ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Turaguye mubana burya bwose ni 1h irenga🙆🏾♂️🙆🏾♂️🙆🏾♂️
😂😂😂😂nta na kimw ntiturambirwa brother
. Wow sinarindabaz Rasko ariko nabakunz cane umu Rasta akijijwe big up bro kndi Gretta ari intelligent naramukunz
It’s hard watching this knowing y’all not together nomore. Gusa Love(marriage) and Entertainment rarely works. Who knows 🤷🏿♂️
Guys nice couple u should not divorce hope Insha'Allah to be back again.... Build ur life together Insha'Allah
Bariko baratanga akaroreo ka entreprenariat mu Burundi, no gukunda akazi #weareproudofyouguys Muteze uburundi na mpaka
La musique de fond yemwe!! (mugisha)
Rasko is a friend , just know him like that, i remember you guys back in the days, beautiful couple ever
Kaboss jew sinzi ico uzompemba ukuntu ndagukurikirana😃
😅😅😅😅😅😅 kaboss subirayo ubu urab aho wasiz impene ubu hari ikiziriko
kaboss naringukumbuy kuk ufis ibibaz vyiz kand bitahurits so big up
32:37 to 33:10 👌👌👌👌👌 and is the family ever seen wallay😇😇 but muratesa vrt.. Mungu mbele.. Iki kiganiro kiranryoheye vrt..💯💯💯💯
Iyi couple nibeho kabisa nabantu b'imitima mwiza❤💛💚
Kaboss courage vrt urashoboy saaaana wallah ubaza neza,viber nziza, Bro uzogra kure vrt ham Rasco ndakunda ukunt wimerey na voice yae niyaba Rasta nyene hhhh
Mbega couple ibereye bashaa ariko muranryohera sn wallah Basha mubimeny kl 💯💯💯💯❣️❣️❣️❣️🔥🤛🔥🇧🇮✅✅
Sinarambiwe no kuraba en plus ndagitelecharja
Peace blessings life👏 je suis flattée de voir un couple ifis joie de vivre nkiyo💟
Iyo couple ndayikunze bariryohera 🔥from USA
Huge respect to this couple
Ikiganiro kiraryosh ark kirarambira iyo mugicamwo ibice murek kuturambira . Sinon big up kabossi Merci
Great interview 👊🏾👨🏾✈️
Kaboss duhe contact za Gretta
🥰😍I really love this family ❤️tro migno📝#RaskoGretta💝
Musagaaaaa😍😍😍😍😍😍😍😍
😍ndavy film kukugen car kirekire nubw nagumy rwana kugra gihez car kiryosh
Umwana ngo yitwa Skala😂😂😂ariko Kaboss vrm urankuyeho
iyo couple iraryoshe cane gose madame yaratomboye cane gose nukuri kuronka uyo mugabo twarakuranye ndamuzi yarakundana cane pe .musaga yacu yubahwe
Merciiii
Rasko nako kantu ka #My Dear# karankuraho akavuzee😂😂😂😂😂😂
Wakumvise hahah
Iyi couple yarahise💚Imana Ikomeze kububakira
33:00 abigire nka Cadeau apana nka devoir 💯
Gretta arakunda ubuyi ariko we ntubukunda Rasko😄🤦♂️
Couple nkunda 😍😍😍❤ . Kabisa 👌🏿👏🏿👏🏿. Mwese Imana ibahezagire
Iki kiganiro ndakiravye ubunuene muga Gretta ntiyaranezerewe ndaba mumaso hiw,umenga yaracishamwo akanarira😢😢😢😊
Iyoo dukundanye ni Boo ....iyo twankanye ni Raskoo Raskooo😆😂😂😂😂😂
My favorite couple 🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabipfurije kurambana, kais azobabone mukwije imyaka mile ba milele murikumwe. Nta mariage itagira ibibazo ariko muzohagarare mubitaindire hamwe Be blessed my couple❤
Wibaze ko bavanye
Best couple ever
On vous aimes trooo watching from Canada ❤️
Halaa 5 bro iyo intro ywe niwey tuu
@kaboss rero ikirundi yaribagiye ntiyoshobora kuvuga adashizemwo icongereza
Jah Bless... Positive mind.
Ikiganiro kiryoshe vrt ntegerezwa kukimara
Love from BE CHAP TV
Big up Rasko & Gretta ❤️🥰
That was dope .Rasta for real. Amen
Mwari muryoshe kwumva
Brilliant show 👏👌
Narinkirindiy kwer
Iki kiganiro biraboneka ko Gretta atari muri mood kabisa,
Mu rugo ibintu ntivyama vyoroshe
Ndabakunze👌
Waouh j'aime! Ndabafana...
Couple nziza caane top👌👌👌
I really love this couple. Kaboss, May God keep blessing your works. Hangout ikiganiro nkunda sana. Big up bro
Murakoze caanee 🙏🏾
Kubwanje vyoba vyiza iyo mwakoz ikiganiro nkiki ciza mugiciyemwo udupande tutarenza nka 15min vyoryoha cane namwe mukahungukiraIbiganiro bimara umwanya munini birarambirana goseeee
Ico kiganiro ni frsh.
Kaboss wetu ,, t'as assuré👌💥 Rasko et Greta ❤❤
Merci 🤩💯🔥
iy emission niyo🥰
Good vibes
Lov u kaboss ubikor neza❤️🇧🇮🇧🇮
Murakoze caanee ❤️
Vous êtes mimi😍😍😍
👏👏big up
Number one
Kaboss ndangufana 🔥🔥🔥🔥
Murakoze caanee 🙏🏾🙏🏾komeza munshigikir
Kaboss uyumusi yari hng in wallh yallh mie nashkuru tu uyu Rasko wacu sasa hhhhha
Ico gi typ ukuntu Kiri serious ni bon Kandi gifise ivyizigiro ko ibintu bizogenda neza akiriho cank kuyindi generation. Ariko murashoboye man j namye ndaba concert ya Dudu nabo barikumwe mwateguye nukuri vyasa neza cane malgre ko vyaberey hanze.
Merci sana kabisa next time tuzokorera munzu
Family nziza cane
Mwubahwe
Raskoo numusaziiii😂🤣🤣😂 buma love love bwa 200🤣
Fureshii sanaa
🤣🤣🤣🤣 urugo turagira inzoga shaaann 😩🙌🏽
Keep it up kaboss , good hangout 🤘
Thanks a lot
Very nice
Nisawa bandanya utuzanira abandi batesa. Mbaye wa70
i like it
Merci infiniment pour l'émission👏.
BIG UP bruh #HANGOUT utuzanira n bien xnaa arik ntakunt wotugirira HANGOUT murikumw na JOHNELARTS⚡⚡⚡⚡
Murakoze 🔥 nawe tuzomuzana 💯
and now they are divorced...sad
Muranryohera ariko basha
Beautiful fam💓
Lovely 👌👌
uyi couple vrt niyi ki Rasta nka rasko mutere muja imbere
Kboss wubahwe
🤩🤩
😍😍😍
one love ❤️ rastafaria
Good family 🥰🥰👌😍
Nic vrt
Ababantu bapfuye iki ko Bari bamerewe neza baberanye c triste
Interview y'ikirundi kubwanje mbona uwayikoresheje yokwigora akavuga ikirundi
Shetani ni mubi vyari bihimbaye caane iyo mugumuko
❤❤❤
Couple iryoshe
👌👌👌
Icokigabo umengo sikirundi vrt ntibaribakwirany vrt
💖💖💖
why?
💝
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Nice couple
Raskooo🔥🔥🤣
Ka boss ucubona ko gretta atararyohewe mu rugo(divorce)
L 'apparence est trompeuse vrt🤔😌😰
Nciy nza ngah kurab umugab wiw bazosubirane bash barer umwan wabo ndasavy
Moi aussi naciy Ngira urusakuu😊😌
Baravanye none?
Blessed•Familly❤😍
💥🇧🇮🇨🇦
Turaguye mubana burya bwose ni 1h irenga🙆🏾♂️🙆🏾♂️🙆🏾♂️
😂😂😂😂nta na kimw ntiturambirwa brother
. Wow sinarindabaz Rasko ariko nabakunz cane umu Rasta akijijwe big up bro kndi Gretta ari intelligent naramukunz
It’s hard watching this knowing y’all not together nomore. Gusa Love(marriage) and Entertainment rarely works. Who knows 🤷🏿♂️
Guys nice couple u should not divorce hope Insha'Allah to be back again.... Build ur life together Insha'Allah
Bariko baratanga akaroreo ka entreprenariat mu Burundi, no gukunda akazi #weareproudofyouguys Muteze uburundi na mpaka
La musique de fond yemwe!! (mugisha)
Rasko is a friend , just know him like that, i remember you guys back in the days, beautiful couple ever
Kaboss jew sinzi ico uzompemba ukuntu ndagukurikirana😃
😅😅😅😅😅😅 kaboss subirayo ubu urab aho wasiz impene ubu hari ikiziriko
kaboss naringukumbuy kuk ufis ibibaz vyiz kand bitahurits so big up
32:37 to 33:10 👌👌👌👌👌 and is the family ever seen wallay😇😇 but muratesa vrt.. Mungu mbele.. Iki kiganiro kiranryoheye vrt..💯💯💯💯
Iyi couple nibeho kabisa nabantu b'imitima mwiza❤💛💚
Kaboss courage vrt urashoboy saaaana wallah ubaza neza,viber nziza, Bro uzogra kure vrt ham Rasco ndakunda ukunt wimerey na voice yae niyaba Rasta nyene hhhh
Mbega couple ibereye bashaa ariko muranryohera sn wallah Basha mubimeny kl 💯💯💯💯❣️❣️❣️❣️🔥🤛🔥🇧🇮✅✅
Sinarambiwe no kuraba en plus ndagitelecharja
Peace blessings life👏 je suis flattée de voir un couple ifis joie de vivre nkiyo💟
Iyo couple ndayikunze bariryohera 🔥from USA
Huge respect to this couple
Ikiganiro kiraryosh ark kirarambira iyo mugicamwo ibice murek kuturambira . Sinon big up kabossi Merci
Great interview 👊🏾👨🏾✈️
Kaboss duhe contact za Gretta
🥰😍I really love this family ❤️tro migno📝#RaskoGretta💝
Musagaaaaa😍😍😍😍😍😍😍😍
😍ndavy film kukugen car kirekire nubw nagumy rwana kugra gihez car kiryosh
Umwana ngo yitwa Skala😂😂😂ariko Kaboss vrm urankuyeho
iyo couple iraryoshe cane gose
madame yaratomboye cane gose nukuri kuronka uyo mugabo twarakuranye ndamuzi yarakundana cane pe .musaga yacu yubahwe
Merciiii
Rasko nako kantu ka #My Dear# karankuraho akavuzee😂😂😂😂😂😂
Wakumvise hahah
Iyi couple yarahise💚Imana Ikomeze kububakira
33:00 abigire nka Cadeau apana nka devoir 💯
Gretta arakunda ubuyi ariko we ntubukunda Rasko😄🤦♂️
Couple nkunda 😍😍😍❤ . Kabisa 👌🏿👏🏿👏🏿. Mwese Imana ibahezagire
Iki kiganiro ndakiravye ubunuene muga Gretta ntiyaranezerewe ndaba mumaso hiw,umenga yaracishamwo akanarira😢😢😢😊
Iyoo dukundanye ni Boo ....iyo twankanye ni Raskoo Raskooo😆😂😂😂😂😂
My favorite couple 🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabipfurije kurambana, kais azobabone mukwije imyaka mile ba milele murikumwe. Nta mariage itagira ibibazo ariko muzohagarare mubitaindire hamwe
Be blessed my couple❤
Wibaze ko bavanye
Best couple ever
On vous aimes trooo watching from Canada ❤️
Halaa 5 bro iyo intro ywe niwey tuu
@kaboss rero ikirundi yaribagiye ntiyoshobora kuvuga adashizemwo icongereza
Jah Bless... Positive mind.
Ikiganiro kiryoshe vrt ntegerezwa kukimara
Love from BE CHAP TV
Big up Rasko & Gretta ❤️🥰
That was dope .Rasta for real. Amen
Mwari muryoshe kwumva
Brilliant show 👏👌
Narinkirindiy kwer
Iki kiganiro biraboneka ko Gretta atari muri mood kabisa,
Mu rugo ibintu ntivyama vyoroshe
Ndabakunze👌
Waouh j'aime! Ndabafana...
Couple nziza caane top👌👌👌
I really love this couple. Kaboss, May God keep blessing your works. Hangout ikiganiro nkunda sana. Big up bro
Murakoze caanee 🙏🏾
Kubwanje vyoba vyiza iyo mwakoz ikiganiro nkiki ciza mugiciyemwo udupande tutarenza nka 15min vyoryoha cane namwe mukahungukira
Ibiganiro bimara umwanya munini birarambirana goseeee