Burundi : Barakamfitiye - Gahugu kanje keza nakunze

แชร์
ฝัง

ความคิดเห็น • 88

  • @wakkilaarebari1153
    @wakkilaarebari1153 2 หลายเดือนก่อน +4

    Je suis guinéen, je vis avec des burundais . Vraiment cette chanson m'amène loin. Vive l'Afrique

  • @niyakhalid5650
    @niyakhalid5650 3 ปีที่แล้ว +18

    Ninde akibuka 5h du matin???? Ampe like

  • @leilaprinciaishimwe191
    @leilaprinciaishimwe191 8 หลายเดือนก่อน +8

    This song test the level of everyone's nationalism, I miss my country so much😭😭😭 i am studying and i will serve you🇧🇮 patriotism in my heart, forever for good and more

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 2 ปีที่แล้ว +14

    Gahugukanje keza nakunze kama kumutima♥️🙏🙏. Inyuma yimyaka 27 Gihugu canje narakubonye uko usa nuko uteye igomwe. Nari nagiye mfise imyaka 7 none nagarutse kukuraba mfise imyaka 34. Sinzibagira itariki 02/01/2022 aho nahonyora kukibuga cindege citiriwe MELCHIOR NDADAYE , ibujumbura . Nubu ndacumva umunezero ariwose . Gusa sinovuga ngompeze Ahubwo imana ikomeze kurinda uburundi na barundi . Ndagukunda cane ♥️♥️♥️♥️ Gihugu canje.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Ahondi hose uzama kumutima wanje ♥️🙏🙏🙏🙏

    • @patricenzoyihaya822
      @patricenzoyihaya822 2 ปีที่แล้ว +1

      Reviens visiter ton pays.kiraryoshe sinkubesha

    • @fidesinimahye5376
      @fidesinimahye5376 2 ปีที่แล้ว

      @@patricenzoyihaya822 Bahita kwantawugaya iwe ♥️♥️♥️♥️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @didiertaylor9684
      @didiertaylor9684 ปีที่แล้ว

      Ubahwa 🇧🇮 🇧🇮

    • @didiertaylor9684
      @didiertaylor9684 ปีที่แล้ว +1

      @@fidesinimahye5376Vyiza Vyiza cane kukunda igihugu Burundi 🇧🇮 👍

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 2 ปีที่แล้ว +10

    Waribarutse imfura nyazo!
    Icompa Abarundi bakibuka ico bari!!
    Ben Khalfan, Rumaliza kuri twebwe, yaraje asanga ntirwitaha! Asubira inyuma. Ahura n'Abadagi, ati reka reka ntimudugane Tanganyika!! Ati ntibabasiga! Baraduga basanga ntivyoroshe!! Chaka Zulu aragerageza, ingabo ziwe zaguy muri za Ruyigi ntiziharurika!! Izindi zifatwa mpili!
    Abadagi basutamitse Europe yose, baricaye, baratera umukono ku mpapuro I Kiganda plus exactement!
    Igihugu c'imfura!! Kuki twibagira? Kuki ducanamwo kandi turi hamwe tujugumiza amahanga yose??
    Iyi ndirimbo nibaza ko ntazopfa ndayihaze! ❤

  • @jaykar-issa706
    @jaykar-issa706 ปีที่แล้ว +8

    Indirimbo inyibutsa papa ayituririmbira mu buhungiro ataritaba Imana. Finalement narashitse mu Burundi pour la première fois mvutse à 40 ans. Papa aho ari aranezerewe kubera carico cipfuzo ciwe kudushikana mu muryango wiwe. Je suis fier de l'être!

    • @justindushime2899
      @justindushime2899 ปีที่แล้ว

      Ndi umunya Rwanda ariko shimishijwe namateka yawe

  • @nkurunzizayves751
    @nkurunzizayves751 ปีที่แล้ว +9

    This song will survive forever and ever in the hearts of burundians ⛹️⛹️

  • @Ntwri
    @Ntwri หลายเดือนก่อน +3

    En 2024 cette belle chanson berce toujours nos coeurs♥♥♥

  • @user-lt9rg3ns7o
    @user-lt9rg3ns7o 9 หลายเดือนก่อน +6

    RIP my mom you used to teach me this song😢

  • @ericteacher8309
    @ericteacher8309 9 วันที่ผ่านมา

    Cette chanson a certainement marqué mes vieux temps. Mon grand frère me l'a appris dès mon bas âge

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 ปีที่แล้ว +6

    Yes, jewe ndi umurundi, uBurundi Bwaramvyaye, naho turi guhangayika tuzotaha Imana Ituzigame🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @shaniachanceline2751
    @shaniachanceline2751 3 ปีที่แล้ว +5

    Nivyo aka karirimbo keza nanje ndakibuka mu gitondo kare Niko kamvyura pe nubwo ndi mu mahanga uburundi bwama ku mutima ndagukunda Burundi urakoze mu ririmvyi wakaririmvye katwibutsa vyishi 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮😍💗💓💖

  • @MoussaKilosso
    @MoussaKilosso 3 หลายเดือนก่อน +4

    2024 ndacayumviriza 🥰🥰❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jeanbosconiyitegeka4196
    @jeanbosconiyitegeka4196 7 หลายเดือนก่อน +2

    Cette chanson a bercé mon enfance,tres touchant,au fait une chanson patriotique,Vive le Burundi ,que vivent Abaganwa,

  • @medionndagijimana9183
    @medionndagijimana9183 หลายเดือนก่อน +2

    Uwashize aka karimbo kumurongo

  • @MrPhronesiswisdomful
    @MrPhronesiswisdomful 7 ปีที่แล้ว +11

    Gahugu kanje keza nakunze
    Kama ku mutima
    Uri gatoya ufise ubutore
    Be n‘intwaro y‘intwari
    Urampimbara ntaco noguha
    Nkwipfurije vyinshi
    R/ Ni urambe usagarare
    Waribarutse imfura nyazo
    Ziharanira amajambere
    Nta murundi w’umutima
    Yovyibagira
    Senga ry’insangi riva ku Mana
    Kamwa amata n’ubuki
    Warahahajwe, urahenagurwa
    Mpore ntiwatemvye
    Iyakuremye n’ikuzigame
    Ntuzogwe mw’isanganya
    R/
    Urangwa ku mutima wa Afrika
    Iteka n‘ itekane
    Abo wavyaye urabegeranya
    Nta murozi, nta mwansi
    Azokwigera ahirahira
    Ngo agukore mu kwaha
    R/
    Ewe Burundi abatakuzi
    Bazotira akarembe
    Bave kw‘ihanga bagane iyo uri
    Wewe karaba uhore
    Bazova iwacu
    Bata amacumu baririmba bati :
    R/

  • @djhugopro
    @djhugopro 2 ปีที่แล้ว +7

    😭😭😭😭😭 I miss my country, I miss Burundi 😭😭😭😭😭😭

    • @fidesinimahye5376
      @fidesinimahye5376 2 ปีที่แล้ว +1

      Nukuja kuharaba jewe mperukayo. Nubu umengo nosubirayo. Uhashitse ntushaka gusubira iyowajuva nagato.♥️🇦🇺🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @djhugopro
      @djhugopro 2 ปีที่แล้ว

      @@fidesinimahye5376 maze imyaka 10 mumahanga, nimesha pa miss nisikufiche

  • @thierry3318
    @thierry3318 2 ปีที่แล้ว +4

    There is no place like home🚶🏻‍♂️🚶🏻‍♂️😴
    I am proud to be a Burundian 🇧🇮🇧🇮

  • @alairadukunda6094
    @alairadukunda6094 2 ปีที่แล้ว +5

    Nta murundi w umutima yobwibagira,2021 turacayumviriza

  • @martinhabimana
    @martinhabimana 3 ปีที่แล้ว +7

    Aka karirimbo nubwo ndi umunyarwanda ngakunda kubi. Nakumvaga burigihe mugitondo 5h du matin nkagubwa neza.

    • @YANG-KO
      @YANG-KO ปีที่แล้ว +1

      ❤️❤️❤️🇧🇮❤️🇷🇼❤️

    • @kabagemaclemence1475
      @kabagemaclemence1475 ปีที่แล้ว

      The same here

  • @ezechielsind9253
    @ezechielsind9253 4 ปีที่แล้ว +5

    Abo mubushikiranganji bujejwe Imico kama,
    Tubasabe bazotororokanye indirimbo zakera zose bazidushirire ngaha turonke.

  • @DamasJohnsonNtirushwaDamas
    @DamasJohnsonNtirushwaDamas 9 หลายเดือนก่อน +3

    Burundi komeza ukungahare ndagukunda ntagutuyemo// NKUNDA ABAHANGA BAWE MUMUZIKI WA KARAHANYUZE HEZAGIRWA

  • @egideirambona3287
    @egideirambona3287 10 ปีที่แล้ว +3

    May God save Burundi! "Warahahajwe urahenagurwa ariko ntiwatemvye".

  • @estelellaazur4161
    @estelellaazur4161 10 หลายเดือนก่อน +3

    Burundi igihugu cyiza lmana ikomeze kugiha amahoro na barundi

  • @guilonbreezy2487
    @guilonbreezy2487 2 ปีที่แล้ว +2

    Oooohhhh my God indirimbo nkizi zagiyehe??🙏🙇🙇😘😘😍😍

  • @nkurunzizadieudonne
    @nkurunzizadieudonne 4 ปีที่แล้ว +5

    Nta murundi wumutima yokwibagira naho ndi america sinzokwigera nibagira igihugu canje. Aho hambere abacuraranga barararirimba indirimbo zifasha imitima nabantu

  • @alicehabonimana5146
    @alicehabonimana5146 4 ปีที่แล้ว +2

    Ndagukunda gihugu canje ❤

  • @darlenemuvunyi7651
    @darlenemuvunyi7651 5 ปีที่แล้ว +4

    nurambe usagarare!!! 🇧🇮❤❤❤

  • @muremurejordanian7844
    @muremurejordanian7844 3 ปีที่แล้ว +5

    Abaririmvyi barabakera abubu bobo niguhenerisi

  • @joemac7463
    @joemac7463 5 ปีที่แล้ว +3

    Stil listenning in september 2018
    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
    Ntamurundi w'umitima yovyibagira

  • @lilianentakirutimana248
    @lilianentakirutimana248 6 ปีที่แล้ว +1

    iyakuremy nikuzigame BURUNDI. uramrwa kumutima wafrica ntamwansi azohirahira ngagukore mukwaha.abatakuzi bozotira karembe.nurambe usagarar waribaruts imfura nyazo. ..

  • @jackjackson9914
    @jackjackson9914 4 ปีที่แล้ว +5

    Still good song of all

  • @kingmanjulias
    @kingmanjulias ปีที่แล้ว +1

    Kensh ndakunda kurira ndibuse uburundi bwahohambere 😢😢😢😢

  • @user-vw7bs7fr9k
    @user-vw7bs7fr9k ปีที่แล้ว

    Ewe Mana warakoze wampaye Uburundi...ni ubudutungire 🙏🙏

  • @busirufullcomedy6176
    @busirufullcomedy6176 ปีที่แล้ว +2

    Nice song for all burundians

  • @dior8-246
    @dior8-246 7 หลายเดือนก่อน +2

    1k th like ❤

  • @ObedeNdahabonyimana
    @ObedeNdahabonyimana หลายเดือนก่อน

    Ndagukunda cane Gihugu canje Burundi

  • @user-ie5bl7qs8n
    @user-ie5bl7qs8n ปีที่แล้ว

    Miss you so much my Beloved Country Burundi ❤💕🥰🙏

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 ปีที่แล้ว +2

    Gahugu Kanje 🇧🇮 🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤

  • @zenayusuf1731
    @zenayusuf1731 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤❤burundi Bujumbura ❤❤🙏🙏🙏🤲🤲🤲

  • @manirambonarenovat
    @manirambonarenovat 10 หลายเดือนก่อน +1

    Gihugu chanja ndagukund ndagukumbuy

  • @samuelndayikengurukiye-yz2xz
    @samuelndayikengurukiye-yz2xz ปีที่แล้ว +2

    My best contry

  • @belysearakaza556
    @belysearakaza556 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera baririmvyi . indirimbo zakanovera

  • @kevinntirampeba3708
    @kevinntirampeba3708 4 ปีที่แล้ว +2

    Ntamurundi w'umutima yokwibagira

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 3 หลายเดือนก่อน +1

    2024

  • @felixmoussolini5356
    @felixmoussolini5356 5 ปีที่แล้ว +1

    I love you my country!

  • @batungwanayoaugustin2115
    @batungwanayoaugustin2115 7 ปีที่แล้ว +1

    Be strong my beloved country lv u.

  • @ndimuntwarididace4062
    @ndimuntwarididace4062 5 ปีที่แล้ว +2

    Quelle Belle Chanson Burundaise!!

  • @ericndagijimana1457
    @ericndagijimana1457 9 ปีที่แล้ว

    it was verry wonderful!

  • @arch-urb.consultant8591
    @arch-urb.consultant8591 5 ปีที่แล้ว +1

    Nurambe usagarare!

  • @halimahgasha4794
    @halimahgasha4794 5 ปีที่แล้ว +1

    Ooooolala urankumbuje iwacu

  • @benjaminhavyarimana9479
    @benjaminhavyarimana9479 3 ปีที่แล้ว +1

    Mpore ntiwatemvye

  • @habumukizaalphonse2901
    @habumukizaalphonse2901 8 ปีที่แล้ว

    Nice message

  • @Drachte1
    @Drachte1 10 ปีที่แล้ว

    Magnifique cette musique. :)

  • @kassymanyota283
    @kassymanyota283 5 ปีที่แล้ว

    Yovyibagira

  • @IETV801
    @IETV801 ปีที่แล้ว +1

    Good song

  • @emelyneirakoze572
    @emelyneirakoze572 5 ปีที่แล้ว

    Nt murundi w umutima yovyibagira,Burundian blood

  • @maximeniyonkuru
    @maximeniyonkuru 5 ปีที่แล้ว

    Ntamurundi wumutima yokwibagira

  • @maryammct3967
    @maryammct3967 4 ปีที่แล้ว

    👍❤

  • @abdoulmasabo
    @abdoulmasabo 4 หลายเดือนก่อน

    Je t aime pay

  • @habumukizaalphonse2901
    @habumukizaalphonse2901 8 ปีที่แล้ว

    Nice song

  • @user-hz5xe7vp5g
    @user-hz5xe7vp5g 9 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @arsenemukunde3576
    @arsenemukunde3576 3 ปีที่แล้ว +2

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ezechielsind9253
    @ezechielsind9253 4 ปีที่แล้ว

    Yararirimvye neza can

  • @jamilairakoze6600
    @jamilairakoze6600 4 ปีที่แล้ว +1

    💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @bahatilewis4326
    @bahatilewis4326 4 ปีที่แล้ว +1

    Lovely song

  • @12NZEYIMANA
    @12NZEYIMANA วันที่ผ่านมา

    👍🫶🏻

  • @arsenemukunde3576
    @arsenemukunde3576 3 ปีที่แล้ว

    💓💚

  • @ezechielsind9253
    @ezechielsind9253 4 ปีที่แล้ว

    Yararirimvye neza can