Intahe ya KERCY iratangaje|Natwaye inda bitameze neza|Ingwara ninyinshi impanuro ahaye aba SlayQueen
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 30 ม.ค. 2024
- #Kercy #FannyLavine #rwanda #burundi #LibertNsoro
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 76 806 014 / 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Benichu wacu yagarutse🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Gapiripiri wanje narimaze imisi
Ntamubona mwari mukumbuwe mwese ariko Kercy yabaye neza kbx ndabakunda cane 🥰🥰🥰🥰
Oooooh Kercy twari tugukumbuy sanaa pe❤
(Welcome gain sha✌️🤣)
Ikiganiro ca kercy kiranshika pe,i'm yr big fan keke❤😋
Usaneza pe❤❤❤❤❤ wanavyibushe
Keke wacuuuu disiiii congratulations
Ni dangereux kb yarabyibushye kd yacureshye.congra kercy wacu❤
❤ courage benichou
WELCOME BACK BENNYCHOU
Nawapenda sawa ❤
Kercy love you ❤🎉😍 ikiganir caw na Benichou kiraryoh sn ndbakund ❤👌
Waratuje kbx kuvyra bracunyisha mpole
Ndagukunda ❤mukobwa wanje
Wabaye nez kwl kercy ❤
Waooo kercy ndagukunda ❤tu
Uguma wibera neza di Kercy🥰🥰🥰
Ndakunda Kercy avugish'ukuri
Twari tugukumbuye🎉🎉🎉
Ivyaha vy,ubutamenya Imana yaravyirengagije .
Welcome bunny
Kercy simb imanga Imana icane hm usubireyo ngo ntihababa
Ndakunda kercy wanj❤
Warakozekugaruka qenishu ndagukundacyane
Sha benny chou ndaguknd kk ufise vibe zibisazi
2o24is 🔥🔥🔥🔥🔥 Kercy arazutse nka nsoro avuye imanamba😂😂😂😂😂😂😂 tu yaravyibushe💕👌
Benichu nikarib kub fana utwiher show twaritugukumbuye sha
Benny kutari wabwiye ko wagarutse kweli ndabona nari nahomvye 🔥🔥🔥
Good Interview👌Raba utuzanire Lamurato nawe arakumbuwe cane kbs
Kercy wanj ndamu❤❤ cane❤
Kercy anti stress wanje ♥♥♥♥
Love from wive tv
Keke yaravyibushe beni na lamunato turamujumbuye
❤❤❤❤❤courage
😂😅🤣🤣waciye ubyibuhaa pee kercy ✌️kuba umuvyeyii ni vyizaa 🥳🥳✌️
Numwana wa L9 congratulations 🎉🎉🎉😅
Karavyibushe
Usaneza keke❤
Kercy warukumbuwe
😂😂Kerci Sha
Kercy yagaruts ahaaa atuzaniye aka Bebe😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥
Iyi caméra ni sawa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndahwereye nagatwengo manayanje💞💞💞💞💞💞💕
🎉❤❤
❤❤❤
Yooo yarabaye mwiza caane
👊👊👊
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉sawa
Uravuga neza washanowe
Kari gakumbuwe vraiment
Uyumunyamakuru ndamwifpurije gushika kure sana❤❤❤🎉🎉🎉
Amen
Bennychou naringukumbuye canneeee
Yoo benichou narimukumbuy ndamukunda kubi
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Nihonbereyabayemwize uragakira
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Nanj nari nkumbuy kercy
Kercy yaravyibush acaba mwiza😘gusa ibisuko birashaj diaspora nigt🤣🤣🤣
Watagase nukuri
Kerci naringukumbuye niwonkwe
Benny wariwarazimye😮😅😅
Usa neza sha kercy❤
Kercy mb wishizeko tatouage izina Black chance
hahaha usamay gato ni hasi!! impanuro ninziza sha
Yoooo yaratuje rataaaa😂😂😂😂😂😂😂 ubuvyeyi burakabaho
Benny karibu nari ndagukumbuye
Uti abandi bavuka baringuge 😂😂gwanj yage ari courrageuse😁😁😁kercy warukumbue Gusa waruhatswe kutubwira vyose🤣🤣🤣🌹
Ubuniho❤ nukuri. Kukubu urumuvyeyi. Utwowigira. Ntatwo uzosubira. 😂😂😂😂😂
Yaritukuje
Yooo udusuko nutwabavyeyi nyene twashaje shaa 😂😂😂 uragakira shaa
😂😂
Kercy gama 😄😄😄😄😄
Ako kajama nar ndagukumbuye basha😂😂😂😂😂kercy congrats shaa ❤❤❤❤❤
Urukundo ararufise🤣🤣
Sha humura sumugabo waw ntahomurandikwa kuko nuburi kumunwa burakoroka mukobwa egoo ugende bukbuk
Abanditswe bobo ntibavana??? Nibaba bikundaniye ntaribi
Mbega KO twamubonana na Bell Chris, twarituzi KO ariwe yamu sobetse Iyo nda..😊😊😂😂. Na Kare ka bel chris karimo karahatwa igiti impimba. Reka babanze bagakosore...Ayo mahera kambarira kagaca kanatera Amada abakobwa bato...reka bagakubite neza cane..!!!
Ubwo rero benichou agaruts kuntwenza 🤣🤣🤣
.urimbevya yumugore kbs😂😂😂😂
Beni wahorahe konakubuze?😢😢😢😢
Benichou nawe aramugira aka gugu 😅
benichou nimba nawe wari wibungenze mukaba mwaribarutse mwese
Ndamanyuts
Ni Claudette bsha Gusa ukuntu umuntu ashobora guhindur izina akuze numuhinga
Kercy yakuze ubu rero ugomba kumuvumisha😂😂kandi
Kakercy kabaye keza disi.
😅😅😅😅😅😅 keke ndamukunda kwr
Uti inda uyibaza uwayirayeko ubu amanyama sixane 😂😂😂😂gusa congratulation kuba witwa mama naka arik ibang ryukuvyar urariciriy 😅😅😅😅
Si atuleteye black chance
Umuntu adakunda kercy sinzi😂😂😂ni anti stress
Kercy🇧🇮 briane🇷🇼
Nkora muntoke
@@kwizerimanajacpueline269 🤝🤝🤝
Kl nukur arater inkur namukunz
Aka kagore karasesta arikubu bwabushirasoni bwagabanust p kanatagase 😂😂❤
Penishundagukunda warakozekugaruka kuraje muvandimwe
😅😅😅😂😂
Ubugore buracunya😂😂😂cubweng mwana
Kercy nukuri ub yaratuj,ubwambere sinamara nikiganiri bamutumiy arik ub ndakimaravpe
😂😂😂😂 nukiro Ben wakoze kuza kuko uratuzaniye Kercy
Ash ukab waravuz igitsin wavyay ukir kur maternité uzogum uvyar icogitsin nyen
😂😂😅😅
😂😂😂😂❤❤❤❤
kercy wisiga ayahe mavuta ndagukundz mwana gusa wabaye mwiza