CVR yashize ahabona urutonde rw’abantu 900 bishwe mu gisagara ca Bujumbura mu 1972

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ก.ย. 2024
  • Amb. Pierre Claver Ndayicariye arongoye umurwi CVR yashize ahabona urutonde rw’abantu 900 bishwe mu Gisagara ca Bujumbura mu 1972

ความคิดเห็น • 4

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 3 ปีที่แล้ว +1

    None se Gasto umwe yahora aricegers ca Nkurunziza ubu naho atubwira iki? Ko yahora avuga ko umugambwe uprona nu muhari wawo JRL (jereli) ko batigeze bivanga mubwicanyi beo 1972 nahagarare kumaguru abiri atubwire adusobanurire abishe abo bantu iyobaje bava. Ko tumva bavuga ko ba murere bateye baturutse Nyanza lake nibo bashwste igihugu cosi baja kwica abahutu benewabo?????

  • @nduwimanaegide7511
    @nduwimanaegide7511 3 ปีที่แล้ว

    Nimukomere kumuheto mukomeze mudushakire ukuri jyewe nfi inyaka 31 nkeneye kumenya ukuri nabari bayoboye muri icyo gihe ubungubu ntuye murwnda

  • @julius875
    @julius875 3 ปีที่แล้ว

    Murazi gutakaza umwanya mubitagira umutwe namaguru mbe 2010 na2015 ntavyabaye?ntabapfuye? Ubujujugus nivyomuzi

  • @vugasportsvivo2766
    @vugasportsvivo2766 3 ปีที่แล้ว

    Bakunzi bindundi TV🙏🙏