igihugu c'ingene avuga ko yanyazwe amatunga
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024
- Mu kiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'Igihugu, Umugabo yitwa Moise Niyoyandemye yashikirije ikibazo ciwe c'ingene avuga ko yirukanwe mu matunga yiwe, akurwako abana, yongera anyarwa ivyiwe vyose. Aho hose yagiriza uwari Umushikirizamanza kizigenza wa Republika i #Gitega ko ariwe yamusinyishije.
🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 Idogozi
zikigihe.nibandayisakubiri
mutamakoricowemereye
abarundi.wirukanuburyarya
Imana iguhezagire prezida
Halleluuuuuyaaaa hezagirwa muvyeyi wacu
komera mutama wacu samuragwa vyose urabibona
Zuratwegera twararushe mutware nkumusi woshika mubutare bwomukayanza ikabarore naho vyoba vyiza kuko naho harabinyoma vyinshi
Imana ikutuzigamire nyenicubahiro!!
Ndabona Perezida atangiye kuba Sebarundi.
Bravo President
Sha jw narumiwe kuvyereke ubucamanza bwo Mu Burundi kwl
Bagutunganirize
Nyakubahwa zurabashengeza abo banya abandi
Well done, Mr president
Ok🇴🇲🇧🇮🙏
Nuko bigenda lorsque des hommes sont plus forts que les institutions. Igihugu gikeneye des institutions forts. Toutes ces doléances devraient se passer dans un cour de justice.
Magulization of Burundi ✊🏾🇧🇮
Niwe twari dukenye muburundi
Ibihangange birihejuru yamategeko birapfukamye igihugu munda. Nkuwitwa kazohera venerand atoteza abantu, abandi akabafunga abahoyubusa.
Qui vivra verra😖😖😖😖😖
Zuratwegera mutama baratunyoshe aha ntiwraba
Urabeneza abitwaza ijunja bafise mugufukama igihugu munda, business nibobaziha umurongo bipfuza mukunyegeza nokuduza ibiciro vyibidandazwa
Umutama arabamara ndahanwa ahomuguma mutubonera turinyuma mutama unviriza abantubawe tumbuwa baba
Ntibigume muma status ya phone yawe muri 2022 bishire mungiro fyonda hano th-cam.com/video/1fnCafZ27LU/w-d-xo.html
🤔🤔
No muri Commune Nyabihanga Pronvince Mwaro , turashaka Nyakubahwa President wacu azoze kuturenganura. Ba musitanteri ntaco bamariye abanyagihugu. Turabitura ariko ntibadukemurira ibibazo biba bitugoye.
uyu niwe muyobozi dusigaranye mukarere naho ba malehemu biwacu basize mask kwisi niyo iyoboye igihugu
Copier et coller du Rwanda
Et alors? Et si ca serait meme vrai il ya quoi?
T es vraiment a cote de la plaque comme si il ya quelqu un dans ce monde qui utilise des choses et styles tout nouveau 😷
🙄
🤬