Ibikino mparamico:ntitwigisha kubandwa../umurundi akwiye kumenya ko./Arthur ban adusiguriye neza ko.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • Exlussive:Arthur Banshayeko arongoye ishirahamwe umunyinya Asbl rizwi mu gukina ibikino mparamico atubwiye ko ivyo bikino birimwo ivyigwa canecane vyo kugaruka ku muco kandi ko batandukanye n'aba comedien naho bishika nabo bagatwenza n'ibindi vyinshi.
    Umunyinya Asbl risanzwe riri mu batungunya igiteramo #rinjora kigizwe no kwibukanya imico myiza y'abarundi

ความคิดเห็น •