INTAMBA MU RUGAMBA : Abakinyi bakoze imyimenyerezo ya mbere / Bariko baramutsa abakunzi i Ngozi.
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 28 พ.ค. 2024
- 🔴🎥 Umugwi nserukiragihugu w'Uburundi wakoze imyimenyerezo ya mbere yo kwitegurira inkino 2 bagiye gukina na #Kenya 🇰🇪hamwe na #Seychelles 🇸🇨 mu nkino zo kurondera itike z'igikombe c'isi ca 2026.
Intamba mu Rugamba 🇧🇮 zikaba ziri mu mwiherero mu ntara ya Ngozi, niho bariko baritegurira izo nkino. Aha muri aya masanamu bariko baramukanya n'abakunzi b'intamba inyuma y'imyimeneyerezo.
#burundi #intamba #mondial2026
Twanejwerejwenungemwitweueunomusi